Mu

  Рет қаралды 11,759

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Mu #Burundi huguruwe Ikigo ca mbere giteye imbere muvyo kurwiza inkwavu. Ico kigo cuguruwe muri Komine #Mugina intara ya #Cibitoke, kikaba catangujwe ku nkwavu 308 zavuye mu #Bufaransa, zikaba zazananye n'abahinga b'abafaransa muvyo kworora inkwavu. Désiré Manirakiza arongoye Ikigo #PAEEJ amenyesha ko izo nkwavu zivutse, mu mezi ane gusa rumwe ruba rufise ibiro bitanu, mu mezi abiri naho, hakazoshobora gusohoka izigera ku bihumbi umunani.
#PAEEJ #Inkwavu

Пікірлер: 52
@RemmyWilliam
@RemmyWilliam 5 күн бұрын
Uburundi vituko burazaluka kumurundi ishimishije amayororero nkaya tuyamenyereye mubihugu vyohanze biteyimbere👌
@uwimanaestere9347
@uwimanaestere9347 6 күн бұрын
Cibitoke yac nziz❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 5 күн бұрын
Barundi nkunda cane terimbere
@josephh6880
@josephh6880 5 күн бұрын
Buri gihugu kiba gifite umuvuno wacyo, murwanda nigirinka, muburundi ni girurukwavu.
@Mutako-ig1ik
@Mutako-ig1ik 5 күн бұрын
Girinkwavu nukuri
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 5 күн бұрын
Nn jew mwebwe murantangaza ubu reo inyama tamata tunwa biva murwanda. Iwanyu reo 😂
@josephh6880
@josephh6880 5 күн бұрын
Ibyo ni wow ubivuze, ntabyo twavuze.
@LéonidasNiyongabo-nd5
@LéonidasNiyongabo-nd5 5 күн бұрын
Niho uri irofo inka ziri iburundi urazi uko zingana?
@ChanceIngabireyimana
@ChanceIngabireyimana 5 күн бұрын
​@@SindayigayaDeo-ox8bxoyaturakenye tubetuvyemera nyamata uratadufisenayahe ahondi ilitilo nibihumbi 4000 nonewumva anwabangahe ? Nukurindakundigihugucanje Ariko nukuri ugwanda gwaradusizepe kukonawereba umugambi winkwavu hariho abarundi utazogira icumariye bivanye nukwemera none uvyumvagute akarorero nkaba Adivantiste uzodufashiki?kotutazirya cankengotuzorore?
@NiyokwizeraEdouard
@NiyokwizeraEdouard 5 күн бұрын
Komera cane rwose .
@AdolphMct
@AdolphMct 4 күн бұрын
Wowwww
@christiannimfasha4553
@christiannimfasha4553 5 күн бұрын
Bien reçu none marche yokuzi shoramwo iriho bizokunguriki itunga ryiguhugu
@MariejosetteHaronsimana
@MariejosetteHaronsimana 6 күн бұрын
Projet ya 2milliards😮
@NshiimirimanaJean-w8t
@NshiimirimanaJean-w8t 5 күн бұрын
@cvzx-2968
@cvzx-2968 6 күн бұрын
Bazokwichinga. Babavuga. Bamwemwiterere imbere❤❤
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 5 күн бұрын
Nta mbere bazopfa barateye nta nkwavu pixilated imbere
@ErnestNkengurutse-u1r
@ErnestNkengurutse-u1r 5 күн бұрын
Ni vyiza peeeee terambere Burundi
@IrakozeLeonard-l5y
@IrakozeLeonard-l5y 6 күн бұрын
Uburundi bushasha 2040 uburundi bwifashe 2060 uburundi buteyimbere
@Mutako-ig1ik
@Mutako-ig1ik 5 күн бұрын
Gira inkwavu murundi 😂😂😂😂😂😂
@patrickruganzu4305
@patrickruganzu4305 5 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂
@paddynkunzimana2459
@paddynkunzimana2459 5 күн бұрын
Nimwazitanga ni gt umunyagihugu mutoya azoronka ibifungugwa vyazo? Canke bose tuzoronka uburyo bwo kuzubakira ko inzu zakijambere? Umugambi nimwiza cane
@CyizaJeanyvet
@CyizaJeanyvet 3 күн бұрын
Hhhhhhhhhhhhhhhhh jye ntacyo mvuze courage au burundais ahitwa ku Ruyenzi I runda ndetse na Gakenke mu Rwanda ibi narabihabonye hashize imyaka 3 uwa Gakenke we namusanganye inkwavu zugera kuri 20000
@Vvvek_12345
@Vvvek_12345 4 күн бұрын
Progamme gira Urukwavu murundi😂😂😂😂 Biratwengeje pe ingene abarundi biyumvira pe😂😂😂! Uzoje murwanda kwiga programme zifasha abanyagihugu sha
@Bigenergy94
@Bigenergy94 3 күн бұрын
Mbe waruziko kwi comparinga ari inferiority complex? Nonese ikibazo nikihe ufite wakwishimiye ivyo ugezeko ukareka abandi bakikorera ivyabo
@NdungutseElias
@NdungutseElias 5 күн бұрын
projet nziza
@PacifiqueUwizeye-yy4bb
@PacifiqueUwizeye-yy4bb 5 күн бұрын
❤❤
@minyuranooscarciao9281
