#Burundi

  Рет қаралды 10,562

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 56
@ZiyandaMhlana
@ZiyandaMhlana 4 сағат бұрын
Ntakwidoga iburundi ntamahera big up
@Alex-k2i1i
@Alex-k2i1i 6 сағат бұрын
Vyukuri abumva bumvireho ubundi nuyu twashaka magufuri wakabiri bagorore mutama wacu ❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@ukurinukuhe6196
@ukurinukuhe6196 20 сағат бұрын
Mutama Imana imuhe umugisha , ariko rero Mutama asigaye ahezagurika mukuvuga , busigura ko umutima uriko ubinure vyinshi. Impanuro anyaruko kuri diets
@RegisNdagijimana
@RegisNdagijimana Күн бұрын
😢nibiduhanze ntaco abivuzeko mana weee!
@SalvatorAdamu
@SalvatorAdamu Күн бұрын
Ibiduhanze yabivuze ahubwo ibiguhanze nivyo atavuze wihangane
@MariejosetteHaronsimana
@MariejosetteHaronsimana 22 сағат бұрын
😊
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
Ikirofa kirongoye ibirofa vyose tutunze mugihugu iyomida yabo yavyomvye nkuko ubona haribibahanze ​@@SalvatorAdamu
@OlivierBIKORIMANA-n4m
@OlivierBIKORIMANA-n4m 19 сағат бұрын
Reka dérangement Maître ibihanze igihug mubic iruhande bash,nimwivugire ivyanyu
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
Ntavyo muriko muravuga mwandyadyamwe namajambo dukeneye ahubwo imana ibaturinde nimwe muteye uburundi ubukene nukugobwgurika gusa nimidima ibasumba nyinyi washenzi sana kabisa😢😢😢😢
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 Күн бұрын
Imana kuduha uyumujanja yarabanje kuvyiyumvirako kweli? Ingaruka tuzogira 😢😢
@Amafaranga300
@Amafaranga300 Сағат бұрын
Umugisha utonda ku mantuza koko! uyu ubu yabaye perezida ate?
@AmyStale-d6u
@AmyStale-d6u Күн бұрын
Komera mutama imana ikurinde umwarimu nuyobozi mwiza ndagukunda
@jamaldirre7899
@jamaldirre7899 Күн бұрын
Iyasamire sha ntakiguhanze
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Күн бұрын
ndakwemera mutama
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 Күн бұрын
Nama comedie ndake
@ntakirutimanavicent-lj2tn
@ntakirutimanavicent-lj2tn 2 сағат бұрын
😂😂😂😂😂 Ewe Burundi abarimyi inzara izura inzara ngo batunze??
@Rasmutabazimusic
@Rasmutabazimusic Күн бұрын
kasongo yeyee 😂😂😂
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 Күн бұрын
Rokomedie
@MelchiadeItangishaka
@MelchiadeItangishaka 20 сағат бұрын
Wubahwemutama waratugarukiye Imana ikutuzigamire !!👍
@HafashimanaJoseph-up9sj
@HafashimanaJoseph-up9sj 9 сағат бұрын
asha niyubahwe nyene kuko barazi ivyo bariko barakora noneho nanyamurimy murimwo muravuga mwamunigiye mumpeshi kwer
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
​@@HafashimanaJoseph-up9sjyatugarukiye hehe mwabirofamwe mugihugu kimeze imyaka 3atagitoro ibigugu nkamwe bidahonye muburundi ntaterambere twokwiteka
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 8 сағат бұрын
​@@celeusfatirisigaye9624ndumva urarushe raba wiyahure
@JeniferAnifa
@JeniferAnifa Күн бұрын
Ubu ifaranga rivanjwa angahe Basha,abanyagihugu nitwe dusubijinyuma igihugu,nitwe twiba abategetsi Koko?
@gtt6y-vz9tv
@gtt6y-vz9tv Күн бұрын
Ntumaramara wamugabowe sha uratwishe ninzara ariko lmana iriho gusa ndarindiye kwiyamamaza gushike inze numve ivyuzovuga ubwire abamyagihugu wew nasatani ntiyogutora yararengewe nubukene burimugihugu iduzwa. Ryibiciro riteyubwoba😢😢😢
@Bigenergy94
@Bigenergy94 Күн бұрын
Hewe none nkawewe wicwa ninzara gute urumuntu akomeye?warabuze ico ukora canke ni wewe wimye amaboko ibikorwa?hari umurwi wabarundi nabandi bihaye akazi ko gutyoza no gusuzugura President Neva ariko igihe nico gica urubanza kandi vuba bamwe badahinduye mentality bizubata kuwamazi bazosigara muri iyo menya sasa rero kanura nawe ntuzisange muri iyo menya sawa sawa komera
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Күн бұрын
jew nzomutora kandi nimba umwanka uracababaye kuko buca tumwongera akandi kamanda yibereho neza umuvyeyi wacu
@ThomasSambwe
@ThomasSambwe Күн бұрын
Komera mutama tuzomwongera tweturamwemera @@bizomenyimanaelias5455
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
​@@bizomenyimanaelias5455uzomutora nyene kubera irimburabwenge nkawe muburundi ibirofa nkamwe bidapfuye ngobihere tuzoguma twitwa igihugu canyuma gikenye kwisi urumva warofawe tube mukubura igitoro imyaka itatu yose twamana utubido kumutwe abandi twarahevye kuramutsa abacu barikure kubwitike nawe nguzomutora warofawe ubona uburundi ariko abufasha kuvahe bujahe bijahe?? Shenzi sana😢😢😢
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 8 сағат бұрын
Nukuri tuma muraba muze murakoresha mesage mukemure Ibi turiko turabona mureke kuza muravugira mubimenyamakuru tuba bona mwotuma mugaruka butubwirako mwatunganije igihugu kuneza yabene gihugu kk twrambiwe kubumviriza navyo biradusonga
@isaacmpawenimana5121
@isaacmpawenimana5121 21 сағат бұрын
Mu burundi niho honyene umuntu yiba 3 milliards hama bagaca baje kumusengera ng'Imana iyagarukane😮😮😮 Hinge ndabe Fabrice nawe😂😂😂
@ericknduwimana3715
@ericknduwimana3715 3 сағат бұрын
Urumunyamahanga ufise ama frasheur igiciro gica kiduga.
