BUJUMBURA irabaye DUBAI mu kanya GATO//Amazu yambere kandi azimbutse//Amazu 400 y'akataraboneka

  Рет қаралды 25,836

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

BURUNDI irabaye DUBAI mu kanya GATO//Amazu yambere kandi azimbutse//60 MILLION arakwibagiza gupanga
‪@NtareRushatsiHouseTV‬

Пікірлер: 102
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy 4 күн бұрын
Abakunduburundi nkanje duzibendera🇧🇮🇿🇲
@Vision2300
@Vision2300 4 күн бұрын
Kuki mukunda gushira amabendera z’abarabu mu bibazo vyacu ? Stop
@niyongerefrancoisen.franco5497
@niyongerefrancoisen.franco5497 3 күн бұрын
Ko mutaduhaye aho bakorera na numéro de téléphone
@zumbrota7576
@zumbrota7576 4 күн бұрын
Abanyarwanda turabakunda cyane ,mumpe 👍
@Favour3558
@Favour3558 3 күн бұрын
Uragahezagirwa❤
@lavieClovis-rg7vu
@lavieClovis-rg7vu 3 күн бұрын
abakunda Gaël ivyadushikiriza mumpe like Gaël hejuru💪💪👊👊
@Favour3558
@Favour3558 14 сағат бұрын
@@lavieClovis-rg7vu ivywshikiriza nivyiza ariko akwiye guheba kutwita aba girls and boys bcz we are ladies and gentlemen. He must learn more the language bcz this is global
@Nandaise
@Nandaise 4 күн бұрын
Uyu mujama twariganye ETS Imana imuje imbere
@user-28Gerardineakimana
@user-28Gerardineakimana 4 күн бұрын
Burundi bwacu terimbere President wacu yazananye Imigisha sna
@rugambalibrary
@rugambalibrary 3 күн бұрын
Vyiza cane ❤❤❤ Jewe ubu ndiko nigisha i Kirundi abantamahanga ndizera ko ibendera 🇧🇮 rizoshinga icumu mu makungu
@AdiloKeza
@AdiloKeza 3 күн бұрын
In shaaa Allah🎉🎉🎉🎉
@Favour3558
@Favour3558 3 күн бұрын
Komerezaho .
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 4 күн бұрын
Nukuri dushimire Neva wacu umutama wacu Adukundisha igihugu❤❤❤❤
@Tubivugetv990
@Tubivugetv990 4 күн бұрын
ubundi igihugu ni umuvyeyi kko naho aba mubi ntawumusubirira
@user-ui9wq7rf9h
@user-ui9wq7rf9h 4 күн бұрын
❤❤vive mon pays Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 3 күн бұрын
Nibaze twiyubakire igihugu 🇧🇮♥️🎯birahimbaye cane ndamuteye intege cane dukebey abantu benshi benabo
@hakizimanaelie8916
@hakizimanaelie8916 3 күн бұрын
Amahoro y 'Imana abane namwe mwese Gaël ubikora neza cane wakoze kutuzanira umu Youth Engineer Ndizeye Pascal turasaba yuko yohura na Fabrice ubaka nation group na Nahayo Jackson nabandi ba Youth bincabwe bari mu Burundi nabari mubindi bihugu bahure bagire urunani yemwe u Burundi buzoca buterimbere ningoga . Natwe barundi barundikazi namwe rwaruka duhamagariwe kuba aba Ambassadeur bigihugu cacu ciza cu Burundi. Burundi igihugu c 'amata n 'ubuki ❤❤❤❤❤❤
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 3 күн бұрын
Abakunda uburundi ningene abarundi batanguye kuba baca ubwenge nogukunda igihugu mukucubaka neza tuduze ama darapo kuburundi na like zanyu muzimpe mugushigikira benewacu barikubikora neza can
@KennoKanse
@KennoKanse 4 күн бұрын
Oh yes. Ça c'est le Burundi qui gagne !!!
