MEET&GREET | Amajambo akomeye Fanny Lavine abwiye abakunzi biwe😳😭😭| Ivyo Norasque akoreye Fanny😂😂😂

  Рет қаралды 19,864

GOOD MORNING

GOOD MORNING

Күн бұрын

Пікірлер: 111
@AliceNDACAYISABA
@AliceNDACAYISABA 2 ай бұрын
Maman pasta mumupfakaz ❤❤❤narinkumbuy kukwunv uvug
@DorianneYankunze-xw8wr
@DorianneYankunze-xw8wr Ай бұрын
Fannynukuri ndagukundacane sinobonukondabikubwira wanyigishijevyishimubuzima harivyishiduhuje ndifuzakukubona🙏🙏🙏mwobamufashije kandi ❤❤❤❤❤
@miracleange1588
@miracleange1588 Ай бұрын
Urugendo disi yaranyigishije cane nawe kandi ndakwigirako vyishi mubuzima mama pasiteri disi ❤❤❤🎉🎉🎉
@FlorideNdayitwayeko
@FlorideNdayitwayeko 2 ай бұрын
Nukuri Nora na Lavine murandyohera pe!murazoza kundamutsa I Bubanza bandugu zangu❤❤❤❤❤
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 2 ай бұрын
Solution couple ndabakunda komeza mutera imbere 🎉🎉🎉
@NiyomukizaClairia
@NiyomukizaClairia 2 ай бұрын
Imana ivuze ego ntawuvug oya ndabakunda cn solution family❤❤❤
@GodelieveNizigiyimana-k5e
@GodelieveNizigiyimana-k5e 2 ай бұрын
Mama Lao vrt,j wewe ndagufana saaanaa,wubahwe
@DouceIshimwe
@DouceIshimwe 2 ай бұрын
Hari hahiye🔥abakunzi ba 3FA mundemere ngaha utu like🎉solution couple❤
@Alyseirigenera
@Alyseirigenera 2 ай бұрын
Nukur mugume muditamwa kl turabakunda cn imana izobongererez umugisha ndzbikundir disiiii ukunt mwihuriza kl birantesa peee komeza rr mutwihera twirabire ivyiza vyany maz ❤❤❤❤❤❤
@IrakozeJosiane-g4t
@IrakozeJosiane-g4t Ай бұрын
Ndabakunda Kandi ndabakunda nzishima umusi nabonye Amaso muyandi
@AlineNiyoncuti-tj7ml
@AlineNiyoncuti-tj7ml 2 ай бұрын
Ndabakunda kandi ndabakunda muvyumve caaanee. Nukuri muhezagirwe ibihe vyose
@AmallyIfrahil
@AmallyIfrahil 2 ай бұрын
Ndabakunda cyane 🎉
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue
@ClaudetteNkengurutse-ht6ue 2 ай бұрын
Ibirori vyukuri vyari vyiza pe! Turabanezerereweeeee
@SandrineDusabe-d9l
@SandrineDusabe-d9l 2 ай бұрын
Waaaaaaooooooooooooooooooooooo❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ ndagukunda
@MariegoretheNINEZEREZE
@MariegoretheNINEZEREZE 2 ай бұрын
Yoo vyari biryoshe nukuri turabakunda muzoze muratwibuka KK turabafana knd❤❤❤❤❤❤
@JeanineNdihokubwayo-n6v
@JeanineNdihokubwayo-n6v 2 ай бұрын
IMANA ishishikare ibatwenza
@NiganzeLaudrine
@NiganzeLaudrine 2 ай бұрын
❤❤❤❤ to you solution couple 🎉
@cannyclarettenakimana
@cannyclarettenakimana Ай бұрын
Natwe tutaje tur❤
@Nduwimanaevelyne-f7p
@Nduwimanaevelyne-f7p 2 ай бұрын
Mubeho mutababay solution couple turaba❤
