Bonne initiative de la part de notre cher président. On va de l'avant...C'est ça même les prémices de la democratie... Merci.
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Ndabakunze pe muzogaruke murashimishije cane president wacu nukuri ubaye uwambere mur Africa ❤❤
@mariejeannemukankuranga55599 ай бұрын
Imana ivagezagize. Naho iwacu mu Rwanda abayobizi nibo bajura bambura abaturage ndetse ntawemererwa gukora atemeye kugabana ngo n'a Fpr. Nguko uko iigihugu cyapfuye kuva mu rugwiro kugeza mu mudugudu.
En tout cas, abarundi baradusize pe, mukomerezaho Nyagasani ikomeze ibahezagire mukomeze uwo murongo .
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Mana weeeee nyakubahwa uruwambere nukuri ndanezerewe kuko urigukora amateka pe warahezagiwe❤❤❤❤
@pierrengabirano96488 ай бұрын
Mwagize neza ku kiganiro ciza kandi hamwe n'abantu bazi vyishi ku gihugu cacu. Kubumviriza ni ishure ryiza kuri twebwe abakiri bato. Mukomere Batama beza!
@HamidSheriff-d5r9 ай бұрын
We pray so hard so our lord protects our new president ndayishimiye everest as for cong I lost men of my life was big fight for long time but nothing come out of him but God is the answer thank God everest president take care of beast and he's protects is people he can never eat ruswa😢 trust me is open men work for peace ✌
@saifhabimana7674 Жыл бұрын
Ubu nibwo Burundi dushaka bisaneza courage notre Président
Tugire CNDD do not talk a lot the is people around there president everest is not one to answer is us people to answer muriko mushaka kumwinjirira. So mubwirabenshi bekumva benavyo
@didpoetry8 ай бұрын
Igiturire mu Burundi biragoye ko kizahera vuba. Gusa nivyiza komuganira gutya.
U❤r❤ahumba! Ut❤wara neza,imyaka 2 urakwiye keerekana icoyakoze. Naho kwiga imyaka 7 uko nukrondera kwiba ugatunga umurengera. Manda de deux and renouvelable kandi utarenza izo 2 Aho uba ukireye igihugu neza
@ImmaculeNiyomugengaАй бұрын
Icyiki yago ndagikuze
@BoscoNeyo-cn3po8 ай бұрын
Abarundi mukomeze muryoherwe
@d.r.53509 ай бұрын
Abarundi muri abagabo
@PierreNdayikengurutse6 ай бұрын
Ego komerezaho❤❤❤
@GérardRivuzimana-u4m9 ай бұрын
Amakuru muburundi
@christella5092 Жыл бұрын
Birahimbaye kabx
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Yakubahwa Ntibantunganya:''ati twige kubabarina". Ariko ntivyoroshe kubabarina uwakunyaze akakwangaza iyo mumashamba ya Tanzania. Hanyuma Buyoya nawe ati:"les gens qui véhiculent l'idéologie du génocide", canke:"les génocidaires Hutu".
@wellarszigama Жыл бұрын
MUZAREBE ABAKORA KU KIBUGA CY'INDEGE I BUJUMBURA BASABA IBITURIRE NO KU BANYAMAHANGA !! BARASEBYA U BURUNDI CYANE !!! CYANGWA BAGAFATIRA AMADORARI BAGOMBYE KUBASUBIZA !!!‼️‼️