MTC - Zoé (Official Music Video)

  Рет қаралды 676,130

MTC - More Than Conquerors

5 ай бұрын

ZOÉ by MTC
Follow us on
Instagram: mtc_morethanconquerors?igsh=OGQ5ZDc2ODk2ZA%3D%3D&
TikTok: www.tiktok.com/@mtcmoremoreconquerors?_t=8jhwijueQ8D&_r=1
Directed by Bani Toldo
Prod by Trust Beat(ITEKA Record)&One Way
Stylish: Rich Msafi,Willy smith
Choreographer:Ado_b Dancer
Special thanks: Niyongabo Job Familly
Rfr/
Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December
1.Ivyo benshi birukira
S’ibibatuma bakira
Biroroshe cane no kuzimira
Gushika wemeye ko Yesu Aba ariwe Akumurikira Akaguha ubuzima
Koko ubuzima bwawe
Imana Ubwayo Niyo nyene ari Inkomoko yabwo kuko vyose bikwerekeye ntivyoba amahoro uri kure y’isôko
Bisaba kwamizako
Imisi yose ukama urivomako
Kuberako Abarinyoyeko birazwi ko
Bama batotahaye bari kw’isôko ariryo kristo
Pre-chorus
Simfise ubwoba bw’ico noba je
Ndi kw’isôko ry’ubuzima
Sinokwiganyira ndatuje nguwe neza
Rfr/
Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December
Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba
N’uwuzira guhemuka
Kristo Niwe Sôko
Ry’ubuzima Zoé zoé
Iryo sôko ntirikama
Zoé zoé
Ritembamwo ubuzima
Niwe sôko ridakama
Riduduzamwo ubuzima ntirikama
Sôko ridakama
Ni Kristo *2
Abbah sôko Rya vyose
Ndahiriwe cane ko namuronse
Abbah sôko Rya vyose
Ritembamwo ubuzima bw’Imana zoé
Muze abarushe n’abaremerewe mumunyweko mubone gushira inyota
Abahe ubuzima bunengesereye buri hejuru cane y’ivyo murota
Kristo Niwe sôko ivy’ubuzima bivomwako
Niwe sôko vyose bikoraniyeko
Ibikorwa ukora ntawobishobora Niwe yama afise ic’Amarira abamwizera uri kibasumba usumba amasôko yandi ntanahandi hava ivy’ubuzima atari iwawe
Niwe Niwe Niwe
Kristo niwe sôko ry’ubuzima *2
Zoé zoé iryo sôko ntirikama
Zoé zoé Ritembamwo ubuzima
Rfr/
Niwe mfise niwe ndirimbo ndirimba
Ntandekura from January to December
Niwe mfise Niwe ndirimbo ndirimba
N’uwuzira guhemuka
Kristo Niwe Sôko
Ry’ubuzima Zoé zoé
Iryo sôko ntirikama
Zoé zoé
Ritembamwo ubuzima
Niwe sôko ridakama
Riduduzamwo ubuzima ntirikama
Sôko ridakama
Ni Kristo *2

Пікірлер: 897
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
In this year, let everyone be deeply connected to the source of Life (JESUS CHRIST) #ZOE Thank u for supporting the Gospel music We love u fam
@anabrape3288
@anabrape3288 5 ай бұрын
MTC ......... the song is fire ✨✨✨✨✨✨✨✨✨✨✨✨
@chadracknishimwe1649
@chadracknishimwe1649 5 ай бұрын
amen amen ...zoe the life of Christ in us
@kelvinduhimbarwe
@kelvinduhimbarwe 4 ай бұрын
ofcourse
@AdelaideNDAYIKEZA-mq6gm
@AdelaideNDAYIKEZA-mq6gm 4 ай бұрын
Je m'appelle Zoé et merci j'adore
@user-vj9dk5yw9q
@user-vj9dk5yw9q 4 ай бұрын
Gaëlla😢 Mfasha nk'umuntu tubana😫🙏
@jelly-franckiradukunda1638
@jelly-franckiradukunda1638 4 ай бұрын
Congratulations mtc 🔥 🔥 🔥 abemera kwiyi song ariyamavuta mundemere like ngaha
@mukondojeanquinet8061
@mukondojeanquinet8061 5 ай бұрын
Ayayayaaaa abemerany nanj kwar hit song✨✨munkubit am likes meshiii👍👍
@user-vy1ht7dp7w
@user-vy1ht7dp7w 4 ай бұрын
Ivyimana vyama ari hit
@IrihoGabe
@IrihoGabe 4 ай бұрын
Biraryosheeee Uvy'UMWAMI Wacuu🎉🎉
@irakozejosiane2337
@irakozejosiane2337 2 ай бұрын
Abayiraba umunsi k'umunsi nka kire muganga abayakwandikie nimunyiher like dutwike na Zoé kuko niwe soko y'ubuzima🥰🥰🥰🥰
@AlainDesire-ej7dl
@AlainDesire-ej7dl 20 күн бұрын
Congratulation vraiment zoe iraryoshe niwe mfise niwe soko ryubuzima
@Meddyfafa
@Meddyfafa 5 ай бұрын
Harico ndiko ndakiraaa 😊😊❤❤❤❤nice 🎵🎶🎵🎶🎵🎶🎵🎶
@radioofmediatelevision5148
@radioofmediatelevision5148 3 ай бұрын
Ukomeze kwakira
@guynestamuco6263
@guynestamuco6263 2 ай бұрын
Ukomez kwakira medy we love you so much in burundi niyondirimbo yanje nubu ntiratuva mumitima
@ShukuruMaulice
@ShukuruMaulice 4 ай бұрын
Abakunze iyindirimbo nkanje tumenyane ngaha
@victoriousteam.
