Muratangara mwumvise uwaririmvye izi ndirimbo😳|Yabaye umu star avuye mu misozi|NDIRABIKA Augustin

  Рет қаралды 4,434

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

3 жыл бұрын

Twibuke:
NDIRABIKA Augustin n'umucuraranzi akongera akaba n'umuririmvyi yarakomeye cane aho hambere. D'après umwana wiwe n'abana yareze bivugwa ko ariwe yatanguje Musique moderne mu Burundi. Hari indirimbo nyinshi ziwe twumva ku maradio kuva kera tukaziririmba ntitumenye ko ari iziwiwe. Ntakintu kibabaje nko kuba warakoze amateka nkayo yakoze ariko ntiwibukwe😒. Kubwivyo twashatse ku mugarukana mu mitwe no mumitima yanyu kugira ngo Impanuro yatanga n'umuziki mwiza yakoze bizofashe n'urunganwe rwubu rutagize amahirwe yo kumubona.
#kwibuka #NdirabiraAugustin

Пікірлер: 61
@wondersofcreation2344
@wondersofcreation2344 3 жыл бұрын
Abantu babona ko Ozy ariko arakora cane kandi neza,akore kuri j'aime canke like
@msn1781
@msn1781 3 жыл бұрын
Yooo Ndamwibuka NDIRABIKA nari mutoo yari umugenzi w abavyeyi banje,umusi namubony yari yambay impuzu z abashingantahe aca ambwira k afis umwana twitiranwa. Qu'il repose tjr en paix
@dezz_nuts5701
@dezz_nuts5701 3 жыл бұрын
yoooo, il était cousin de ma mère. je l ai vue une fois dans ma vie. j' avais peut être 5 ans. content de voir son fil.
@aimeegracekwizera4631
@aimeegracekwizera4631 3 жыл бұрын
Très interressante,abarongozi bigihugu barakwiye kugira icobakorera uwomuntu wingirakamaro mugihugu,big up Hosy
@nobalove2000
@nobalove2000 3 жыл бұрын
murakoze cane kumuco muduha kuba artiste bakera
@giselingabire2204
@giselingabire2204 3 жыл бұрын
Espoir vrmt sinarinzi ko bishika ugatwenga uko😀😀🥱nciye nkumbura mère wawe sha ariko aradutera inkuru🤗
@emeryshalom7067
@emeryshalom7067 3 жыл бұрын
Nsavye umuhungu wansavye umwuzukuru wansavye
@nzeyimanachanel7900
@nzeyimanachanel7900 3 жыл бұрын
Nciye nikumbirira iwacu mbere😭😭😭
@aimejustenahayo8934
@aimejustenahayo8934 3 жыл бұрын
Sindi I Burundi ariko nciye nibuka kahise kigihugu canje. Icigwa ciza kigihugu. Merci Hosy.
@mdclcirn1883
@mdclcirn1883 3 жыл бұрын
oooh lala ndasavye abatwara igihugu c'Uburundi muriki gihe ko bosubira bagashiraho programme yokwigisha kandi izo ndirimbo muri primaire kuko zihayagiza uburundi na AFRICA muri Rusange.Nukuri vyari biryoshe pe
@inarukundoesperide8541
@inarukundoesperide8541 3 жыл бұрын
lntwari ntiramba uwo abakwiye kwibukwa mumateka yuburundi
@clairefuraha221
@clairefuraha221 3 жыл бұрын
Ese mwazaduhuje nabana,twakuranye,iburundi.twe twasubiye iwacu I Rwanda. Mugabo turabakumbura urungano nukuri
@joyjoy2747
@joyjoy2747 3 жыл бұрын
Ndakunda ijwi rya Christian Savye . Ntaryumunwa 🤣🤣🤣🤣
@ndayihayajailos6912
@ndayihayajailos6912 3 жыл бұрын
Baze baratubwira ivyakahise vyumuziki ntanuwo twari tuzi kabisa yarakoze amateka akwiye kuza arahaywa kweri
@johnmadida5393
@johnmadida5393 3 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane. Murakoze cane muze muraturonderera ibintu nkibi.
@quentinegradyigirivyiza3245
@quentinegradyigirivyiza3245 3 жыл бұрын
Nciye nkumbura ama majorettes niyo twaririmba izo ndirimbo
@sindayiheburaetienne791
@sindayiheburaetienne791 3 жыл бұрын