@minyuranooscarciao9281 5 күн бұрын
Ndabateye intege nimwagure mukorere mu gihugu cose kandi vyihuse mwibuke no kurondera isoko mu makungu.
@Bakhit-j9j
@Bakhit-j9j 5 күн бұрын
Inkwavu ziraryoshe😂
@thewisetv3989
@thewisetv3989 5 күн бұрын
KOMERA NEVA WACU
@hakizimanatony1355
@hakizimanatony1355 6 күн бұрын
Imigambi yigihugu!
@KuzikoTV
@KuzikoTV 5 күн бұрын
Nukuri nivyiza cane ariko twijukire gukoresha bivya vyiwacu dufise biri naturel kuko nivyo birinda nirwara kndi inyama zavyo ziba zifise akanovera ntituje kurondera ivyo hanze kuko amagara yabantu azohahonera mutaravy neza kubera kurya ibintu atakanovera bifise kuko abohanze ubu bijukije ivyo kurwiza ariko qualité usanga ari zero kndi bagaca babumvisha yuko arivyiza candi birwaza a la longue. Aho ntitwokwibagira ivyo hanze bica bisaba incanco zabo imiti yabo vyose usanga mushorera bo ugasanga nayamafaranga mwifuza kwinjiza muguma muja kugira importation
@uwimbabaziesperance8478
@uwimbabaziesperance8478 5 күн бұрын
😂😂😂😂😂na Minster wubworozi bagira?ibaze ,mu rwanda ninka muburundi ni inkwavu.
@Bigenergy94
@Bigenergy94 5 күн бұрын
Ubwibone gusa!!! Ubwo wewe utunze inka zingahe atari umunwa gusa nagasuzuguro !!! Nimworore izo nka rero maze igiciro kinyama kigabanuke kwisoko hamwe namata numukene wo mu Rwanda ayabone vyoroshe nimwamara kwihaza muce mu exportinga izo products ziva kunka milk,beef,cheese,leather etc ariko ariko nimugabanye ukwishongora 😂😂😂 please Africans nimuce ubwenge mureke udu comparisons tudakenewe
@rablaasdq2341
@rablaasdq2341 5 күн бұрын
Urikirofa twebwe ivyacu turavyishimiye muga murwanda ivyanyu ntibibashimisha mwifuza nokunyaga ivyabandi turekere inkwavu namwe mutunge izonka ntaco bitwaye
@NininahazweExcellent
@NininahazweExcellent 5 күн бұрын
Nivyiza tuzoshika
@Aiuoex
@Aiuoex 5 күн бұрын
None ko mwama mutuka abazungu muriko mubaronderako iki Abo bafaransa !! Abarundi imitwe yanyu ntikora neza. Kandi mubitegwa n'uyo Neva wanyu
@Ndizeyeissa
@Ndizeyeissa 5 күн бұрын
Nca mbona ah uri Pole sana nik isi imez
@CarrosdojapãoExcellent
@CarrosdojapãoExcellent 5 күн бұрын
Burundi ntibarwanya collaboration yabazungu barwanya colonization yabo
@LaulentiEzekiel
@LaulentiEzekiel 5 күн бұрын
Irya vuzwe na neva rira tashe komera cane mutama
@UDonatien
@UDonatien 5 күн бұрын
Yes❤
@kigalirwanda3159
@kigalirwanda3159 5 күн бұрын
Munyihanganire mvuge uku: Harya abandi baraha abaturage Inka zitanga. Umukamo abana bakanywa amata none undi ati inkwavu. Mbega nkamaramaza mugabo
@userk23456
@userk23456 5 күн бұрын
None nkawe urakomeye ??kuba buguruye ikigo c'inkwavu,bisigura ko nta nka zihari ?
@HakizimanaFiston
@HakizimanaFiston 5 күн бұрын
Abanyarwanda mwarasaze ishari rizobaniga
@JayJaysb
@JayJaysb 5 күн бұрын
Abanyarwanda mwarabaye abasazi
@samueltwizerimana5890
@samueltwizerimana5890 3 күн бұрын
Sinzi impamvu burigihe abanyarwanda bi compara kuburundi sinzi ikibazo bafise.nukuri inka mû Burundi zirahari kandi nyinshi sinzi rero ko amata tunywa yoba ava mû Rwanda
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 5 күн бұрын
M23iraje never arahungira murwanda
@JayJaysb
@JayJaysb 5 күн бұрын
Tekana mwana m23 nta mashamba idusumvya
@UDonatien
@UDonatien 5 күн бұрын
​JyJaysb kitayabadumbyase cokongo irakubakubita nkibimonyoo vuna kuburundi muyitege kivita rukoko hazakumuriro nimvura yibisasu😅😅
@NshiimirimanaJean-w8t
@NshiimirimanaJean-w8t 5 күн бұрын
Ibikorwa vyo kwubaka Stade Intwari bisa nkivyaheze ibice 80%
16:41
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
Tuna 🍣 ​⁠@patrickzeinali ​⁠@ChefRush
00:48
albert_cancook
Рет қаралды 148 МЛН
PAPA SAVA EP1205:VAYO WAKIRE INYAMA!By NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
23:02
Անմարդաբնակ գյուղի ամանորը
13:12
Ankyun gumarats 3
Рет қаралды 345 М.