Ijambo rishikirijwe n'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi mu gusozera umwaka wa 2024 no kwinjira mu 2025

  Рет қаралды 45,832

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 124
@cyprientwizerimana8828
@cyprientwizerimana8828 2 күн бұрын
Mbega ijambo Ryiza cyane , riratwubatse, President arakoze Cyane. Nkunda ukuntu Imana ayibabza imbere muri byose. Umwaka mushya muhire
@richyonlinechannel4583
@richyonlinechannel4583 3 күн бұрын
Murakoze murongozi wacu mwiza Imana yomwijuru yaduhaye Imana Se w'Umwami wachu Yuzu christu abandanye akutuzigamira
@HakizimanaJoseph-p9g
@HakizimanaJoseph-p9g 2 күн бұрын
inyriduction niyimpumyii
@Cyriaqueniragira-d8y
@Cyriaqueniragira-d8y 2 күн бұрын
Namwe umwaka mwiza ❤❤hangama kungoma Abarundi b umutima twibereye mumunyenga 🎉🎉
@renovatndayikengurutse6999
@renovatndayikengurutse6999 2 күн бұрын
Imana iguhezagire mutama wacu imana yaduhaye imana ikuzigame
@desirerukerebuka5421
@desirerukerebuka5421 2 күн бұрын
Murakoze cane umukama abahazagire abagirire neza k'umutima no k'umubiri mukubaronsa inkomezi zo kuyobora neza ihanga ryayo ry'uburundi
@masaboisaie6911
@masaboisaie6911 2 күн бұрын
Uburundi bwacu hejuru💪💪💪 Imana ifashe umutware yaduhaye🙏🙏 kuko avuze ijambo ryiza
@DRSWALEHONLINETV
@DRSWALEHONLINETV 2 күн бұрын
Canegose
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤ nyakubahwa imana ikuzigam cn. Hm mudufash muhimiriz abobanyamitah batuzani icumbakibika ivyamw turikoturarima kugir ntibizebiratuborana. Ex itomate, imyembe, imicugwe, amavoka. Nukur turabirim bikadupfirak kk ata chambre fd dufise. Murakoze
@NizeyimanaSaidati
@NizeyimanaSaidati 2 күн бұрын
I like how you focus for us❤❤❤🎉
@PascalHavyarimana-x2h
@PascalHavyarimana-x2h 2 күн бұрын
Murakoze cane nyenicubahiro, nimwirambire Imana yabaduhaye nibadutungire.
@musonihussein8739
@musonihussein8739 2 күн бұрын
Kuri twese hamwe muvyeyi wacu ndukunda cane❤❤❤
@SergesHavyarimana-o6c
@SergesHavyarimana-o6c 15 сағат бұрын
Ijambo ryiza. Imana ikutuzigamire. Hezagigwa.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Irijambo niryo kbx wari watiteguye mutama wubahwe na sasita yijoro igeze nakurikiranye iri jambo kuri fm imana igukomez 5:24 uyu mwaka wa 2025 tuzobashe gushitsa ivyo twiyemeje imana nihezagire abarundi nuburundi 🇧🇮🇧🇮🙏❤️
@ngendakumanajeanmarrie7490
@ngendakumanajeanmarrie7490 3 күн бұрын
Watwese mutama wacu sebarundi ukomere turinyuma yawe❤❤❤
@ThamiKhundula
@ThamiKhundula 3 күн бұрын
Our Musa evaliste🎉🎉❤❤tujabuke mzee
@BenithaAkimana-qz5bd
@BenithaAkimana-qz5bd 2 күн бұрын
Iri jambo ni ryiza caaane,mugihe ryokurikizwa nkuko ryanditse, ibintu vyogenda neza caaaane.Imana ibandanye ikuja imbere mutware wacu
@JeandeDieuNkunzimana-k1b
@JeandeDieuNkunzimana-k1b 2 күн бұрын
Namwe ni muzikireshe mubishure kuvyo bavuga bitandukanye nukuri Kandi mubasubizanye ubug waneza bwinshii cane . Si indimi za amahanga bakoresha ntibazibasumvya caba icongereza namwe mwaracize si igifaransa niyo systemè educatif mukoresha murakizi. Tuve hasi rero duharanir ineza yacu nku ugwaruka ni igihugu muri rusangi. Murakoze cane gose umwaka mushasha mwiza.🎉
@fernandmatendo2333
@fernandmatendo2333 2 күн бұрын
