MBEG'INTAHE WEE: NABONYE IMANA IMPA AGAKIZA MU BURYO BUKOMEYE/ICO MBWIRA ABIGEME...By Eliane MUCO

  Рет қаралды 22,175

Iriba ryiza

Iriba ryiza

Күн бұрын

Пікірлер: 45
@InesNinziza
@InesNinziza 21 күн бұрын
Imana ikomez kubahezagira kuntahe zany zadufashije canee🙏🙏🙏
@Test-l7t
@Test-l7t Ай бұрын
Intahe nziza muco komerezaho
@UwiragiyeMacillee
@UwiragiyeMacillee 10 күн бұрын
Komera my friend
@EricUwimana-m5f
@EricUwimana-m5f Ай бұрын
Wahisemwo neza mwene data imana izigukomereze mugakiza izoguhe niherezo ryiza
@jacquelinebizimana3224
@jacquelinebizimana3224 Ай бұрын
Merci madame Eliane pour ton témoignage,ubigumemwo neza mpaka kwiherezo
@IrèneIradukunda-u7s
@IrèneIradukunda-u7s Ай бұрын
Yoooo! Sha Eliane mon amie d,enfance! We ndagushingira intahe vraiment kandi cane waramberey umuhanuzi mwiza cane❤❤
@belysenkeshimana
@belysenkeshimana 2 ай бұрын
Urakoze cane Muco kuntahe nziza uduhaye
@noelmerciirumva5647
@noelmerciirumva5647 2 ай бұрын
Woow! Ndafashijwe cane nintahe yawe Maman Eliane, Imana ibongere umugisha cane na Thierry wacu! Much love❤
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Murakoze
@ngabiranoboduine1441
@ngabiranoboduine1441 2 ай бұрын
Amen ndafashijw Imana iguhe umugisha
@IrandemeshaAnge
@IrandemeshaAnge 2 ай бұрын
Iman iguhe umugish kuntah uduhaye
@Nkezimanajoserina
@Nkezimanajoserina 2 ай бұрын
Imana ibahe umugisha mwishi kuntahe nziza ❤❤
@chantalakimana261
@chantalakimana261 2 ай бұрын
🎉ndagusabe umpe akanimero
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Twandikire kuri 61053102 tuzibahe
@blaisenshimirimana709
@blaisenshimirimana709 2 ай бұрын
Imana ishishikare kuguhezagira
@AlineInaruganji-f9q
@AlineInaruganji-f9q 2 ай бұрын
Eliane ndaryohewe caaaane kuvintahe yawe ma petite sœur Kristo agira neeeza caane wateyiteka Ndiho nabavyeyi bawe weee !!wataye ivyakuberinyungu vyakubereyubuhombe!!
@Venuste-x4k
@Venuste-x4k Ай бұрын
Muratwubaka kuntahe zanyu imana ibazigame
@ninabelindamutamuratisize4630
@ninabelindamutamuratisize4630 2 ай бұрын
Imana Iguhezagire Eliane Intah yaw Irakomeye uranyubatse cane gosee
@iterotekanoella3610
@iterotekanoella3610 2 ай бұрын
Merci maman Buntu❤
@BilliaAKIMANA
@BilliaAKIMANA 2 ай бұрын
Ndamuzi muri ugl I kiremba sha warukijijwe cane
@naominubuniyo7304
@naominubuniyo7304 2 ай бұрын
Muco murampezagiye peee😍🥰
@gychristian3354
@gychristian3354 2 ай бұрын
Mbe umuvyeyi wicitekerezo urakoze cane muvyeyi
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Amahoro cane
@RénildeNSABIMANA
@RénildeNSABIMANA 2 ай бұрын
Amen amen allluya..
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph 2 ай бұрын
Amen amen harah unkuye muc
@AriellaManirambona-r6y
