No video

Umutima w'umuntu wama ufise agahaze, nico gituma Abarundi dukwiye kwama dushima ivyo dufise.

  Рет қаралды 6,727

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Mu rukurikirane rw'ingendo ariko akora mu gihugu, Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye kuri uyu w'Imana 21 Mukakaro 2024 yifadikanije mu gisabisho n'aba kristu bo muri Paruwasi ya #Buheka muri komine #Nyanza Lac intara ya #Makamba. Akaba yabasavye kwama na ntaryo bashima ivyo Imana yama iha Uburundi.

Пікірлер: 6
@J.baptisteSibomana
@J.baptisteSibomana Ай бұрын
Ubweng nibwo bwambere
@cvzx-2968
@cvzx-2968 Ай бұрын
Tokasatani. Mwinaryayesu
@pacifiqueturayishimiye6775
@pacifiqueturayishimiye6775 Ай бұрын
Yezu niwe mucamanza w'ukuri
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Abarundi dushime kuko dufise igitoro c umurengera; tutakigenda n amagur; Dushime ko agasukari kabonetse; Dushime ko abantu batakinyuruzwa; Dushime ko twaronse amabarabara meza; Dushimeko amatara n amazi vyabobetse; Dushimeko abarundi turi mu gahimbo; Dushimeko abana b Uburundi bahungutse bose; Dushimeko ubwicanyi bwagabanutse hirya no hino mu gihugu. Vyarabananiye basha !
@mwandishimussa6319
@mwandishimussa6319 Ай бұрын
Turakwiy kureka gutega amaboko Imana murovyose haribintu dushobora kwikorera dukoresheje ubwenge
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Reka kwitwenga mutabuze ababatwenga. Ku ntwaro za cami, Republika ya mbere, iya kabiri, iya gatatu, ibibazo vyariho pe ! Ariko kuri Never na cndd yiwe abarundi turi mu mahano mabi kuva isi yaremwa igihugu kitigeze kubamwo.
Icukurwa ry'ubutare ry'utubuyenge (Terres rares) mu Burundi
27:46
Emissions TV 2è_VPR_BURUNDI
Рет қаралды 48 М.
Glow Stick Secret Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 18 МЛН
The CUTEST flower girl on YouTube (2019-2024)
00:10
Hungry FAM
Рет қаралды 39 МЛН
Harya Ubwenge n'Ibitangaza, Yezu Ibikura Hehe? - Patiri Felix Fupi
29:32
IVYARANZE UMUHISI PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA
21:51
sagarara
Рет қаралды 335 М.
Glow Stick Secret Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 18 МЛН