Mu minota mike birashoboka ko wagira umusatsi mwiza wa naturel/ Ukaba muremure kandi ukabyibuha.👌

  Рет қаралды 411,113

Murubohero Tv

Murubohero Tv

Күн бұрын

Пікірлер: 216
@MutesiJackie-j9n
@MutesiJackie-j9n 26 күн бұрын
Murakoze cyane rwose nones umuntu yabikora igihe kinganik ndabakunda ukuntu mutwitaho rata❤❤
@FunnyMutezimana
@FunnyMutezimana 5 ай бұрын
Niki umuntuyakora ngo umusatsi ureke gupfuka❤
@mtc-morethanconquerors
@mtc-morethanconquerors 2 ай бұрын
Merci, uyimazaho igihe kinganiki, woza n'iki? Wisiga ayahe mavuta?
@imanirimasoclaver
@imanirimasoclaver 14 күн бұрын
Urakoze cyane.arkx nku muntu utaboma igikakarubsmba nta kindi yakoresha mumeanya wacyo??
@mirainema
@mirainema 2 ай бұрын
Murakoze kunyigisho nzoza mwaduhaye muga ntimwabirangije vyose. Uheje gufunga ico gitambara ukigumizamwo umwanya ungana gute? Hama ntiwoza ivyobinti ubawasizemwo?
@Euniced-niy
@Euniced-niy 7 ай бұрын
Ufite followers ariko ntusubiza ibibazo pe, please answer the question.
@kaniwabobenedicte1201
@kaniwabobenedicte1201 2 ай бұрын
Ese umuntu yakoresha igi ribonetse cg nirinyareanda? Mudusubije byarushaho kubabyiza murakoze
@FlorenceTuyizere-od9oe
@FlorenceTuyizere-od9oe 3 ай бұрын
Nneh niyo ufite umusatsi upfuka ntabwo wongera gupfuka??
@tuyishemezemireille6186
@tuyishemezemireille6186 2 жыл бұрын
Urangije gushiramo vitamine wogesha mumutwe iyihe champo kugira ntibivemo?
@ClementineDusabe
@ClementineDusabe 18 күн бұрын
Muraho neza Bazina wanjye,none igi ukoresha nirinyarwanda cg ukoresha iryo ubonye?
@ZimbabweRashid
@ZimbabweRashid Ай бұрын
Amahoro bakundwa.mbega inyuma yo gushiramwo ivyo vyose ntuheza ngo uwoze?
@TwizerimanaViolette
@TwizerimanaViolette 2 ай бұрын
Murakoze,ariko turazabaza,icpgitambara kivamwo ryari,k ubawabanje kwogamo ntagusubora kogamo?
@IradukundaClarisse-o1f
@IradukundaClarisse-o1f 28 күн бұрын
Ukarabahashije Igihekinganiki Mubwire
@Justine-r5x
@Justine-r5x Ай бұрын
Nitwa kanyange ndi iburundi je mfise isatsi igumye ariko nipfuza ko yoroha nokoriki?ark iravyibushe
@TwizerimanaViolette
@TwizerimanaViolette 2 ай бұрын
Canke icpgitambara ushobora kukirazamwo?
@HarerimanaLaurent
@HarerimanaLaurent 4 ай бұрын
Igikonzikoritumaumusatsiubashokorase?umuntuadashakashora?
@NgizwenimanaJizele
@NgizwenimanaJizele 9 ай бұрын
Wogeshamo iyihe champo nyuma yo gushyiramo vitamin, Ese vitamin imaramo igihe kingana gute?
@SifaOliva-ie3eq
@SifaOliva-ie3eq 5 ай бұрын
Kumusatsi mukex naho birakuna?
@AnithaPendo-u6b
@AnithaPendo-u6b 2 ай бұрын
Mba mbona biteye isesemi
@UwayezuChristine-ul3xx
@UwayezuChristine-ul3xx 7 ай бұрын
Niyo udefirije ubishyiramo???
