Murekure ama MOTO ashike muri VILLE abantu bararushe caane II Umukuru w'inama nkenguza mateka

  Рет қаралды 65,166

Isaac Tv

Isaac Tv

11 күн бұрын

Kugira ubandanye wironkera amakuru yabaririmvyi bo kwisi yose na cane cane abi wacu +257 nutuntu nutundi dutangaje kwisi , fyonda SUBCRIBE( Sabonnez) hamwe na LIKE ( J'aime) na SHARE (Partage)

Пікірлер: 334
@shizomaniga9627
@shizomaniga9627 9 күн бұрын
Nukuri😭abarundi turarushe gerageze mutworohereze banyakwubahwa mugire impuhwe kwel😢
@kakkadija7355
@kakkadija7355 3 күн бұрын
Batore Abafise akamaro Twabuze Pierre, Nkurunziza, ubu tubaduteyimbere, nurukundo, rwarirwatangiye,kugaruka Niyiryamire Murundi❤
@minanidenis9793
@minanidenis9793 8 күн бұрын
Iyo mbonye Président wa Sénat yacu afashe ijambo, ntirintoroka. Avuga ijambo ry umugabo w ijambo n ijunja. Uze wirambire. Imana ikuje imbere
@claudinenizigiyimana4038
@claudinenizigiyimana4038 5 күн бұрын
Amen
@fidesinimahye5376
@fidesinimahye5376 2 күн бұрын
Nanje ndakunda ukuntu avuga atuje kandi yitonze kugirango abumva bumve Imana imurinde cane 🙏🙏
@IrambonaOrivyeamos
@IrambonaOrivyeamos Күн бұрын
Ndamukunda vrt yarakwiye kuyobora igihugu
@michelineharerimana6998
@michelineharerimana6998 9 күн бұрын
Yesu aguhe umugisha kuriryo jambo ryokwiyumvira kubantu bataronka uko biyunguruza
@adamoman4966
@adamoman4966 7 күн бұрын
Abashingantahe nkabo nibotubadukeneyepeee abazi uburundi na abarundi bose murirusangi mumpe maua yake uyomu baba🥰🥰🥰❤️❤️❤️🌹🌹🌹🌹👍
@ndabwarukanye-pg3zp
@ndabwarukanye-pg3zp 9 күн бұрын
NYENITEKA mwubahwe cane muga kandi nigute abashikiranganji batokora ibishoboka vyose abanyagisagara bagatwenga vraiment turarushe turakeneye ingingo zodufata mumugongo
@Fernand_KyGame
@Fernand_KyGame 9 күн бұрын
Uyumushingantahe Yubahwe Cane
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 6 күн бұрын
Nta ciza c abo bagabo atari ububisha gusa gusa
@user-qu9rj1ek1h
@user-qu9rj1ek1h 9 күн бұрын
Uyumutegetsi niyiyamamaze ashike kubutegetsi
@TheWatcher-py3qm
@TheWatcher-py3qm 8 күн бұрын
Ikibazo, siko bigenda Muburundi.
@eloinikuze
@eloinikuze 7 күн бұрын
Ngira ntivyokunda,?