Wow munyibukije kera mbe abana barukubu barazizi
@francineakimana9863
@francineakimana9863 3 жыл бұрын
Ikiganiro kizima vrt Hosy so Good kabx m akazina mwihenze ni Ndirabika si Ndirabira
@nzeyimanachanel7900
@nzeyimanachanel7900 3 жыл бұрын
Hosy genda isonga urondere uyo mon seigneur.
@kenzanina9164
@kenzanina9164 3 жыл бұрын
Ndamwizeye ko azomurondera hosy mon seigneur harya yagatwaye mumutwe kandi turamushaka vuba hosy
@cocochanelle258
@cocochanelle258 3 жыл бұрын
Emission yariryoshe caneee🥰🥰🥰
@bernicethebell9398
@bernicethebell9398 3 жыл бұрын
Ikiganiro kiranyigishije cane, uko bavuga NDIRABIKA niko menya bishasha
@jeanmariekayoya6306
@jeanmariekayoya6306 3 жыл бұрын
Turasavye emission ya Justin nayo
@eddyntagunduka7224
@eddyntagunduka7224 3 жыл бұрын
waaaaaaaauu ikiganiro ciza hama ndashaka kuzoterera kumusi bazokwibuka Nderabika nobikora gt....plz c'est une bonne idee.....................
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 3 жыл бұрын
Vyaribiryoshe kabisa murakoze.Siren vibe hejuru. Peace
@rusfabamahereni3023
@rusfabamahereni3023 3 жыл бұрын
Ico kiganiro kirasara🥺👌
@jokkilajana162
@jokkilajana162 3 жыл бұрын
Ikiganiro Ciza cane Hosy,ingozi turabakurikira 5 kuri 5.
@ndayiragijeemelyne1529
@ndayiragijeemelyne1529 3 жыл бұрын
Mubiganiro vyinshi viza biza Kuri sirene Vibes iki nicambere.kirimwo ivyigwa biryoshe.Hosy gira effort ibiganiro bitubwira abantu bagwaniye bagwaniy igihugu bigwire nka 2 fois la semaine.bizodufasha cane gukunda igihugu cacu.
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 3 жыл бұрын
Ndarindiriye le 2-7-2021 kurico kiganiro.Gihambaye cumu legend wacu Ndirabika R.I.P
@ndegezndechez1734
@ndegezndechez1734 3 жыл бұрын
Nanje meze ahondi ndagukwirikira cane ku biganiro vyiza uduha
@Zionmelodyfamily12
@Zionmelodyfamily12 3 жыл бұрын
Hosy uyund muntu yibagiwe ngendanzi je ndamuz twarabany m cibitoke um vieux très intelligent ,sage nivyinsh nomuvugak "mugenzi utazi uburundi nyegera ndabukuyugire bugizwe nintara nziza bubereye ijisho" amateka menshi rtnb they have his story n paroisse Saint Joseph ngagara .Jules ngendanzi if u read know that your father is a hero and much respect of him
@bellarmeeuma1653
@bellarmeeuma1653 3 жыл бұрын
Son petit frère aracariho
@Zionmelodyfamily12
@Zionmelodyfamily12 3 жыл бұрын
Bellarme ego arahari na famille irahari gusa Bari mu Rwanda maman Jules ni rwandaise
@haringanjihenrydavid8310
@haringanjihenrydavid8310 3 жыл бұрын
Iryo shure ryitwa gute?? Good information @sirenvibesTv
@Midwife257
@Midwife257 3 жыл бұрын
Mumpe like mbaye uwa mbere
@kingroxan6964
@kingroxan6964 3 жыл бұрын
Hosy wakoz kubwiki kiganiro jew kiratumy nunva nongera nkunda igihugu canj knd kinyerets yuko cahoze kiri nabagabo
@lamb-gofficial8662
@lamb-gofficial8662 3 жыл бұрын
Ooooh!!!! Hosy respect kbsa kuraba bantu ndishimy pe
@uwitanzenoel6807
@uwitanzenoel6807 3 жыл бұрын
Akagumye mwananje bagumako...,big up
@loicshi1403
@loicshi1403 3 жыл бұрын
Emission très intéressante
@nadinenathan8257
@nadinenathan8257 3 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane. C‘akamaro
