Reta y'Uburundi iragabisha imirwi y'abantu bafise uruhara mu kunyuruza amakori

  Рет қаралды 3,205

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Пікірлер: 10
@reverandmanirakiza4978
@reverandmanirakiza4978 4 күн бұрын
Aba Bagabo bivugira amatangazo gusa ndake😂
@EricIrakoze-s7b
@EricIrakoze-s7b 5 күн бұрын
Iyo muvuga gushira inguvu hamwe sindavyumva none muzi ingene babikorwa vyankirahe ngo mubatuze Ikindi mwagize nabi gukuraho agashirukabute kumuntu yerekanye ahagomba kubera ubusuma
@omerntiharirizwa2121
@omerntiharirizwa2121 5 күн бұрын
Kugabisha bisigur'iki?
@PetercleverRumbete
@PetercleverRumbete 5 күн бұрын
Emwe niwabashobora abasuma biba mu Burundi nzoguha akantu kabisa, kuko mu Burundi dufise ba manyanga gusa, none rero kuvuga ntaco bivuze ataco bihinduye
@fleuryrukundo8945
@fleuryrukundo8945 4 күн бұрын
Nihaze fororimene yoroshe kumenyesha ikigo kijejwe gutozamakori hagati yabadandaza nabatozakori kurugero rwumumwehese
@manudiofficial
@manudiofficial 5 күн бұрын
Muhindure abakozi bose bakora muri obr mushireko bashasha
@fleuryrukundo8945
@fleuryrukundo8945 4 күн бұрын
Kukihatona en direct yuwutanga ikori nabarutangisha habaye fororimene umuntu yuzuza bikaba en direct yumuguzi numutangakori atawuciyemwe ubufasha buksza mukuzuza fororimene yagati yumutanga Kori numuguzi kukibanobantu bazahagati yumuguzi numutangisha Kori ?!!!!????
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 4 күн бұрын
None ko leta mwe yahaye akazi abasuma murabazi kubera iki amategeko adakora ngo bahanwe kandi mubazi,mugihugu kigengwa n’amategeko ntakajagari nkako kabaho
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 4 күн бұрын
ewe
@jeanmarieciza2262
@jeanmarieciza2262 5 күн бұрын
Mwirambir
Umukuru w'igihugu asaba ikigo OBR kwisubirako
43:52
Indundi TV
Рет қаралды 12 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:33
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 36 МЛН
Lamborghini vs Smoke 😱
00:38
Topper Guild
Рет қаралды 62 МЛН
Over de ontwikkelingen in Syrië | Caspar Veldkamp | Buitenhof
19:18