MONNA WALDA avuye mu gacerere//ivyamushikiye BELGIQUE//Ikubagurwa ryahabaye//Agahinda yagize

  Рет қаралды 61,440

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

MONNA WALDA avuye mu gacerere//ivyamushikiye BELGIQUE//Ikubagurwa ryahabaye//Agahinda yagize//Ikibabaje
‪@mowkanzieofficial990‬

Пікірлер: 201
@ornellamanirambona3091
@ornellamanirambona3091 2 ай бұрын
Quelqu’un qui est passé sur le banc de l’école quand tu vois tu sais👌🏻👌🏻chapeau mow
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 2 ай бұрын
Wakoze kutuzanira @Mow-kenzie tukumvira kuri côté yiwe nawe ,komera @Monna Walda 🙌🏾🙌🏾🙌🏾,that’s a part of Life ,gusa bikwigishe Hama utere imbere ,gusa kirya type caguhamagaye kiraboneka ko ari ki escro gentil et en plus de cela moi je pense que ntaninoti gifise yogutegura concert ,gusa turagusha mûri sweden 🇸🇪 next year natwe uduhe concert ,Love from Sweden 🇸🇪🫶🏿
@Alinakeyla
@Alinakeyla 2 ай бұрын
Erega Monna ni très intelligente ntibomufata nkuko yishakiye nimba ariko agira abandi uyu numunyamuji yize arazi ico amategeko avuga suwo gukandakanda uko wishakiye.kwihesha agaciro mukobwa wacu ❤❤❤❤❤❤
@EricAishaki
@EricAishaki 2 ай бұрын
Iteka ririhabwa sha
@h-citizenshipkingdomheir
@h-citizenshipkingdomheir 2 ай бұрын
En tout cas tu es à la hauteur d'être Là Ministre de l'Art et de la Culture naho ntazi ivyo wize. Ari je ntanga décret ntiwoncika kuko ndabona woshobora gutunganiriza urwo rwego kandi na compétences académiques urazifise. Vyose urabikwije
@garythebeast3056
@garythebeast3056 2 ай бұрын
Umukobwa wacu amashure yize ntiyokwemera ko asuzugurwa urabavugiye abovyahora bitera isoni gushira kumugaragaro courage sha❤
@danybelysenzirorera5304
@danybelysenzirorera5304 2 ай бұрын
Donc b-face ni analphabete😂 umunya Kayanza 😂
@desouza21875
@desouza21875 2 ай бұрын
Ewe Monna ndazi ko uciye ubwenge kandi bukora hose indeed 👌👌👌ndakesheje ndakumviriza. Kwiga nivyambere, ndiko ndabona ba nkandagirabitabo babaririmvyi yabifatiye ngo nuko bari iburaya. Monna des Monnas genuine girl uranryoheye trop u make my night acha nilale
@irakozenasra3924
@irakozenasra3924 2 ай бұрын
Urakoze Monna🙌🙌🙌🙌❤❤❤❤ uzokwame urondera amahoro mais aussi wihagararako. Keep it up 👍
@parfaitirakoze8268
@parfaitirakoze8268 2 ай бұрын
Monna yaravyitwayemwo neza avec son équipe. Nk'uko nkunda kubivuga les contrats ni primordiales. Surtout zikaba clairs et précis. Hama mbega il faut voir ko vyokunda si amical des musiciens yoza peut-être irasoma (binakunze ika reconnaissa canke certifia les contrats des musiciens) kugira mugihe habaye ikibazo nabo nyene bashobora kw'intervena pour protéger leurs musiciens ou artistes. Merci bcp.
@BenBugegene-t3z
@BenBugegene-t3z 2 ай бұрын
C'est ma star feminine la plus préférée
@Raïssalaboss
@Raïssalaboss 2 ай бұрын
Monna ntiyaragiye kwifotoza😂😂 big up sana mwana wigihugu
@Userr3649
@Userr3649 2 ай бұрын
We love an educated Queen. Monna ndakwemeye vraiment.
@InezaMarieLondiana
@InezaMarieLondiana 2 ай бұрын
Monna mon artiste préférée bien dite chérie 🎉🎉
@christntarugera2263
@christntarugera2263 2 ай бұрын
C'est une histoire digne d'un film d'holywood kabisa.. mais force à toi Monna, munsi y'ijuru ibintu rimwe na rimwe nuko.