Excellence ndashimye cane. Iryo jambo rirahumuriza cane kandi ritanze icizere. Kuvyerekeye ibiciro n'urudandazwa, maze igihe ndabivuga, turafise Code du commerce naho ikeneye gushirwa ku gihe, muri vyinshi biratomoye ariko hari ikintu kinini gihara. Ico naco ni Autorité de contrôle et de régulation ainsi qu'un organisme d'arbitrage des litiges de commerce. Mwibaze ingene vyogenda mugihe hoba Code de la route sans la PSR canke Code des communications électroniques et postales yoba imaze iki tutagira ARCT? Rero Code de commerce irakeneye urwego rujejwe kugenzura ko urudandazwa mu bisata vyose biriko bikorwa uko vyategerezwa. Igihugu kizoca gitera imbere mukanya gato
@KananiCyprien
@KananiCyprien 3 күн бұрын
❤❤❤❤Urakoze Imana Yakuduhaye yarakoze hozagara
@ThecreatorBurundi
@ThecreatorBurundi 2 күн бұрын
L
@Niyogukezacedrick
@Niyogukezacedrick 2 күн бұрын
Murakoze cane muvyeyi IMANA yaguteye iteka ryo kwitwa sebarundi nikuje imbere tuyoborwe nayo iciye Kuri wewe
@Ndaca0235
@Ndaca0235 3 күн бұрын
Murakoze muvyeyi wacu
@BAYUBAHEEdmond
@BAYUBAHEEdmond 2 күн бұрын
Urakoze mutama wacu Twubaha
@Nikiza.Bellansine
@Nikiza.Bellansine 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤ndagukunda
@AppotreMinani-f1m
@AppotreMinani-f1m 2 күн бұрын
Wubahwe cyane mutama wacu
@maperasijeandedieu6183
@maperasijeandedieu6183 2 күн бұрын
Ijambo ryiza!! From RWANDA
@cecekataistoi1146
@cecekataistoi1146 2 күн бұрын
Nkunda ko uyu mugabo ashyira Imana imbere. Imana ikomeze ikugende imbere ikongerere ubwenge n'ubupfura
@jeanmarieciza2262
@jeanmarieciza2262 3 күн бұрын
Watwese muvyeyi wabarundi nuburundi Imana ikomeze kukutuzigamira muvyeyi mwiza wubahwe mwisi nomwijuru turagusenger cane kugir ushik kuvyo wiyemeje
@BigirumukamaDieudonné
@BigirumukamaDieudonné 2 күн бұрын
Watwese mutama wacu Imana ikuzigame
@AbrahamNDUWIMANA
@AbrahamNDUWIMANA 2 күн бұрын
Umwaka mushasha twes iman uzigame umukuru wigihugu cacu nabarundi nanje nkaba ndipfurije umwaka mushasha uburundi na barundi🎉🎉🎉🎉
@SankaraTheoneste
@SankaraTheoneste 2 күн бұрын
Urakoze mutama wacu wubahwe nuundi icubahiro ima yarakibahaye
@TwaamboMweembe
@TwaamboMweembe 2 күн бұрын
Mbe iyo Mana mubeshera ngo icubahiro yarakimuhaye,aho ntabwo murikuyibeshera?
@SalvatorNtabangana
@SalvatorNtabangana 2 күн бұрын
IMANA ibandany kukujimber mutama wacu komera kwibanga Natw turinyumayanyu
@ArcadeArakaza-e6e
@ArcadeArakaza-e6e 2 күн бұрын
Murakoze muvyeyi
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 3 күн бұрын
murakoze muvyeyi wacu sebarundi kwijambo ryiza mudushikirije impanuro zanyu tugiye kuzigendera
@KevinNdayikunda
@KevinNdayikunda 2 күн бұрын
Saawa urakoze twunvise
@NahayoIdrissa-o8w
@NahayoIdrissa-o8w Күн бұрын
Uvuz neza mutama❤
@PrivertIradukunda
@PrivertIradukunda 3 күн бұрын
Hangama kugoma iyakuremye iguhangaze we muvyeyi wacu se Barundi
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 3 күн бұрын
Igipolisi nikireke twindegemvye mwijoro turabura ingene twiyunguruza tuvakanyosha tuja muruziba tugahangayika cane kandi tuba tuvuye kubuzi twarushe
@oswardjaphal-cd6np
@oswardjaphal-cd6np 2 күн бұрын
Mozambique turagramiwe mutama
@a-gi7mw
@a-gi7mw 2 күн бұрын
NEVA NEVA NEVA NEVA NEVA Never.