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 2 ай бұрын
Fanny basi utegure iyindi film ihuriramw Nadège n'a maman pasteur nukur
@NirereAnitha-i1t
@NirereAnitha-i1t 2 ай бұрын
Birahimbaye canee muhezagigwe ndabakunda
@EmilienneNiyonizigiye
@EmilienneNiyonizigiye 2 ай бұрын
Umwami abandany kubagrir nez ndabaknd Caan ndipfuz kubabon amaso kuyand mbeg byiz murakunzw Norasque et Fanny Lavine❤❤❤
@الم-ت4م
@الم-ت4م 2 ай бұрын
Maman Lao hejuru cn ❤❤❤
@EloivivianBurihabwa-it5zw
@EloivivianBurihabwa-it5zw 2 ай бұрын
Abel nuyo mu maman bagufashije bubahwe 🌹🌹🌹
@faida-5901
@faida-5901 2 ай бұрын
Norasque kabaye akajembegete uyonumunezero waho Imana yamukuye❤❤❤❤❤😂😂😂😂🎉🎉🎉🎉🎉
@tantinendayishimiye579
@tantinendayishimiye579 2 ай бұрын
Mpore chou ♥️♥️urakunzwe disii
@Emily-k98
@Emily-k98 2 ай бұрын
Yoooo😢😢😢😢manawe m😂😂😂😂🎉🎉🎉❤❤❤❤❤❤❤ courage my family 🎉🎉❤❤
@JoëlYumvabasavyi
@JoëlYumvabasavyi 2 ай бұрын
Ndabakunda n'a marene urugo
@IbraOman-s1n
@IbraOman-s1n 2 ай бұрын
Kweri naje ndarize ma ❤
@BerniceAkimana-b9d
@BerniceAkimana-b9d 2 ай бұрын
2025 haz hab 2em edion abataj tuz tuban namw solution couple❤hejur sn nawapnd sh🎉
@LouiseNiyogusengwa
@LouiseNiyogusengwa 2 ай бұрын
Ibintu vyose iyo biri mwimana data bigenda neza❤🎉🎉
@AliceCuki
@AliceCuki 2 ай бұрын
Fiko fiko raba urongore nukur ngowararunvye😂😂😂😂🤔🤔🤔 so mwabikoz neza pe🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 2 ай бұрын
Fannyyyyy
@emmachris-lt6pp
@emmachris-lt6pp 2 ай бұрын
😢😢😢😢Kobindenz nn nd❤❤❤❤muryoherw yesu agir nez disi
@GozynGoog
@GozynGoog 2 ай бұрын
Ndabakundamwese❤❤❤🎉🎉🎉
@DarleneIshimwe-qi4ut
@DarleneIshimwe-qi4ut 2 ай бұрын
Gusa mwikoranye😢😢.arik naho birik muri team ya 3FA ndimwo❤❤
@AliceCuki
@AliceCuki 2 ай бұрын
Fiko fiko baraguhanzepe raba wikure akagaye😅😅😅😅
@dieudonnendayishimiye
@dieudonnendayishimiye 2 ай бұрын
mugb reo nono akokantu karuguru karabafash 😂😂abaruguru tumenyane❤❤gusa abaruguru bubahw dufise urukundo atarinkurwabayamuj biyemer atakintu😅😅 gs❤
@AnnociatteNiyimbabazi
@AnnociatteNiyimbabazi 2 ай бұрын
Vyaribiryoshieeee😂😂😂😂😂
@EspéranceKaneza-n5s
@EspéranceKaneza-n5s Ай бұрын
😂😂😂 oya naw kwr ntamuntu yavuy américain ngaj mwivyobirofa 😅😅😅😅 nukuriii
@AliceMUREGWA
@AliceMUREGWA 2 ай бұрын
Ndabakundaaa
@JoselyneBigirimana-n8f
@JoselyneBigirimana-n8f 2 ай бұрын
Umuntu bita Ina ligera kontariko ndamubona canke naravye nabi😮😮
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 2 ай бұрын
Nawewabibonye najenamubuz ibibint ningorane rekaturindire
@BayisengeVeve
@BayisengeVeve 2 ай бұрын
