Umukuru w'igihugu yatanguje igikorwa co gufasha abadandaza ivyabo vyahiriye mw'isoko ya Kamenge

  Рет қаралды 36,859

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Abadandaza batari bake, amahinguriro, amabanki, abigenga n'abandi batanze imfashanyo zitandukanye zo kugarukira ku badandaza bahishije ivyabo mw'isoko yo mu Kamenge. Umukuru w'igihugu agashima ko icivugo "Turi kumwe trwese birashoboka" citabiriwe mu gufatana mu nda hagati y'abarundi nakare ngo bagize umuryango umwe. Umviriza abiyemeje kugira ico batanze n'ivyo batanze

Пікірлер: 65
@ndayisengaevelyne5798
@ndayisengaevelyne5798 4 жыл бұрын
Imana nyirimpuhwe nurukundo Ihezagire cane umukuru wigihugu cacu ciza kumutima wurukundo yerekanye agafadikanya nabenewacu bagize ivyago ngaho mukamenge abatanze mwese Yesu abahezagire mutibagiye ryaragi ryasogo ryo gusubiramuvyagezwe 28:1_15 muhezagirwe cane
@victormutabazi1910
@victormutabazi1910 4 жыл бұрын
President Evaliste akora nka Rwagasore 💪🏼💪🏼 imana iguhe kuramba ur umugisha wabarundi bose 👍👍
@jesushassavedme731
@jesushassavedme731 4 жыл бұрын
Muri intore😍 l'état muvyeyi,l'ETA nsenzi l'ETA nkozi.oyeeeeee😍
@desirendiho4938
@desirendiho4938 4 жыл бұрын
This is what we call love.We thank our leaders for the love they have for our people. May God Almighty bless you all .
@williamruto3103
@williamruto3103 4 жыл бұрын
We've been waiting for this for so long time, big up my president
@francinenduwimana5581
@francinenduwimana5581 4 жыл бұрын
Imana ibahezagire cyane ,kurukundo muriko mwerekana mugihugu cacu
@icoyiremeyepascal2145
@icoyiremeyepascal2145 4 жыл бұрын
Murakoze cane. Turemeshanye. Mumvugonomubikorwa
@samaduc4846
@samaduc4846 4 жыл бұрын
Burundi" we are in lovely country.#Together we can 👍👍👍 # God blesses our President and people of Burundi.
@claudettenduwayo9550
@claudettenduwayo9550 4 жыл бұрын
Imana yarakoze kuduha abagwiza tunga bumutima mugihugu cacu itwagurire uduhezagirir nabandi babe benshiiiii caaneee
@thierrynduwimana6144
@thierrynduwimana6144 4 жыл бұрын
Burundi urakaramba,ufise abagabo b'umutima,Neva Imana nikuzigame.
@feltinaoman4672
@feltinaoman4672 4 жыл бұрын
Mbega ivyiza.ivyotwari tubikeneye mugihugu cacu.umutware twashaka nuyu .IMANA imuhezagire.
@lazizerujanabose8802
@lazizerujanabose8802 4 жыл бұрын
Komera Bagwinzatunga bacu Numukuru wigihugu cacu komera kubikorwa n'umutima runtu ufise Imana ihoraho ikwamize kukivi hamwe n'amagara meza kugira ngo igihugu cacu kigume gitigita mwiterambere rirama ,Oye President Neva Oye Burundi Bwacu mwiterambere rirama,ewe Burundi urini Ntungane Ndongonzi bumutima
@j.pierreniyoyitungira8155
@j.pierreniyoyitungira8155 4 жыл бұрын
Nukuri abantu mwese mugize umutima w'ubumw mukugarukiy kubahuy nivyago muragahezagirwa ni Mana
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 4 жыл бұрын
Umutima Ndundi✊🏾🇧🇮 UBurundi buzokwubakwa twese hamwe abari mu Gihugu n'abari hanze dushize hamwe Uku! Magufulization of Burundi
@bigboybdi2831
@bigboybdi2831 4 жыл бұрын
Iyo Retamvyeyi Irakaramba Muburundi no Mubarundi
@hafsasango8752
@hafsasango8752 4 жыл бұрын
