Imvugo ya Ndayishimiye : ico abarundi boyitahuramwo

  Рет қаралды 55,460

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu

Күн бұрын

Пікірлер: 79
@RuBoBoJeandeDieu
@RuBoBoJeandeDieu Ай бұрын
Numu ypoclite
@ndiondajey3066
@ndiondajey3066 3 ай бұрын
Ndakunda iyo Bobo yaje mu kiganiro, nayo Neva ntari " nyenicubahiro " kuko muvuze ko yiyambuuye agashambara
@NibitangaFabrice
@NibitangaFabrice 16 күн бұрын
Biratey agahinda kbx
@HavyarimanaDesire-nv9ie
@HavyarimanaDesire-nv9ie 3 ай бұрын
Umengo nikibwa cahivye amavoka
@ManirakizaVianney-x2p
@ManirakizaVianney-x2p Ай бұрын
Mbega komubivugira iyo mumahanga.kumuta zamugihugu ngo ayo majombo namwe ntaco muriko murafashi gihugu twebwe twe batobato nimutureke kuko namwe muriko muradusamaza gusa
@ManirakizaVianney-x2p
@ManirakizaVianney-x2p Ай бұрын
Murazoza mubivugire mugihugu kuko mwe mwarataye igihugu canyu muvugira mukinyegero muraza muvugire hano tubabona 1:28:33 1:28:37
@JeanMarieNDUWINGOMA
@JeanMarieNDUWINGOMA Ай бұрын
Wewe n'a nkurunziza wamutyoza uko nyene
@veanchynzoyisaba4123
@veanchynzoyisaba4123 2 ай бұрын
Mwarapararanganye
@KennyIracaniye
@KennyIracaniye 2 ай бұрын
Eee uringah
@BenemuluBillyado-ji4ze
@BenemuluBillyado-ji4ze 3 ай бұрын
Mwirambire bantu banjye🇧🇮🇰🇪👍
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 2 ай бұрын
Mbe Bobo, wewe ivyo uvuze twobitàhura gute😂, 😂😂😂😂 98% wihenze kuvyo wavuze, 2% 😮! Twebwe nimutureke twihanganire nibibihe, indongozi zacu ziratubona, ivyo mubatuka nivyo bibakomeza, kandi niho tuzoronkeramwo imigisha iva kuMana! Muzotangara, ... Imana imbere, kandi turi kumwe vyoose birashoboka! Ndakorora amosozi iyo mbonye abapapa nkamwe mutuka ubutegetsi, none mubona muri webwe arinde yoshobora gutwara iki gihugu, personne! Ngo sigitutsi, 😂😂😂 reka kwiyotsa!😮 poa rero, nimubandanye musemerera! Ngo président wacu ñimborerwa, hypocrite, ... mana weee! Imana ibababarire kweri, ...
@omernshimirimana
@omernshimirimana 3 ай бұрын
Twagonzwe nikamyo itagira document
@Tharcisse-k2w
@Tharcisse-k2w 3 ай бұрын
Bavyita: polygrahy in English.igipimo ino USA bapimisha abapolices IYO bashaka kurabako uriko urabesha .babikonecta na computer barabuko umutima utera
@NZIRIKANACEDRICK
@NZIRIKANACEDRICK 2 ай бұрын
Uyu neva ngo ni président wacu jew ndikwibaz aho turi kuja icakabiri none mubarundi ntawundi dufite ??
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 ай бұрын
Cerekana komwafashwe mpiri muburundi bwacu kwl imana igarukire igihugu cacu camavukiro kwl
@omernshimirimana
@omernshimirimana 3 ай бұрын
Abarundi nyene twe turaziko ataboyobozi dufise ko tufise abasuma abambuzi kandi ko atakuvuga kuko uvuze uba upfuye erg barakaze bonyene kurìbo barapfungana hama usanzwe naho ntimwumva mugenzi wabo bunyoni ayo agowe kandi ari bamwe!!
@medardm507
@medardm507 3 ай бұрын
Nugushira hamwe kugira twironderere abayobozi
@ericgahungu3902
@ericgahungu3902 3 ай бұрын
Nikigugu
@SalimSlim-l4j
@SalimSlim-l4j 2 ай бұрын
Woja mwibarabara ukakabona
@medardm507
@medardm507 3 ай бұрын
Umusi abarundi twagiye hamwe tuzomutoza intoki kuko ntivyumvikana ukuntu atubwira ibintu afise muhira iwe natwe atakintu nakimwe dufise kandi aritwe twamuhaye
@jamessiyoni2996
@jamessiyoni2996 2 ай бұрын
😅😅😅😅😅
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 3 ай бұрын
Léonidas warigize kuvuga ko ata projet de société mwari mufise. Aho urihindukije. Ariko umuntu afise ubwenge bukwiye arabona ko DD yaje ata projet ifise, n'ubu apres 19 ans nta mbona ifise ijanye nogukura abarundi mu kaga bamazemwo imyaka n'iyindi.