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 9 күн бұрын
Nukuri uwumuntu lmana imurinde ntibamukureho 😢😢😢 namakinga babireke har abanyeshure bobewe kuber gucerw kwishure vyukur uburundi bugerey kure knd abenegihug batobato turababaye knd bizoheruk twese tuj mwibarabar mutwic mutwish kuk ntacombon tukimaz 😢😢
@Hi5392
@Hi5392 8 күн бұрын
Pore nukuri. Mukomere😥
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 8 күн бұрын
RINDIRA amatora arageze abanyagihugu birigwe barayerera nububuzima buruhije jew niyompamvu mvuga ndababaye pe abana bacu bayobewe kubera guceregwa gusa
@user-xs4de3up5m
@user-xs4de3up5m 8 күн бұрын
​@@hategekimanamariespeciose5701😢😢😢
@user-lt3ch5hc3g
@user-lt3ch5hc3g 8 күн бұрын
Nico gituma BURUNDI kugira butere imbere bigorana kuko abo bitwa abategetsi cabura aba president birengagiza ibintu byinshi nokubona ko abantu bohasi ataburengazira bafite bwokubaho kuko ayo mamoto cange amakinga cabura ububajaje nibintu byafasha abobantu atabubasha bafise bwimodoka ariko ibyobyose ntibabibona
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 7 күн бұрын
*Ngo abakecuru muri ibihwiji, ngw'ego data turi ibihwiji, ngo abakecuru muhendwa mubona, ngw'ego data duhendwa tubona* Twitabire ako kavyino n'akacu
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 9 күн бұрын
Kndi nkaho ntihabuze abantu bariko bamubona nabii sha turacafise uwu mwubahwa Imana imumurikire
@user-hg6yg2gl8z
@user-hg6yg2gl8z 9 күн бұрын
Abonyene bicaranye
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 күн бұрын
​@@user-hg6yg2gl8z😂😂😂😂😂aha hariho abavyakiriy neza n'abandi bavyakiriye nabi ivyikigihe ukuri ntikugikenewe.
@user-nf1pw4ls8k
@user-nf1pw4ls8k 3 күн бұрын
Abamugwany nib besh
@christelle2465
@christelle2465 9 күн бұрын
Imana iguhezagire Honorable Nsinzohagera. Muribake mwitwararika abenegegihugu. Nibarabe ayo abantu bagowe batabare. Aka n akaga kugihugu cacu c u Burundi. Amarira n imiborogo yacu yarakwiye kubuza izo ndongozi kuryama
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 8 күн бұрын
Erega bobo ntakibazo bagira ko iwabo vyama vyuzuye bakibagira kwaritwe tubahemba mumakori yacu imana irababona sha
@user-vj9sj6od9e
@user-vj9sj6od9e 9 күн бұрын
Uyu mu président wa sénat ndamukunda cane
@nkamicaniyeherve4897
@nkamicaniyeherve4897 8 күн бұрын
Turi beshi cane tumukunda
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 8 күн бұрын
Jew umwana wanje yaba no 5. Afise ubwenge cane ariko ubu ariko arananigwa kubwo kwiga kure akabura bus Mana iyongira iyonja uburundi bwacu nobuvamwo pe
@ndayisengagregoire627
@ndayisengagregoire627 9 күн бұрын
Imana ikuturindire kabisa. ikongere inkomezi pe
@user-rb6lw7xq9g
@user-rb6lw7xq9g 9 күн бұрын
Sha ibyobibazo byawe urabizira,Sendagara arakugandagura
@nduwimanaabdoull743
@nduwimanaabdoull743 9 күн бұрын
Nimurekure gusa amamoto namakinga ashike murivile kuko nomuri tz amamoto niyo déplacement principal ikomey kuruta imodoka kuko amamoto namaking afash abanye gihuh kwiruka kukaz namanyeshur gushika kwishur neza ata bint vyo gucegwa vraiment murab ukunt mwodufash kbx turarushe kbx
@_-wt8ns
@_-wt8ns 9 күн бұрын
Yoooo mukhamaaa uyomuntu yiyunviyico ninde nomuheka nikigoma nkashirako mana nibarab babirekure kuko ayomategeko barikobazana siyo retayunomusi nihatari iteranyagahinda nibarekure ibintu vyose
@RanY-io5rz
@RanY-io5rz 7 күн бұрын
Uyumuntu iyavuze avuga ibyokunyungu zabenegihugu kandi arishira mukibanza cabanyagihugu bato bato Imana yomwijuru imishire hajuru kurusha
@SergesNduwimana-dy1ch
@SergesNduwimana-dy1ch 9 күн бұрын
Urakwiye kuba umukuru wigihugu basi. Utandukanye cne n'a Gélase ndabirabe pe.
