Miss Kelly Ngaruko muri

  Рет қаралды 29,632

Best of 257 Official

Best of 257 Official

9 ай бұрын

Miss Burundi Kelly Ngaruko aje kuri #karababa turi kumwe na La Vache originale Alvin Smith na Lysa Carla nkaba host
Ikibanza ni Flamboyant Garden 🔥

Пікірлер: 120
@Olimalkey123
@Olimalkey123 9 ай бұрын
Ariko na Lysa Carla turamukeney mur karababa cokimwee na Alvin turabakeney nubwo aribo bakoresha ikiganiro abavyunva nkanje mumpe like
@Olimalkey123
@Olimalkey123 9 ай бұрын
Best of 257 mugire ico mukoze kuko turashaka kubona karababa yanyu gusa Alvin numurara isambusa yozimara🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@user-lq8kt3gc6r
@user-lq8kt3gc6r 9 ай бұрын
niw miss wambere muburundii twaronsee afise urufasonii rwinshii u so cute❤❤❤
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 9 ай бұрын
Kelly ndamukunda avugana urupfasoni rwinshi vraiment nuwa grave 👌
@HyacintheMunyana-bb9yi
@HyacintheMunyana-bb9yi 9 ай бұрын
Miss Kelly arantangaj uko nari ndamwibaza siko ndamusanze🤨bwabundi nuwindero ❤
@s_dou.x
@s_dou.x 9 ай бұрын
Miss is sooo funny😂😂🤣🤣😂😂 the way she said ngo “nshaka kurira” with a low voice!!😂🤣
@Karol97875
@Karol97875 9 ай бұрын
Miss afise indero maïs elle réfléchit trop ça gache en peu le moment elle nous fait attendre😢 mais c'était pas mal
@hortanceb
@hortanceb 9 ай бұрын
Miss Kelly nzaza kumureba i Burundi kumureba!!!love from Rwanda
@user-cg4rq6ry6u
@user-cg4rq6ry6u 4 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤ bien éduqueé
@kezamutimadonkenthia980
@kezamutimadonkenthia980 9 ай бұрын
Waooh alvin uraberew trop👌👌👌
@kanekiki8852
@kanekiki8852 9 ай бұрын
Uri mwiiiiza sanaaaa🥰Miss kelly wacu❤❤NDAGUKUNDA ❤❤
@Bestof257Official
@Bestof257Official 9 ай бұрын
❤️❤️❤️
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 9 ай бұрын
Thx sanaaa gutumira miss wacu Kelly 💖📸🎈⚘
@ingabirealainthia6303
@ingabirealainthia6303 9 ай бұрын
Unomusi komwazany isambusa zikee 👀
@didiangekaneza8748
@didiangekaneza8748 9 ай бұрын
Sambusa zagabanutse😂
@kessymillerkwizera1424
@kessymillerkwizera1424 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂uranyumije 😂😂😂wahora uziharura rero😂😂😂
@didiangekaneza8748
@didiangekaneza8748 9 ай бұрын
Hmmhhh ndinda ndaziharura avant zab zirunzee ubu hariho nama espace hagati yisambusa😂
@mimie58
@mimie58 9 ай бұрын
Miss you're amazing and sooo wiseee♥️♥️♥️♥️♥️merciii bestof257 pour l'émission ♥️♥️♥️♥️♥️
@FiftyD
@FiftyD 9 ай бұрын
Kelly, Education 1000 kwijana, kwuguruka mumutwe Ijana kwijana, arakwiriye agashimwe kuri iyi chaine. niwe abaye uwambere yishura nibibazo umuntu atokeka ko yishura. bravo
@DabratRukundo
@DabratRukundo 9 ай бұрын
Iyi emission yari iryoshe cane kndi umwanya war ukwiye merci beaucoup
@Rutwiko_Comedy
@Rutwiko_Comedy 9 ай бұрын
Miss popularity 2023 turamukeneye
@Hakybara4
@Hakybara4 9 ай бұрын
Yeeeee nduwambere
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 9 ай бұрын
Alvin na Carla sindabashigikiye vraiment. Urashobora kubaho ata muntu wanse vraiment. Urwo rwanko ruba rumeze gute? Aho jewe nohaguruka nkabivamwo pe kuko kwanka umuntu kurugezo rwo kuvuga ngo ndanka umuntu ntarwo ndashikako pe.
