NTIBANTUNGANYA IGANDAGURWA RYA NDADAYE

  Рет қаралды 55,522

TV RTNB

TV RTNB

Күн бұрын

Пікірлер: 56
@Niyonzimaalice-g6q
@Niyonzimaalice-g6q Ай бұрын
Imanimuhe umugisha nimvugakuri kandiyisha
@DenisNdayikengurukiye-n3n
@DenisNdayikengurukiye-n3n 2 ай бұрын
Bishe ndadaye ntibishe ba dandaye
@melysekankindi6107
@melysekankindi6107 11 ай бұрын
Urakoze cane mutama kumakuru uduhaye.Nabataribwabeho icogihe utumye tumenya kahise kigihugu cacu.
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 11 ай бұрын
Ababantu cg uwo muryango waguhishe Imana izabahembe. Gusa imbuzi yo kwica Nyakubahwa H.E Ndadaye M. Mwarayibonye muba indangazi rwose.! Kuki batahise bafata Chef d'état Major nabandi bose bakomakomeye ngo babafunge abasirikare bato ntabwo bari kwibwiriza gukora ibyo. Buyoya na Chef d'état major nabandi nibo babirinyuma.
@gastonmodestkaziri2566
@gastonmodestkaziri2566 11 ай бұрын
Wonderful presentations by H.E sylivestre Ntibantunganya, Former Burundi president and the Burundi's National Television. Keep it up you got it very right.
@Emmanuel-sk4mm
@Emmanuel-sk4mm 11 ай бұрын
❤❤❤❤❤ la xl sa Sfsb,k😁🤣🤑😇
@titieloge
@titieloge 11 ай бұрын
Uyo mutama ndamwemera nimvugakuri
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748 11 ай бұрын
Nyakubahwa abishe ndadaye bakwiye gukurikiranwa kandi nabantu bishwe bazira ndadaye batamuzi ,igihugu cose abantu bagafatwa bakicwa. Uko wovugakose nabonabantu niyicwa ryabatutsi ryarateguwe mbega nouveau nugutwi navyovyazanywe nabishe ndadaye.nukuri nyakubahwa niba utari mubateguye genocide yahitanye abavyeyibacu nikuki mubikorako mugasha
@ritza3452
@ritza3452 11 ай бұрын
Imana iri maso ncuti yanje. Kandi imana irishura, irateba gusa, mumwanta itarishura, uwiyagiriza abaho afise umutima umwagiriza
@JeanvierHakizimana
@JeanvierHakizimana 3 ай бұрын
Uwomutama ndamukunda Imana ninziza yaramurokoye nubwo bamwiciye umugore nabana ndamuhojeje yihangane
@LucHavugimana
@LucHavugimana 4 ай бұрын
Nyakubahwa président Ntibantunganya kuri kahise mutubwiye❤
@venustehabiyaremye3390
@venustehabiyaremye3390 10 ай бұрын
Uyu Mushingantahe aragaragaza umuco wo kwikukyira na "demokarasi", icyangombwa (importance) cy'inzego (institutions) kyiruta abarongozi bazo b'imena! Ashimirwe n'abakuru n'abato.
@jimmynizigiyimana4252
@jimmynizigiyimana4252 11 ай бұрын
Démocratie nihangame,Imana nibe iraduterekera umutama wacu,nawene kwakiriho ndamwise,*ikiraro ca Démocratie* twumviye impanuro zawe tuzubaka uburundi bwiza bukayangana,buzira ama coup d'État
@NdayiragijeAudace
@NdayiragijeAudace 3 ай бұрын
Birakwiyeko mubishendadaye ko mwobazana nabo tukabica bagacibwa igihano cogupfa kuko batumye amaraso menshi aseseka
@martinhabimana
@martinhabimana 11 ай бұрын
Uyu mutama ndamukunda cyane rwose. Agira impanuru nziza cyane!
@NdayiragijeAudace
@NdayiragijeAudace 3 ай бұрын
