Ibikorwa vyo kwubaka inzu y'amanama ku rwego mpuzamakungu vyoba bigeze? Izoshikirizwa ryari?

  Рет қаралды 21,557

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

#Burundi: Inyubakwa izoberamwo amanama mpuzamakungu ,igeze ku bice birenga 80%. Ikaba ifise ubushobozi bwo kuzokwakira abantu 1200, hamwe ata ntambanyi yohaba mu kwezi kwa Myandagaro 2024 izoba yaheze kwubakwa nk'uko bishikirizwa n'umuyobozi mukuru wa #OBUHA Dr Ir Leonidas Nibigira.

Пікірлер: 97
@manirakizapacifique2545
@manirakizapacifique2545 5 ай бұрын
Great Burundi we love you from rwanda
@Ihatefrance371
@Ihatefrance371 5 ай бұрын
Courage barundi nshuti zacu
@jacquelinendayi6858
@jacquelinendayi6858 5 ай бұрын
Ni muhumure byose tuzobigerako . Avec Dieu nous ferons des exploits.
@noelntirandekura7604
@noelntirandekura7604 5 ай бұрын
Terimbere burundi yes. Aharamahoro nubumw vyose bigenda neza🤝🤝
@pierreclavernikora2551
@pierreclavernikora2551 Ай бұрын
Super
@aimabledusabe8239
@aimabledusabe8239 5 ай бұрын
courage kandi muzubake n'izindi
@phedokat9549
@phedokat9549 5 ай бұрын
Promising
@uwitonzemartin5409
@uwitonzemartin5409 5 ай бұрын
Yooooo 😢Ariko da pole pole ndio mwendo.Bizaza courage
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 5 ай бұрын
Mukomerezaho
@MvukabankaDonatien-bd8xl
@MvukabankaDonatien-bd8xl Ай бұрын
Nivyiza
@cyusaernest5931
@cyusaernest5931 5 ай бұрын
Irahagije kwakira inama zabadandazi bindagara
@MTDDAFRIQUE
@MTDDAFRIQUE 5 ай бұрын
Oya oya , no no brother. Iyi myitwarire cg iyi mvugo ntabwo ikwiye. Please
@hosewebtv77
@hosewebtv77 5 ай бұрын
​@@MTDDAFRIQUEreka reka bavuge ivyo bashaka ariko ntabubasha bafise bwo guhindura ikintu nakimwe kuburundi,nabado ishari riracabajengereje.bavuga dukora ico dushoboye polepole
@MTDDAFRIQUE
@MTDDAFRIQUE 5 ай бұрын
@@hosewebtv77 Wakoze kubwa réaction yawe. Gusa tube abantu duharanira amahoro n'imvugo yorohereye uwari we wese kubakwa(fortifier). Imijugujugu irasenya. Courage kubw'iterambere niyo nyungu ya bose , ya twese kandi ni byiza gushigikira akazoza k'abarundi , ka karere EAC , Africa ,...
@Andrewtate724
@Andrewtate724 5 ай бұрын
Uru number uno brother
@SallmaXg
@SallmaXg 5 ай бұрын
Ibintu biraza nabi😂😂😂unateseka ukiwa wapi bro😂😂😂pol yako😂😂
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 5 ай бұрын
Mukomerezeho biriko biraza gusa iyo wubatse inzu nkiy ihita igusaba namahotel nayo ateye imbere gusa ninziza rwose
@NtabanaRichard-m6u
@NtabanaRichard-m6u 5 ай бұрын
Iyi iri ku rwego rwanyu nk igihugu cyanyuma mu bukungu
@user-po8ye1jf9n
@user-po8ye1jf9n 5 ай бұрын
Good
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 5 ай бұрын
On avance
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 2 ай бұрын
izozose zibika zaramagi
@niyogakizajonas644
@niyogakizajonas644 5 ай бұрын
Congratulations neighbours
@EzéchielMuco-y1i
@EzéchielMuco-y1i 5 ай бұрын
Vaho abanyaru turabasumba mubeshejweho n'a kongo nubuhera musega mumakungu mwaramaze guhinyukako mubeshejweho nubujura namanyanga uburiganya mwebwe mumyaka irimbere turabasiga burundu
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 5 ай бұрын
Ico kimbanza cahoramwo isoko nkuru mu gihugu, ryinjiza amafranga menshi kumusi kumusi, agasahiriza. Indongozi DD muguma mwiboma, kanguka, muhumuke, murasinziriye. 😊😊😊
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 5 ай бұрын
Wewe nturi umurundi nyawe
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 5 ай бұрын
Nabohakurya yibiziba😂
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 5 ай бұрын
Uri ikintazi
@Andrewtate724
@Andrewtate724 5 ай бұрын
Ese muracyakoresha trees bro
@Bigenergy94
@Bigenergy94 4 ай бұрын
It depends on who's the constructor you can tell that's a local construction company
@denisbizimana7567
@denisbizimana7567 10 күн бұрын
Ingana gute yakira abantu bangahe?