@NiyikespeQueen-vc8xf
@NiyikespeQueen-vc8xf 3 күн бұрын
❤❤❤❤❤vive mon pays Burundi president Neva azotugeza kwiterabere ryiza caneee ❤❤
@B-Y-N
@B-Y-N 3 күн бұрын
Komera Gayera. Igihugu cacu ciza cuburundi gitere imbere abafise imigbi myiza kuburund turabashikiye. Komerezaho muhurize hamwe na Fablice igihugu cacu ciza mugiteze imbere 👏👏👏
@Favour3558
@Favour3558 3 күн бұрын
Natwe tubasengere kweli .
@LéonidasNahishakiye
@LéonidasNahishakiye 4 күн бұрын
Uwomujama ndamwibuka muri ETS KAMENGE
@digitalhead1345
@digitalhead1345 3 күн бұрын
Dawani courage bro hejuru cane akanoti warakamanye
@florisdusabe7238
@florisdusabe7238 3 күн бұрын
Izo bus zigenda kumasaha nizo zikenewe. Kumuntu yatembeye nizo zikora
@florisdusabe7238
@florisdusabe7238 3 күн бұрын
Ndakunda ndayishimiye vrt
@treasurestudio9683
@treasurestudio9683 4 күн бұрын
wow
@MVUYEKUREPhilippe
@MVUYEKUREPhilippe Күн бұрын
Ndagushimiye cane Pascal, snhimye KO uri uw'iwacu i Mparamirundi. Je ndi uw'iwacu Kàbarore, i Jene, nitwa Philippe. Igihe uburyo bwoboneka, hari ico utegurira i Mparamirundi na Kabarore? Hari Aho muhurira na Fabrice mûri UBAKA NATIONAL GROUP?
@OwenHakizimana
@OwenHakizimana 4 күн бұрын
I love it from 🇳🇱
@michaelzulu5084
@michaelzulu5084 4 күн бұрын
Uburundi bwanje ter'imbere
@prosperniyukuri8562
@prosperniyukuri8562 3 күн бұрын
Vrma muburundi dukeneye young engineers nkuyu mu type. Dukeneye naba leaders bugurutse kugira abo ba Jeune bashirwe hamwe kugira bakore ishusho yuburundi bushasha hama natwe abenegihugu dushigikire imigambi yose ya Leta
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k 3 күн бұрын
Harakenewe Master plan ya capital politique de Gitega moderne. Itegerezwa kuba respecté par les administrations de la ville de GITEGA. Il y aura moins d'expropriation par rapport à l'aménagement de Bujumbura.
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 4 күн бұрын
Wow azoyigutemberezemwo tuyirabe
@HuguesIteriteka
@HuguesIteriteka 3 күн бұрын
I'm very happy
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 3 күн бұрын
Neva ariko aduha icizere nakomere🎉🎉🎉
@Favour3558
@Favour3558 3 күн бұрын
Erega Neva yamanye ivyumviro cyiza gusa nkuko abivuga hariho abamugwanya ngira Nico cari caramutebeje .
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 6 сағат бұрын
❤🎩 Ba Fablice barakagwira✊🏾🇧🇮 Ivyo vyama Bus ku umwanya birakenewe.bizotuma Abarundi bubaha umwanya wogushika kw Isango😅
@FidelUdon
@FidelUdon 4 сағат бұрын
Good
@jacquelinenibizi388
@jacquelinenibizi388 3 күн бұрын
Ooh my God!umu jeune wa mpdi imana igushigikire
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 2 күн бұрын
Imana lmbere
@Iriho
@Iriho Күн бұрын
Ariko uyu mu papa Azé arafunguraaa mbonaaa menga arashonje vraiment😂😂😂😂
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 2 күн бұрын
Wawuuu sagamba Burundi
@irankundaissa2462
@irankundaissa2462 3 күн бұрын
🎊 congratulation My brother u made it turagukumbuye cape town
@LovelyForestHills-vm2wy
@LovelyForestHills-vm2wy 4 күн бұрын
Barundi benewacu umuntadafisishashikumaso yizerkouburundibwizabwacu bugiye kuva irabiro Kandiuwifuzakubibona nukashigikira uwutagiricakora agisenger uwuzobigwanya azoba nkabanyisarayeri abatizey bahezemunzira igiheniki
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 2 күн бұрын
Courage bana bigihugu🇧🇮❤
@NdungutseElias
@NdungutseElias Күн бұрын
Zanyanka Burundi zabanyarwanda ubuhoho zivugiki KO imana ibazibije
@ConcilieNdayishomiye
@ConcilieNdayishomiye 3 күн бұрын
Da one wacu umu jeune wumwete nubwira tera Imbere kure cane hashoboka
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma 4 күн бұрын
Komera komeza dutsinde
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 4 күн бұрын
🙌🙌
@nizigamaernest2574
@nizigamaernest2574 4 күн бұрын
Oyah Dubai urayizi kwel
@aliciaayinkamiye5296
@aliciaayinkamiye5296 4 күн бұрын
Figure de style ntayo wize?