Noe ntimuzik bamwirukany?​@@furahandayishimiye2000
@nyleneuwimana6184
@nyleneuwimana6184 2 ай бұрын
Jewe ndabakunda mumabara yose, muri couple nigirako cane Nadège wanj mpole none umukobwa wawe ntabaho 😂😂🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 2 ай бұрын
Vyaribitesaaaaa kwer
@lydi791
@lydi791 2 ай бұрын
😂😂😂 Muramumaramaj uyo yataze igitenge Wllh😂😂😂
@vev690
@vev690 2 ай бұрын
nciy numv norira shn fanny gus 💞💞💞so much
@rosettecimpaye4090
@rosettecimpaye4090 2 ай бұрын
Nanje sinibona photographe wikubite agashi
@FebronieNimfasha
@FebronieNimfasha 2 ай бұрын
Ndabakunda cane
@niyonizigiyefrancinefafa7877
@niyonizigiyefrancinefafa7877 2 ай бұрын
❤❤❤ndabakunda cane gus ndashak kukubona fafa
@angeliquenigaba3551
@angeliquenigaba3551 2 ай бұрын
Ewe Fanny wew urantwenz ngoyari prank
@irankundanadine557
@irankundanadine557 2 ай бұрын
Mbega akajagari 🫢😃😃😃😃😃
@KimachelDealegre-c6t
@KimachelDealegre-c6t 2 ай бұрын
Ndasavy deuxième Edition sinarons time muga nshaka kuhashika nanj
@GozynGoog
@GozynGoog 2 ай бұрын
Foko twereke non chr wawe
@GeorgetteNdayisaba-q4l
@GeorgetteNdayisaba-q4l 2 ай бұрын
Turabakunda caaaaanneeee
@DonavineNiyonsaba-yr4pw
@DonavineNiyonsaba-yr4pw 2 ай бұрын
Ndabona biraryoshe mbega abafana komutadutumiye😂😂😂😂😂
@ChristineNdayishimiye-kk3to
@ChristineNdayishimiye-kk3to 2 ай бұрын
Nukur muranyegy PRANk nimw mwazitangy rk abafan bob baj kwisong p muranryohey bisab mudh partie 2 kk biranezerey cn nd❤❤❤❤ gs muransekej uw mugr bar bamuriy 😂😂😂
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 2 ай бұрын
Eira❤
@ayshaysah6228
@ayshaysah6228 2 ай бұрын
None harumunru akadona igitenge kimwe
@GogoMunyemana
@GogoMunyemana 2 ай бұрын
Hew Fanny arakarigwa nukurira!
@JeanetteNiyibigira
@JeanetteNiyibigira 2 ай бұрын
Fanny nukur ndagukunda ahubwo nzokwicapako
@nishimweclaire
@nishimweclaire 2 ай бұрын
Ina arihehe
@FebronieNimfasha
@FebronieNimfasha 2 ай бұрын
Nanje ndabakunda
@LeaButoyi
@LeaButoyi 2 ай бұрын
Vyari bitesa cane Hama nzoba. Ndahari
@AlthrayhGold-qh1ii
@AlthrayhGold-qh1ii 2 ай бұрын
My mupenda demu😂😂😂😂
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 Ай бұрын
😂😂😂Warahevye, kurira😢uracarura😂Wewe, fanni😢
@ndayisenga-ym5md
@ndayisenga-ym5md 2 ай бұрын
Je ndareclamaaa photo yanje n'a fanny ntayo mbonye murandihaaa😂😂😂
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@CizasandiVio
@CizasandiVio 2 ай бұрын
birangiye nabi. kugitenge
@euphemieningenza7637
@euphemieningenza7637 2 ай бұрын
Ina Ligera kumenga sindamwumvamwo!
