@Mow'kanzie✍tu es très intelligente 👌 ingene wishurana indero rero wow!👌😘
@kalyka410716 күн бұрын
Mona a tellement de classe et elle est intelligenfe. Bituma ubona ubujuju bwabantu ntavuze...
@irdidierciza939412 күн бұрын
Mona araciye ubwenge pe!
@Alinakeyla14 күн бұрын
Monna vraiment ❤❤❤❤❤❤ très intelligente,très civilise très élégante. Elle est à 100% classe ❤❤❤❤ Nayo uyu ngo ni Lee avuga ukwasa ntagitangaza mon Dieu 😨
@Rweze16 күн бұрын
Mona mbabarira izo appel ntusubir kuzitaba,level yaw reg ntibikwmerra,ikiganiro kirahari kumukubito c tout!wisigure vrt🙌🏻Oya,uyo muco kuva aho bashakiye kuwumenya GA yemwe
@Josiane-j2t16 күн бұрын
Nukur ubu bukobwa bushinzwe iki muri make uburaya na jalousie
@irankunalyly46817 күн бұрын
Kumengo ndabaye uwambere mumpe lik bakunzi ba star tv 257🥰✌️✌️
@titibiz137717 күн бұрын
Ariko kweri ndabasavye mutwereke aho Monia yiyemeye.Keep it up sha Monia.
@simonndikuyera-sy3un12 күн бұрын
Monaa wacuu ❤
@leilaprinciaishimwe19117 күн бұрын
Mona you're too smart to be arguing with these fools, niyo waba ufite ikosa
@BimenyimanaChadrack-ml7bl17 күн бұрын
Mr fasha warafashijwe Mr nosentiment❤❤❤
@VaC00617 күн бұрын
Mona is way too smart to be arguing with these fools 🤦🏿♂️
@GiseleIrakaza-r9k16 күн бұрын
You right😂😂😂😂
@simonkilunda16 күн бұрын
MONA Ndagusabe njewe mbona yuko mworeka kuvuga ibintu vyose kubera nubuzima umuntu ucamwo njewe ngira ndumuntu uzi kandi ntiwomenya ngira nkubariye hehe numuririvyi mugenzi wawe wumukobwa ona ilikua powa reka kwisigura sana ihe agaciro ivyo muriko muravuga vyose mumenye ko abazungu bariko baravyunva warakoze gushika kandi warakoze poa
@Anlo-j1b16 күн бұрын
Lee charon tekereza sha, abantu bose bakwiyam wanke kumva 😏😏wabishizemwo inzigo birenz nyimba ari ikindi mupfa na Monna
@graceniyonagize26017 күн бұрын
Noe ivyo ni biki kurarana numu type wae si bisazwe 😂
@LadouceMugisha-k8c12 күн бұрын
mur sur k leecharon adafis ibikomer bitum avug nab umwany wos😂😂😂😂
@cheriewanje541513 күн бұрын
Umuntu yafashe umushitsi ntaja kumusabira indaro! Mona warufise visa ishika Sweden, ntacari kukubuza koja Stockholm ata concer ufise France
@BlandyBukeyeneza-wi6du16 күн бұрын
sha Nelly nat aracafise akazi kbisa iyo ninzigo bafitiye Monna Walda kbisa ntiboguha VISA ngo bac bagufata nabi afise abantu bamwitayeho c'est tout
Queen wewe afata amasaha abiri (2h) kugira abaze ibibazo, ntazi kuba direct (kududurirako) 😂😂😂🤣🤣🤣 ...
@djsebons138914 күн бұрын
Festival iriko iza gut Monia izindimi duh!
@Guesslove-116 күн бұрын
😂Mwakize gukoraa live raa ubux mwabuz kuvug umnt kuriyaaaa 😮
@igorniyo6616 күн бұрын
Ndababay gosee Monna Walda ushobor kwishur uwo mu Lee charon wararenzw nabavyeyi 2 ur umwan mwizaa pe!!
@BonithHavyarimana-t5o16 күн бұрын
Mona arikubasigurira but you don't achieve to understand, kandi ntari kwiyemera bibonekana ko mufise ivyo mwabitse vyo kumurwanya.Toutes les versions abaha yose arumvikana
@mrmbona16 күн бұрын
Lee Challllon… Lee Challllon😂😂 Nivyo numvise vyonyene💀
@Babelyne280516 күн бұрын
Najeweee 😭😭🤣🤣🤣
@kg728516 күн бұрын
Basha muriko murarenganya mona barashobora kuba baramuhenze
@MariegrâceIrabarusha16 күн бұрын
Queen ngo ntakunda kumviriza côté imwe 😂ngo ku mukubito yaravyumvirije ivyo Monna yavuze, none ubu asubiye kubimubaza pour quelle raison ?