@ininahdoc3123
@ininahdoc3123 4 күн бұрын
Dawan kbx!!ndamwibuk uy type AR humble cnee
@RukundoDesire-ch6pb
@RukundoDesire-ch6pb 21 сағат бұрын
Hejuru buja
@botchenjohnbosco1933
@botchenjohnbosco1933 4 күн бұрын
Nibakomere! Gux ntiyatubwie adress aho bakorera! Aho twobasanga
@EmmanuelNIYORUKUNDO
@EmmanuelNIYORUKUNDO 3 күн бұрын
Turakwemera musaza courage wubake izina
@ezekielsabiyumva8048
@ezekielsabiyumva8048 3 күн бұрын
Wow❤
@leonidasngendanzi1038
@leonidasngendanzi1038 4 күн бұрын
Justin abo bantu ntabo uzi wiyumvira ko bokorera abandi amahera bafise iwabo ararenze
@agrcem6707
@agrcem6707 3 күн бұрын
Komeza Neva, ibiturire bihave, batu banateseka, kwa ajiri ya batu,
@Theeoctavina8285
@Theeoctavina8285 3 күн бұрын
Uburundi buraje bwifafit EAC munyak mik can gus bakomez bishir hamw kumigamb imw
@TheChampion53
@TheChampion53 3 күн бұрын
Vyose biva kumahoro numutekano ❤❤❤❤😊
@jeanneigiraneza8367
@jeanneigiraneza8367 3 сағат бұрын
Mwoduha telefon de kontact en cas de bésoin ?
@RukundoDesire-ch6pb
@RukundoDesire-ch6pb 20 сағат бұрын
Umusaza Wacu hejuru
@JustinNiyongendako-rj3kp
@JustinNiyongendako-rj3kp 4 күн бұрын
Uyumujene ndizeye pascal yize muri ETS kamenge ndamuteye intege
@treasurestudio9683
@treasurestudio9683 4 күн бұрын
Amaze nka fabrice
@CécileNzeyimana-w3e
@CécileNzeyimana-w3e 7 сағат бұрын
Waratevye kurongora uzokwisanga uvyaye abutazorera
@Alyne2255
@Alyne2255 4 күн бұрын
Murashobora kuduha contact ?
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 2 күн бұрын
Ivyo biciro ubanze ubangire kubivuga kuko umufuko w'isima uri hagati ya 75.000 na 85.000
@michelniyungeko6106
@michelniyungeko6106 2 сағат бұрын
Mweho ntamahirwe mwoha aba jeune bagashiramwo imitahe? Kugira duterimbere twese
@moshwayne2565
@moshwayne2565 3 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@zumbrota7576
@zumbrota7576 4 күн бұрын
Waooo
@user-ym5dc1wl6y
@user-ym5dc1wl6y 4 күн бұрын
Natwe turabakunda arega benshi twose rimwe
@IrakozeProsper-h6o
@IrakozeProsper-h6o 3 күн бұрын
Gael urikurafasha abarundi bikomeye cane
@NsanzabahiziRehema
@NsanzabahiziRehema 4 күн бұрын
Ndasavye nime yiwe
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 2 күн бұрын
Apparemment tu es timide muvyo uvuga.
