Igice ca kabiri c'ikiganiro n'Umukuru w'Igihugu ku bijanye n'amahangiro y'iterambere ry'igihugu.

  Рет қаралды 17,442

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Kurikirana igice ca kabiri c'ikiganiro n'Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ku bijanye n'ubuzima bw'igihugu na cane cane ku bijanye n'amahangiro y'iterambere, imbonakazoza y'u Burundi ihangiye ku mwaka w'i 2040.

Пікірлер: 34
@wedanhelga8461
@wedanhelga8461 Жыл бұрын
Ubakisha abarabara gusa harimwo idya Rumonge, ubukene buzohera kuko umuntu aba adafise ubudyo bwogushira ivyashaka kudandaza kw'ibarabara. Ivyo nivyiyumviro vyubaka ariko ntihabe amacakubiri y'intara. Murakoze mutama. Peter Nkurunziza wewe yirabira iyava ukamemgo nibwo burundi. Wewe urabibona vyose
@claudemujanama1229
@claudemujanama1229 Жыл бұрын
Abarundi mushime imana yabahaye umutegetsi mwiza ukunda igihugu knd undafite Amacakuburi Abarundi bose abafata kimwe so mumube hafi njewe sindumurundi ndumwana wi mulenge ndamukurikirana pe
@roboticsburundi2315
@roboticsburundi2315 Жыл бұрын
Mr le président ivyo kugira bikunde bisaba suivi et control et les mécanismes techniques. Aba chinoix vyakunze kuko babikurikije intwaro ironderera ineza bose avec inkoni y'icuma. Natwe turabashigikiye murwo rubanza kandi turi kukivi twigisha urwaruka. Vyose birashoboka
@Mkrist
@Mkrist Жыл бұрын
Uri umuvyeyi koko! Irambire
@WorldOpinio
@WorldOpinio Жыл бұрын
Nshimye nyakubahwa president ku mbaraga ashyiramo muguhuza u Rwanda nu Burundi nibyagaciro sindajyayo ariko nifuza kugera I Burundi kuko bamvugira neza❤
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Mutama.wavuga ariko ntugira icogihugu carabunzwe nigiturire kinuka. Jewe nsavye umuyagakuba ubu numwak ugira kabiri ntawo ndabona inzu yanje uri muri komine Kayogoro untara ya makamba. Sinzi rero icobaduhira muriyo ntara
@baysonmugisha5571
@baysonmugisha5571 Жыл бұрын
Yomenya ko muburundi najew ndimwo abana nabakuze barara inzara bakayirirwa. Ibisuma vyo mumirima navyo bidafatiwe ingingo ruhadha baragitej isibe
@gatsinga1
@gatsinga1 Жыл бұрын
Mwirambire président wacu mwiza muritwari mukutujimbere mwiterambere
@jacquesnkondogoro270
@jacquesnkondogoro270 Жыл бұрын
Erega ivyo presida avuga nivyo erega Ayubu yaratunze kubwuburimyi.
@trophywilson7211
@trophywilson7211 Жыл бұрын
Burundi Ovyo kabisa,Watu wanalala njaa eti
@triplesixtc
@triplesixtc Жыл бұрын
never
@irishurahazard6027
@irishurahazard6027 Жыл бұрын
Urabaza pe!!!
@T-Fellow
@T-Fellow Жыл бұрын
Ego Se' barundi wavuze amajambo akomeye kandi meza cane.
@manassemike6048
@manassemike6048 Жыл бұрын
jew ndakeney umubonano kko narawusavy barawunyima...
@niyosengadidas3905
@niyosengadidas3905 Жыл бұрын
Abarundi dukwiye gukwirikiza zinompanturo perezida wacu atubwira kuko abarundi ntutuzotunga arukwirirwa tujagusega abazungu ntituzopfa duteye imbere.
@Nick-yg6mz
@Nick-yg6mz Жыл бұрын
Irambire mutama
@sholombwemutambala4777
@sholombwemutambala4777 Жыл бұрын
Iyo una sema ni kweli kabisa Amani diyo utajiri
@nduwimanajoseph3137
@nduwimanajoseph3137 Жыл бұрын