@user-ih2ey2ef3p
@user-ih2ey2ef3p 9 ай бұрын
Kelly mazina sh love you so much❤❤❤
@AnneNiyonyishu-cq8nm
@AnneNiyonyishu-cq8nm 9 ай бұрын
Miss Kelly ❤️❤️
@Claytonchannel
@Claytonchannel 9 ай бұрын
Elle très intelligente et bien éduquée❤, Thank you Carla na Alvin ndabafana, ka ka Lumicash ntimwagashizeko😂
@angebellairakoze3682
@angebellairakoze3682 9 ай бұрын
Miss Kelly j'ai eu l'opportunité yo kuganira na we,naciye ndamukunda kurusha😍
@Rutwiko_Comedy
@Rutwiko_Comedy 9 ай бұрын
Wooohhh ❤
@safian.9518
@safian.9518 9 ай бұрын
😂😂😂😂😂 kelly ngo "nshaka kurira"😂😂😂😂 yoooo karababa ni fireeee😂😂😂😂😂😂
@user-me7td6fv3m
@user-me7td6fv3m 9 ай бұрын
Miss Kelly ndagukunda cne hama mutuzanire Alvera
@IrankundaSalomon-do6bf
@IrankundaSalomon-do6bf 9 ай бұрын
Kelly love you so munch❤
@famoustv4588
@famoustv4588 9 ай бұрын
Bonne émission !! 🍟
@DarleneNiyukuri-ut4zq
@DarleneNiyukuri-ut4zq 9 ай бұрын
Ndaryohew😍😍😍😍
@safian.9518
@safian.9518 9 ай бұрын
🔥🔥🔥
@luckyitk
@luckyitk 9 ай бұрын
Akantu ka juryyy igirira visit umu finaa😂😂 ndahwerey 😭 bavyita kwihumurizaa🤲🤣
@OscarNDIHOKUBWAYO-no5et
@OscarNDIHOKUBWAYO-no5et 9 ай бұрын
Naze ndamwihere Gtg twifitiy agatima keza kumbe imisore yibuja isigay itakibonna ivyiza mpaka tubibonye nkuko🌹🌹🌺💐
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 9 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥
@trupha6182
@trupha6182 9 ай бұрын
ARAKUBIYE KABISA. NI OG👍
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj
@Eddy-cremeItangivyiza-tp4jj 9 ай бұрын
Ushaka kurira Kelly😂😂 rira ubanze ukeshe amaso😢😢😂😂😂
@NZIGAMASABOPRUDENCE
@NZIGAMASABOPRUDENCE 9 ай бұрын
Monia fleur 🌹
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 9 ай бұрын
la vache🐄 carla aranteusaaa🌹🌹🌹👊mukora émission ya b1 miss yishura bn
@user-mk2su3gv3i
@user-mk2su3gv3i 8 ай бұрын
Miss Kelly uri mwiza vrt ndanakwikundir cne
@destineeingabir1372
@destineeingabir1372 9 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳kelly ngaruko n bien oky ndagusavye muzozane maman liam Belle nice 🥳
@Bestof257Official
@Bestof257Official 9 ай бұрын
Sawa sawa @belle9ice azoza
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. 9 ай бұрын
Yabuz gitf yatubesh Naz ndarimuh 🌹🌹inkumi nziza nkiyo😂
@beatricenduwimana5567
@beatricenduwimana5567 9 ай бұрын
Alvin uraberew
@adelardhabonimana6388
@adelardhabonimana6388 9 ай бұрын
Aho yari propre kabisa
@salamisindimwo303
@salamisindimwo303 9 ай бұрын
emission ya bien...aka melodie Miss yateye a la 17e min kubera karababa,😀😀
@titykingbdi6208
@titykingbdi6208 9 ай бұрын
Cool Miss wacuuuu uri mwiza xana jewe ndanguhay Amashurwe 💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐💐
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 9 ай бұрын
Muzozane belle nice cnk kigingi✌️
@s_dou.x
@s_dou.x 9 ай бұрын
Someone tell Mr.Alvin that he looks way betterr👍🏽😎!!