@victoriousteam. 5 ай бұрын
Another one 🔥🔥 Good Song fam #GospelOnTheMap
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank you so much fam... on the map as well💥💥
@user-mz9kf9by8k
@user-mz9kf9by8k 5 ай бұрын
Niwe soko ry ubuzima
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi 5 ай бұрын
Ayayaaaa mbeg indirimbo ifatanye nubuzima bw Imana oooh murankozeko
@worshipmedia922
@worshipmedia922 5 ай бұрын
Nimba wayikunze mpa like ❤
@user-yu9jj1su1b
@user-yu9jj1su1b Ай бұрын
Love from Rwanda 🇷🇼
@joyfulfriendsproject1989
@joyfulfriendsproject1989 5 ай бұрын
I'm Rwandan Tobe honest Abanyarwanda dusigaye dukunda umuziki ndundi good production 🎉🎉🎉🎉 Ndiyamiriza abarundi Banga abanyarwanda bakarwanya nibikorwa byiza bakora, ndamiriza abanyarwanda Banga abarundi Bitewe na political issues. 🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🇷🇼🇧🇮🥂🥂🥂🥂🥂🥂🥂🥂 Mureke dushyire hamwe Christo niwe soko yo kubaho kwacu ibindi tuzabisiga nshuti ndabeshya ???????❤❤❤❤❤❤
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank u so much🙌🏻🙌🏻❤️❤️❤️
@therencechow5656
@therencechow5656 4 ай бұрын
Iyindirimbo iserukiye uburindi kabisa 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸🇺🇸
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 4 ай бұрын
Merciii bcp
@guy-noelntunga4706
@guy-noelntunga4706 5 ай бұрын
waaaooouuuu hit y'umwaka . uyo mu soliste 🎸vraiment 👏👏
@PresenterSalomond-py9mk
@PresenterSalomond-py9mk 4 ай бұрын
Ubundi uwo murappeur kazi atangura muzomubwire ati yambu cane❤❤
@alinehamenyimana
@alinehamenyimana 5 ай бұрын
Ivyo benshi birukira, S ibibatuma bakira, Biroroshe cane no kuzimira, Kugeza wemeye ko Yesu Abe Ari we akumurikira, Akaguha ubuzima. The perfect introduction ever.