@Mpayinkandayisnga
@Mpayinkandayisnga 2 ай бұрын
Akarorero keza kumu artiste Yize😅kutiga biragatsindwa
@naplousemukunzi10
@naplousemukunzi10 2 ай бұрын
Iyo aza kuba Monia yaca avyemera ww sakazima yarikuba yifotoreje Belgique 😂😂 By the way kwiga ni vyiza kabisa
@naplousemukunzi10
@naplousemukunzi10 2 ай бұрын
Iyo aza kuba Monia yaca avyemera ww sakazima yarikuba yifotoreje Belgique 😂😂 By the way kwiga ni vyiza kabisa
@angeornella
@angeornella 2 ай бұрын
Kwiga n vyiza vrt Mna walda araciy'ubweng xana j Ndamukunda💝❣️
@blanchemuco3492
@blanchemuco3492 2 ай бұрын
👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽👏🏽 amashuri wize turayabonye pe❤❤❤❤ felicitations a vous chere Monna!!! urazi tes droits ntiwemera ko baku blackmailinga🤗🤗
@Blackpearl-n4h
@Blackpearl-n4h 2 ай бұрын
Numvirij ikiganiro cose et je pense que la personne en question « JC » a une mauvaise manie de penser que tout lui ait dû ! Ou un complexe de supériorité ! Qui sait ? C’était mon avis 😌. Merci Mr Juste tes émissions sont intéressantes et remplies de bon sens!
@dieudonneNd
@dieudonneNd 2 ай бұрын
bury ukuri kuragoye Kuronka Utuvirez Both sides,, 👌🏾 great for mona gutanga her side too🇧🇮🔝
@cubahirodadyqueen4560
@cubahirodadyqueen4560 2 ай бұрын
Abarundikazi turaba umukubito turakunezererewe caneeeee, nijewe ndabayoboye ndakwemera caneeeee
@danybelysenzirorera5304
@danybelysenzirorera5304 2 ай бұрын
Big Up Mona❤ mu buzima uze wame wiha agateka…. Ba buja hejuru cane🦾
@Yvette-y2g
@Yvette-y2g 2 ай бұрын
Monna numunyamuji sha 👌ndamwemera
@KercyMugisha
@KercyMugisha 24 күн бұрын
Management yawe ivyifatamwo neza🙏 ikindi kintu iyo uri à l'extérieur du pays umenga ntajambo ufise ariko Big up san ingen wifashe neza🤜🤛
@inesirankunda3815
@inesirankunda3815 2 ай бұрын
Amashurwe nayawe Mow🎉uvuz nez❤❤
@dushimeanny2628
@dushimeanny2628 23 күн бұрын
Courage dii mona wacu nkunda ingene wishura utuje
@EmelyneNiyongabire
@EmelyneNiyongabire 2 ай бұрын
Narinkumbuye monna 🎉🎉❤❤
@Francus1609
@Francus1609 2 ай бұрын
Courage sha Monna Walda !!
@nininahazwealine5414
@nininahazwealine5414 2 ай бұрын
😊avantages zo kwiga nizo ..🥰
@jimmydelphinsabukwigura3092
@jimmydelphinsabukwigura3092 2 ай бұрын
Pole sana Walda,hama Gael wamukoreshereje ikiganiro ahantu huzuye isazi
@nadiairambona5405
@nadiairambona5405 2 ай бұрын
I like this girl and she is so smart.Azi kwiha agaciro . Terimbere mukobwa ,ntuze uremera abagucinyiza .fight for your rights. ❤❤❤.