@violettekarenzo1157
@violettekarenzo1157 6 күн бұрын
urabivuze nanje ndumva yarakwiye kutuyobora Alaba sebarundi
@FeliciteNiybitanga
@FeliciteNiybitanga 4 күн бұрын
Nukuri yubahwe 😞😞ubwo busirimu bwo gukuraho ama moto & ama velos ntabwo aribwo busirimu
@MakeraJanvier-v9f
@MakeraJanvier-v9f 8 күн бұрын
Imana imuhezagire nyakubahw iyakab bamwumvira bagakora ivyo yasavye
@ErickNduwimana-tp9gb
@ErickNduwimana-tp9gb 9 күн бұрын
Ikibazo Mwagaye Intumwa Y'Imana Peter Nkurunziza mwibuke isengesho ryiwe kumatora Nti"《 Uwozokwihenda akiba Amatora y'Umwene gihugu Imana izomugaragaza none nimwe mwavyikwegeye Muterako nuwo mwivye muramuduzugura. Nimusubize itsinzi benayo ahubundi nibindi baracaza.》
@VioletteManirakiza-jf2rk
@VioletteManirakiza-jf2rk 9 күн бұрын
Mwarimuvuze neza mutama nuko ubwira abatumva nukuri uburundi turarushe
@FofanandineBlack
@FofanandineBlack 8 күн бұрын
Turi mumyaka yanyuma yimiruho namagogwa kimwe umurundi wese akeneye kujahantu agafata umwanya agasengera igihugu cacu nabakibamwo muri rusangi atibagiye nindongozi kbx kk abarundi turarush kbx ❤
@SibomanaJeanPierre-sy8fx
@SibomanaJeanPierre-sy8fx 8 күн бұрын
Nukuri ahubwo baracanganyikiwe nibatangimihoho turarushe igihugu umengo bagitoye kubuntu
@user-sx7zc6pi2i
@user-sx7zc6pi2i 7 күн бұрын
❤❤❤❤ nyishi wubahwe Aho nukuri uvugiy beshi kuber muburundi turarushe can nibareke mamoto nam Kinga kore
@Ngenda-dg8bh
@Ngenda-dg8bh 8 күн бұрын
Ndamwemera arazi ico nkenguzamatika ijejwe kandi avuye ubwenge ,aratandukanye cane nawawundi.
@user-qs7lj7kj1k
@user-qs7lj7kj1k 6 күн бұрын
Urya ashaka yisehereko😅😅😅
@ThierryPastor-pz6ll
@ThierryPastor-pz6ll 9 күн бұрын
Uyu mutegetsi arakunda igihugu
@user-rb6lw7xq9g
@user-rb6lw7xq9g 9 күн бұрын
Sha urumuhanga wallah
@ClarisseMunezero-zo7we
@ClarisseMunezero-zo7we 8 күн бұрын
Nibarekure izo moto na makinga kuko turarushe
@dworldtv250
@dworldtv250 9 күн бұрын
Muri Eden ngo ni gute brothers 😂😂, i like to watch your comedian #Neva. He makes my day
@kingshyakagilbert1394
@kingshyakagilbert1394 8 күн бұрын
Brother iki sicyo gihe cyoguseka ahubwo dusengere abavandimwe bacu byatuberabyiza bishimye rero tubafashe mumasengesho imana yitamurure kugihugu cyabo
@dworldtv250
@dworldtv250 8 күн бұрын
@@kingshyakagilbert1394 bro uvuze ko nyiri urugo yapfuye siwe uba umwishe
@kingshyakagilbert1394
@kingshyakagilbert1394 8 күн бұрын
Nonex ubwo urigutangaza cg urabyina kubyimba kugiranga nakazoza gahonoke uwasumuco nyarwanda kbx
@dworldtv250
@dworldtv250 8 күн бұрын
@@kingshyakagilbert1394 nrb bro ubwo uri kuki nta makemwa
@NdayiragijeAudace
@NdayiragijeAudace 9 күн бұрын
Avuga ijambo neza mbere ubu president bwari bukwiye abagabo nkaba nazambia namakinga arashika town
@fulgencenkurunziza4707
@fulgencenkurunziza4707 8 күн бұрын
Imana iguhe umugisha nyakwubahwa Emmanuel
@louisnshimirimana9961
@louisnshimirimana9961 9 күн бұрын
Reka muvyeyi reka ,sivyo kuvugwa
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 9 күн бұрын
😢😢😢😢😢😢😢 turababaye nuko mufise abatoni munzu zanyu basha
@user-rs6nx2zo1l
@user-rs6nx2zo1l 9 күн бұрын
Abashingantahe bamaho.kenya imotozama Nairobi Kandi ariko ntantambamyimbona kbx nikinga uyifise urigira. Muta wubahwe uvuzengo ikintu kizima.uravugiye abenegihugu
@user-td1iw2vs2i
@user-td1iw2vs2i 7 күн бұрын
Mukuru w'inama nkenguza mateka,Imana igukomeze cane kandi bitubere akarorero keza kubarundi.Umutima w'impuhwe niyo nzira izotuma dukora ibikorwa vyiza bibaho tugatera imbere.