@manudiofficial
@manudiofficial 5 ай бұрын
Iri kwubakwa n’abaru apana abanyamahanga
@bikorasysteme8852
@bikorasysteme8852 5 ай бұрын
Aho nisawa
@ndayihimbazejoel4241
@ndayihimbazejoel4241 5 ай бұрын
Ako kantu nigatoyi...caaaneeee
@ايفيتادوار
@ايفيتادوار 5 ай бұрын
Iyowubatse wewe nyihe wmburabugirire
@manasseninteretse8510
@manasseninteretse8510 5 ай бұрын
Ahubona Harabantu buntashima sha!.
@kayirangafaustin2245
@kayirangafaustin2245 5 ай бұрын
Ariko aba DD mwabaye gute???izo portaille sizo kumazu nkayo,ibikwa byibiti kunzu muvuga ko ari igikorwa cyareta gikomeye
@UmuhirewayezuEvergiste
@UmuhirewayezuEvergiste 5 ай бұрын
Nigato cyane😂
@dpdupande2037
@dpdupande2037 5 ай бұрын
Nizereko ari inyubakwa y’umuntu kugiti cye. Atari ibyo project national zigomba kubakwa muri gahunda y’igihe kirekire kandi utekereza kuri competition. Ni ukuvuga kwakira abantu 1500 iyo nama ntimwayacyira. Gusa gacye gacye bizaza.
@ntirampebapascal8222
@ntirampebapascal8222 5 ай бұрын
That's a national project for the deveoppin country which survives on its own ressources not like our north neigbour which every project counts on minerals to be robbed in Eastern DRC.
@bostonbasta2737
@bostonbasta2737 5 ай бұрын
Exactly 😂 it's better to go slow than to be robbed 😅
@dpdupande2037
@dpdupande2037 5 ай бұрын
Hahahaha it’s all about poor judgement and leadership with no vision. Your country’s projection is limited because of your own political leaders who can’t only think abiye flies business and yet claims that Burundi is paradise.
@dpdupande2037
@dpdupande2037 5 ай бұрын
Umukene arya nk’umurwayi. Ubu noneho ubwo Ndayishimiye ari muri Congo azabubakira Arena? Ntiwatekereza igisahani kibyimbye ngo wibuke iterambere. Nakomeze yijandike mubwicanyi Imana izabimuryoza.
@NtabanaRichard-m6u
@NtabanaRichard-m6u 5 ай бұрын
Utu ni toto mufite inzu yakira international conference
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 5 ай бұрын
Mu Burundi niho honyene tucubaka inzu zitari moderne unarabiye kuri plan ningen ziboneka inyuma.ntaba ingénieurs bazi ibiri modern dufise
@kayirangafaustin2245
@kayirangafaustin2245 5 ай бұрын
Ibikwa byibiti kweeri
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Nyoko azagende abazana
@kingb9830
@kingb9830 5 ай бұрын
Nivyiza ko haba inyubako nziza nkizo nisawa biratuma igihugu kiba ciza kandi gitera imbere ariko rero kwubaka inyukwa nkizo hama bagashirako ama clôture ntibisubira kwerekana ubwiza ya nature iba inyegeje rero bwabwiza ntibuheza burate igihugu kuko biroroshe ko birengagiza gukora inyuma yama clôture kumabarabara haca hasa nabi
@2050KM
@2050KM 5 ай бұрын
ndaraba izoba iruta kigali convetion centre yi rwanda terimbere bundi gwacu
@blackexcellencetv6287
@blackexcellencetv6287 5 ай бұрын
hhhh 😂😂😂😂
@ngaboangel5301
@ngaboangel5301 5 ай бұрын
Wapi Mutama urineshya,Kigali convention irarenze
@NdahiroJonathan
@NdahiroJonathan 5 ай бұрын
Ntinaruta intare arena
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 5 ай бұрын
Hhhhhhh nti naruta ibyumba bikorerwamwo inama mu ma hotel amwe yi Kigali
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 5 ай бұрын
Convetion centra iyikubye incuro 25 bk Arena iyi kubye incuro 10 intare Arena iyi kubye incuro 5
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 5 ай бұрын
Ayo namafranga muriko mushira kubintu bidakenewe, iyo port de buja iri mu mazi, ibarabara riva buja rija za rumonge, makamba, nayandi mabarabara. Ibijanye nivyo umuyagankuba, amazi,amavuriro,amashuro.
@sanny.m3767
@sanny.m3767 5 ай бұрын
Kubwawe ntabwo yari ikenewe? 😂😂 Igihugu cose gutera imbere kwaco nuko kiba gifise uburaro ,amahoteli, ....bigezweho ibindi biza bikurikira
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 5 ай бұрын
Urumva wewe ubarusha ubwenge😂😂😂?