@jeannedarcnkurunziza7664
@jeannedarcnkurunziza7664 2 ай бұрын
Ndagukunze ubugirakandi. Té très intelligente surtout
@godsgrace6820
@godsgrace6820 2 ай бұрын
Kari intelligente shaaa
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 2 ай бұрын
Mpore Monna iyo ni leçon yigishe n'abandiii ba artistes uko bagira ama contrat nababatumako😢😢.mpore nukuri
@cheillaingabire9846
@cheillaingabire9846 2 ай бұрын
Merci sh mona❤❤
@niyomwungerebienvenue7675
@niyomwungerebienvenue7675 2 ай бұрын
Sha Monna uri Intwarikazi kbsa,,faut pas se laisser faire,,nabandi nibumvireho
@nenegash24
@nenegash24 2 ай бұрын
Jewe akandi kantu noterera nuko managment yawe ibishoboye avant de signer un contrat yokwaka ivyemezo vyose ko ama salle yafashwe bafise contrat na salle na standard yaho hantu,hama ibintu vyo kubariha mushitse babanze babahe avance en terme de % avant la signature du contrat en question
@Melody0-z4v
@Melody0-z4v 2 ай бұрын
Nukurondera uyo wundi JC agatanga version yiwe
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 2 ай бұрын
Il a eu le malheur d avoir une intellectuelle devant lui ! 😄😄😄
@Alainprincengabirano
@Alainprincengabirano 2 ай бұрын
Mona walda nar ndamukumbuye mur interview
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 2 ай бұрын
Yioo😢😢😢😢mpore gose ni ukuri,mwaragize ikibazo gikomeye vraiment
@pisco744
@pisco744 2 ай бұрын
Nri nkumbuy monna
@AlexandreYoboka
@AlexandreYoboka 2 ай бұрын
My dear komera kumuzinda cane ku mpano yw bravo ww washitse aho big up
@ValentineHatungimana
@ValentineHatungimana 2 ай бұрын
Très très intelligente ❤
@Philos352
@Philos352 2 ай бұрын
Aka kademu kari très intelligente vrmt
@irakozeines8143
@irakozeines8143 2 ай бұрын
Tu es très intelligente 🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝🤝
@sindayigayaelie232
@sindayigayaelie232 2 ай бұрын
Bien dit monna .courrage
@GreciaGakiza-yp3gn
@GreciaGakiza-yp3gn 2 ай бұрын
Urazi kwishura neza kuma questions baba bakubajije
@manirabonayvanfleury1161
@manirabonayvanfleury1161 2 ай бұрын
Jew nama mvuga ko Bface looks like somebody who always there like un opportuniste. Pour vu k le concert yabaye wew il voulait être en belgik.
@faustinmuvunyi-nq3iz
@faustinmuvunyi-nq3iz 2 ай бұрын
Tres bien éloquance sh mona,,je t'encourage tellement kugwanira ubunyankamugayo❤
@JeanineKankindi-g1c
@JeanineKankindi-g1c 2 ай бұрын
🎉wanavuyey wabay ukunt ab b gens 😂baraguhumiw barakicako
@Rkyii
@Rkyii 2 ай бұрын
Lesson nuko umuntu yokwama agira due diligence , ugahamagara airbnb canke hotel uzoraramwo ukabaza igihe bayifatiye ingene kingana. Aho uzokorera igitaramo ugahamagara ukabaza ko tout est valide,ukanagira enquette sur l equipe izogu hostinga. Uyu mu JC yiyiciye isoko kabisa
@JeanPaulMugumyabanga
@JeanPaulMugumyabanga 2 ай бұрын
Mona ntuze usubire kuvu ngo Kubuterere nkuko womengo abahaba wewe ubasumvya ubuzima. Please hold yourself before you say anything
@nimubonaeric8074
@nimubonaeric8074 Ай бұрын
Abarundi turakwiye gushigikirana ha kugayana. Nkuwo mwigeme urumva ingene yafashwe nabi!
@nenegash24
@nenegash24 2 ай бұрын
Ivyo navyo bavuga ngo fiancé wawe numutama,abo babivuga usanga abavyeyi babavyaye barutana niyirenze iyo bibaza ko murutana😅😅😅
@evelynefuraha4053
@evelynefuraha4053 2 ай бұрын
Big up Monna
@MugishaSchadrynnekelly-ng1me
@MugishaSchadrynnekelly-ng1me 2 ай бұрын
You are the best 😘
@izerebrandon
@izerebrandon 2 ай бұрын
Yoooooooo Mona Walda N'ibirungo ntibikimwumvira 😢😢😢😢😢 Asigaye yisiga ibirungo ntibimufata yoooooo ariko ntakundi Turagukunda Sha Mona❤❤❤❤❤
@liliuwitonze
@liliuwitonze 2 ай бұрын
Ariko arasa neza😊
@arovinaaro
@arovinaaro 2 ай бұрын
😂😂😂muh ibimufta
@kfefe1598
@kfefe1598 2 ай бұрын
Haaa Mona divorce ifise iyindi procédure kubera ari contract special, la loi ( code des personnes et de la famille) iravuga les conditions pour demander le divorce!!!