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 8 күн бұрын
Na wew madame ivya transport bikunanire kweri jw bwana ishavu muntera wapi kabisa
@NiyonkuruVianey-pl9jn
@NiyonkuruVianey-pl9jn 9 күн бұрын
Hoboneka batatu nkawe ndabona twoba twinjiy 2026 tutarushe Nukuri uhoraho akuturindire urintwari mwijambo
@galaxytechnologycenterelec268
@galaxytechnologycenterelec268 9 күн бұрын
Uwomwubahwa avuga neza kbx. Nibadufash motos zishik ville vyofasha caane muribibihe
@user-cb4ns5wp3o
@user-cb4ns5wp3o 8 күн бұрын
Yooooo 🤔 mungu wangu we 🙆🤝ababashingantahe turabafisekweri mugihugu?mporanibazako batinya kuvuga,ariko mutama urakwiye kuba kiongozi nkumu president ijanakwijana uhezagirwe kuko ntamuntu murimwebwe nkawe abonako turushe uhezagirwe🙏🙏
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 8 сағат бұрын
@@user-cb4ns5wp3o imburabana ngo yugumbira irekwe !!!
@nihorimbereaudace4187
@nihorimbereaudace4187 6 күн бұрын
Exactly ntaguhishumwotsi inzu yamazegusha nibarekuramakinga na mamoto aharakora for so long nukuri turakenye tuvyemere muhataco turaronka twikore kuburyodufise akarizo kimpene kiyagazaho kagera niko bayamaze
@emmanuelnibaruta5834
@emmanuelnibaruta5834 9 күн бұрын
Ibiciro biraduzwa uwo mugore arorera gusa noguhana vyarsmunaniye
@user-sh5cz9cj4u
@user-sh5cz9cj4u 9 күн бұрын
One Day Fredoom...Amen
@GermainBAYIVUGIRE
@GermainBAYIVUGIRE 8 күн бұрын
Naje uyu mwubahwa wa sénat aranezera cane.yagerageza kutuvugira,nuko ababwira batavyumva.
@user-zk2cg9yx4v
@user-zk2cg9yx4v 2 күн бұрын
Bareke amakinga yongere gukora nimba ivyigitoro vyanse .ntakundi Imana ikomeze kuzugama uburundi nabarundi bose.
@jacquesnteziryayo3767
@jacquesnteziryayo3767 6 күн бұрын
Urumugabo w'ijambo kbsa, uwakugira umukuru w'igihugu harico wofasha abarundi
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 күн бұрын
Mukomere cane mutama Imana iguhe umugisha nibadutabare kuko twebwe banyarucari turahaboneye ishano pee😢😢.
@jeanbaptistevyizigiro8465
@jeanbaptistevyizigiro8465 8 күн бұрын
Abagabo b'intwari tuba dukeneye ni ben'aba
@user-bs8gm9gj7t
@user-bs8gm9gj7t 8 күн бұрын
Uwo n'umugabuo kweri! Ubwo bubeshi bw'uwo mugore nabwo!!!
@theontaki8062
@theontaki8062 3 күн бұрын
Murakoze cane gose Honorable
@user-qm5mj1iy5i
@user-qm5mj1iy5i 7 күн бұрын
Uyu mugabo kugira abe president wigihugu,,bisabiki ?