Ninkumuntu ariko yandika utu tumessage kur screen nawe numurozi ,hama alvin aja murababakobwa mur live kl nakamaramaza umuntu wumugabo yivanga mubintu bitamureba
@kevinnsabimana378815 күн бұрын
Ibaze umuntu akuronderere visa hama ushitse wategerezwa gukora kurutonde rwivyo aguha c’est à dire agufatira hôtel akaguha na plan yiyo misi uzoba uri ngaho,ww uciye uzana ivyo bintu ngo nashitse ngiye kuramukanya ivyo ntibiri professionnel cank ngo ngiye kurara ahandi ivyo ntibiri Professional nico gutuma kugaruka iburayi kubasani bi burundi sivuba ndakurahiye
@RETUS-BRAINY15 күн бұрын
Biri hot🔥😂😂😂😂
@Hervé-DavyNkengurutse16 күн бұрын
Bnjr à tous et à toutes so Monna ivyo bintu uriko urisigura ntibinakenewe parc q nturiko uraburana hma reponse yiyo question iri kur Umukubito You tube nukuri hma Monna uriko uriruhisha uvuga ibidakenewe uwo Queen ntariko aratahura ivyo uriko uramubwira knd uza gusanga uriko uravuga nivyo utari kuvuga hma il f k mugira live irimwo ibintu qnd mm vyiza bisiguritse knd vyubaka mumbarire uwo noba nkomerekeje
@ducauthentique15 күн бұрын
Monna nukuri araciye ubwenge kandi ari humble abavuga ko yiyemera bamufitiye akantu nibabandi nyene baronderera ibibi mu vyiza vyose
We Sharon ukundintambara pe Ubu Mona kweri ikosa yagize nirihe? Mona nkaba fana turagusavye aya ma Appel ntuzuyasubire urazi ko tukwemera kurincabwenge Ibi nivya ba Sharon nyene Mona turagusavye birya watubwiye nivyovyo Rekana nabobakobwa vyacanze
@FaithAlways05310 күн бұрын
That Sharon song s disrespectful.
@ndayizeyecelestin843514 күн бұрын
Mba muri France ariko ivyo Mona avuga nukuri kuk ndumva bashaka kumufata nabi motif ngo mwamurihiye visa pas du tout.Ivyogukangisha umuntu sivyo arrete
@AmielleIshimwe-u5v12 күн бұрын
😂😂😂
@emelynenkeshimana124514 күн бұрын
Bibaza k Nya visa nijuru bari bamuhaye uhubwo abakobwa JC babacunge
Uyu ngo ni Lee challone she just trying trashing Mona she is not even giving her time to explain to you guys on what happened .Mona my advice to you is that don’t you ever come to this stupid platform and start explaining to this cheap mindless people who has not respect whatsoever.You better than them mama ❤❤❤❤
@pp-wd9qq16 күн бұрын
Lee sharom muvya Europe uri nulle.... uruhush rw gukora si entreprise irutanga...
@Gigi-p6k16 күн бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂
@orafu-g5l17 күн бұрын
Mona she is not trustworthy. Naje aramaze kumbesha ata ninyungu abifisemwo ubwo bubeshi yabupanze nuwo muchou wiwe. She is one of a kind 😂
@KC-wj7yh17 күн бұрын
Iyo nimalaya yiwe pe
@irakozenasra392416 күн бұрын
Yakubeshe uriko uraba he??? Ahubwo rero tugutwenge. Urya mu JC wanyu tu ni escroc benshi baramuzi kandi c sur ivyo vyose ni kubera Monna yagiye kum fiancé wiwe ntakindi
@KC-wj7yh16 күн бұрын
@ numu escro pe
@Anlo-j1b16 күн бұрын
Yoooo Ubu niho wibuts ko yakubesh😂😂None tukubwire pole cank uzotegura live naw ubimubaz??
@irakozenasra392416 күн бұрын
@@Anlo-j1b suuuuko
@Hi539216 күн бұрын
ariko uwo mu lee challllon we vipii??? ibintu vya Mona Walda birasobanutse. iyaba urya mu type yarubashe contrat à la lettre, ntabwo ibintu vyari kuba nabi uko kwose. abantu bashaka kwigira abanyabwenge ariko bakavuga/bagakora ubusa, batuma inzoka zo mu nda zivyuka nukuri🤢🤢🤮
@titibiz137717 күн бұрын
Ariko kweri ndabasavye mutwereke aho Monia yiyemeye.Keep it up sha Monia.
@mrmbona16 күн бұрын
Lee Challllon… Lee Challllon😂😂 Nivyo numvise vyonyene💀