MINISTRE SHINGIRO||Urutonde rw'ibihugu ABARUNDI bemerewe kujamwo badasabwe VISA

  Рет қаралды 14,790

Agaciro Media

Agaciro Media

Күн бұрын

Kuri uyu wa 22, Inama nshingamateka yakiriye umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu. Albert Shingiro yari azanywe no gusigurira abashingamateka integuro y’itegeko rigamije kwemerera abafise pasiporo z’abanyacubahiro kwinjira muri ivyo bihugu bibiri (Uburundi na Zambiya) ata visa isabwe
📌 Ubwo burenganzira ni buhabwe n’abanyagihugu basanzwe!
Abashingamateka benshi basavye uwo mushikiranganji kurondera urwo ruhusha no ku barundi basanzwe. Basiguye ko muri iyi myaka vyaragaragaye ko ico gihugu benshi bakijamwo kandi bigafasha cane imiryango yabo barungikira amafaranga bamaze gushikayo
Ariko kandi ngo na benshi muri abo barundi bama banyazwe n’utwabo kubera ukubura ivya ngombwa vyo kuba muri ico gihugu
👏🏾 Ngo biri mu migambi..
Albert Shingiro yavuyeho yemeye ko iyo ntambwe ari yo izoca ikurikira inyuma yo gutora iryo tegekoryari ryamuzindukanye
👋🏾Abari muri Zambiya, Abashingamateka hari ikindi bobasabira ?
#agaciromedia #Burubdi #BurundiDiaspora #EAC #subscribe #youtube