@OlivierNdayishimiye-ke8nd
@OlivierNdayishimiye-ke8nd 10 сағат бұрын
Kasongo yeiyeiyeeeeeee mbonaweeeeee
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 18 сағат бұрын
Mwandike commentaire neza,ibisomeka,najewe agatebe kugira nsome nagateguye.
@NdabeNdabe
@NdabeNdabe 12 сағат бұрын
Kabisa
@FabriceFrommurengeza
@FabriceFrommurengeza 20 сағат бұрын
Turagukeneye mutama muri mandat yakabiri
@RenovatEconome
@RenovatEconome Күн бұрын
Birashobora kuba arivyo kuko Ubu ibintu bizimvye bihari kwisoko. Nukuvugako l'inflation est d'origine de l'offre .
@Blaisenishimwe-b4s
@Blaisenishimwe-b4s Күн бұрын
Nakubali mzee
@Bngjdnr7783
@Bngjdnr7783 21 сағат бұрын
Nyakubahwa harikintu nashaka kugusaba kukijanye niyegeranwa ryamakori yinjira mugihugu murondere burya bumashine bibe informatise amahera yinjira amenyekane anakwirikiranwe kuko abarundi beshi nabasuma amahera bayafashe muminwe bacababika
@LeonardNGENDAKUMANA-zq3gy
@LeonardNGENDAKUMANA-zq3gy 19 сағат бұрын
Bien demandé
@JimmyGahungu
@JimmyGahungu Күн бұрын
Raba abo bantu bakwicaye imbere nimisaya yarahomberanye kubera inzara sauf abo bategetsi bicaye imbere
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Күн бұрын
murabo ntanumwe ashonje kuko basa neza cane kandi uburundi guhera kumupaka gushika kuwundi nimirima vyiza itotahaye ahuca hose usanga barikudandaza ibifungurwa
@NIMBONARichard-sk5kc
@NIMBONARichard-sk5kc 23 сағат бұрын
Abarimyi baranezerewe nta Fumbire bafise mana dutabare
@isaacmpawenimana5121
@isaacmpawenimana5121 21 сағат бұрын
Ko mbona iyo audience yose banumye ubona bari interested canke banezerejwe nivyo ariko avuga?
@shortylo1515
@shortylo1515 18 сағат бұрын
Ako ntandantero uyo president ariko amanyamuryango barumviriza hari jambo baba bahawe se toka
@SylvestreSylvestre-lx8zw
@SylvestreSylvestre-lx8zw Күн бұрын
Kucerekeye ikibazo caba commisssionnaire nivyo warakoze umuti ; ariko kucerekeye abarimyi oya nukuri kubera nabonyene ntibatungwa nivyo barima gusa barakeneye nibivuye ahandi , kandi ntakintu casigaye inyuma nukuvuga vyose vyaraduze mu majambo make haba abarimyi canke abafonctinnaire bose harabavye
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 23 сағат бұрын
Never akeneye gukora ka sport arikwahagira
@Yougotittv257
@Yougotittv257 11 сағат бұрын
Rek kubesh
@GermainNduwayo
@GermainNduwayo 18 сағат бұрын
Ego kwel turatunze ntacomvuze kwel
@fabricebutoyi-bw9fl
@fabricebutoyi-bw9fl 22 сағат бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@ElenestiMpendwa
@ElenestiMpendwa Күн бұрын
😢😢😢😢😢
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
Ahuvuziki akokose nakarwi kibisuma niyompamvu atawoyofaya ngoyivye
@sabitijohn2770
@sabitijohn2770 7 сағат бұрын
TU es tres veridique SE NEVA
@richardbibonimana9463
@richardbibonimana9463 Күн бұрын
KOMERA MUTAMA.....
@nduwimanajules5861
@nduwimanajules5861 Күн бұрын
Ubukene buje Bose barashikirwa harinze harira abatunzi banyarucari buba bwafutse umunwa
@BerchimasBigirimana-do2sf
@BerchimasBigirimana-do2sf 23 сағат бұрын
Ikibabaje nuko ukuri urikuvuga kutakirwa nabeshi bivanye niyo baraba amazuru kandi ahobabaye hanze birukonyene nimodoka usanga irigucuruza rengarenga
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 8 сағат бұрын
Ntavyo muriko muravuga mwandyadyamwe namajambo dukeneye ahubwo imana ibaturinde nimwe muteye uburundi ubukene nukugobwgurika gusa nimidima ibasumba nyinyi washenzi sana kabisa😢😢😢😢
Как Я Брата ОБМАНУЛ (смешное видео, прикол, юмор, поржать)
00:59
Yay😃 Let's make a Cute Handbag for me 👜 #diycrafts #shorts
00:33
LearnToon - Learn & Play
Рет қаралды 117 МЛН
Lazy days…
00:24
Anwar Jibawi
Рет қаралды 6 МЛН
Новости дня | 28 ноября - дневной выпуск
11:37
Euronews по-русски
Рет қаралды 38 М.
Steve Mweusi Ft xouh Shauri Yako (official Video Video)
3:43
Steve Mweusi
Рет қаралды 56 М.
Как Я Брата ОБМАНУЛ (смешное видео, прикол, юмор, поржать)
00:59