Ornella kweri niwe yakoze ivyo?? Ndumiwe niho avyibushe arya ivyabenshi And we're so thankful miss Elsa for these advices
@agasambitv7 ай бұрын
Tres serieuse
@user-js9vp9ii8j7 ай бұрын
Elsa pole sana waguye na démon
@irankundajimmy55127 ай бұрын
Iyi nkuru ntakwo ari nziza mais na Elsa nareke kuguma yandikira uwo munegeri namba atagomba kumwiyegereza mwibi bihe bigoye arimwo mwibanga ntangere.Ornella ntimumuvuge yakoresheje umwanya kd yari yabonye ko kuwo munegeri hamera.
@chrisdaymutakuryano39577 ай бұрын
Basi nimukunda ko yamenye ukuri😅
@user-vy1ht7dp7w7 ай бұрын
Nsasavy mumbwire uwo muntu nuwaheh agira benivyo
@jeandedieunkurunziza94307 ай бұрын
Haha kumbeeee
@igiranezaarlenenenah2077 ай бұрын
Merci kuri iki kiganiro ni impanuro mutanze ni ivyiyumviro ryanyu kandi ni vyiza. Gusa numva noterera iki nivyo ko afise umutima mubi oui ou autre chose ariko numva nosaba Elsa canke abandi bagenzi ba Ornella ko bomwegera bakakamuha ubufasha burya ibikomere biratuma umuntu akora ibitokorwa canke nyene umuntu akagira umutima kubera impamvu zitandukanye: Rero umutima mubi ni ukuri ni Imana yonyene wokuwuhindura. Si non Elsa courage uramubabarira ahubwo urabe uko wobigenza umuronderere umuntu yomufasha kuko peut etre arafise ikibazo ahantu nawenyene ngira ataramenya.
@abeliamugisha49857 ай бұрын
Numva ari film 😂😂😂😂😂😂ko bitwengeje mbega mukama😂😂😂😂Elsa nigi pouncoulie nukur 😂😂nyen sha baramumerey nabi mpor vrt
Uwomukobwa mumureke one day azobikorera umuntu amutoraguze amashashi
@user-vu2br9wd8i7 ай бұрын
Mutwereke iphoto yiwe numva ateye n ubwoba
@alaninalvittaavnin75057 ай бұрын
Yoooooh Najew kwl vyarambayeko umugenzi iwanje ipfapfe yarashatse kungurisha kumuhungu iyaba ntar fort twaragwaye kugira amfate kunguvu kwl n story ndende ibabaje cane simba shaka kuvyibuka ivyoo bibabo kwl
@manundayi24097 ай бұрын
Pole Sana my sister yooo ndumiwe pe
@nijembazisevigne63497 ай бұрын
Birababaje kabisaaa
@JosetteDusabe-zo1uu7 ай бұрын
Ivy bintu ntibitahurits nibirofa
@alicendayishimiye53697 ай бұрын
Si ugushaka amahera Hosy,ni ubukoko bwa la fille,imagine nkiyo urya wa 1 aca amufungisha na Mpimba yarigushikayo😏😏😏,
@moyambiri2577 ай бұрын
aho ntiwokundana nuwo mu type ko agukunda
@eustachesitaki36987 ай бұрын
Cette fille est sérieuse et mérite un homme sérieux. Courage mukobwa we.
@ebenaebena97367 ай бұрын
Kubera?
@karoprint-nb7mu7 ай бұрын
Mana yanje Ibibintu birarenze pee Ornella utabihevye Umenye kuzopha nabi utihanye
@moyambiri2577 ай бұрын
gretta nciye ntahura ko iyo baby yashavujwe na 300$ / semaine
@justinsabiraguha2657 ай бұрын
Gusa Elsa narabe acakundana n'uyo mu type nimba nawe amwiyumvamwo
@JimHBoaz2577 ай бұрын
Ndazi umukobwa iburundi yama akoresha amaphotos yabandi bakobwa kugira yibe amahera aba types baba hanze. True story. Nzorondera hosy ndamuhe iyi history iri scary so bad.
#ornella yararonse inoti kbsa, 300$ x 3680ugx = 1104000/= par semaine😢😢 pendant une année
@virgilekelvin84937 ай бұрын
Nuyo mu Elsa😅😅😅yarakunda agakino why atabwiye uyo mu type hakiri kare none avuge kwatariwe...ahubwo murondere na nella nawene..nuyo numusuma yashigikiye nella
Mana we !!! Il faut ko uyomukobwa ahanwa. Elle ne comprendra qu’avec cette manière là, kuko niwosigurira ko umuntu yabonye ko yagize amakosa yonyika uko nyene
@user-mq4lq3po9m7 ай бұрын
Hhhhh n soo
@user-lm9bo4qd4v7 ай бұрын
Abo n babandi bita ba kiratabura ,kiramomora sh vrt uwo mukobwa Yar akwiye no kuronderwa afatwe