Mbega amabanga mpuza bitsina arakenewe imbere ya Mariage??// Umviriza uwubatse🔥🔥/Uwutubatse😂😂 Weho ?

  Рет қаралды 4,568

Casoar TV

Casoar TV

Күн бұрын

Пікірлер: 12
@Ibintu.Nibindi
@Ibintu.Nibindi 3 ай бұрын
Nimureke kuvuga ngo : "Ku bakijijwe canke abadakijijwe" - icaha ni kimwe ku bantu bose kw'isi. Yaba uwukijijwe canke uwudakijijwe, ijambo rizoducira urubanza ni rya rindi rimwe: "NTUGASAMBANE". Abamenye Imana ahubwo tubwire abakiri mu mwijima ntibasambane kugira ntibaze bapfire muri ico caha. Uwo bigoye kwihangana akore ubukwe kugira aronke kwidegemvya.
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 3 ай бұрын
Arakenewe gose Can mbere 🤭😂😂
@loicshi1403
@loicshi1403 3 ай бұрын
Negritta niwaba utarasambana, ntuze uhirahire, kuko icambere co, babahenda ngo biraryoshe, mais kumugobwa incuro 3 zambere birababaza, premiere raison pour valoir mieux le faire avec ton mari(UWUGUKUNDA VYUKURI). Icakabiri mutazi abakobwa harya hariho uwubigukorera agacaja kubibwira bagenzi we, ati kanaka ameze uku nuku, vyagenze uko. Troisiemement, mwomenya abantu barwaye sida, be nizindi rwara zifatira mubihimba vyirondoka i bujumbura uko bangana mwokwumirwa. Quatriement, les hommes peuvent te mentir, juste pour coucher avec, te faire de fausses promesses. Bref , umuntu iyo agukunda , ico kintu ntanico yubahuka kukubwira mutaragira mariage. Ces histoires zo gupimana, nibihendwa abana bavutse guhera 1990....
@positivemind2255
@positivemind2255 2 ай бұрын
Uwubikoze atarubaka ni Kosho by Dramat 😂😂 Handitsengo Ntugasambane, twahaye guhitamwo urupfu canke ubuzima.. uhisemwo ubusambanyi nukuvugako uhisemwo urupfu.
@Allaboutmusiclyrics
@Allaboutmusiclyrics 3 ай бұрын
Abakunze iki kiganiro numpe like 👍👍👍
@isidorinsabimana410
@isidorinsabimana410 18 күн бұрын
Urakenuye kunteramisha
@FB-df6bp
@FB-df6bp 2 ай бұрын
Ibiganiro nkibi vyoba vyinshi💯
@MukunziCedrick-mu6gj
@MukunziCedrick-mu6gj 3 ай бұрын
Musa neza vrt ❤❤
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 3 ай бұрын
ikiganiro ncuza cane kandi mwîgishije neza
@loicshi1403
@loicshi1403 3 ай бұрын
Arlette kumengo urashavuye Paci ariko avuga ukuri? kirazira kikaziririzwa guhuza igitisina n'umugore canke umugabo mutubakanye, peu importe votre age. Ba mureka gufyinisha ubuzima, benshi ubu bafise agahinda karenze kubera erreur y'umunsi umwe yo gupima ivyo bapima. Hariho des femmes vierges de 60 ans, kubera ata bagabo bigeze baronka
@careneirakoze4956
@careneirakoze4956 2 ай бұрын
M
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 3 ай бұрын
Mubisanzwe ntibibereye guhuza ibitsina utarubaka kuko la société burundaise ntiyavyemera kuva kera
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН
Dad gives best memory keeper
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 20 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 8 М.
GAFARANGA atumye MURAVA amena ibanga😳.Gukurikiza UMWANA wabo😍
57:16
GAFARANGA NA MURAVA
Рет қаралды 8 М.
TESTIMONY//  NIWUMVA UBU BUHAMYA URONGERA WIZERE KO BIGISHOBOKA!!!
1:38:36
grace room ministries
Рет қаралды 210 М.
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 6 МЛН