Impanuro z'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi ku batisanze ku ntonde z'abazokwitoza mu matora yimirije

  Рет қаралды 17,852

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 43
@elvisndayisenga6304
@elvisndayisenga6304 Сағат бұрын
Inkinamico gusa. Gusa Imana iratubona izoboha uburundi nabarundi igihe cose bizotwara ark abarund natwe tuzobaho mumunezero nko mugihe cumuhisi nyakwigendera Mr Pierre Nkurunziza marehemu Mungu Amulaze neza
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 2 сағат бұрын
Imana musenga nizondazanyu umenga zigira ziturike
@MbitsimanaBetuel
@MbitsimanaBetuel 22 сағат бұрын
Nimba uvuga imana yomunzu yaweee tokaaaa
@LynxSecurite-n3r
@LynxSecurite-n3r Күн бұрын
Igihugu cacu naho hoza abanyamitahe bo kw'isi yose bakakizanamwo imitahe ntikizotera imbere mugihe umurundi w'imbere ( umuzirikanyi) azoba akiri uko ameze uyu musi. Umurundi w'ubu ntagira ico atinya Nico yubaha, kuberako kwibaha itegeko vyabaye nkumugani, guhana wihanukiriye vyovyo vyabaye harabaye. Iterambere ritangurira kuguhinduka. Umurundi ntakirazira akiziririza, igiturire mumpande zose, kutaronswa ico ufitiye uburenganzira utarinze gutanga igiturire. Aho umurundi kugira ahabwe passeport arinda gutanga ayaruta Ayo igurwa. Nagatangaza
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 2 сағат бұрын
Ibibera muri pafe twese twarumiwe izontumbi zabadede baraturiye passport uyirijira Kane 😢😢😢
@HavyarimanaPascal-qi5ti
@HavyarimanaPascal-qi5ti Күн бұрын
Komerezaho mutama
@MuhiziSimon
@MuhiziSimon 14 сағат бұрын
Ese kurumbisha umuntu twahora twumva ko harumba imirima
@ElyseNinganza
@ElyseNinganza Күн бұрын
❤❤❤❤
@wedanhelga8461
@wedanhelga8461 Күн бұрын
Ico kijuju c'uburundi. Kiguma ciba igihugu cihereza umugore yigurira ivyiwe. Uzobisiga
@arsenearakaza1385
@arsenearakaza1385 20 сағат бұрын
Mavyamavyirahiy ureke kugombw ntakintu kizima uriko urashikiriz
@Pacifique-i8s
@Pacifique-i8s 8 сағат бұрын
Nimba ubna ko mandat umuntu ayitway atariyiw ahura n'ivyago c'uraba iyi uriko utwara ukuntu bimeze
@akarangaartwebtv9911
@akarangaartwebtv9911 3 сағат бұрын
Hama iyo Mana iguma ivurwa nimwe nyene tuzi yaremye ijuru nisi?? Canke nubundi bwoko bushasha tutaramenya
@AliceNshimirimana-ju9rz
@AliceNshimirimana-ju9rz Күн бұрын
No Fuel Mzee.
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 Сағат бұрын
Ariko nawe mbayahaga nukuntu urimvugakuri urubahuka ukicarana nizondyadya izonkorabara sitekuje igihugu cacu cuburundi izombunuza zariye ikigega cigihugu kikabura nigitoro
@gtt6y-vz9tv
@gtt6y-vz9tv Күн бұрын
Mwarahumanije igihugu
@MugishaDeedat
@MugishaDeedat Күн бұрын
Aho gutwara tugashima , muguma muza ivyimana
@MizeroJésus-marie-w1f
@MizeroJésus-marie-w1f Күн бұрын
uravuga ntuvura mutama
@gtt6y-vz9tv
@gtt6y-vz9tv Күн бұрын
Iyomana muvuga niyahe
@RegisNdagijimana
@RegisNdagijimana Күн бұрын
Genda urarivuze kbx mubwiherero niho ruzocikira. Kd uwuzohirahira agatwara atariwe imana yagenye ngontazobigirana amahoro niko president avuze. Uwundi uraba wumva birenge niwe ubarirwa.
@AlexisUwizeyimana-l6o
@AlexisUwizeyimana-l6o Күн бұрын
Abama barya ivyo mumigambwe nibo bameramagabo,zurababwira kuko nubundazi harabakeneyekomengo muburunditwesetwoba president,nkubu Jew bikunda wotwara mpaka ushaje kl
@akarangaartwebtv9911
@akarangaartwebtv9911 3 сағат бұрын
None vyukuri demokarasi ihagaze kubibanza vyo muntwaro?