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank u❤
@DonchrisNtiranyibagira
@DonchrisNtiranyibagira 2 ай бұрын
Iyi gospel nuyu mwaka kabisa
@rachelzoe7555
@rachelzoe7555 4 ай бұрын
Niwe niwe niwe Kristo niwe Soko ry’Ubuzima🥳 ZOE❤️ Thank you for this song🙏🏼
@jovaniemuhorakeye7349
@jovaniemuhorakeye7349 2 ай бұрын
❤❤❤ niwe soko
@Obede9
@Obede9 3 ай бұрын
Hallelujah 🙏 Amen Yesu Niwe Soko Ry,ubuzima Kandi Ridakama
@NemaGloriose
@NemaGloriose Ай бұрын
Wawooo niwe ndirimbo ndirimba ndikubyina🎉🎉🎉🎉
@PiyoMika
@PiyoMika 3 ай бұрын
Merc turabakunda cane🇧🇮🇧🇮💪💪
@katimanojustin9606
@katimanojustin9606 4 ай бұрын
Zoé, Hezagurwa cane MTC❤❤
@benignenijimbere2888
@benignenijimbere2888 16 күн бұрын
Murampezagira ,Imana ibaduze kuyindi level bene data
@reinehabogorimana7401
@reinehabogorimana7401 5 ай бұрын
Everything is excellent muriyi ndirimbo ❤Thanks MTC
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank uuu
@NijimbereFabrice-q4s
@NijimbereFabrice-q4s 8 күн бұрын
Nfahezagiw can pe.muhezagigw❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉
@heirsteamheirsteam7804
@heirsteamheirsteam7804 5 ай бұрын
Gospel music on the top🔥💯 thank you dear ministers for this Great work🙏 #Zoé🚀
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank uu
@Dushime25
@Dushime25 8 күн бұрын
Everyday guys sisiba kuyumviriza waaaoo 🌛🌛🔥🔥🔥🇧🇮🇿🇦
@Franick_Answer235_Official
@Franick_Answer235_Official 5 ай бұрын
Another hit in Gospel Music 🔥🌎🙏🏽 #MoreThanconqueros 2024✊🏽
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
🙌🏻🙌🏻
@bettyrachat5383
@bettyrachat5383 3 ай бұрын
Bisaba kwamizako aaahann🔥🔥🔥🔥😊😊😊misi yose nama ndarivomakoo aaahann🔥🔥🥰
@blandineingabire9442
@blandineingabire9442 25 күн бұрын
Congratulations👍👍 MTC ndabakunda sanaa😍😍😍
@Bonfils800
@Bonfils800 4 ай бұрын
Oôooo my familly MTC ndaryohw nimihezagr yabur mus mumpezagiza mundirimbo❤❤❤🎉🎉
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 4 ай бұрын
Thank uu❤️
@user-co3lc6pt4m
@user-co3lc6pt4m 4 ай бұрын
Mmmmmm sivyobituma bakira youuuuu❤❤❤❤❤
@user-bi1xr5wv1h
@user-bi1xr5wv1h 4 ай бұрын
Egooo murankomye💪💪💪
@edidierdany
@edidierdany 4 ай бұрын
Hit song kweli 🔥🔥🔥🔥🔥💣💣💣💣
@user-we6bx6te9r
@user-we6bx6te9r 3 ай бұрын
❤❤bisab kwamizahoo aahann👉👊👊
@nivaro100
@nivaro100 5 ай бұрын
Congs from Kigali Rwanda
@NibitangaFlaviaOrnella
@NibitangaFlaviaOrnella 5 ай бұрын
Zoe the life of GOD in mee thank u bakunziii Umwami abakomeze canee
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Amen Amen k
@alainjospindushime47
@alainjospindushime47 5 ай бұрын
iyi ni hit ndakayisangiza abandi kbx
@IreenIgiraneza-et3ci
@IreenIgiraneza-et3ci 5 ай бұрын
Ntandekura from jannuary to december😊 Amen
@AlainDesire-ej7dl
@AlainDesire-ej7dl 20 күн бұрын
Niwe ndirimbo ndirimba
@BlandyBazumutima
@BlandyBazumutima 5 ай бұрын
Soko ridakama Yesu Christo 🙌🔥❤️💃💃💃💃💃💃
@kelvinoisos
@kelvinoisos 5 ай бұрын
Waoooo 🥰 ndafashijwe beza muransubije mwinteg
@GrettaNduwamahoro
@GrettaNduwamahoro 5 ай бұрын
We have Zoeeeeeeee in our life 🔥🔥🔥🔥good job MTC
@opege257
@opege257 4 ай бұрын
Zoe ubuzima bw'Imana Muri twebwe ntirikama
@cynthiambarembone-uk2md
@cynthiambarembone-uk2md 5 ай бұрын
Ntandekura,Isoko y'ubuzima ni Ndiho❤
@user-fs5zv1di6d
@user-fs5zv1di6d 3 ай бұрын
Woow nice kbx 🇷🇼
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 2 ай бұрын