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂nuwitwa tayiland 😢😢😢
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d 2 ай бұрын
Solution couple
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 2 ай бұрын
🎉🎉🎉
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 ай бұрын
❤❤❤❤
@YvetteNibitanga-sy4pm
@YvetteNibitanga-sy4pm 2 ай бұрын
Ngo igiteng nticaric???ndamanyuts😂😂😂😂
@بيراتاوبسوالباقيخس
@بيراتاوبسوالباقيخس Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉😂
@NdayirukiyeLiliane
@NdayirukiyeLiliane Ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@KanyamunezaEric-h6x
@KanyamunezaEric-h6x 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤,
@JeanetteGakiza
@JeanetteGakiza 2 ай бұрын
Anitha chrie serva di.fany et Norasque mwubahwe.ibintu ndiko ndabikurikirana birahimbaye
@ElizabethNiyurukundo
@ElizabethNiyurukundo 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 2 ай бұрын
Fanny arakunda kurira
@JoselyneAkimana-p9r
@JoselyneAkimana-p9r 2 ай бұрын
Fanny ingen ngukund wew nonakwicapak
@RaFt-pl1qk
@RaFt-pl1qk 2 ай бұрын
Sindamubona consastance ina muco libert knd numu cherie wa fiko ngira nuwoyatwivye igitnge kk ntitwamubonye
@AliceNDACAYISABA
@AliceNDACAYISABA 2 ай бұрын
Abel uhezagirw uzoguman uwomutima wogufash aband
@GozynGoog
@GozynGoog 2 ай бұрын
❤❤❤❤🎉🎉
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@sandrinenduwimana2697
@sandrinenduwimana2697 2 ай бұрын
❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@GeorgetteNdayisaba-q4l
@GeorgetteNdayisaba-q4l 2 ай бұрын
I gitega muzotwibuka ryari ?
@HarerimanaAline-k1h
@HarerimanaAline-k1h 2 ай бұрын
😂😂😂🎉🎉🎉
@ClémenceBAZIRUTWABO
@ClémenceBAZIRUTWABO 2 ай бұрын
Thank you ndabakunda Can nanj Naho ntahageze ndishimye gose mubandamy mutagata❤❤🎉
@Diane-c1t
@Diane-c1t 2 ай бұрын
Abaje bahomvye yemwe hari ibirori
@alicemugisha7948
@alicemugisha7948 2 ай бұрын
Nadège muzokwongere mukinane twaramukunda disi akina neza
@NadiaIrakoze-u9e
@NadiaIrakoze-u9e 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤😂😂😂
@ntungwanayoodette752
@ntungwanayoodette752 2 ай бұрын
😂😂😂❤❤❤
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 2 ай бұрын
Jew nshaka agabira ka 3FA
@SaydatSaid
@SaydatSaid 2 ай бұрын
Amarirayumunezerofaniwac
@ChantalNiyongere-t8p
@ChantalNiyongere-t8p 2 ай бұрын
Mbakunda kanini
@alklbahayoan9984
@alklbahayoan9984 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@Jesiyv
@Jesiyv 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤from Fanny lavinne
@SadrineKwizera
@SadrineKwizera 2 ай бұрын
Nora arantwengej ngonindashakumugabo?bavyanzebibi turibenshi
@florencekwizera9769
@florencekwizera9769 2 ай бұрын
Ahumbwo nanje fanny ukabona pfuye ntarakubona imana izokumbaza urabona ukuntu guma nisabira kukubona turikumwe ukanyankira ❤❤❤❤❤❤ ndabakunda cane
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 2 ай бұрын
None abandi bagiye ww urihehe ko batavanguye mugutumira ga🤔nubwo urimazina ibintu vyokwidoga sivyo
@LoveLisa-jo1bb
@LoveLisa-jo1bb 2 ай бұрын
N
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d 2 ай бұрын
Fico ngo urarumbiye hoe
@IrambonaJoyeuse
@IrambonaJoyeuse 2 ай бұрын
Kotutibona bimeze gte ?ntibadufotoye ryooo murabana babi
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d
@JoselyneNIYONIZEYE-v1d 2 ай бұрын
Mamalao rero ivy bintu vyokwiriza wapiiii
"Guca bugufi vyaramfashije gushika kure"
9:22
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,9 М.
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 275 #shorts
00:29
啊?就这么水灵灵的穿上了?
00:18
一航1
Рет қаралды 115 МЛН
How Strong is Tin Foil? 💪
00:25
Brianna
Рет қаралды 58 МЛН
这是自救的好办法 #路飞#海贼王
00:43
路飞与唐舞桐
Рет қаралды 92 МЛН
Norasque Yerekanye Umwana wiwe abantu batari bazi ntiwovyemera
16:21
KISHIYATA SEASON 7 EPISODE 10
52:34
AL-RAHUZ FILMS PRODUCTION LIMITED
Рет қаралды 60 М.
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 275 #shorts
00:29