@eslonblack8096
@eslonblack8096 5 ай бұрын
Ivyovyose uvuze biriko birakorwa rero ainsi ibindi ushaka
@amolam97
@amolam97 5 ай бұрын
Vyose ntivyokwubakirwa rimwe nibukebuke
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 5 ай бұрын
Igihugu gutera imbere ni uko combura kigashora kugira kibone amafaranga y’agaciro atuma gikora iivyo bindi bikorwa vyose bituma igihugu citwa ko giteye imbere, kubaka amabarabara,kugura kmiti,igitoto kubaka amahinguriro.
@anoliverolivier9427
@anoliverolivier9427 5 ай бұрын
sha burundi muracyari kure cyane peeee, izo nsinga byonyine ubwazo zizateza inkongi, ese ntago mugira ikigo kijejwe standards? ooh my God this is not secured please find Rwanda engineers to show you security systems level this level can't be accepted in Rwanda, like how can you install fire cables not using fire resistance cables? dear please try to make research if you don't know something your going to do
@karemangingoisaac
@karemangingoisaac 5 ай бұрын
Sendagara natinyuke mwubake amazu afatika, iyonzu imeze nkizuturere two mu Rwanda none ngo mu burundi nimpuzamakungu😂
@patrickmuyoboke8056
@patrickmuyoboke8056 5 ай бұрын
Kombona irutwa nibiro bya kakarere ka gasabo ikugali cg eglise ya masasu
@Bigenergy94
@Bigenergy94 5 ай бұрын
Ubona iri Kigali se?😂😂😂😂 ariko nkiyi comment yawe uba ubona irimwo ubwenge?
@TurabumukizaTheogene
@TurabumukizaTheogene 5 ай бұрын
Eglise yo kwa masasu yakira ibihumbi 5000 bicaye neza iyi proget nizere ko Ari yu muntu ku giti cye Atari iyi gihugu ibaye iyi gihugu baba bapfunyikiye
@rodriguerwaka987
@rodriguerwaka987 5 ай бұрын
Abarundi mubareke ntimukagereranye ibyabo nibyo mu Rwanda kuko buri gihugu kibaho ukwacyo.kandi nabo za convention bazazigeraho gacye gacye
@Bigenergy94
@Bigenergy94 5 ай бұрын
@TurabumukizaTheogene none se church na conference house bihuriye he? Uziko benshi murwaye mumitwe kubera iki mutishimira ivyiwanyu ngo bibagumemwo mutarinze kwi comparinga nahandi?iki nikibazo gikomeye! Niba iwanyu ari abakire canke abakene wewe uriko urimarira iki nkumuntu kugiti cawe?kanguka mwabantu mwe comparisons nimbi cane
@Bigenergy94
@Bigenergy94 5 ай бұрын
@@rodriguerwaka987 wewe uri umugabo kabisa ubundi iyi comment irimwo ubwenge na vision
@reverienbarayandemera403
@reverienbarayandemera403 5 ай бұрын
Copex burundi
@anoliverolivier9427
@anoliverolivier9427 5 ай бұрын
iyonzu mu Rwanda ingana nkinsengero nyishi cyane inyinshi zaranayiruta kure none ubwo koko yakwakira izihe nama koko? sha abarundi ndabakunda ariko ibintu mukora biba ari bito pee, iyo sinzu yigihugu pee
@timoshand5952
@timoshand5952 3 ай бұрын
Ngwiki? Nagize ngo na nyoko arayifise kkkk..
@hassanjonas1491
@hassanjonas1491 5 ай бұрын
Turaruta ikigari
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 5 ай бұрын
Kigariniki twe kotwubakax mbyacyu apana alabuye yagacyiro yakongo😅😅😅😅
@josephnyirigira4571
@josephnyirigira4571 5 ай бұрын
Cg murubaka mu mirambo yimbonerakure nabasoda ingurube yitwa Neva yagurishije kuri Kongo barimo kwica na M23
@richardninganza2265
@richardninganza2265 5 ай бұрын
Rekana n’abanyarwanda ntandero bafise niba wibaza ko wabatsindira mubitutsi wibeshe kuko nivyo bonkejwe ni baki karanga k’abanyarwanda
@josephnyirigira4571
@josephnyirigira4571 5 ай бұрын
Namwe mwohereje imbonerakure muzigurishije kuri macye ngo zijye kuyashakayo gusa ikiza nuko zigaruka iburundi mumasanduku zayagiye namaguru
@josephnyirigira4571
@josephnyirigira4571 5 ай бұрын
@@richardninganza2265 abo banyarwanda batagira indero sindumva abayobozi babo bajya kuri radio canke tv bagatukana nkiyo ngurube yitwa Neva ifite mental health
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 5 ай бұрын
Coulage kabsa bashinga ntahe
@EmeryNIYIMBONA
@EmeryNIYIMBONA 5 ай бұрын
Nivyiza
Новый уровень твоей сосиски
00:33
Кушать Хочу
Рет қаралды 4 МЛН
Секрет фокусника! #shorts
00:15
Роман Magic
Рет қаралды 110 МЛН