Buyoya yarapfuye atanyonzwe ariko mugishingo ciwe nuko hotangwa mukiwe nawe akahanwa kubwumugabo wiwe cndd fdd nayo ntaco idufashije mukuduhanira abatwiciye incungu yacu ya démocratie
@BolingoTheodomir
@BolingoTheodomir 4 ай бұрын
Gaswerenyoko wa nterahamwe we y'igishubi,uzi amagambo wavugaga mabi kyera ukyiga muri nyakinama
@sixterusasuma3773
@sixterusasuma3773 11 ай бұрын
Kiwi abaye agihari bamutubarize imisi ya nyuma ya mon président cane abamuciriye urwo gupfa. Abamusonze n'a baïonnette nabo nyene batubwire.
@ManuDibango-n4c
@ManuDibango-n4c 11 ай бұрын
None abatutsi bishwe bazira ndadaye batanamuzi bo bibukwa nande??
@chazyadam9772
@chazyadam9772 10 ай бұрын
Bibukwa nawew
@Wellingtonsecurite
@Wellingtonsecurite 10 ай бұрын
Ko ataco mwavuze kuri Cyriaque SIMBIZI? We ntiyishwe ico vise?
@KamikaziBrianna-mx4vm
@KamikaziBrianna-mx4vm 3 ай бұрын
Turabakunda cyane
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 11 ай бұрын
🎩👌🏾
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 11 ай бұрын
Abakeneye kudashiramwo abana bishwe kibimba?
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748 11 ай бұрын
Nabandi nibavugwe kuko nabonabantu
@JuliusRoman-b2p
@JuliusRoman-b2p 10 ай бұрын
None abobantu bakoze iryoshano ntibagihari rabe bafatwe bahanwe bishimishijwe Mbere nkabo igihano cabo niko bonyogwa
@albericjean-gabrielnku2657
@albericjean-gabrielnku2657 11 ай бұрын
Kuki utavuze ivyo Mitterand yamubariye aho mu nama muri Île Maurice ? Et l’interview à l’aéroport à son arrivée sur le palpehutu!
@lionelntakiyiruta2240
@lionelntakiyiruta2240 10 ай бұрын
Yamubwiye gute none??
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 11 ай бұрын
Nyakubahwa wowe uvuze ukuri ntabwo utubeshye nkuriya Captain wamurindaga atararahira yabeshye vyinshi rwose.
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748 11 ай бұрын
Rukindikiza avuze ukovyagenze nonenkawe ubiharira wisunze iki
@reveriennifasha8078
@reveriennifasha8078 11 ай бұрын
Komera mutama w'iteka nivyiza kumenya ukuri gushirira mukuyaga twe twari bato kirya gihe tubimenye ndetse nabavutse munyuma gushika nubu
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 11 ай бұрын
Umututsi wo mu rukago muri gahombo mu kayanza 21/10/1993 yagiye Kuga centre asaba ikiyeri avuga ngo INDA YA CA GIKERI BARAYIMENYE. Bivuzeko abasivire bari barimwo. Kuko ninzoga zari kuba zahiye kuwa 6 . Bari baziko bazica indongozi n'abize n'abarwizatunga bamamaje frodebu.
@citegetseceline8139
@citegetseceline8139 4 ай бұрын
Bakoze icaha Kandi batihanye bazorimbuka
@niyonizeyeancille-dx7re
@niyonizeyeancille-dx7re 11 ай бұрын
Ewe Burundi warababaye😢
@BolingoTheodomir
@BolingoTheodomir 4 ай бұрын
Uri umugenocidaire bibagiwe gufata ,iyombwa
@ndayizeyethierry3748
@ndayizeyethierry3748 11 ай бұрын
Jewe sinunva abantu bitwa ko bagiye mwishamba kugwanira democratie hama ntibafate bikomagu ngo bamubaze ivyabaye buyoya ntihagire ico bamubaza aho haragahaze frodebu na uprona murafise ukuntu mwunvikanye bamwe mubaha imbabazi kurupfu rwandadaye nabo barabareka ntibabakurikirana kuri genocide
