Umwizero watanzwe ku banyagihugu b'i Bujumbura badafise amazi

  Рет қаралды 4,249

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Mu rugendo rw'akazi Umushikiranganji UWIZEYE Ibrahim ajejwe amasoko ntanganguvu yakoze, amenyesha abenegihugu baba mu buraruko bw'igisagara ca #Bujumbura ko bagiye kwongera kuronswa amazi ngo kuko hariko hakoreshwa ubuhinga bukomeye kugira ngo hasubizwe icuma gitwara amazi aho cahora, akagabisha abonona ibikoresho rusangi vy'umuyagankuba n'amazi ko uwuzofatwa azohanwa vy'akarorero.#Burundi #Regideso

Пікірлер: 18
@lazzR1935
@lazzR1935 14 сағат бұрын
Aho niho Mushikiranganji mwitegeko ufashe ,kuko iyo bigiye nabi batako umwikomo kuri wew ubwo nawe nukuhagabira.uvuze neza🎉 amashi menshi👏👏👏 kuri Wewe Mwubahwa wacu
@SeukPiri
@SeukPiri 15 сағат бұрын
Uyu mugabo bakwiye kumusubiriza ntavyo agishoboye😢😢😢😢😢😢😢😢
@inkingichannel8287
@inkingichannel8287 15 сағат бұрын
Iyo ministère ikwiye kugaburwamwo gutatu.. Amazi ukwayo Amatara ukwayo N inzahabu ukwazo.
@lazzR1935
@lazzR1935 14 сағат бұрын
Wew ugomba kubisivya,impamvu bafatanisha inzego nukubera gutubika umukanda ataruko ubuzi bwotangwa munyuma hakabura ayo bahembwa.
@graceirakoze2868
@graceirakoze2868 15 сағат бұрын
Vraiment uwofatwa babanze bamutwereke tumusezere aje kwibera mu mpimba ubuzima bwiwe bwose . Kuko birenze umwicanyi
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 12 сағат бұрын
President turamwizeye arabe abahinga bakiri bato bavyigiye aguhe akaruhuko imyaka ukoze muri Regideso akaba nohagati mugisagara tudafise amatara biteye isoni muntara hagati hatarimwo😢😢😢😢
@NdikumanaJeanPaul-z4k
@NdikumanaJeanPaul-z4k 16 сағат бұрын
Rural ifise amazi menshi birababaje kubona kamenge cane cane mirango atamazi birababaje.
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 15 сағат бұрын
Abenegihugu nibo bisamburirako nukuri uwonona arakwiy kwikebuka😢
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 14 сағат бұрын
Iyo message yo kugabisha yari kumanuka gushika no kwa nyumbakumi,itangazo rigaca mu ma Eglise yose,rigahabwa abari mu migambwe yose kugira umuntu wese yumve ko kizira gusambura itunga rusange.Uwo yonona akiba ivyuma nico kimwe na bamwe banyuruza amafaranga yo gukora imigambi yiterambere,bahanwe atakubabarira
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 12 сағат бұрын
Ewe urimubadindije iterambere ryigihugu uraraba uveho kuko uburundi bwacu no buto bwiza bufose amazi meshi ariko twetuba mubihugu vyubugaragwa ntanarimwe tubura amazi
@Rubuka264
@Rubuka264 12 сағат бұрын
Ivyo bigera aho bikoroka mutabibona? Kuki murindira ko biyangara kandi hariho amafaranga buri mwaka asohoka yo kubungabunga ivyo bikoresho? Aja hehe? Mwibuka kwifuka bwakeye. Ntibitangaje kuko u Burundi nta mutware n'umwe akunda igihugu, babivuga ku munwa gusa.
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 10 сағат бұрын
Nubwo bomufata ntaco mwomugira urabaze umuvugizi wa police Nkurikiye yavuze iyo bafashe inkozi zamabi ngobaca bazirekura.
@julius875
@julius875 15 сағат бұрын
Uyomugabo si umwe yubaka urugomero rwa 60 billions rukamara imyaka2 gusa rukaca ruhenuka noe nubu aracakora m'uvyamazi n'amatara?? 😂
@queeneuphemia917
@queeneuphemia917 15 сағат бұрын
Aho hari ryari reo rwubakwa?
@christiannsengiyumva124
@christiannsengiyumva124 13 сағат бұрын
Oya s uyo urya yittwa Come.
@queeneuphemia917
@queeneuphemia917 12 сағат бұрын
@@christiannsengiyumva124 mubwire abe abanza gutohoza
@jacquesrurihafi1808
@jacquesrurihafi1808 10 сағат бұрын
Twebwe turagusaba ko abononyi nuko bafashwe bohanwa vyitangarugero abacuruzi nibo bagisibije muravuga nta action mukora niyo babivuze twobasaba nkuwubariye akara mwomukigira nti mumuvuge aho muzoroka abababgira inkuru
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Secret Vlog
Рет қаралды 28 МЛН
哈哈大家为了进去也是想尽办法!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:33
火影忍者一家
Рет қаралды 131 МЛН
小丑家的感情危机!#小丑#天使#家庭
00:15
家庭搞笑日记
Рет қаралды 35 МЛН
Миллионер | 2 - серия
16:04
Million Show
Рет қаралды 1,7 МЛН
Fake watermelon by Secret Vlog
00:16
Secret Vlog
Рет қаралды 28 МЛН