@Lock940
@Lock940 2 күн бұрын
😂😂😂 le grand comédien: umwaka mwiza w amasaazi n ama vocat menshi 😂
@ntamakirirolevy6275
@ntamakirirolevy6275 3 күн бұрын
Turamwipfurije umwana mushasha mwiza w'2025
@JeandeDieuNkunzimana-k1b
@JeandeDieuNkunzimana-k1b 2 күн бұрын
Ni ijambo ryiza cane . Nivyakurikizwa uburundi bwacu buzotera imbera kandi buzoba igihugu ciza cipfuzwa. Ikibazo nabagufasha kurongora igihugu mutama nibo bagutobera. Urakozenawe cane Nyenicubahiro. Nayo imihimbiri abasuma na abambuzi nibamenye ko nibafatwa bazobihanigwa birushirije. Tutipfuza ubarundi bogira ashi, bagatunga bagatunganirwa . Ndasaba ugwaruka vyukuri baba abari mumahamga nabasigaye mugihugu nimuze dukure amaboko mumupfuko dukore cane igihugu cacu congere kigire ijambo mumahamga. Jew Aho ndi nirigwa ntera ivyatsi abashaka kuvuga nabi indongozi z' igihugu cacu n'igihugubmuri rusangi. Gwaruka bagenzi banje abifashisha imbuga ngurukana bumenyi bashaka gutesha agaciro igihugu cacu ntibabarusha gukoresha izo mbuga nam
@KomakomaMaberemuds-ex6zc
@KomakomaMaberemuds-ex6zc 2 күн бұрын
Mutama wacu
@reverienbararunyeretse4546
@reverienbararunyeretse4546 2 күн бұрын
Wubahwe nyakubahwa président wacu imana igukomeze
@peterlove4g869
@peterlove4g869 3 күн бұрын
2015 kobyar bigendeka igihugu cashoraba ibiki? 2 imfashanyo rero ubu mwazanse ? Je muriga kwa IBRAHIM TRAORE VYODUFASHA❤
@EmmanueliqueNSAVYIMANA
@EmmanueliqueNSAVYIMANA 2 күн бұрын
👏👏👏
@ndvburunditv2689
@ndvburunditv2689 2 күн бұрын
I you we trust to save Burundi
@NsavyimanaServais
@NsavyimanaServais 2 күн бұрын
Ramba mwubahwa wacu
@TwagirayezuAnasithasie
@TwagirayezuAnasithasie 2 күн бұрын
Ndimurwanda nkunda uburundi nabarundi nasebarundi avuzenezacyane twishimiye iryojambo yashikirije abanyagihugu ntakuvangindimi nkifoto tubonahano niwacu imana imbere twishi
@martinhabimana
@martinhabimana 2 күн бұрын
Mbega ijambo ry’unukuri w’igihugu risoza umwaka😅
@eloikaneza4459
@eloikaneza4459 2 күн бұрын
🎉🎉
@NdayishimiyeJeanMarie-u7b
@NdayishimiyeJeanMarie-u7b 2 күн бұрын
akokantu papa burundi barundi barundikazi ncuti zuburundi sokuru yaragakunda komeza ukore mutama kwigenga biraruhisha ariko turikumwe twese birashoboka ufata ingingo zubwenge à long terme ivyovyakora abazungu gusa apana gukora kugira turye ahubwo dukore kugira igihugu giterimbere muri kazoza irambire nka bible
@sebarame8531
@sebarame8531 2 күн бұрын
Fungura imipaka uburundi butere imbere.