@BimenyimanaChadrack-ml7bl
@BimenyimanaChadrack-ml7bl 2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 2 ай бұрын
Abanyafrika n'ubuhake! Il faut impérativement changer la culture d'entreprise si l'on veut se développer un jour. Ce qui lui est arrivé est pathétique! Beaucoup de chantages et mensonges de la part du promoteur dans cette histoire. Dada yangu pole kabisa!
@armelemera8398
@armelemera8398 2 ай бұрын
Voilaaa Monaaa, je t'admire kko t'a défendu tes droits💪
@DonNobelMuku
@DonNobelMuku 2 ай бұрын
Ntubesh babafshe nab vrt 😭barbesh ivy Proximus 😢
@SalhaNshimirimana
@SalhaNshimirimana 2 ай бұрын
Mbayu wambere reka ntire agatebe😂😂😂😂
@djpatruick
@djpatruick 2 ай бұрын
Ikirundi mwaracishe knd na Reta ibifisemwo uruhara uravye Indimi zivugigwa Muntama nshingamateka urumigwa, mb Abarundi nidushoboye kuvuga Ikirundi neza tutakivanzemwo n'izindi ndimi? Cank mugakora ikiganiro mugifaransa gusa?
@angeirat
@angeirat 23 күн бұрын
Knd abarundi nitwetubonak iyumuntu avanze ururimi abagizamakosa😂😂mubemureka kwigirabanajuwa😂😂,MBE Tanzania,Rwanda ko indimuzabo bavanga nicongereza kk arivyoviga kwatabahorabavug nkabarundi😂 Jew muhoramuntwenza,nn mugiheyize abuzwaniki kubivanga😂nukonawe atavyazi nkeka.kk uzorabe nabarya bategetsi barabivanga😂😂 ndagusetse
@bamybarthebarutwanayo4454
@bamybarthebarutwanayo4454 2 ай бұрын
Urazubwenge nkuzukuntu wiyumvira knd ukavuga avec bonne wavança idee
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 2 ай бұрын
Ikiganiro cizaa caneee
@EvelyneINARUKUNDO
@EvelyneINARUKUNDO 2 ай бұрын
Ati izo sazi uranyishe😂😂😂😂
@sethirumva2880
@sethirumva2880 2 ай бұрын
Monna yubahwe kbsa😅
@nivyimanacharlene9482
@nivyimanacharlene9482 2 ай бұрын
Monna yabaye nk’Umukobwa abona umu type akamwihambirirako kandi abona ingeso ziwe zitarizo, akaguma yibwira ngo azohinduka🥲Kuko ww wari warons ama temoignage avant mais warabandanij. Ntakundi.
@winnyir
@winnyir 2 ай бұрын
Izo nsazi inyum ya mona nazo nibik 😂😂
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 2 ай бұрын
Ari muri kwezi kwa cuminarinwe😂😂😂😂
@gihungaselemani8727
@gihungaselemani8727 2 ай бұрын
​@@jacquesntabagara2702amasazi agr igih kand suko az ahant hanuk gus
@uwamahoroevery5786
@uwamahoroevery5786 2 ай бұрын
Wewe uyuri mukwezi insanzi zirakudumako​@@jacquesntabagara2702
@Userr3649
@Userr3649 2 ай бұрын
44:16 nelly nat yaratraumatije abantu🤣🤣😭😭
@irakozechimene656
@irakozechimene656 2 ай бұрын
Mona Walda Mpore mwana wacu baragukinye
@pierreparfaitkwizera6776
@pierreparfaitkwizera6776 2 ай бұрын
asha uvuze nkuwuraga numva ndushe 😂abandi barushe nokwumviriza mump like😊
@anitamwamini2646
@anitamwamini2646 2 ай бұрын
Hello,mkobwa mwiza turasaba kowozauravuga ikirundi twese twumva vyotunezera chane
@stephaniegirukwishaka6974
@stephaniegirukwishaka6974 2 ай бұрын
Nawe ntacuzi ! Cane nuko bayandika?❤
@angeirat
@angeirat 23 күн бұрын
MBE nawe iyo hell wanditse nikirundi😂😂😂 abantunkamw murash...