@byukusengedieudonne1894
@byukusengedieudonne1894 9 күн бұрын
Wise man
@user-gl1dj7um4b
@user-gl1dj7um4b 7 күн бұрын
Uyumutama ndamukun'da gusumba abandibose kuko yiyumvira kubenegihugu cane
@user-vg1vg9hl6w
@user-vg1vg9hl6w 6 күн бұрын
nukuri imana ikurinde impande zose mutama urafise umutima wubuntu❤
@emmanuelkoundensengiyumva2587
@emmanuelkoundensengiyumva2587 8 күн бұрын
Amashi mesh🙏🙏🙏
@dejuniorthierry7074
@dejuniorthierry7074 9 күн бұрын
Abubu bariz biga menshii batako biga nubujuju igihugu copfuma gitwagwa nabatiz aho bigez ... ImAgin leta ntagitoro ishoboy. Kuzana kandii abene gihugu twoshobora kukizana isukari ntiboneka ariko ubwanj noshobora kwinjiza na truck 20 zizany isukari ziyivany muri EAC igihugu gikeny ibintu vyinshi caaane kandii nikubwubujuju bwindongozii dufis
@HavyarimanaMethode-iq6nf
@HavyarimanaMethode-iq6nf 8 күн бұрын
Urumugabo mwishwanj
@emmanuelbaribarira1992
@emmanuelbaribarira1992 7 күн бұрын
Oya ibibintu birarenze biteshumutwe caane imagine Iraki ryamarundi carikintu gitinyitse
@emmanuelbaribarira1992
@emmanuelbaribarira1992 7 күн бұрын
None ga ayomahera abanyagihugu bararushe😊
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 8 күн бұрын
Nibemerere kumugaragaro abarozi nabapfumu gukoresha intaro kumurango no mwijoro atacamira kugira abantu twiyunguruze neza pe kuko jw simbona intwaro pe bose barasinziriye mwigire kubiriko bibera kenya nimutisanga ahatemba ndabarahiye reka turorore nimutume mugabanya imishahara yanyu turazi ko muhembwa ikirenga Kandi atanakimwe mutumariye muranterishavu bwana
@user-jx6mt1lb9h
@user-jx6mt1lb9h 8 күн бұрын
Indongozi yijunja nijambo, hezagigwa mwubahwa wacuuu
@aphrodisndayambaje2527
@aphrodisndayambaje2527 9 күн бұрын
Mu Burundi turarushe cane. Kumbure tuzofuma tuja mwibarara baturase na burya mbona ataco tumaze😭😭😭
@fanuelntirampeba1106
@fanuelntirampeba1106 6 күн бұрын
Umukuru wi nama nkenguzamateka, biboneka ko, ariwe wenyene afise umwitwarariko w ingene abenegihugu babayeho!!!
@PaulNzisabira-m9z
@PaulNzisabira-m9z 2 күн бұрын
Uyumutama yubahwe nuwamateka komera mutama imananikuj imbere iguh amagara meza ibandanye hutuvugira
@adamoman4966
@adamoman4966 7 күн бұрын
Nyakubahwa invugakuri izondege zintaro ahotugeze nizozodukurayo ahubwo abazuko zikoreshwa ni babwire abenegihugu biyunguruze bitagonye cankagasukari tuguruka tugasangiyokari jembonavyoba vyizacyaneee wubahwe🙏🙏🙏turagushimiye kuvyuyunviro vyawe vyiza❤️❤️🌹🌹👌
@user-xd6hw5jn1s
@user-xd6hw5jn1s 7 күн бұрын
Abarundi mpereye kundongozi dufise ikosa rimwe ubona munzu yawe bimeze neza ububona umengo uburundi bwose burorohewe ,nkabo impamvu batatwiyumvirako nuko igitoro kiba gike kibicabooo rero bacababonako tweeese kwideplaca kwaramahorooo bref icutifuzako kikubakooo kirindeee abandiiii murakozeee
@irakozemelance4703
@irakozemelance4703 9 күн бұрын
Aho rero akaba arahejeje kwishura😮 niwitahire sha wirire chips and chiken abandi dukomeze tuharye irege.
@kaburamaxime5100
@kaburamaxime5100 9 күн бұрын
Ego vrema akaba arhejej Barateran ishavu
@ericjohnson315
@ericjohnson315 9 күн бұрын
Wapi nuwamubajije ntiyari yizeye inyishu itomoye. Ntimumukarire madamu.