@derrickjabba2823
@derrickjabba2823 19 сағат бұрын
Burundi 🇧🇮 🇧🇮 🇧🇮
@ButoyiJacque-p8o
@ButoyiJacque-p8o 2 күн бұрын
Mwubahwe
@NIYOKWIZERAPhilémon
@NIYOKWIZERAPhilémon 2 күн бұрын
Yubahwe iki ?? Yubaha ww
@EzechielBaragahorana
@EzechielBaragahorana 2 күн бұрын
@NduwayoAlede
@NduwayoAlede 2 күн бұрын
Mutama komera ndashima ibikogwa vyaw wongere iguvu kubutugane akareganyo ugatuz komora abene Burundi bigasubiza inyuma igihigu
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 2 күн бұрын
Yakoze iki
@Tuvugukuri
@Tuvugukuri Күн бұрын
President atwara abamusumvya amanyama baramwerekako atanguvu afit imbere yabo
@HakizimanaJoseph-p9g
@HakizimanaJoseph-p9g 2 күн бұрын
muburundi burya turafise kwishuraaa nuksizaanbbaa, wappii
@LenadiAmani
@LenadiAmani 2 күн бұрын
Abamuvuga neza Bose nibo batumye maze Umwaka ntanyoye Ichayi.
@felicienniyindorera2606
@felicienniyindorera2606 2 күн бұрын
❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@ernestnizigiyimana8049
@ernestnizigiyimana8049 3 күн бұрын
Hezagigwa mutama mwiza wa mateka natwe tukwipfurije umwaka mwiza
@EgideNdereyimana-vl4gi
@EgideNdereyimana-vl4gi Күн бұрын
Uwemwaka wabaraka
@NsabimanaTheophile-ny6rv
@NsabimanaTheophile-ny6rv 2 күн бұрын
Neza
@guybertrandishimwe
@guybertrandishimwe 3 күн бұрын
🎉
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 күн бұрын
Tusaidie tuchimbe madini nchi yetu itajilike madini nikipaumbele kiuchumi
@NiyonkuruEmile-r8y
@NiyonkuruEmile-r8y 2 күн бұрын
Ntivyoroshe muvyeyi wacu
@onesmokarumba2936
@onesmokarumba2936 2 күн бұрын
Biroroshe cane. Ni twikore mu kwaha twikunkumure nyabwoya. Imana ituzigagamire umvyeyi wacu.
@NdayishimiyeJeanMarie-u7b
@NdayishimiyeJeanMarie-u7b 2 күн бұрын
ryooo abandi babuza abantu gukora nibarya bavuga ubutumwa bwiza ndavuga ijambo ryimana kumasoko bizeza abantu ivyiza baronka batakoze gusenga bifate intumbero kandi bibere kumwanya nibibanza bizwi
@nduwayom31
@nduwayom31 Күн бұрын
Je souligne"binjije make, bahembwe make; binjije meshi, bahembwe meshi."
@NduwimanaDieudonne-x5p
@NduwimanaDieudonne-x5p 41 минут бұрын
Mwubahwe mutama wacu urakoz kutwipfuriza vyinshi kandi vyiza
@EzechielBaragahorana
@EzechielBaragahorana 2 күн бұрын
Neva yubahswe kwl
@RichManBurundi-od9ge
@RichManBurundi-od9ge 2 күн бұрын
Murakenuy a
@ahmedbarera7224
@ahmedbarera7224 3 күн бұрын
Hahaha mungo huu muuwaje
@MunezerorongeriRogeri
@MunezerorongeriRogeri 2 күн бұрын
Egoooo cyizacane ubuturakoragatize nezacane.
@SadunBazotunga
@SadunBazotunga Күн бұрын
Nta musi numwe yigera avuga ijambo ribi numusi numwe gusa kubishira mungiro nivyo vya munaniye .Nukumusengera naho ubundi vyara mugoye
@jeanbaptistetwagirakristu7634
@jeanbaptistetwagirakristu7634 2 күн бұрын
F,де правда
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 2 күн бұрын
Reka turindire yamara umenga nugusesa amazi kwibuye kuko ntibahanwa nico kituzingamitse
@NibarutaPrince
@NibarutaPrince 2 күн бұрын
Twese twama twizera nkuko nyene kuko mugikora imigambi mufatiye kumyak ntaho tuzoshik kuk iyomyak muvuze ntawuhamenya umugambi mwiza uwuvuga warahejej kuwukora
@LenadiAmani
@LenadiAmani 2 күн бұрын
Ntagitolo kiliho.ntasukari.kg1 cumuceri 6000.ivyo haraho vyabaye?