@ErasteIRAMBONA
@ErasteIRAMBONA 2 ай бұрын
None wari kubura amanyama Gt Kndi numva famille yose uyifise belgique 🇧🇪 même numugabo wawe Ugira hariho amanyama usumvya B-face Mubuzima ama difficulté yamaho ivyo numva vyari vyoroshe ahubwo sico mwapfa usanga yashaka kukurya avance🍑😀
@ericjohnson315
@ericjohnson315 2 ай бұрын
Muzohore mujabuka kuririmba kubuntu kuko abo ba promoters barakenye kandi namwe ntimurashika kure. Wisdom!
@ReineFlorentineBizindavyi
@ReineFlorentineBizindavyi 2 ай бұрын
Ndabbay vrt
@josianendikumasabo
@josianendikumasabo 2 ай бұрын
Bamubanze kwanza musabe na 1/2 yamahera muba mwavuganye kugira mwifate en charge guko urabona nkuwo JC ntiyigeze akorera mukuri kubesha ko yafashe salle kandi atarivyo honte à lui ahubwo nabandi bibabere icigwa, avance mukayishiramwo muri contrat zanyu imbere yuko mufata urugendo.
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 2 ай бұрын
😂😂😂😂ukutiga biragatsindwa façon ingen waronder tes droits ntuhagarar ku bwob warufise c est bien
@meflorlionel7497
@meflorlionel7497 2 ай бұрын
Aka gakobwa kumbe karaciye ubwenge
@nkengurutsewilliam6370
@nkengurutsewilliam6370 2 ай бұрын
UMUKUBITO amasanamu n meza, muga amajwi si neza birajwangaraye ukuntu uriko urumviriza uraruha cane.
@CoeuriaMugisha-lj9hl
@CoeuriaMugisha-lj9hl 2 ай бұрын
Nuko reo kuvaho vyakabereye ndaronse umu artiste nshobora gufatirako nkicitegererezo. Mona amashurwe yawe bayaguhe et non à la tolérance de l'injustice
@JanetAhmad-v3h
@JanetAhmad-v3h 2 ай бұрын
rek numviriz
@ireraaudrine2516
@ireraaudrine2516 3 күн бұрын
Monna ariko winyegeje cane tubadukeney kubona nayomaso yawe kandi iyochapo wambaye vrema ya perik ntikuberey wahindura
@prudencenahinguvu746
@prudencenahinguvu746 2 ай бұрын
Erega mu Bubiligi mwagiye ni nko mu Burundi!! ukata ikorosi rimwe ukaba uhuye naba congoman, wakata irind ugahura nabanyaru! yeyey ivyagushikiye ntibitangaje!!
@Bigenergy94
@Bigenergy94 2 ай бұрын
Aba promoters ba barundi bo muri diaspora nibijuju cane kuburyo bukabije kandi bagiranira amashari ukaza wumva ngo nijewe nakuronkeje visa bruuv wtf Abarundi nibahindure mentality bamenye gukora business cane cane muri entertainment muguteza imbere impano ziwacu niterambere rusange ibi bintu tuzovyikorera tu kandi kuri percentage nziza cane
@Mlsl9310
@Mlsl9310 2 ай бұрын
Nukuri abarundi twikebuke umwanya wose twama dushaka kwiyemeza no gusuzugura abantu ariko ngaho ugasanga arsuzuguwe n'umuzungu c'est le premier à crier au racisme, reka bagukorereko nawe ntufata neza abiwanyu, tudakundanye entre nous canke duhane icubahiro ntawuzotwubaha kuko natwe ntitwubahana entre nous
@audreyirakoze8315
@audreyirakoze8315 2 ай бұрын
Business ni business,monaa ta faute ufise impuwe mukazi knd hari icanditse Iyo erreur wagize nibazeko yaguhaye leçon
@akimanaalain9315
@akimanaalain9315 2 ай бұрын
Abo ba tip babatumyeko n IMBWA c tout
@LibertNizigiyimana
@LibertNizigiyimana 2 ай бұрын
Monna courag sha wew ntakabi sha ubivuz neza kimw gusa aho cambona B face numunyabwoba knd usanga naw yaguca inyuma akavugana nuwo mujama ivyo muriko muyaga kuko abagenzi nibabi
@naplousemukunzi10
@naplousemukunzi10 2 ай бұрын
Uraraba neza ko atari afise izindi gahunda kuri ww hama ugaca umukatira😂😂 By the way warihagazeko vrmt Ikindi naco bica biboneka yuko yama afata nabi abaririmvyi bandi Yitwaje yuko ucumengo kubatwara hanze birabashitura saana Or c'est le business