@claudine9117
@claudine9117 7 ай бұрын
Ese urakomeza ugashyiramo iyi vitamine cg iyo umaze gukura ura bireka ikindi nubuhe bwoko bw"amavuta umuntu yajya asigamo nyuma yo gushyiramo vitamine
@Irasubizasky
@Irasubizasky 3 ай бұрын
Urakoze nonese niyo waba udefirije mbwira ❤
@ClementineDusabe
@ClementineDusabe 18 күн бұрын
Ikindi igikakarubamba kiba Ari kibisi ?ko nduzi icyo wagirango kirokeje
@EstellaNSHIMIRIMANA-q9m
@EstellaNSHIMIRIMANA-q9m 6 ай бұрын
Wogamwo haciye umwanya ungana gute?
@claudine9117
@claudine9117 7 ай бұрын
Ko ntabizo ndi kubona babasubije c kubibazo mwabajije ngo twe twumvireho . Ngewe niba byakunda uzampe nimero yawe urakoze
@KereneYesu
@KereneYesu 2 ай бұрын
Ndabasuhuje urubohero tv ndabashima kunamazanyu arko mume nimero nabahamagaraho najye hari ibyo shaka kubabaza
@AliceDusenge-kv5ul
@AliceDusenge-kv5ul 5 ай бұрын
Ese n'iki umuntu yakora ngo umusatsi wabaye imvi imburagihe usubirane umukara wawo
@niyonsabaesperance5763
@niyonsabaesperance5763 4 ай бұрын
Nanjye ndashaka until w'imvi mrakoze
@MadoNyamadorari
@MadoNyamadorari 7 ай бұрын
Nonese urashobora kubira ukabibika?
@RachoOfficial-de2iw
@RachoOfficial-de2iw 7 ай бұрын
Wisigiye akavoka ko kurya?? Wampayeho ko ngakunda kubi
@UmuhireDelphine-c7z
@UmuhireDelphine-c7z 2 ай бұрын
Exe bituma umasatsi udacika ko uwange ucika cyane aho gukura
@JolieNgendakumana
@JolieNgendakumana 7 ай бұрын
Ese birakunda kumishatsi irimwo produit
@MukansangaAngelique-r3d
@MukansangaAngelique-r3d 2 ай бұрын
Nones nik umuntu yakor kumunt ufit amaribor ngo akir
@NzabareraAimable
@NzabareraAimable 7 ай бұрын
Umuntu abikora kangahe?
@MuragijimanaEmerance
@MuragijimanaEmerance 2 ай бұрын
Ese iyumaze kubishira mumusansi uhita ukarabamo
@MugeniNadine-o6q
@MugeniNadine-o6q Ай бұрын
Nange ndasha umusatsi mwiza❤❤
@bandoradelphine7931
@bandoradelphine7931 2 жыл бұрын
Ibi bimara igihe kingana iki mumutwe, Kandi ubikora iminsi ingahe?
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
Kuba ku minota 15-30 iba ihagije
@niyikorapeter9394
@niyikorapeter9394 2 жыл бұрын
Ese ibyo umuntu akoze yabikoresha igihe kingana iki?bikora rimwe cg wabibika bigakora iminsi nyinshi?
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
Ibikoresha rimwe gusa, buri uko ugiye gushyiramo, ushyiramo ibishyashya
@KabayundoVerediane
@KabayundoVerediane Ай бұрын
Wakora icyi cyatum umsatsi uba mwiza
@alianewumuntu2124
@alianewumuntu2124 3 жыл бұрын
Nonese bimara iminota ingahe mumutwe?
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 3 жыл бұрын
Isaha imwe
@harerimanafides78
@harerimanafides78 2 жыл бұрын
@@muruboherotv4277 n
@LivineNahimana
@LivineNahimana Жыл бұрын
Ubimazamo umwanya ungana gte?ucawogeshiki none?
@AloysNtunzwenimana-zp8cv
@AloysNtunzwenimana-zp8cv 4 ай бұрын
Bit ndipfuza kushira murigroup yawastapf
@ChristellaNana-zn7mb
@ChristellaNana-zn7mb Жыл бұрын
Nn harico vyogira umushatsi nubwo bitokora?
@evenubuniyo5465
@evenubuniyo5465 Жыл бұрын
Iyo vitamine bayita ngwiki?
@kanyambojaninne5335
@kanyambojaninne5335 Жыл бұрын
Very nice! None x ubikora kangahe mu kwezi cyangwa mu cyumweru dusobanurire
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
3 mucyumweru ni sawa, ariko kubadafite umwanya 1 mucyumweru naryo ntakibazo
@evenubuniyo5465
@evenubuniyo5465 2 жыл бұрын
Tubwire igihe ubikoresha umushatsi ugahita ukura?