Пікірлер: 31
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 13 күн бұрын
Hama nagomba ndagushimire nyakubahwa uri inkerebutsi wishuye neza we are proud of you reta nkozi 👍💓💓💓💓
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 13 күн бұрын
Mwoshobora gukurikirana umuhora abarundi bakoresha mu gushika Zambia, Tanzania irakubagura abarundi kandi bafite visa cane cane ahabita uvinza + sumbawanga Mwoshobora kurungika umugwi gukemura ico kibazo please?
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Jewe nemera imana gusa❤😂
@davidbizimana-sp4ms
@davidbizimana-sp4ms 13 күн бұрын
Nugukora ubunyene.
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Ariko umwana wu mutusi ,,yarambirishije icuya ngo visa yahexe
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Kera tuciga muri yaga mukama,,,twahora dusoboka,,tugakora imisose,,,tukagenda kwiba ibijumbu
@musoniandre8934
@musoniandre8934 10 күн бұрын
Eseyaza.muburundi.ahashakicyi.ntacyintumufisi.ruswaniyikora muburundi.
@habibumasenga6213
@habibumasenga6213 13 күн бұрын
Umukuru winama shingamateka turagusavye guha umuco abarundi, please mugisagara ca bujumbura hariho aba nyumbakumi atavuga ikirundi ivyo bisa nukugurisha itongo dya reta abarundi ntwanyuzwe ni nyishu wataze kuri ico kibazo?
@last_samurai6690
@last_samurai6690 11 күн бұрын
Maybe izo nzu cumi atwara ntizivuga kirundi 😂😂
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Ntawuhisha umwotsi inzu iriko irasha mwa batama mwe
@OlivierNdayishimiye-ke8nd
@OlivierNdayishimiye-ke8nd 13 күн бұрын
Mwavuze ngobaja guca ibiti bahimpusha bigire
@nsabimanaeric3006
@nsabimanaeric3006 13 күн бұрын
Kandi umukuru w Inama nshingamateka yatwise abansi b igihugu ?
@sethnduwayo6783
@sethnduwayo6783 13 күн бұрын
Hanyuma kubijanye na EAC iyo sejour y'amezi atatu ntikwiye kubantu bashaka gukora imigenderanire ikomeye kandi y'igihe kirekire!
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
3 eme guerre mondiale nimba mutayibona,,ntakundiiii,,birababaje,,,ariko ntakundi ,baca umugani ngo umwansi nu mukunzi birajana 😂😂❤
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Kugira dukore imisose,,benshi nki mbonekera loi ntavyo bazi
@sethnduwayo6783
@sethnduwayo6783 13 күн бұрын
Hanyuma nosabako ivya permis de travail vyokorwa kumwe muri EAC. Kenya n'Urwanda biroroshe ariko ibindi bihugu ntivyoroshe nagato! Rero umukoresha arinze yiyumvira gutumako umukozi mukindi gihugu, n'uko aba abona akarusho azozana. Na canecane ko usanga amurihira amakori atari make!
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
😂😂😂❤
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Kandi jewe keraaa nubu ndabisazanye,,,harya ntakintu kiryoshe nki ingwano 😂😂,,,ariko apana genocide
@sethnduwayo6783
@sethnduwayo6783 13 күн бұрын
Biragoye! Kwumva ko habonetse isoko y'amazi bikanka ko dukwiza ayakenewe? Nibazako dukwiye kwuguruka amaso! REGIDESO na Kinju na Aquavie n'abandi vyaranse burundu? Ibihe vyaraduhindutse! Tureke gufyina!
@PierreManirakiza-xe6qz
@PierreManirakiza-xe6qz 13 күн бұрын
Ndafise akabazo kamwe,,,nya kubahwa,,,jewe mperuka i burundi na ma nationaliteit,, minimum ni 30jr,,jewe petero,,nayuye i burundi,,hasigaye 3 Jr ngo visa ihere
@last_samurai6690
@last_samurai6690 11 күн бұрын
Ikibazo?
@RichardDickson-b4j
@RichardDickson-b4j 12 күн бұрын
🇨🇩🇨🇩👈👈🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 13 күн бұрын
Mutama utanguburenganzira kubazaguhiga akazi jew nagiransabe iyimesaje imushikire jew ndumurundikazinagiye guhigubuzima saudia imbereyukotuza mwatubwira komuzodukurikirana nono twirirwa turakubitwa ukarwara ntuvuzwe ntuga urirwe ugakora amasaha 22/24 kandi mwatubwora komuzoza muradukurikiran ukotubayeh kubury turwara tukasaba gutaha batujaj kumaofice bagacabadufunga twirihiritik twebwe nkabatundi twasaba yuko mwomanza mugasubir kwayomaofise kugira biteh zgukurikiran abobarungits nahunandikir ntibakwishur bibonek kotugurisswa turatabaza tukabura abadutabara jew ndarway narivuj vyarans mumfashe nitahir sipfirino
@last_samurai6690
@last_samurai6690 11 күн бұрын
Abarundi ni injinji. Ngo igihugu kimeze neza abantu ntibasohoka? Geez. Iyo atembereye agashika kuri aeroports De Gaul, Heathrow, Doha, Dubai, Etc... asanga huzuye abantu bava mu bihugu bikenye. Le ridicule ne tue pas.
@whitesonChibanga
@whitesonChibanga 10 күн бұрын
Turasaba reta vyeyi ukukuntu badukubagura muzambia bagufash bakunyaga inguvu zose wakoreshej mumyaka 4,5,6,....niyindi myaka ugatahira agasho muzambia birababaje peee reta vyeyi mudufash basi turarush peee twibwa ijoro numurango umuforena gwararegany nivyo tutavuz kugorwa nabimiduga urikwikinga waba ufise akaduga bakawugutwara abarundi turagorew mumahanga canecane ibibihugu dusangiy urukoba rwirabura zambia nicogihugu camber gifata nabi abanyamahang kuko kuduhohotera babigiz business bagufate, ejo, usoke 40.000k yamakwaca bonger bagufate bundi, utange50. 000yamzambia agana ngeranij namarund nimiriyonidwi nabavyi bakwibarutse nabavukany nabagenz bari mugihug ntitubabwira kugira ntitubace intege zokurodera zambia akareganyo nikeshi pee mutwugurire, ibihugu vya buraya niho hohonyene hasigay inoti yagaciro serabi nahand afrika baradusahura murakoz bashikibacu ntibasaz muhira zabo nogucegwa kurongorwa kwizera wamuhungu, aguma, atabukira, ahari, bamusahura. Murakoz
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 13 күн бұрын
Baja gukorayo iki mw'ivyo bihugu?
@last_samurai6690
@last_samurai6690 11 күн бұрын
Tourism 😂😂😂
@NitungaGuyHubert
@NitungaGuyHubert 13 күн бұрын
Abarundi ndumv turi kukiv
@last_samurai6690
@last_samurai6690 11 күн бұрын
Ni umunwa gusa. Kuva kuri ba Bagaza. Ntakivi kihari😂
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
00:26
Los Wagners
Рет қаралды 15 МЛН
Support each other🤝
00:31
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
War on RIBA, Building Wealth and Halal Mortgages | Dr. Sajid Umar
1:25:15
OnePath Network
Рет қаралды 256 М.
L'Amérique éclatée ?
12:58
IRIS
Рет қаралды 4,2 М.
INZIRA Y'UMUSARABA  S2  EP 82  ( RUGEMA akubiswe na CAMARADE  NA EMILE   }
27:51
Quando eu quero Sushi (sem desperdiçar) 🍣
00:26
Los Wagners
Рет қаралды 15 МЛН