Kabisa raisi akuendea akuonana na magufuli bure. Ao ndio wanaobeba inchi kupitia kura za waraia wa Burundi. Inchi na waraia wanapo patwa na jangwa. Hainabudi waache utwafauti nakuwa kitu kimoja. Big up. I'm so proud of my homeland buja.let keep going like that Mr president. Mtu hukumbukiwa kwa madendo yake mazuri kwa watu. Sio mali au vitu alivyo kuwa navyo
@beatricendayizige7574
@beatricendayizige7574 4 жыл бұрын
Isase riva kucuma nukuri biragaraga ko mwicaranye bihagije nitwari yacu uwo twabuze tutanse près pierre nkurunziza..yaragusengey ..gerageza rero Mutama wew ni wewe yadusigiye turashaka ko uburundi buhinduka kanani kandi hamwe n'Imana Mutama uzobigerako wew gusa genda nkuko inkomezi zawe zingana wa munyenkomezi
@nzeyimanapascal8802
@nzeyimanapascal8802 4 жыл бұрын
Nda gushimiye muvyeyi mukuru wigihugu
@esperancenyabenda8386
@esperancenyabenda8386 4 жыл бұрын
Tumepata rayisi muzuri kama magufuri ndayishimiye wewe nibaba wawarundi tunakumbenda usigope tukokwenye mawombi maanduwi usiwagope muheshimiwa rayisi ndayishimiye tukopamoja nawewe rayosiwetu turiyegucaguwa serekari yote imbarikiwe hiyo serekari tumeyipogeza hongereni
@amismuhitira507
@amismuhitira507 4 жыл бұрын
Komera komera muvyeyiii wabose. Abarundiii turaa shimaa
@pierrebarirenzako5757
@pierrebarirenzako5757 4 жыл бұрын
Imana ihezagire uburundi n'ababwo kurukundo berekanye.
@sosthenenduwamungu2551
@sosthenenduwamungu2551 4 жыл бұрын
Ico twipfuza twari tunanyotewe ni kuronka umutware yiyegereza abenegihugu Much respect our president
@rahaytv26
@rahaytv26 23 күн бұрын
ahezagire amaboko agiya gutanga disi 🎉🎉
@jeanclaudenkurunziza216
@jeanclaudenkurunziza216 4 жыл бұрын
Mana hezagira Uburundi na barundi kukuntu dufana munda tukikemurira ibibazo atabanyamahanga bagiyemwo
@bansbans3802
@bansbans3802 4 жыл бұрын
Imana ibaje imbere kweri
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 4 жыл бұрын
Good
@claverndayishimiye2852
@claverndayishimiye2852 4 жыл бұрын
Viva @NEVA ! Viva Burundi ! 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮♥️♥️♥️♥️
@irakozebradane8781
@irakozebradane8781 4 жыл бұрын
Uburundi buraronse Umugabo nuamugabope
@patrickpajo8230
@patrickpajo8230 4 жыл бұрын
Imana ibahezagire
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 4 жыл бұрын
Uburundi turatunze nic
@bonfilsbasabose3245
@bonfilsbasabose3245 4 жыл бұрын
Ndemeye.iyiniyobita reta nkozi.Long vie reta nkozi
@officiallyafazza2105
@officiallyafazza2105 4 жыл бұрын
Atamunyamahangaa turashoboye uburundi nigwacu one love one family
@basaboseberahino7351
@basaboseberahino7351 4 жыл бұрын
Rekana nivyo sha Umwe mubayituriye afise ihangiro ryiwe ari muri abo nyene bidagaduza ama milliyoni magana atanu nayandi amagana atanu abene gihugu bo ngaha mu Kamenge turamuzi😏😏😏😏 Ngo narababaye caaaane bimwe bivuye ku mutimaaaaa🤣🤣🤣🤣🤣
@andrelaymon6550
@andrelaymon6550 4 жыл бұрын
Ndumva nisawa ariko igihugu cacu kibuze urukundo kubantu ariko mwodufasha mukatwubakira amabarabara muvyukuri Murakoze
@sendeesupriydewoochiagaliy7474
@sendeesupriydewoochiagaliy7474 4 жыл бұрын
Together we can!! Iterambere rya Barundi na Barundi
@Ladislashabonimana
@Ladislashabonimana Жыл бұрын