@yannickkaza9876
@yannickkaza9876 3 жыл бұрын
hallo; mbega izo ideas zo kuzana utuntu twakera zavuye he? is smart!!!! kandi NSAVYE ivyo avuga nivyo , birya bintu vyo kwigisha l histoire des autres pays ni kuruhisha abantu pour rien.
@bunyungubruce2854
@bunyungubruce2854 3 жыл бұрын
Entuka unanifurahisha @Hoziyana Courage👌👏👏🇧🇮
@shushishushia3329
@shushishushia3329 3 жыл бұрын
Hosy turagukunda arko simpaka abantu bose tube tumeze neza arko rero iyo uturamutsa ba wihanfanisha nababaye sivyo
@jolisnintunze3796
@jolisnintunze3796 2 жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe
@nah5216
@nah5216 3 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane,ntakuntu abariko barabitegure botumenyesha uko abantu twoterara. Love from Dallas, Texas
@fabricemaluanenzohabonayo5321
@fabricemaluanenzohabonayo5321 3 жыл бұрын
Waouh Hosy tu mérite tout
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME 3 жыл бұрын
Ndarizeeeeeeee Kubriki umuntu nkuwo batomwubakira monument🙈🙈🙈
@joselynenahayo7017
@joselynenahayo7017 3 жыл бұрын
Kuberiki alvin mutagikorana débat turamukumbuye kuri Siren vibes
@bakarykarekezi5909
@bakarykarekezi5909 3 жыл бұрын
Courage Osie
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 3 жыл бұрын
Ndakunda Christian nsavye
@lazzrchanal1935
@lazzrchanal1935 3 жыл бұрын
Ubumwe bwabadasigana twayiririmba hataraza Demokrasi kwishure inyuma ya Burundi bwacu Burundi buhire
@faustinntamatungiro5145
@faustinntamatungiro5145 3 жыл бұрын
Bien émission
@reneroyal2483
@reneroyal2483 3 жыл бұрын
shanukuri Jew mbanipfuza kuba nirabira ka osy gusa uko kaberwa ibiganiro navyo birabisha ndamukunda kubi ukoyambara
@jeanpaulmajambere9608
@jeanpaulmajambere9608 3 жыл бұрын
Uwo munyamakuru yubahuka akavuga ngo: “ Micombero” amaze gutorwa kweri😂😂 nukutamyenya canke nukwirengagiza.
@fabricendayizeye220
@fabricendayizeye220 3 жыл бұрын
Wikanga iki?
@elpadrino7872
@elpadrino7872 3 жыл бұрын
Abbé Ntahokaja a composé le texte
@elpadrino7872
@elpadrino7872 3 жыл бұрын
SWAPO ni Namibie pas Mozambique Mozambique ni Frelimo
@kenzanina9164
@kenzanina9164 3 жыл бұрын
Ndakunda ukuntu muvuze ukuri vrmt ikiganiro kiraryoshe trooooôoop hosy urakaramba
@clairefuraha221
@clairefuraha221 3 жыл бұрын
Uziiyondirimbo nigaga muwa2 primaire,ubundimu Rwanda. Ndabakunda .banyita inyenzi nkotanyi. Hahaaa. Gusa turabavandimwe byararangiye. Turibamwe
@jokkilajana162
@jokkilajana162 3 жыл бұрын
Hosy ,uwo mû papa en jaune asa na José umwe aheruka gushing intawe we🤣
@garythebeast3056
@garythebeast3056 3 жыл бұрын
Ndahamenyeye vyinshi kuri drapeau twararirimba ariko ntibatubwira uwaziririnvye kwari kuboroka gusa
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 35 МЛН
Became invisible for one day!  #funny #wednesday #memes
00:25
Watch Me
Рет қаралды 35 МЛН
Luck Decides My Future Again 🍀🍀🍀 #katebrush #shorts
00:19
Kate Brush
Рет қаралды 8 МЛН
бесит старшая сестра!? #роблокс #анимация #мем
00:58
КРУТОЙ ПАПА на
Рет қаралды 3,4 МЛН
Ndirabika Augustin - Intuntu yonyica official video lyrics
3:53
NDIRABIKA Augustin
Рет қаралды 3,4 М.
MEGA BOXES ARE BACK!!!
08:53
Brawl Stars
Рет қаралды 35 МЛН