Menya ibitera indwara ya Sinezite, ibiyivura n'uko wayirinda

  Рет қаралды 11,758

Hot250 TV

Hot250 TV

Күн бұрын

Пікірлер: 24
@RwemeraJeannepomuscene
@RwemeraJeannepomuscene 6 ай бұрын
Urakoze mwenewacu wiburundi kudusangiza inama
@muroramary8795
@muroramary8795 4 жыл бұрын
Imana ikongerere ubwenge nubuhanga kuko uradufasha cyane.
@sherifmpozembizi5335
@sherifmpozembizi5335 4 жыл бұрын
Merci beaucoup.
@Sirila18
@Sirila18 4 жыл бұрын
Jewe nashaka kubwira Vestine Uwamahoro mbwira n abandi bibasiwe na sinusite nk uwayirwaye kuva 1974 niga mu mwaka wa 10 nkayibagwa muri 1974 n umuganga w umurusiyakazi i Bujumbura 1975 hagakira umuyoboro 1 w iizuru yabaze ariko uwundi muyoboro nawo ukaja gufatwa. Narivuje , ndaruha imiti ndayiheba ngo ntarwara asima kubera imiti . Mu gukira sinusite habayeho ikiganiro ca DEO MAXIME BAREMERWA citwa TWIBUKANYE BISHOBOTSE TWIGISHANYE kuri radio y Uburundi ndanamushimira. Uko yabivuze nabihinduyeko gato . Uko wokira burundu SINUSITE Ufate indimu uyikate wakaravye neza . Uyikanyire mu kiganza hama ushire amama 2 mu zuru uce urarame donc urabe hejuru kugira umuti umanuke wifashishe intoke upfunge gato imyenge yose y izuru. Ivyo ubikora igihe cose wumva mu mubiri wawe umerewe neza kuko umaze kwitsamura udutsi mu zuru tuba twaturitse wobabwa caaane. Bikore igihe cose hasa neza ata allergie ufise . Uheze na nimugoroba urye ica kane c indimu uyifyeta buke buke umira. IBINTU WIRINDA IGIHE COSE URIKO URAFATA UWO MUTI. 1/ Kwiyoga canke kwisiga ibimota no kwegera abavyisize . 2/kuryama mu bintu vy umwanda. 3/kuvyuka gihutihuti muti gute? Vyuka ube uricara ku gitanda ushobora gusenga. .iminota 5 Va mu cumba uje muri salon wicareho iminota 5 Sohoka hanze rero. Izo etapes zituma umenyera impemu z aho uroye bukebuke en douceur bigatuma utitsamura. . Ushoboye ivyo vyose sinusite zizokira burundu umujinya wazo uhere kuko ndazikize haciye imyaka 14. Allergies zizogenda ziragabanuka na crises zihere burundu. Ubishaka wofata ikirangaminsi calendrier ukanota uko bigufata uzosanga bigabanutse hama bihere. IGIKURU UBISANGIZE N ABANDI. Umaze kuzikira ntusubire gutinya na kimwe. Reka kwoga ibimota wewe mugabo abavyoze bareke kugira umubiri wawe ubimenyere ni kwo gukira burundu. Bonne chance from Burundi. .
@niyomubyeyivestine8626
@niyomubyeyivestine8626 3 жыл бұрын
Urakoze
@claudineuwe7643
@claudineuwe7643 3 жыл бұрын
Urakoze cyane Immaculee
@claireniyompamvu5420
@claireniyompamvu5420 3 жыл бұрын
Urakoze ncut uramfashije caane
@usanaseanne-marie5941
@usanaseanne-marie5941 2 жыл бұрын
Ooooh ! Thx nzabikurikiza ndebe pe,ako ndavyizeye
@freedomunityandtruthtv8649
@freedomunityandtruthtv8649 Жыл бұрын