@diarrangom4133
@diarrangom4133 2 жыл бұрын
Utiflvlg💚🧡♥️❤️🥰
@aloysiemukansengimana7892
@aloysiemukansengimana7892 Жыл бұрын
Kiriya gitambaro atezemo ni isashe cg?
@nyirantezimanadrocella7910
@nyirantezimanadrocella7910 Жыл бұрын
Iyi video ntabwo wayirangije pe
@tuyiringirealexia6243
@tuyiringirealexia6243 Жыл бұрын
Murokoze kutubwira uburyo umusatsi wasa neza ukabyibuha ariko mumfashije mwambwira icyo umuntu yakoresha agakira imvuvu pe
@jeaninesindihebura9336
@jeaninesindihebura9336 Жыл бұрын
Ubikora igihe kingana gute uzodukorere amavuta wokwiga buri muri urakoze ndabakunda mutwitaho
@MugeniSandrine-j8e
@MugeniSandrine-j8e 7 ай бұрын
Esekubantubasyiramokerirebirakunda?
@alinekaneza2010
@alinekaneza2010 2 жыл бұрын
Urengeje isaha imwe harico vyonona?
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
Ntakibazo rwose
@IrakozeEvelyne-ux3uy
@IrakozeEvelyne-ux3uy 4 ай бұрын
Non.uwogira.avok.nirigi.ntivyokora.atagikakarubamb.kirimwo?
@OdetteNyiramayira
@OdetteNyiramayira 6 ай бұрын
Muraho nitwa Odette else nakora iki ngombe umwari wikwije
@nyiramisagombeatha3166
@nyiramisagombeatha3166 8 ай бұрын
Ujyukoresha agasokozo karyamisha umusatsi ujyende uwuryamisha uryame cyane ukamure hanyuma wongeremo nka kabiri ubone gushyiramo agatambaro jye narabikoze kd mbona bibaye neza
@JustineWitonze-q3y
@JustineWitonze-q3y 7 ай бұрын
Jewemuvandimwo mfisumushatsi ugmsakura aracika cane ngirakumurir ukonobikora wobukoZe
@TriphonieNibukimana
@TriphonieNibukimana 7 күн бұрын
Mer6,mbega none Woz mumusatsi imbere y uko mushiramo Ivyo ubanza kuwumutsa?inyum yogukoresha Ivyo nta mavuta umuntu yoshiramo?vyokorwa kangah mucyumweru canke mukwezi?murakoze
@uweradenyse4457
@uweradenyse4457 2 жыл бұрын
Ubimazamo igihe kinganute?
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
Kirenze imyaka 5
@furahaclemence3407
@furahaclemence3407 2 жыл бұрын
Murakoze cyaneeee nnse ubishyizemo nimugoroba ukabirarana harikibazo?
@sandrabedetse6759
@sandrabedetse6759 2 жыл бұрын
Ntanakimwe je mpora mbirarana ariko birafasha
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
Ntakibazo rwose
@BayisingizeGoudance
@BayisingizeGoudance Ай бұрын
Ese nomuri diredi umuntu yemerewe gushyiramo
@MwizerwaSandra-vp7eq
@MwizerwaSandra-vp7eq 11 ай бұрын
Wiriwe warubikoze neza ubutaha uzashake agatambaro karimo utwenge umpaze kubivanga ibishiremo ubiyungurure urakoze
@uwimanaJapuline
@uwimanaJapuline 9 ай бұрын
Njyewe mfite naturele ariko ndasuka. Ko nabonye iyo umuntu asukuye akogamo umusatsi usubira inyuma biterwa niki?
@user-g8g
@user-g8g 8 ай бұрын
Uzahore woga ufite ibisuko Hama après usukurure abaribyiza
@JozeYane
@JozeYane Ай бұрын
Niyo udefirijex birakunda
@antoinettetwizerimana5024
@antoinettetwizerimana5024 8 ай бұрын
Muraho iyivoka irahiye se ❓❓
@HdHd-tb6mk
@HdHd-tb6mk 7 ай бұрын
None.ahondi ko.ktoronka ivyo vyose noronka irigi ryonyene.noca nkora iki?