@KavamahangaEmmanuel-f7y
@KavamahangaEmmanuel-f7y 2 күн бұрын
fungura igihugu twidandarize imari.
@AyubuNdayisenga
@AyubuNdayisenga 2 күн бұрын
Nyakubahwa haribintu biriko biratuma dutwagwa nabi kandi bitavuye kuri mwebwe. Akarorero : Nyumbakumi ntitumenya iyo atoregwa badutumako munama yagacimbiri bamaze kumugena. Ivyobituma dutwagwa nabi Mutama
@IsidoreNgezahayo-p8z
@IsidoreNgezahayo-p8z 2 күн бұрын
Ariko iyi ndirimbo y’igihugu cy’u Burundi …. Ndayimiye- Neva ajya ayarabahiriza? simbizi yenda azahunduka!
@manudiofficial
@manudiofficial 3 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🙏🙏
@AyubuNdayisenga
@AyubuNdayisenga 2 күн бұрын
Uvuzukuri kandi ntako utakora ingorane dufise nabatware bato bato uhereye kubanyumbakumi. Baradutoteza abiyumvira ukutariko usanga batanguye kukwidogera kandi atariwewe.
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Uvuzukuri nukuri kbx haribintu birigukorwa nindongoz nto mbi birigutuma twidogerako mutama adashoboye kandi nawe ananizwa akaba buhabere magabo turiyamirije indongozi itifuza iterambere gigihugu twifuza uburundi ningozi zikunda iterambere
@uwiragiyejeanbosco938
@uwiragiyejeanbosco938 2 күн бұрын
Hewe Kora agasport ugabanye indya mugabo dore zakubanye nyinshi mutama
@INFLUENCERBRIGHT1978
@INFLUENCERBRIGHT1978 2 күн бұрын
Uyu mwaka 2025 izaguhe ubwenge bwimibanire myiza nibindi bihugu
@MukanezaBeatrice-g1w
@MukanezaBeatrice-g1w 2 күн бұрын
Uburundi ko numva buri 19:42 mukangaratete, ubu ibibibazo byose avuga nikobiri? Ntabwo byoroshye uyu mutware wanyu muzamutagangaza nimutisubirako!
@anacletbimenyimana7540
@anacletbimenyimana7540 2 күн бұрын
Igihe cyose uhura n'akabazo kose ukikoma umuturanyi ntacyo nkwijeje. Gusa nawe umwaka mwiza wa 2025. Ibinebwe bigahindura ingendo cyangwa bigahindurwa.Gutunganya intwaro abatwara akaba ari indongozi z'imboneza. Iyo umutwe udatunganye,umubiri wose urajegera.abarongozi b'amabanki ni abasuma, bareke gukinisha itunga ry'igihugu, amakoli n'amatagisi yose agomba kuboneka, mwirinde gukubitwa intahe!
@AzzzAaaa-g8t
@AzzzAaaa-g8t 2 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mpawenayoegide-j7o
@mpawenayoegide-j7o 2 күн бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@nkunzimanafreddy8784
@nkunzimanafreddy8784 Күн бұрын
Ama taux des banques nayo nyene ntafasha abenegihugu kwiteza imbere. Taux ya 23% ntawoyitora ngo yitege kwunguka. Yoba yadandaje iki ? Yoba yakidandarije hehe?