Y
@shukulanigodwithyou7898
@shukulanigodwithyou7898 Жыл бұрын
This guy has a word
@shukulanigodwithyou7898
@shukulanigodwithyou7898 Жыл бұрын
But is true ,do you Love your people
@fredericnzeyimana526
@fredericnzeyimana526 Жыл бұрын
1. Nk’umuhinga mu vya Anthropologie duvdeveloppement (iciness kitanigishwa mu Burundi) nta terambere na rimwe rishoboka aho ari ho hose haciye icaha c’ihonyabwoko kikaba kitigeze gihanwa! 2. Mu Burundi nta na hamwe higishwa kuva Uburundi bubaho icitwa mu rurimi gw’igifaransa 9 competences essentielles ari na zo zateje imbere ibihugu nka Amerika 3. Muri izo 9 harimwo iyo kumenya gusoma no kumenya guharura. 4. I axe nka Prof Emile Mworoha avuga ko atemera Raporo ya CVR kuri 1972.
@RugemintwazaRenovat-yg4fz
@RugemintwazaRenovat-yg4fz Жыл бұрын
Asha ntubeshe vrm bagenda bararira mwibarabara
@amosimanirampa4257
@amosimanirampa4257 Жыл бұрын
Dushire muriyi migambi yoguteza imbere igihugu kubari hanze tutazi aho twotumbera
@baysonmugisha5571
@baysonmugisha5571 Жыл бұрын
Narabe abantu bamufasha gutwara, iyo ashizeho itegeko ntibaryubahiriza(Spécialement les généreux). Ex: ibikota vyaba généraux vyanka ko abasirikare baja kurugero rwabandi muri EAC. Ntamuntu agihembwa musi ya 700.000f, shillings. Ariko amatwi adusumira hari listing 2 iyukuri niya Pilate. Kandi nawene arabizi nawen yarabibayemwo uko vyagenda ntabiyobew mais nakosore
@kasongo_barber
@kasongo_barber Жыл бұрын
😂😂😂😂❤
@sholombwemutambala4777
@sholombwemutambala4777 Жыл бұрын
❤❤ ❤
@sholombwemutambala4777
@sholombwemutambala4777 Жыл бұрын
iyo ni kweli una sema raisi
@shukulanigodwithyou7898
@shukulanigodwithyou7898 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@mugishamwenedata6574
@mugishamwenedata6574 Жыл бұрын
Nyenicubahiro yubahwe! Vyoba vyiza umuco w'ikirundi ugarukiwe kuko n'indirimbo zisamirana mugihugu cose nyinshi ni inyamahanga. Mubifashe muminwe ikirundi cacu cogaruka mumitwe yacu nk'urwaruka. N'akahise kacu kazokwibagirana kuko Ubu i Bujumbura igiswahili nico wahifatiye kuburyo abanyamahanga baganza abenegihugu !
@novatidamian7236
@novatidamian7236 Жыл бұрын
Uyu mutama ataravye neza azohava aba igikoresho kaba gashaka buhake. Ko atanguye kubakorera nivyo kuvyara abana bake !!! Bucakabiti naho twumve abakorera muvyabasangiye ibitsina abazungubo bitaruko ubwigenge nuburenganzira bwumuntu ari muri democrat
@irishurahazard6027
@irishurahazard6027 Жыл бұрын
Urabaza pe!!!
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26
Looks realistic #tiktok
00:22
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 105 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Llegó al techo 😱
00:37
Juan De Dios Pantoja
Рет қаралды 46 МЛН
Dr MUJAWAMARIYA ARIRUKANWE! AZIZE IKI MURI MIFOTRA ATARAMBYEMO?
21:43
B&B Kigali 89.7FM
Рет қаралды 15 М.
UGUSENGA BIRAFASHA MW'ITERAMBERE RY'IGIHUGU IGICE CA MBERE
53:08
Donald Trump speaks for the 1st time on the assassination attempt
14:17
FOX 9 Minneapolis-St. Paul
Рет қаралды 9 МЛН
This is not my neighbor  Terrible neighbor! #funny #zoonomaly #memes
00:26