@comedebari4773
@comedebari4773 11 ай бұрын
Carakuvunyekweri
@didrugamba9975
@didrugamba9975 11 ай бұрын
Ndadaye yabuze umusimbura, ba Ntibantunganya babaye inkundakicaro ntacyo bamariye akarere.
@victorg7280
@victorg7280 10 ай бұрын
Rekeraho shahu. Biraboneka neza ko ukizi bike cane mukahise k,Uburundi nacane cane ivyakirya gihe nimbere yaco
@bonheur-boirron77
@bonheur-boirron77 11 ай бұрын
Ndadaye yarambabaje nubwo narindi umwana gusa sinari mutonya cane kuko niga mu 4eme sécondaire.
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 11 ай бұрын
Abatutsi n'abahima benshi baramaze kubonako n'umuhutu ubu afashe inkoho atirasa kandi nabo bapfa barashwe, babakubise ubuhiri mu mutwe,bakava amaraso atari amata.
@Twese.01
@Twese.01 11 ай бұрын
Je pense yuko ikibazo c'uburundi kitari mu moko ahubwo ikibazo ni mentalités z'abantu, abahutu bose si babi kandi n'abatutsi bose si babi . Vyari vyiza kudafatira muri rusangi ,umuntu akabazwa uruhara ku gatwe kiwe atari mu kivunga.Amacakubiri akwiye guhera mu Burundi abantu twese tukumva ko ata nyagupfa ata nyagukira, tukabana ata wanrya wangura.
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 11 ай бұрын
@@Twese.01 uvuze neza ariko uvuze ukuri,abatutsi n'abahima atari bake mumyaka ya kera bari baziko ari ubwoko baremewe gutegeka abahutu bakababera abaja bamwe batanguye ku bibona ko twese tuva amaraso amwe aho babivunye bakabona barapfa.
@ritza3452
@ritza3452 11 ай бұрын
Imana niyo mu camanza mukuru, turi ingenzi gusa
@T-Fellow
@T-Fellow 11 ай бұрын
😢😢
@juleskaze7184
@juleskaze7184 11 ай бұрын
Le pouvoir ne se partage pas disent les politiques le Frodebu et le Cndd fdd ne peuvent pas s’entendre
@miringiropikasa3920
@miringiropikasa3920 11 ай бұрын
Ntibantunganya, ko abana banyu baharuye irindi barabara cndd fdd ntimwabakurikira mukunguruza muva muri frodebu?
@chazyadam9772
@chazyadam9772 10 ай бұрын
🙄🙄🙄
“Bategurira mu manama yabera muri police judiciaire ukungene bazonyica.”
1:09:34
Igitero ca mbere ku kirimba ca Perezida Melchior Ndadaye mu 1993
33:08
Tele Renaissance
Рет қаралды 136 М.
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 27 МЛН
Миллионер | 1 - серия
34:31
Million Show
Рет қаралды 2,3 МЛН
She's very CREATIVE💡💦 #camping #survival #bushcraft #outdoors #lifehack
00:26
How Strong is Tin Foil? 💪
00:26
Preston
Рет қаралды 150 МЛН
Témoignage de Sylvestre Ntibantunganya / Veuf des massacres de 1993
34:32
Mai 1994. Président Sylvestre Ntibantunganya.
1:29:34
Burundi Archives
Рет қаралды 17 М.
Ikiyago k'ubuzima bwa politike bwa  Melchior Ndadaye
38:26
Isanganiro
Рет қаралды 5 М.
Témoignage de Ndagijimana Audace / Ancien Militaire ex-FAB
25:34
Tele Renaissance
Рет қаралды 78 М.
“Ni mwikorere imitwe ya benewanyu, umutwe w’Umututsi uraremera.”
56:32
How To Get Married:   #short
00:22
Jin and Hattie
Рет қаралды 27 МЛН