@winnynduwimana4751
@winnynduwimana4751 9 ай бұрын
😂 😂 😂
@KamarizaViolette-zm5bw
@KamarizaViolette-zm5bw 7 ай бұрын
Uwomuntu najew naramwumvis ndanamuziiii😂😂😂
@Karol97875
@Karol97875 9 ай бұрын
Murazana Belle Nice
@user-dh2wo4my5i
@user-dh2wo4my5i 8 ай бұрын
❤❤
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 9 ай бұрын
Is the word rinda for me???😂😂😂😂@alvin ✊🏾
@Karol97875
@Karol97875 9 ай бұрын
Carla ta voix wig kuduza
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 9 ай бұрын
Alvin bakuache tu😂😂😂
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 9 ай бұрын
Mutanguy kub aba méchant mukiri bato. Alvin et Lisa😢😅😅😅
@lauria4541
@lauria4541 9 ай бұрын
Niryambere ngiz commentaire.. mercii kubona mwamuzanye🙌😍😍 yari iryosh trop😍
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 9 ай бұрын
🙌👊
@aurorebukeyeneza641
@aurorebukeyeneza641 9 ай бұрын
Uwomwana ARI innocente
@kanyambochadia3997
@kanyambochadia3997 9 ай бұрын
32:00 Iyo ico kibazo aba jewe Namuvuga en Majuscule
@SoleilNshmw-rn9sj
@SoleilNshmw-rn9sj 9 ай бұрын
Alvin shn uratanga vibe vrt🤣
@juvenalniyonyishu3627
@juvenalniyonyishu3627 9 ай бұрын
alvin je uranyica pe
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 8 ай бұрын
Uwo ntamu chr afise😂😂😂
@nishimwejames83
@nishimwejames83 9 ай бұрын
Alvin mpa number ya miss jew nkore umuti🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@BrandonKabanga-vo7nl
@BrandonKabanga-vo7nl 9 ай бұрын
Kreme de la Kreme🥱🤗🤗🤗 karababa hejuru cane✊✊
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 9 ай бұрын
Harih ama questions atajanye na Karababa mwagiy murabaza...mwaciy muprofitiramwo na interview
@niyonkuruconsolee7820
@niyonkuruconsolee7820 9 ай бұрын
Lysa Carla yagize inzobe😊
@user-fy9pw2zr8l
@user-fy9pw2zr8l 9 ай бұрын
Alivin iraberewe
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 9 ай бұрын
Finalement émission ndede 🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@Bestof257Official
@Bestof257Official 9 ай бұрын
Ehhh mukunda izisaha? Sawaaa
@halchoo5183
@halchoo5183 9 ай бұрын
​@@Bestof257Officialegoo😊😂
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 9 ай бұрын
@@Bestof257Official caneee
@safian.9518
@safian.9518 9 ай бұрын
Alviiiiin 😂😂😂😂😂😂 ngo I hat you😂😂😂😂😂😂
@philoscoco
@philoscoco 9 ай бұрын
Ariko izo sambusa azisiga aho kweli n'akantu i 🌶 kamukoze 😂 😂 I like Creme de la Creme 😊 Single and legend vugisha ukuri, 😂😂😅😅😅
@nijimbereaimable9947
@nijimbereaimable9947 9 ай бұрын
Ndamukunda kelly🎉🎉🎉
@RichardNIYUMUREMYI-qq4zm
@RichardNIYUMUREMYI-qq4zm 9 ай бұрын
Monia fleur turamushak
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 9 ай бұрын
Alvin uzogumane iyo coiffure
@bsc4177
@bsc4177 8 ай бұрын
Naduhe numero tumuhe amashugwe nama guft😂😂
@dididivine8850
@dididivine8850 9 ай бұрын
😂😂😂😂uri kuvuga ngo abahungu barasarisha 😂😂namwe mwamutinyee nokumubaza
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 9 ай бұрын
😂nivyo bamwubashe kabisa
@leilaprinciaishimwe191
@leilaprinciaishimwe191 9 ай бұрын
Kreme de la kreme😊 mwakoz kumuzana
@yedidyanicishatse5615
@yedidyanicishatse5615 9 ай бұрын
Hahahahha ngo Aka crème de la crème kokwa baby killer
@kenykimmhrwe3235
@kenykimmhrwe3235 9 ай бұрын
26:14 😂😂😂😂
@annedeborah5926
@annedeborah5926 9 ай бұрын
This was fun and funny😂...Reka natwe tuje gutohoza urya mu hypocrite yabaye Miss😭
@Bestof257Official
@Bestof257Official 9 ай бұрын
Hahaha uratubwira umutoye
@thierryhakizimana6262
@thierryhakizimana6262 9 ай бұрын
uwo mss wap niwe arakwep ibibazo namw mukemer agum yihinguz kand sivyo
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 9 ай бұрын
Karla yatanguy kuba inzobe😂😂😂😂😂Alvin bimw wavuga biratanguy kwibonekeza kwa Karla
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 9 ай бұрын
Alvin araberewe mu mutwe cane
@Hakybara4
@Hakybara4 9 ай бұрын
Like😮😮😮pls
@lahailoypianomuzika8549
@lahailoypianomuzika8549 9 ай бұрын
Nimba ari ménace 😂😂😂
@KinBeatGK
@KinBeatGK 9 ай бұрын
Kreme be ready kwakira umushits from .....