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 4 күн бұрын
Komera
@Pedrekoshiw
@Pedrekoshiw 2 күн бұрын
Taylor Sandra Davis George Johnson Scott
@eactravel
@eactravel 4 күн бұрын
Biragusaba gufyonda kW ifoto gusa ukampa subscribe,muraba mukoze
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 3 күн бұрын
Twese hamw birashoboka muze turenger vyose dukorere igihugu vrmt umuvyeyi wacu Burundi
@EspéranceNzeyimana-l9h
@EspéranceNzeyimana-l9h 3 күн бұрын
Nta contacte zabyu?
@rushobokappascal3345
@rushobokappascal3345 3 күн бұрын
Mbga kata adresse hâtante n numéro
@herveiratunga3656
@herveiratunga3656 4 күн бұрын
Abantu twize Ets turamuzi kabisa a k a dawan
@onesphorendayikeza3972
@onesphorendayikeza3972 4 күн бұрын
Huuu
@douce9601
@douce9601 3 күн бұрын
Gael duhe Numero yiwe
@JosephbNSHIMIRIMANA
@JosephbNSHIMIRIMANA 3 күн бұрын
Ok ok
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 3 күн бұрын
murihenda cane ntavyo muzoshobora
@noellambazumutima3585
@noellambazumutima3585 15 сағат бұрын
Wowe nkande ubaca intege ?? Imana sibayari.
@IBISUSADIVERSE
@IBISUSADIVERSE 4 күн бұрын
Mu Burundi nta kintu
@giraubuzimabwiza9894
@giraubuzimabwiza9894 3 күн бұрын
Ingorane tubule amatara namazi..kandi ivyo nivyo ntango yiterambere
@ManasseSinzoyiheba
@ManasseSinzoyiheba 19 сағат бұрын
Niwe ububuze, ariko amazi umenye ko uyicayeko
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 3 күн бұрын
ntavyo muzoshobora
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 3 күн бұрын
kandi ntimukase mwishira ku ri. youtub kuko mutabikoze ivyo muvuga bazo baseka cane
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 3 күн бұрын
abarundi ko batazi isuku bizobagora pe
@ndabakundamwese
@ndabakundamwese 4 күн бұрын
Gael duhe contact zuyu mu jeune
@jeanmariebakundimana5471
@jeanmariebakundimana5471 3 күн бұрын
Duhe contact yuwomuntu turakeneyinzu zitarahera.Gael plz mpa contact
@Gilos-l5e
@Gilos-l5e 3 күн бұрын
Woow
@GabrielMasabo
@GabrielMasabo 3 күн бұрын
Good
@nkunzimanapierreclaver4935
@nkunzimanapierreclaver4935 2 күн бұрын
Apparemment tu es timide muvyo uvuga.
@veroniquekubwayo5169
@veroniquekubwayo5169 3 күн бұрын
murihenda cane ntavyo muzoshobora
@RuzmanDamas
@RuzmanDamas 3 күн бұрын
None nkawe uvuze ivyo ubikuye kuki? Ivyo bamaze gukora burya urabibonaa canke uravyumva?? Zamugerageza gushima intambwe kuyindi gusumba kwizera akahise kabi
@Favour3558
@Favour3558 3 күн бұрын
Ubivuze nkande??? Who are U ?? Ivyudashoboy abandi barabishobora . Negative people are called losers 😂
@noellambazumutima3585
@noellambazumutima3585 15 сағат бұрын
Abasi ntimushima ivyo bavyita ishari nkawe Uvuga ukwo uragwaye mu mutima.
Nastya and balloon challenge
00:23
Nastya
Рет қаралды 53 МЛН
Players vs Corner Flags 🤯
00:28
LE FOOT EN VIDÉO
Рет қаралды 29 МЛН
PAPA SAVA EP1090:MUMBYINIRE WE!By Niyitegeka Gratien(Rwandan Comedy)
33:11
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 132 М.
Ambassador from Burundi accredited to Germany
9:18
BTB-concept
Рет қаралды 45 М.
PAPA SAVA EP1093:NTIMUZEYUKE WE!!!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
18:37
WABUZE URUBYARO ,😭😭DORE IBYO NAKORESHEJE BYAMFASHIJE GUSAMA NYUMA Y' IMYAKA 16/
27:16