@YollandeNkurunziza
@YollandeNkurunziza 7 күн бұрын
Urakwiye kuba umukuru wigihugu nyakubahwa
@ferdinandodanielo1
@ferdinandodanielo1 9 күн бұрын
Burya haracariho ville?.Mbona nahandi bafise ibisagara vyiza amapikipiki,amakinga na tukutuku zishika ahozishaka nketswe Bujumbura.
@Tagt391
@Tagt391 9 күн бұрын
Mubwire nimba muriyi misi nimba atariko arahembwa abandaye ahoze
@user-mc7lh6js3o
@user-mc7lh6js3o 8 күн бұрын
Komeramashi uyu mukozi w'imana🎉🎉🎉
@francineGatoto-uj5tn
@francineGatoto-uj5tn 9 күн бұрын
Uyu muntu muzima muburundi abaho
@MaombiGift
@MaombiGift 8 күн бұрын
Uvuga neza Mutama vyukuri Amamoto Namakinga Ngobarayakuye 😂😂
@NduwayoBosco-xy1ut
@NduwayoBosco-xy1ut 9 күн бұрын
wewe bararara bakwishe❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤imana ikurinde
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik 9 күн бұрын
Imvugakuri vrt,ijambo ryumuts kd ryubweng!!!ibaze nkumunyeshur akayoberwa kubera deplacement!!!
@user-jx6mt1lb9h
@user-jx6mt1lb9h 8 күн бұрын
Umwubahwa akwije ibisabwa kuba indondozi pé
@edouardngabonziza1441
@edouardngabonziza1441 6 күн бұрын
NYAKWUBAHWA Emmanuel Sinzohagera Yubahwe caneeee🎉
@B.s3909
@B.s3909 9 күн бұрын
Umuhutu wubwenge abandi ubwantwa bwarufutse umunwa Bravo nyakubahwa 😢😢🤲🏾🤲🏾
@Hi5392
@Hi5392 8 күн бұрын
🙄vyari bikenewe kuzana amoko ngaha? Ntazina ryiwe uzi? Ico nico gitumye igihugu cacu kiri icanyuna nuri vyose🤦🏽‍♀️
@B.s3909
@B.s3909 8 күн бұрын
@@Hi5392 ivyamoko sikibazo mugenzi no muri europe birahari mugabo babanye navyo neza, ivyo niwashaka nizopfa biheze Komera ✌️
@ViatorNitung
@ViatorNitung 2 күн бұрын
Muzehe urumugabo p.ramba
@user-ty8qs8ch7e
@user-ty8qs8ch7e 2 күн бұрын
Waaa. Naba tuba dukeneye🎉🎉🎉🎉🎉
@EmileSinzoyiheba
@EmileSinzoyiheba 9 күн бұрын
Uyumutama ndamwemeye
@ElyseNimubona
@ElyseNimubona 9 күн бұрын
Murabonye KO amatora ageze😂twarabamenye😢
@user-nr7pp6bo2w
@user-nr7pp6bo2w 3 күн бұрын
Nukuri
@abelnduwayoofficial
@abelnduwayoofficial 9 күн бұрын
Nkunda uwumushingantahe.nonenkubu koko babangiriye rirya tegeko rijanye namamoto,bakareka amakonga agashika kubiraro yoyo atanwigitoro,namamoto agashika kubiraro,bajaji zikinjira vile.ahokoko ntibabona koboba bafashije abantu ?nihatari kweri.
@PacifiqueManirakiza-x7w
@PacifiqueManirakiza-x7w 7 күн бұрын
Imana iguhezagire kwijambo nkiri mutama
@user-yt5rz8qh9p
@user-yt5rz8qh9p 8 күн бұрын
Ivugakuri ziracariho kweli Imana ibandanye imuhezagira inamuzigame.
