Рет қаралды 418
Abanyeshure ba kaminuza y'uburundi basaba Reta y'Uburundi gusubiza ho uburiro bw'abanyeshure nk'uko vyamye hamwe no gusanura inzu z'uburaro bw'abanyeshure zishaje. Simon Bazirutwabo aserukiba abanyeshure bo muri kaminuza y'Uburundi akaba yabivuze kuri uyu wa 01 Ruhuhuma 2025 aho hari haramutse hakirwa abanyeshure bashasha bagira 14 kuva intunganyo ya Baccalauréat-Maitrise-Doctorant itanguye. #Burundi #UB #BMD