Urakoze nawe kumpanuro ,Imana Ibahumugisha,Hama uwomuti uwufata umunsumwe gusa cg bimarigihe kingana gute,njyendazirwara ariko nkuko wabivuze ,Imana Yahorinkoreshuko ntabizi,kubyuka mbyuka bucye bicye,nkabanza gufatumwanya mugitanda nkabonubusohoka,hanze ikirere kibaye kibi nambara agapfukamunwa,gusa nuko mbisuzugura kwiyuka narimbizi kubera nsbikoze nokuri gripe,murakoze
@machanical01
@machanical01 4 жыл бұрын
Ubivuze narembye nditsamura imbavu zikandya njye nduma mumazuru mumihogo imiti banyandikira ntibimara 2 ndangiza imiti bidateye 2 Haifa kuba harikimpumuriye gukuba mumaso amazuru mumatwi ubwo uvuze kwiyuka ngiye kubigerageza ndebe kdi urakoze cyane
@freedomunityandtruthtv8649
@freedomunityandtruthtv8649 Жыл бұрын
Ikindi uzagerageze Sauna,ibamo imiti iyivura
@NKERABIGWIEvariste
@NKERABIGWIEvariste Жыл бұрын
Thanks our doctor,so i would Like to know where we can find capsine in Kigali thanks a lot
@hot250tv
@hot250tv Жыл бұрын
Nyabugogo kwa mutangana
@mukabayirenadine2840
@mukabayirenadine2840 4 жыл бұрын
Urakoze cyane
@afazarimarcel1819
@afazarimarcel1819 4 жыл бұрын
Nibyo kbs
@sindayigayaemmanuel2232
@sindayigayaemmanuel2232 4 жыл бұрын
thank u
@dieudonnematungo-toto761
@dieudonnematungo-toto761 Жыл бұрын
Ndabzifuzachanekumenyaichavura sinizite
@habaruremahonore5388
@habaruremahonore5388 4 жыл бұрын
Ngewe nararangiye singihumurirwa cg ngo nukirwe kubera sinezite mundangire umuti kbs
@hakuzweyezumarieaimee3980
@hakuzweyezumarieaimee3980 Жыл бұрын
Iyi ndwara ni imwe muzo bita hereditaire.
@wellanishimwe2875
@wellanishimwe2875 3 жыл бұрын
warakoze hanyuma muturangire umuti uvura estomac
@hjclaude8962
@hjclaude8962 4 жыл бұрын
Ura
@nyirakigwenemclaudine1667
@nyirakigwenemclaudine1667 4 жыл бұрын
Isabelle turagushimira rwose uratwigisha ibintu by'ingirakamaro.Ese iyo miti utubwiye ya sinusite irabivura burundu
@claudineuwe7643
@claudineuwe7643 3 жыл бұрын
Nonese n'abana bariyuka uwanjye afite 10ans????
@freedomunityandtruthtv8649
@freedomunityandtruthtv8649 Жыл бұрын
Nabana kwiyuka ntakibazo ubashyiramo akanya gato Gato, Imana Ihumugisha uyumukobwa njyendayirwara,Ariko ukwavuze numuti ,capisine narakoresheje irakora,mugihe cyimbeho nimvura mumavumbi ushyiramo agapfukamunwa,kuko igiribihe bitewe nikirere umenyuko ubyitwaramo bigashira
MENYA GUTANDUKANYA INDWARA YA SINUSITES NA RHINITE
24:32
Pacistv catholic church Rwanda
Рет қаралды 2,6 М.
NIBA UJYA UBURA APPETIT DORE IKIBITERA N'UKO WABYIRINDA
12:32
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 6 МЛН
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 54 МЛН
8-UMVA UKURI "Uko intwari z'Imana zimera"  Cyatanzwe na NZUNGU Gad
3:42
Ivugurura n'Ubugorozi
Рет қаралды 5 М.
Tumenye akamaro ko kurya INANASI ndetse n'abatemerewe kuzirya
9:35
КОГДА К БАТЕ ПРИШЕЛ ДРУГ😂#shorts
00:59
BATEK_OFFICIAL
Рет қаралды 6 МЛН