@nirereegide1230
@nirereegide1230 4 күн бұрын
Aho cakiwerewere kitagira ubwenge ngo Gerase ndabirabe gica kimuzivya ngo navuga ibindi
@user-dl4tc7jj2m
@user-dl4tc7jj2m 4 күн бұрын
Umukuruwinamankenguzamateka niyirambire, abajije ikibazo cinkoramutima.harinabatskivuga batunturiyekumutima
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 9 күн бұрын
😢😢inzego zarijiriwee ewe Burundi Buhire
@hatungimanaEmery-oh9th
@hatungimanaEmery-oh9th 8 күн бұрын
Asha wubahwe cane vrt Aho bukera bakongeree yamara kugira bij mungiro nkuko mubituvugiraa kl
@user-xf4el5fv9x
@user-xf4el5fv9x 8 күн бұрын
Ahonyene mutama niho dukeney.
@kakkadija7355
@kakkadija7355 3 күн бұрын
Yani muteshwagutora Abingirakamaro,mugatora Abasahura itunga ryareta Abanyagihugu bagapfiramubukene,ninzara,😢
@ClaudineNshimirimana-g5s
@ClaudineNshimirimana-g5s 2 күн бұрын
Nivyo nukuru turaruzhe cane amamoto yarafasha gosse cane nama bajaji
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira 7 күн бұрын
Abarundi ngo bararushe ! Kuko mwimirije amatora, abarundi twarabahinyuye. Nta rukundo mudukunda usivye amajwi mubashakako ubundi ntaco muduhenda atari ukutwica nabi nta ciza canyu.
@vanessairangabiye744
@vanessairangabiye744 2 күн бұрын
Iyaba Bose arabashingantah nkawe igihugu coteye imbere
@JONATHANTUMUSIIME-ze4bw
@JONATHANTUMUSIIME-ze4bw 7 күн бұрын
Nkorera Kampala iki motal
@ManiragezaMenard
@ManiragezaMenard 7 күн бұрын
Ndakunda cane Emmanuel sinzohagera si nsumirinda ni umuntu ari mukibanza yategerezwa kubamwo . Kumbure muri kazoza hamwe yokwigira haruguru gatoya twokira🏃🏃🏃🏃🏃
@user-iy2jd6eo7j
@user-iy2jd6eo7j 8 күн бұрын
Mwubahwe banyakubahwa Ituzigamire uwo mwubahwa.
@FofanandineBlack
@FofanandineBlack 8 күн бұрын
Turi mumyaka yanyuma yimiruho namagogwa kimwe umurundi wese akeneye kujahantu agafata umwanya agasengera igihugu cacu nabakibamwo muri rusangi atibagiye nindongozi kbx kk abarundi turarush kbx
@user-fo9xb8ml9w
@user-fo9xb8ml9w 8 күн бұрын
Urimvuga kuri niwewe mutama uvuga ukuri wohoho urabona ayo tugowe mutama IMANA ikurinde.
@allykama3352
@allykama3352 Күн бұрын
Muburundi haracari abanyabwege Komera mutama nahobikuniga
@WISEIRA-vt6rd
@WISEIRA-vt6rd 5 күн бұрын
iyoba abari muri leta biyumvira nkawe izinduru nimyidogo biri mugihigu biba bihari,,,,,urumugabo wabagabo kbds
@kwizeragauthier984
@kwizeragauthier984 8 күн бұрын
Vyoba vyiza kbisa abantu bakoroherwa na gatoya erega nibara ingingo nkizo
@user-fs6gr6rb7k
@user-fs6gr6rb7k 9 күн бұрын
Yesu abahezagire nyakubahwa
Please be kind🙏
00:34
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 181 МЛН
I wish I could change THIS fast! 🤣
00:33
America's Got Talent
Рет қаралды 80 МЛН
Khó thế mà cũng làm được || How did the police do that? #shorts
01:00
Osman Kalyoncu Sonu Üzücü Saddest Videos Dream Engine 170 #shorts
00:27
Immigration : ce que proposent les trois blocs
9:59
LCI
Рет қаралды 19 М.
Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo
2:19:45
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 14 М.
Macron / Bardella : le risque d'un bras de fer ?
12:57
Pierre Nkurunziza yagwanye intambara zose kandi arazitsinda!
6:19
Mashariki TV
Рет қаралды 43 М.
Please be kind🙏
00:34
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 181 МЛН