@EagerPufferFish-er6dm
@EagerPufferFish-er6dm 14 күн бұрын
Urakoze ma chr❤
@jackelinensengiyumva6607
@jackelinensengiyumva6607 2 жыл бұрын
Haribintu vyishi vyanyu mwavuze nakoze nkabona Atarivyo
@uwiragiyejeannette2272
@uwiragiyejeannette2272 Жыл бұрын
Rata urabikora ejo ukongera ukisubirira kwa kundi ra 🤣🤣🤣🤣
@ChavierSyrus
@ChavierSyrus 4 ай бұрын
Arikose birabatangaza Umusatsimwizawe Afite nuwuhe
@denyseumutoni4360
@denyseumutoni4360 4 ай бұрын
Hhhhhhhh mwinsetsa nawe nukuwinginga yawe hhhhhh
@NiyindoreraGlibaty
@NiyindoreraGlibaty 13 күн бұрын
Yoo!ndabikunzecyan
@anneanne1846
@anneanne1846 Жыл бұрын
None kutatubwiye iminota bimaramwo?
@UwayoAngelique
@UwayoAngelique 7 ай бұрын
Ni byiza cyane
@uwasesandrine334
@uwasesandrine334 7 ай бұрын
Ubikora mugihe kingana gute ese Koko umusatsi urakura
@ChanellaAkezakimana
@ChanellaAkezakimana 5 ай бұрын
Dushak kumenya gufuma mwiba na makungulu
@NYIRANZABAHIMANAJeannett-gk7kn
@NYIRANZABAHIMANAJeannett-gk7kn Ай бұрын
Ubikoresha igihe cyingana ikise
@ImanirakozeEveligiste
@ImanirakozeEveligiste Ай бұрын
Ugumishamo igiambaro igihe kinganagut icyindi niburimutsi numwaka sobanura neza inyigisho ntirajyiy
@leanimbona1628
@leanimbona1628 Жыл бұрын
Mbese hari igihe ishobora kubireka imisatsi ikabandanya imeze neza
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
Cyane, uyo umwana ikize bwaki, umuhindurira indyo
@GikundiroRiriane-zn3li
@GikundiroRiriane-zn3li 4 ай бұрын
Ark ijyikakarubamba wabanje kugiteka
@umuhozacrere9094
@umuhozacrere9094 3 жыл бұрын
Nibikunda nzobabwira ukovyakoze
@claudeirankunda9864
@claudeirankunda9864 2 жыл бұрын
Ubikora kangahe nko mundwi cangwase mukwezi kuryang ukure??
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
2 mundwi karahagije
@KayisengaDjaria
@KayisengaDjaria 5 ай бұрын
Muturangire n,umuti w,imvi.turigusaza turi impinja.imvi zikuzura umutwe.
@نجمهالحلوه-ض7د
@نجمهالحلوه-ض7د 28 күн бұрын
Murakoze
@UwinezaFrora
@UwinezaFrora 24 күн бұрын
Oke nibyiza nones bizirana nisabune isanzwekuburyo ntawayikoresha
@theogenemusabyimana644
@theogenemusabyimana644 10 сағат бұрын
Ubikora mugihe kingana gute
@NyiranzaroraIrene
@NyiranzaroraIrene 9 ай бұрын
Iikaka rubamba kibisi cg gitogosheje😊
@yankurijealodie3957
@yankurijealodie3957 2 жыл бұрын
Urakoze cyane ngiye kubikora ariko utubwire amavuta meza ya natirere adaca umusatsi.