Thanks
@Mcprince257
@Mcprince257 5 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥❤❤❤❤Mtc muradushira mur mood🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🏽💪🏽💪🏽💪🏽🔥🔥🔥
@umulisairene984
@umulisairene984 Ай бұрын
Soko idakama ni Kristu🙏Amen
@fresnelhakizimana198
@fresnelhakizimana198 5 ай бұрын
Amavutaaaa menshi ababeko ndabakunda cane🔥🔥🔥Niwe mfise Niwe Ndirimbo ndirimba uzira guhemuka knd uri isoko ridakama🥰🔥
@umujin
@umujin 4 ай бұрын
Be storing my brother and sister muribirimo neza ndabakunda
@Irakozechristella-uv1jt
@Irakozechristella-uv1jt 5 ай бұрын
❤❤❤indirimbo idushimwo ivyizigiro vy ejo❤❤🎉🎉💃💃mwarahezagiwe cn banje MTC❤❤🎉💥🙌💯🙏❤️
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Urakoze cane ❤️
@mechackgirukwigomba5702
@mechackgirukwigomba5702 5 ай бұрын
Murampezagira. mutere muja imbere mubikorwa vyanyu❤❤
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Murakoze cane
@moisemaidendayizeye9920
@moisemaidendayizeye9920 5 ай бұрын
Headphones 🎧nzima niyo iguha the full vibe respect kuri producer
@irambonadonykevin4960
@irambonadonykevin4960 5 ай бұрын
👍
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 5 ай бұрын
Nice song guys indirimbo nziza cn production 👌 top
@alilacharoind9638
@alilacharoind9638 4 ай бұрын
Imana ibongerereze izindi revelation, imitima inyotewe, irushe ikomeze guhembuka no kuruhuka.. muhezagirwe, Imana ibahozeko inyonga zayo
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 4 ай бұрын
Amen Amen…merci bcp 🙌🏻
@user-oz7pe1yh4i
@user-oz7pe1yh4i 3 ай бұрын
Wauuu ndabakunda cane😢❤kristo niwe soko ry'ubuzimana
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 2 ай бұрын
Amen Urakoze cane ❤️
@user-wl9wr3dm7o
@user-wl9wr3dm7o 4 ай бұрын
Wow 😮😮😮 iy ndirimbo nyumviriza kenshi vrt iraryosh vrt komeza vrt 🔥🔥🔥
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 4 ай бұрын
Urakoze cane🙌🏻🙌🏻❤️
@didierkubwimana9829
@didierkubwimana9829 4 ай бұрын
My favorite song #Zoé.Stay strong #MTC I really love you all...Your flowers💐🌹🥀🌺🌷
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 4 ай бұрын
Thank u
@aimeesandrineuwimana2146
@aimeesandrineuwimana2146 5 ай бұрын
My people ❤😊
@amolam97
@amolam97 5 ай бұрын
Muzonatwica halleluei amen
@SabiyumvaEric-hn5zf
@SabiyumvaEric-hn5zf 4 ай бұрын
Nayikunze cyane iraryoshye
@kgrJehovanis1
@kgrJehovanis1 5 ай бұрын
Zoé 💥
@jimcolinmatonde6039
@jimcolinmatonde6039 5 ай бұрын
MTC🔥🔥
@baillydivinncuti201
@baillydivinncuti201 5 ай бұрын
Good song from MTC bandanya mudushira murimpwemu
@mr_music_keys
@mr_music_keys 5 ай бұрын
Yesaaaa wuuuuu✨🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@ndeanaeddy
@ndeanaeddy 5 ай бұрын
This Melodie 🙆🏽 #Zoe life ❤✍🏽✍🏽 Thx ministers 🔁 🔂
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank u
@clovisMugisha-dv6xg
@clovisMugisha-dv6xg 5 ай бұрын
Waoouh ivyo twar twiteze soko ridakama💚💚
@ingabirelouis1649
@ingabirelouis1649 12 күн бұрын
We are so proud of Burundian music, much love from Rwanda
@reinehabogorimana7401
@reinehabogorimana7401 5 ай бұрын
Mamayeeeee🔥🔥🔥
@user-uo9bj7ti9x
@user-uo9bj7ti9x 4 ай бұрын
My jesus umuco wijambo udasanzwe❤
@EloiArakaza
@EloiArakaza Ай бұрын
Ubuzima bw'Imana mu.bantu
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 4 ай бұрын
Wow indirimbo ni fire
@pharesmboniyimbona-of5jx
@pharesmboniyimbona-of5jx 5 ай бұрын