@Gift12386
@Gift12386 Ай бұрын
Kutiga biragatsindwa
@liessenshimirimana-on4hp
@liessenshimirimana-on4hp 2 ай бұрын
Ooh mpore mona
@Shimirimanarichard122
@Shimirimanarichard122 2 ай бұрын
Uwomwana wumurundikaz wubaw
@calixtesindayigaya1999
@calixtesindayigaya1999 2 ай бұрын
Monna weho uranaciye akenge kabisa.B-face iyo francais yari kuyikurahe?yategerezwa kwemera nyene gucurwa bufuni na buhoro.Kwiga nisawa ndakubariye😅
@Bby_rasta
@Bby_rasta 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂
@kezakimanaspes8488
@kezakimanaspes8488 2 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣urankuyeho kbx
@daniellamgs
@daniellamgs 2 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@fn2921
@fn2921 2 ай бұрын
Mi bihugu binini Belgique ntirimwo kuko n'uburundi burayisumba
@kennyalecnimubona
@kennyalecnimubona 2 ай бұрын
😂😂😂😂 urater inkuru
@NisubireBéatrice
@NisubireBéatrice 2 ай бұрын
Ja kwamuganga
@Ebenezer2202
@Ebenezer2202 2 ай бұрын
jew ntahuy komwapfuy amanyama nakanyarigabo,habuz uwuceda
@mugishaAlainDieuDonne
@mugishaAlainDieuDonne 2 ай бұрын
Ikibazo gihari abantu bategura ama concert iburaya yabarundi baziko 99% la majorite yabaririmvye babarundi batize atabintu bazi bagaca bashaka kubatwara nkibijuju uko babishatse alors que mubaririmvyi babarundi turafise abantu bize bazi ibintu badatwagwa nkimpene cank intama birababaje vraiment nkicambu caw monna nanj novuga iyo kwari escroquerie ariko comme conceil abaririmvyi babarundi ntimuzosubire guhaguruka mugihugu atacanditse mufise ivyo vyokumunwa bimw bimw atacanditse muba mufise uko nukuba bashaka komubinjiriza alors que namw ntaco muriko muraronka ahubwo muriko mwikora mumufuko muvyo bategerezwa kubafasha kandi baba biyemeje Mana ibintu birambabaje vraiment sinumva ukuntu nobivuga vraiment ariko ngira nuko boba bibaza ko babakangishije kuja iburaya mwoca mwemera ariko nabo ntibiyumvireko ico binjiza arico mubahay
@irakozefelicite-tg5rh
@irakozefelicite-tg5rh 2 ай бұрын
Reka ntore agatebe
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 2 ай бұрын
Baze USA Europe ntakuntu kabisa ibihigu birarutana
@nivyimanacharlene9482
@nivyimanacharlene9482 2 ай бұрын
Ico kintu amical des musiciens tukibona bagize amatora gusa ntahandi hantu cumvikana.. so shame
@KenJ-16
@KenJ-16 2 ай бұрын
This Business man is shit, Sue him this was harrassment.Respect to you the conditions weren't easy.
@libestocool
@libestocool 2 ай бұрын
None ni kuki b face wewe atakibazo yagize, tout simplement uwo mu jama yari yateguye kukurya uramucika hahahaha
@DevotteMajambere
@DevotteMajambere 2 ай бұрын
Vyoshika
Quilt Challenge, No Skills, Just Luck#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:32
Family Games Media
Рет қаралды 55 МЛН
The Best Band 😅 #toshleh #viralshort
00:11
Toshleh
Рет қаралды 22 МЛН
My scorpion was taken away from me 😢
00:55
TyphoonFast 5
Рет қаралды 2,7 МЛН
Каха и дочка
00:28
К-Media
Рет қаралды 3,4 МЛН
Série - Lady Diama - Saison 1 - Episode 49 - VOSTFR
53:39
Marodi TV Sénégal
Рет қаралды 1,2 МЛН
Byari ibyishimoooo Gusaaaaaa
1:16:57
BURYOHE TV
Рет қаралды 60 М.
Quilt Challenge, No Skills, Just Luck#Funnyfamily #Partygames #Funny
00:32
Family Games Media
Рет қаралды 55 МЛН