@AriellaManirambona-r6y 2 ай бұрын
Nukuri Imana ntitetereza iguha ivyo usavye kuko nukuri Imana iguhezagire muvyeyi uduteye intenge 🙌🙌🙏🧎
@EmeryNdikuriyo-o8q
@EmeryNdikuriyo-o8q 2 ай бұрын
Yesu Kristo ni umukunzi mwiza caaane. Imana Data wa twese ihabwe icubahiro vy' ukuri.
@NshimirimanaAlice-qf2zr
@NshimirimanaAlice-qf2zr 2 ай бұрын
Ndanezerew ko ugikijijw Muco.Twarabany urabizi
@ErnestineUwimana-ms4ix
@ErnestineUwimana-ms4ix 2 ай бұрын
Jew ndafashijwe nukr.ikind nashaka kuronka nimero ya Éliane
@Eco-PlastiqueBurundi
@Eco-PlastiqueBurundi 2 ай бұрын
Murakoze kuduha ikaze kw'Iriba ryiza kand umutumir ararenze kuko Muburundi Abantu nkaba Dukeneye Abingezo bosi 🎉
@FredericNZOYIHAYA-up8gd
@FredericNZOYIHAYA-up8gd 2 ай бұрын
Yesu aguhezagire caaan ❤
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Amen amen. Namwe abahe umugisha cane
@evgikundirojooficial
@evgikundirojooficial 2 ай бұрын
Wawuuuuu 🙏
@innocenttuyisengegospel
@innocenttuyisengegospel 2 ай бұрын
Muhabwe umugisha turabakunda Kigali Rwanda
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Amen.Yesu Abahezagire cane
@IsidoreNkeshimana
@IsidoreNkeshimana 2 ай бұрын
❤❤❤
@elysenijimbere3555
@elysenijimbere3555 2 ай бұрын
Il y' avait une partie triste 😢😢😢😢😢 et l'autre partie c'est waoooo😂😂😂😂😂😂. Abavyeyi bawe nabakunze caane,baranyigishije uko nzorera abana banje.so biruhikire mu mahoro nawe umukama aguhezagire de tout côté ❤❤❤
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Yoooh😥😥😥
@auriellamasabo4057
@auriellamasabo4057 2 ай бұрын
Iriba ryizaaa vyukuri 🎊
@iribaryiza1
@iribaryiza1 2 ай бұрын
Yesu ABAhe umugisha
@Aquilinehabonimana
@Aquilinehabonimana 2 ай бұрын
Ufise intahe nziza Éliane abigeme bakijijwe basengere abagabo bakijijwe kubarusha
@YvetteHabarugira
@YvetteHabarugira 2 ай бұрын
Yesu abah umugisha uyu mu maman noronka numéro ziw gute?ndafashijwe​@@iribaryiza1
@JoselyneNiyonkuru-sm9yw
@JoselyneNiyonkuru-sm9yw 2 ай бұрын
Nukur intah yaw inyibuij ubupfuvy nanj naciyemw Arik kumenyiman biraruhura nanj yezu yampayamahoro ngira ngir nabikiramariya amberumuvyeyi
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 ай бұрын
Amen
@merveillenkurunziza3480
@merveillenkurunziza3480 Ай бұрын
❤️❤️❤️❤️
Jaidarman TOP / Жоғары лига-2023 / Жекпе-жек 1-ТУР / 1-топ
1:30:54
Почему Катар богатый? #shorts
0:45
Послезавтра
Рет қаралды 2 МЛН
Sigma girl VS Sigma Error girl 2  #shorts #sigma
0:27
Jin and Hattie
Рет қаралды 124 МЛН
VEILLE DE NUIT - VENDREDI 05 AVRIL 2024 - EGLISE DE DIEU SANCTIFIEE - PASTEUR BIGOT LUXONER
3:38:26
Eglise de Dieu Sanctifiee D'Haiti | EDS
Рет қаралды 609 М.
Jaidarman TOP / Жоғары лига-2023 / Жекпе-жек 1-ТУР / 1-топ
1:30:54