Zoé ritembamwo ubuzima❤❤❤❤
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 5 ай бұрын
let's gooo 🔥🔥🔥🔥🎧👌
@billyzavdiel1871
@billyzavdiel1871 5 ай бұрын
Muri Kristo dufise Zoe and Turushirizaho Kunesha mu Mwami Wacu 🎉🎉🎉
@NdayishimiyeJeanMarie-p4u
@NdayishimiyeJeanMarie-p4u 9 күн бұрын
gosper yumwaka niyi❤❤❤
@noelndayi1153
@noelndayi1153 5 ай бұрын
Bisaba kwamizako misi yos kwama urivomakooo🙌🙌
@kingmiradjiofficial
@kingmiradjiofficial 5 ай бұрын
Another one 🔥best director Bani Toldo 🔥
@Ncentmkuu
@Ncentmkuu 5 ай бұрын
Ndashimye cyane , your fan from 🇷🇼
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank u
@DestaDeliciaNkz
@DestaDeliciaNkz 5 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳waouh niw Soko ry'ubuzima
@PatrickNkejwenarugira
@PatrickNkejwenarugira 3 ай бұрын
Nice song 🎉,so congratulations ❤
@JeromeJoelChiefcook
@JeromeJoelChiefcook 5 ай бұрын
My guys. Iyi ndirimbo ntishira uburyohe mumatwi yanj
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Thank u
@radiovoixdespoir
@radiovoixdespoir 5 ай бұрын
nice work be blessed guys
@reg_proofficiel2750
@reg_proofficiel2750 5 ай бұрын
Indirimb yumwakaa❤❤Yesu abakomeze
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi 5 ай бұрын
Good job for sure ✔️🔥❤️🌹🇧🇮
@annewollys
@annewollys 5 ай бұрын
wouh this song vrt❤
@ericballack8219
@ericballack8219 3 ай бұрын
Ndemeye kbxaaa. This is a pure talents
@IratwenzaJessie-pv4li
@IratwenzaJessie-pv4li 5 ай бұрын
Oooh😭this song ❤❤❤❤❤❤❤❤ muhezagirwe cyane❤❤❤
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Amen Amen
@ildephonsemugisha5051
@ildephonsemugisha5051 5 ай бұрын
Indirimbo nziza cane ❤❤❤
@arthurdidiermanirambona8103
@arthurdidiermanirambona8103 5 ай бұрын
Ayaayayaayayayayayayaya 💯🔥🔥🔥🔥🔥🔥 Muhezagirwe cane kubwiyi Message
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 5 ай бұрын
Amen 🙌🏻
@iteritekabenjos-xr7yv
@iteritekabenjos-xr7yv 5 ай бұрын
Zoee chritoo isokoo ridakamaaa 🎉🎉🎉 nice rylics❤ mélodie kaliiii🎉🎉🎉😂
@emerimanaelvis4255
@emerimanaelvis4255 4 ай бұрын
Gospel ooooyee
@PacifiqueMuhayimana-qq6jf
@PacifiqueMuhayimana-qq6jf 4 ай бұрын
Ooooh good Music
@jimmycn7078
@jimmycn7078 5 ай бұрын
Zoe🙌🙌🙌🙌
@ndayishimiyerose1307
@ndayishimiyerose1307 5 ай бұрын
Muva mu bwiza muja mu bundi, Uhoraho akomeze abaha indirimbo nsha
@Nestor800
@Nestor800 5 ай бұрын
Courage m mtc ❤❤sice song
@MireilleTuyisenge-ei8fd
@MireilleTuyisenge-ei8fd 3 ай бұрын
Congrat my brother
@josephofficiel145
@josephofficiel145 3 ай бұрын
For sure this Song is Hit, More than Conqueros Merci u make me Dance❤🎉
@ghislain3938
@ghislain3938 4 ай бұрын
Ndabakunda vrt❤
Я нашел кто меня пранкует!
00:51
Аришнев
Рет қаралды 4,9 МЛН
That's how money comes into our family
00:14
Mamasoboliha
Рет қаралды 12 МЛН
Can You Draw A PERFECTLY Dotted Circle?
00:55
Stokes Twins
Рет қаралды 50 МЛН
Jaloliddin Ahmadaliyev - Kuydurgi (Official Music Video)
4:49
NevoMusic
Рет қаралды 4 МЛН
QANAY - Шынарым (Official Mood Video)
2:11
Qanay
Рет қаралды 1,2 МЛН
Say mo & QAISAR & ESKARA ЖАҢА ХИТ
2:23
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 2,2 МЛН
Sadraddin - Jauap bar ma? | Official Music Video
2:53
SADRADDIN
Рет қаралды 13 МЛН
IL’HAN - Pai-pai (lyric video) 2024
3:24
Ilhan Ihsanov
Рет қаралды 406 М.
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 428 М.