muragahezagirwa ubugira kandi mwari musanzwe mwarahezagiwe
@sendeesupriydewoochiagaliy7474
@sendeesupriydewoochiagaliy7474 4 жыл бұрын
Reta vyeyi imvugo ningiro!! Komera Mutama wacu
@rahaytv26
@rahaytv26 23 күн бұрын
vyikuri lmana ihezagire
@Sonny111
@Sonny111 4 жыл бұрын
Bravo Barundi
@SamwelTwgirayezu-bn7le
@SamwelTwgirayezu-bn7le 7 ай бұрын
Courag
@salimramadhani740
@salimramadhani740 4 жыл бұрын
Asante
@josiasndayizeye968
@josiasndayizeye968 4 жыл бұрын
Symbole d'amitié et de familiarité
@sandraakimana9959
@sandraakimana9959 4 жыл бұрын
🙏🙏🙏🙏🥰🥰🥰
@cishahayosadiki7283
@cishahayosadiki7283 4 жыл бұрын
Reta nkozi reta mvyeyi Evaliste yaje hageze
@fulgenceneema661
@fulgenceneema661 2 жыл бұрын
Turabonako twese hamwe vyisebishoboka nayasoko yacuyasha tuzayumak kijamber en etage na parking indani nkatanzania mwirambir retankozi yacu songambere
@bandobed6971
@bandobed6971 4 жыл бұрын
Uburundi bwiza
@salimramadhani740
@salimramadhani740 4 жыл бұрын
👏🏿👏🏿👏🏿👏🏿🤝🤝🤝🤝👍👍👍👍
@Mwanaume676
@Mwanaume676 4 жыл бұрын
Twese hamwe birashoboka ntaconanirana
@عليسعد-ظ9د
@عليسعد-ظ9د Жыл бұрын
Izo noti
@patrickishimwe4002
@patrickishimwe4002 4 жыл бұрын
Niwoe ukenewe
@macarijochua9252
@macarijochua9252 4 жыл бұрын
Komeza gufashanya nivyo bizotugira ihanga rikomeye.
@ysgtge8114
@ysgtge8114 4 жыл бұрын
❤❤💪💪
@francinendacayisaba8810
@francinendacayisaba8810 4 жыл бұрын
Terimbere Burundi 🇧🇮
@naiothmedia252
@naiothmedia252 4 жыл бұрын
hamwe ayamahera yotangwa neza bose boronka umutahe kabisa bagasubira kudandaza iri nicirwa nyakubahwa ubu koturikumwe birashoboka
@arafataman8891
@arafataman8891 4 жыл бұрын
nkubu bovuga batugurire indege yuburundi bobiki😒😒 muri ville haheze imyaka ingahe batahakoze wibaza yuko aho murikamenge bazohakora😂😂😂😂
@dullyclassic9406
@dullyclassic9406 2 жыл бұрын
𝐄𝐠𝐨 𝐦𝐮𝐫𝐚𝐤𝐨𝐳𝐞
@preeze36
@preeze36 4 жыл бұрын
🙏🏽🇧🇮🙏🏽
@sicairendikumana3127
@sicairendikumana3127 4 жыл бұрын
F
@hatugimanaalex7995
@hatugimanaalex7995 4 жыл бұрын
Warimaramaje ariwe wotanga akarorero kubandi ugatanga ayasumba abandi kubera uri president none niwe wabaye uwanyuma watanze make🙉🙉🙊🙊
@chris-garakaza7843
@chris-garakaza7843 4 жыл бұрын
Tandukanya ibintu mwenewacu Bill gate na Donald Trump haraho bahuriy kubijany namahera bafis hariho président na homme d'affaire ntaho banganya kubijany n'amahera bafis
@hatugimanaalex7995
@hatugimanaalex7995 4 жыл бұрын
@@chris-garakaza7843 nuko ncuti yanje naje navyihenzeko kanatsinda ntanayo araronka niho agitwara Kandi ntanubusuma yigeze akora murundi, niyirambire.
@julessebintu6525
@julessebintu6525 4 жыл бұрын
président avuga nkufise ibiraya mukanwa. yewe uburundi bwarigorewe
@njosephjean1393
@njosephjean1393 2 жыл бұрын
ukurije ivyo abandi bavuze bashimikije kubyo umukuru wigihugu avuze. nbevurumva atariweho ufise ibiraya mukanwa no mumutwe?
Стойкость Фёдора поразила всех!
00:58
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 7 МЛН
ДЕНЬ УЧИТЕЛЯ В ШКОЛЕ
01:00
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 3,9 МЛН
когда не обедаешь в школе // EVA mash
00:51
EVA mash
Рет қаралды 4,4 МЛН
Стойкость Фёдора поразила всех!
00:58
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 7 МЛН