@hassann4209
@hassann4209 2 күн бұрын
Turacafise urugendo rurerure
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 2 күн бұрын
Bizogenda neza niwareka kubuhenurira mu manga mutama ugatanga imihoho u Burundi bukarongoorwa nabandi baciye ubwenge ukareka kuja mu vyimana kubera utari musenyeri ukareka tugatera imbere
@TheopisteIradukunda-hz1bo
@TheopisteIradukunda-hz1bo 2 күн бұрын
Yananiwenik? Nahangamekungoma kk ndumvanaw urimuribamw barikobaramunaniz ariko ntacomuzoshikako
@NinaZouzou-p4d
@NinaZouzou-p4d 2 күн бұрын
@TheopisteIradukunda-hz1bo ubona dufise amashure namavuriro angahe? kuri mandat yiwe yubatse iki?ubona dufise umuyagankuba!?hari igitoro dufise?isukari??amahera yirirwa arata valeur umusi ku musi nta madore ariho ntabashoramari nta masoko dufise nta parking.... emwe sukumunaniza kweri jewe mu mbono kazoza bibandanije uku ataho twoshik oyaaa.na langage politique yiwe ntayo ni commedien wirenganira kbs
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و 2 күн бұрын
None abobantu wirigwa uvuga minsiyose ntiwoberekana
@ahmedbarera7224
@ahmedbarera7224 3 күн бұрын
Nirwabuzisoni
@masaboisaie6911
@masaboisaie6911 2 күн бұрын
Uburundi bwacu hejuru💪💪💪 Imana ifashe umutware yaduhaye🙏🙏 kuko avuze ijambo ryiza
@StiviniJames
@StiviniJames 2 күн бұрын
Ukwishira nukwizana?yooooh birabaho muburundi?amategeko?ukurenganya?nivyobibaranga ntakundi reka dupfe duhambwe namwe mwodukijije
@NDUWAYOBOSCO-g1t
@NDUWAYOBOSCO-g1t 3 күн бұрын
Nuko sendagarawe. ugurura imipaka nishorere imari murwanda😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@EmanuelNzohabonimana
@EmanuelNzohabonimana 2 күн бұрын
Urasara wakanyarwandawe
@AGASOBANUYE18
@AGASOBANUYE18 2 күн бұрын
@@EmanuelNzohabonimana sorry but you are not sigma 😏
@SindayigayaDeo-ox8bx
@SindayigayaDeo-ox8bx 2 күн бұрын
Urakanyarwanda ww 😂 kandi murwanda turasubiyemo mwumveko atarivyiza nukuri muri kurengera can raba mwipfe agafasoni muze murubaha indongozi zuburundi ivyo muzobishimirwa
@Niyibitangatelenitas-un2gz
@Niyibitangatelenitas-un2gz 2 күн бұрын
😂😂😂😂hhhhhhhhhhhhhh Imana idutabare iduhindurire uburongozi mumyaka5 umazeko ntanakimwe wakoze twokwishimira igitoro ntaco isukari ntayo amafaranga mvamakungu ntayo hhhhhhh turagowe ndakanyarwa
@صالحالصوافي-غ5و
@صالحالصوافي-غ5و 2 күн бұрын
😂😂😂
@RoseNijimbere
@RoseNijimbere Күн бұрын
Mwese muvuga ngo ntacori Neva yakoze ngibitoro nibindi ngo vyaraduze,iyo n'imitego mwamuteze ngo ananirwe abene gihugu ntituzomutore,murabesha tuzomutora100% kuko akund'abenegihugu ,nayo mwenewa n'uko neva yababujije kwuzuza iyo mida yayu natwe dushonje.muteg'imitego tumusengera.
@uwiragiyejeanbosco938
@uwiragiyejeanbosco938 2 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@LeonardNindagiye
@LeonardNindagiye 2 күн бұрын
Ubwo yari wewe,eka data ntiyari jewe,mbega yemwe bari bande?
I Sent a Subscriber to Disneyland
0:27
MrBeast
Рет қаралды 104 МЛН
#behindthescenes @CrissaJackson
0:11
Happy Kelli
Рет қаралды 27 МЛН
Vampire SUCKS Human Energy 🧛🏻‍♂️🪫 (ft. @StevenHe )
0:34
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 138 МЛН
PAPA SAVA EP1137:AMAHANO MU BA SHERI!BY NIYITEGEKA Gratien(Rwandan Comedy)
24:49
End of Year Party | Remarks by President Kagame
11:20
Paul Kagame
Рет қаралды 31 М.
I Sent a Subscriber to Disneyland
0:27
MrBeast
Рет қаралды 104 МЛН