@NiyonsengaAnisie
@NiyonsengaAnisie Ай бұрын
Ubukira imisi ingahe cht
@aliceiradukunda-t4n
@aliceiradukunda-t4n 2 ай бұрын
Nn umushatsi urakura mugihe kingana gt bwira
@mukamanaesperancesrhope4357
@mukamanaesperancesrhope4357 7 ай бұрын
God bless you❤
@christinemugabekazi8840
@christinemugabekazi8840 2 ай бұрын
Ko ntabisubizo
@niyonsabaesperance5763
@niyonsabaesperance5763 4 ай бұрын
Mwaramutse neza
@mutuyimanadelphine9233
@mutuyimanadelphine9233 2 жыл бұрын
ngo vitamin wayikurahe
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 2 жыл бұрын
Vitamin ni uko ikorwa niba warebye video yose. Murakoze
@bernicemunezero8377
@bernicemunezero8377 Жыл бұрын
Very nice nn uhita woga mumutw haciy iminota ingahe cnk amasaha
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
Kuva kuri 15-30 burya iba ihagije washyizemo agasashe wicaye kukazuba, ariko ufite umwanya wanayimazamo igihe kinini
@NakureEsperance-q6k
@NakureEsperance-q6k 7 ай бұрын
Ntabwo watubwiye umubare wigikaka rubamba ushyiramwo
@LeontineNikuze
@LeontineNikuze 6 ай бұрын
Ese iyovoka irahiye?
@LaurenceMusingizande
@LaurenceMusingizande Ай бұрын
Umuti uvura imvuvu umuntu yawukurahe
@CundaUmugisha
@CundaUmugisha 9 ай бұрын
Mwiriwe nez nonex ndashaka munsobanurire ubikora igihar kingana gut kugirango ukure ni buri munsi cyg uko ubikoz Niko ukura
@UsabyimanaClemantine
@UsabyimanaClemantine 6 ай бұрын
Ex vitamin imaramo igihe cyingsniki
@uwimanasandrine-jk2ce
@uwimanasandrine-jk2ce 2 күн бұрын
Muradushuka komubisigase mumusatsi nubundimeiza
@ChanellaAkezakimana
@ChanellaAkezakimana 5 ай бұрын
Kuvyerekey umushats ubikr kangah mukwez
@MutoniwaseJeanne
@MutoniwaseJeanne 24 күн бұрын
Noex niwakora go hkire imvumvu
@shemezimanadiane8805
@shemezimanadiane8805 6 ай бұрын
Mbegaa ucukur kumusi umwe ubikoze
@paulettedelphine179
@paulettedelphine179 2 күн бұрын
Good.
@uwaseange231
@uwaseange231 Жыл бұрын
Mubikorera Angahe
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
Twebwe dufasha abantu kwifasha, aho kukurobera ifi tukwereka uburyo wacamo ukayirobera
@OlivierIrakoze-p9w
@OlivierIrakoze-p9w 4 ай бұрын
Wakoriki kugira umusatsi une umukara
@MamaMizero-f1i
@MamaMizero-f1i 6 ай бұрын
Mujye mutubwira namavuta umuntu yasiga mumutwe
@CharlotteNdayikeza-ii2rl
@CharlotteNdayikeza-ii2rl 4 ай бұрын
Nipfuza komwonshira mur group ya watsap❤
@placidia1694
@placidia1694 Жыл бұрын
Njyewe umusatsi icika mumande wazase nunzongere gucika
@muruboherotv4277
@muruboherotv4277 Жыл бұрын
Cyane rwose
@EmmyVava
@EmmyVava 2 ай бұрын
Mukorers hehe
@Rose-ib2eg
@Rose-ib2eg 6 ай бұрын
Jyubikora utwereka numusatsi wae
@MukangogaBeather
@MukangogaBeather 7 ай бұрын
Mumutwe bimaramo iminota 30 nkabikora rimwe mucyumweru
@ClaudineNahimana-n2o
@ClaudineNahimana-n2o 7 ай бұрын
Urakoze ndifuzimushast nzobikora ndabe
HELP!!!
00:46
Natan por Aí
Рет қаралды 41 МЛН
This dad wins Halloween! 🎃💀
01:00
Justin Flom
Рет қаралды 58 МЛН
Ibanga Ryo Kugira  Mumaso Heza
8:12
SANEZA TV SHOW
Рет қаралды 269 М.
UBURYO 10 UTARUZI WAKORESHAMO VASELINE| BURYA NI INGIRAKAMARO CYANE 💯 UMUNTU WESE YAYIKENERA
14:20
Birashoboka// Nawe wagira uruhu rwiza👍 Dore uburyo wabigenza
13:18
Uko Wabyibuha Mugihe Gito
8:20
SANEZA TV SHOW
Рет қаралды 334 М.
HELP!!!
00:46
Natan por Aí
Рет қаралды 41 МЛН