@viatornkunzimana4693
@viatornkunzimana4693 Күн бұрын
Oyaa ntibazokinumupira behava bavunana bazoje mumatora gusa tubatore
@riseandshineburundi
@riseandshineburundi Күн бұрын
AGATON RWASA arihe?? Mugarukane twikorere akazi , ico Gukora turakizi
@LaulentiEzekiel
@LaulentiEzekiel Күн бұрын
Babwile mtama
@MugishaDeedat
@MugishaDeedat Күн бұрын
Aba generari muzovamwo sese kwarimwe mutwishe
@OlivierNIHORIMBERE-jl6kb
@OlivierNIHORIMBERE-jl6kb Күн бұрын
👍🇧🇮
@Isa3th
@Isa3th Күн бұрын
Uwumwaka niho tuzobirabira asha twahenzwe kuva kera 🤦🤦🤦
@ibrahimcongeram.806
@ibrahimcongeram.806 Күн бұрын
Ntaco uzohindura wewe wenyene . Nubwo utotora CNDD fdd benshi bazowutora.
@shortylo1515
@shortylo1515 Күн бұрын
@@ibrahimcongeram.806umugambwe nuwabanyagihugu
@bahamakapa3420
@bahamakapa3420 Күн бұрын
Tekana tekana amazi ntakiri yayandi​@@ibrahimcongeram.806
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu Күн бұрын
Why are lead as pastors while you're leaders
@KubwimanaOlivier-g8e
@KubwimanaOlivier-g8e Күн бұрын
😂😂😂😂😂 ntazivyarimwo uyu
@MugishaDeedat
@MugishaDeedat Күн бұрын
Ivyo vyimana nivyo vyishe igihugu
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial Күн бұрын
Abantu mutukana kuberik mutiyumvira impamvu ibintu bikunda kubura bikazimba himirije amatora ,hama ko muvuga ahebe ivyimana amerika murazi uko yabaye kubwo guheba imana mwabigoryi , iconz coco ntamutware atahora kubutegetsi wovuga ko yoza ntiyibe igihugu na samia w itanzania baramutuka bimwe navuz ko bizuka himirij amatora
@MugishaDeedat
@MugishaDeedat Күн бұрын
@@MrNuurofficial rofa After rofa is you , ngo America ICO yabaye , mbega injiji . Ntakuntu Beshi mugihugu bokwiyunvira uko , nigute twoshika heza ,
@MrNuurofficial
@MrNuurofficial Күн бұрын
@MugishaDeedat ko wewe utari ibono yambere mbwira igihugu abanyagihugu batavuga nabi reta kugira bo bahasubire wambwaw wibaza ko gukemura ikibazo Ari ugutuka umukuru w igihugu ? Bono niwew IQ yaw irihasi wiyumvir ivyubon Gus utabon Kur
@davidbizimana-sp4ms
@davidbizimana-sp4ms Күн бұрын
Démocratie rimwe na rimwe irasamaza
@FrankImani-cb3in
@FrankImani-cb3in Күн бұрын
❤😂🎉
@JaphetJafar10
@JaphetJafar10 Күн бұрын
.............etc......
@KennoKanse
@KennoKanse Күн бұрын
None wewe uzobisikana na nde?
@NimubonaBenoit
@NimubonaBenoit Күн бұрын
😂😂😂😂😂
@mapalo-r3h
@mapalo-r3h Күн бұрын
kurugwamo ah not wew muraz ivy mukor numugor waw
@ProsperNsengiyumva-ss7mj
@ProsperNsengiyumva-ss7mj 23 сағат бұрын
Muzohava mwiyabura kbx ugire bukebuke 😂😂😂😂
Deadpool family by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 6 МЛН
Turn Off the Vacum And Sit Back and Laugh 🤣
00:34
SKITSFUL
Рет қаралды 10 МЛН
Quando A Diferença De Altura É Muito Grande 😲😂
00:12
Mari Maria
Рет қаралды 22 МЛН
Чистка воды совком от денег
00:32
FD Vasya
Рет қаралды 5 МЛН
Umukuru w'igihugu asaba ikigo OBR kwisubirako
43:52
Indundi TV
Рет қаралды 3,9 М.
Deadpool family by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 6 МЛН