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 9 ай бұрын
😂😂😂😂
@bayizeregrace7015
@bayizeregrace7015 9 ай бұрын
Muzozane monia fleur 🤣
@its_me1black
@its_me1black 9 ай бұрын
mn vy vrai uy mudada aratinyits vy hatar naramubony mur kcb donc elle a l'air d'être très stricte Ash nimb arikw asanzwe aimez ni mubant bamenyerany wallah ntamashurw azobon vuba 😂😂😂 btw nt zigo vrmt🙌 ndum fan j'ai même voulu kukuramutsa nditinya😟😟
@iddyabdul2718
@iddyabdul2718 9 ай бұрын
👏🏼👏🏼👏🏼
@angenellynasangwe5026
@angenellynasangwe5026 9 ай бұрын
I wanna give flowers to my fav vlogger @kreme 2 la kreme🤩♥️
@eunicekheliamugisha2772
@eunicekheliamugisha2772 9 ай бұрын
Ikintu kimwe elle a raison, turinze tu draga umu type nuko uba utari très interessé 😂 kbra umukobwa ari interessée tuba turi très timides
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 9 ай бұрын
@miss i hear uuu from not receiving flowers 💐
@general4pf
@general4pf 9 ай бұрын
Same shiit?🙃
@Monia.2
@Monia.2 9 ай бұрын
❤❤❤
@nijimbereathanase9995
@nijimbereathanase9995 9 ай бұрын
Kelly baragurinya. Hama ntawe afise sinon yari kuvuga ko amufise ,à min avis
@Hi5392
@Hi5392 9 ай бұрын
43:15 😂😂😂😂😂😂😂🤣🤣🤣🤣iyo ni depression... abantu ba mwegereye bamutware kwa legentil😂😂😂😂😂 kandi uwo muntu dushobora kuba tumuzi ngaha twese... hari une finaliste vyari biboneka ko yabaye très déçu na le résultat. apres kuri jimbere bamutumiye aca avugako afitiye imihari jury. sinibuka uko yitwa ariko niwe muremure après Mégane akaba ari inzobe. ubwiyemezi buraho weee🙄😂😂😂😂😂😂😂
@godsgrace6820
@godsgrace6820 7 ай бұрын
Hahaha nanj niw niketse😅 ariko sha nako ni keza ikosa n'uko kabay hypocrite envers elle
@user-mk2su3gv3i
@user-mk2su3gv3i 8 ай бұрын
Iry pilipili iri mwaziry nkoko nukuri naj ndaziriy ndiruk muri toilette bitey ubwob
@crispincesarnshimirimana8689
@crispincesarnshimirimana8689 9 ай бұрын
Ubwobukobw kobusa ganani ntbvukna bury
@berrydushime7442
@berrydushime7442 9 ай бұрын
Muzozane b face
@karoprint-nb7mu
@karoprint-nb7mu 9 ай бұрын
Muzozane Chelsea
@user-jm6dd2ow9b
@user-jm6dd2ow9b 9 ай бұрын
Jewe naramuhaye 400k arikawushije
@Bestof257Official
@Bestof257Official 9 ай бұрын
Hahahha yazane ino
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 9 ай бұрын
Ko mutamubajije ko Ari vierge nkuko muhora mubibaza abandi?
@nishimikijimanabelyse1053
@nishimikijimanabelyse1053 9 ай бұрын
Ok ndabitahuye mwamwubashe soory
@dusengeedmond
@dusengeedmond 9 ай бұрын
Ahubw nyen😅
@KA__Divin
@KA__Divin 9 ай бұрын
Giciyee kindambira nagira bakimubajije 🤦‍♂️🚶‍♂️
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 9 ай бұрын
Amatako niyo acuruza Miss aratwereka amatako yiwe ahene turabe
Nella de Matt aranse kurya Karababa 🤣👌🏾 @alvinsmithofficial ntiyemeye
34:02
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 80 МЛН
Despicable Me Fart Blaster
00:51
_vector_
Рет қаралды 25 МЛН
ПРОВЕРИЛ АРБУЗЫ #shorts
00:34
Паша Осадчий
Рет қаралды 6 МЛН
THIS LIFE CHAPTER 16
21:46
TOPLINE TV
Рет қаралды 22 М.
Fish farming_Ubworozi bw'amafi (uko filtre iyungurura amazi ikora)
10:21
Penuel Forum TV
Рет қаралды 4,9 М.
KIGINGI LE COMÉDIEN araririmbiye Imana abantu baratangara
10:25
Position ukunda cane n'iyihe Kim Nana ft @alvinsmithofficial#karababa
40:22
Best of 257 Official
Рет қаралды 24 М.
Дымок или Симбочка?? 🤔 #симба #симбочка #mydeerfriendnokotan
0:19
Симбочка Пимпочка
Рет қаралды 2,5 МЛН
La emociones de Bluey #歌ってみた #bluey #burrikiki
0:13
Bluey y BurriKiKi
Рет қаралды 18 МЛН
He doesn’t like illusions
0:17
V.A. show / Магика
Рет қаралды 15 МЛН
Это ежегодное настроение 😉 #tiktok #юмор #жиза #funny
0:10
Ангелина и Тая
Рет қаралды 4,2 МЛН