@JamesAllen-c8v
@JamesAllen-c8v 9 күн бұрын
Lee Larry Rodriguez Deborah Lee Donna
@RuBoBoJeandeDieu
@RuBoBoJeandeDieu Ай бұрын
Nikirofa
@Khalidniya380
@Khalidniya380 2 ай бұрын
President wacu avuga nk'umu businessman 😂
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 2 ай бұрын
Erega niko kazi kiwe kuko Igihugu cacu yaramaze kukidandaza mubazungu natwe twishinge tuzubara😢jewe kuva menye ko yasinyiye irya finance bill nahise ncika intege 😓
@KennyIracaniye
@KennyIracaniye 2 ай бұрын
​@@Hazfir.Officialwomp umuc mwivy uvuze yasiny iki MP tout detail
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 2 ай бұрын
@@KennyIracaniyeharamahera yingurane ava hanze batanga kubihugu bakazoyarihira inyungu x2 rero ivyoturira vyose ayo mahera tuzoyariha mpaka tubaye abakecuru nabatama nabana bacu binjiremwo barihe ntituzopfa tuyamaze kuyariha ninacogituma ubona ibintu vyose vyagiyeko amatagisi ateye ubwoba nimuntumbero yokuza turariha iyo ngurane yabandi 🙆‍♂️
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 2 ай бұрын
Yatoye tutazi iyo yayajanye abandi bayatora bakubaka igihugu ariko twe ntituzi iyo yayajanye😥
@EmmanueliqueIRAKOZE
@EmmanueliqueIRAKOZE 3 ай бұрын
Bobo turagukumbuye
@AllyNdayegamiye
@AllyNdayegamiye Ай бұрын
Mana Irabona aya marira Abarundi ko ttutafise indogozi
@RogerNinziza-lq9ys
@RogerNinziza-lq9ys 3 ай бұрын
Prison bashizemw Bunyoni barabe bayagure kuk Gouvernemnt yuburundi umusi yavuy kur pouvoir mbna besh bariko barakura bakwie kugirira Retraite mur prison.c'est mon avis
@CyprielPfubusa
@CyprielPfubusa 3 ай бұрын
8:03
@francisenock9477
@francisenock9477 3 ай бұрын
It's giving DICTATORSHIP 😢🤨😭😭😭😭
@HavyarimanaDesire-nv9ie
@HavyarimanaDesire-nv9ie 3 ай бұрын
None wibagiyeko ari vuvuzera
@JeanboscoBosco-iy5hr
@JeanboscoBosco-iy5hr 3 ай бұрын
Tur kumwe 5 kur 5 muburundi Ruyigi gisuru
@theafricanhauler3396
@theafricanhauler3396 2 ай бұрын
RPA ba mutumira Abantu badafise Imbono zisa zinenga gusa. Ba muzana n ababona ukundi nimwaba mwiha Icubahiro. None ko mutumira abamugaya gusa😢 Abagwanya Ndayishimiye mwese mumenye NEVA ni umu visionaire. Tres intelligent Hari Imyaka muzomwibuka mumwite ko yari Umugabo abatwenga ubu. Ndabarahiye Ni Umugisha k Umurundi wo Hasi. Abasirimu ntimutegera imvugo yiwe. Monde urbaine ntitahura monde Rurale Politique yiwe ni uguteza Imbere Umunyagihugu wo Hasi. Akoresha imvugo zikangura abanyagihugu bohasi. Ni Jacob Zuma President du Peuple de Bas. Language yiwe ntitumbera Peuple urbain et classique. Hose muri Africa, majority of the people is Rural. President Ndayishimiye ni product ya monde Rurale. Avuga imvugo yabo bumva, bamwibonamwo.
@wellarsmukezamfura3160
@wellarsmukezamfura3160 2 ай бұрын
😂 BobuRugurika, ngomba ndakubwire ko umukuru w'Igihugu ni gaza sabwa, ntiyiyenda muvyo avuga, muvyo akora! Ngo arahuruduka, urongeyeko kandi ngo avuga ibisunitswe nimpwemu, ... Mana nzima, babarira aba bantu bahunze igihugu, ubababarire Data waremye ijuru n'isi nibiyiriko. Benshi ntidutahura ibihe Data, dutabare Data dutahure!
@davidnikiza2520
@davidnikiza2520 3 ай бұрын
Ndabaramukije jewe icombona nuko atawo afise amutengurira icoavunga kuko avuga ibimujemwo vyose
@sese667
@sese667 2 ай бұрын
Arahubuka cane, wumvirije amajambo ashikiriza n'ukuri birateye isoni ... Umwe mubaperezida batwaye Uburundi nemera cane kandi yarazi kuvuga ijambo, yari Nyakwigendera Melchior Ndadaye, yari afise ico bita "diplomatie” ntiyahubuka, ntiyavuga ibimujemwo vyose, ibisunitswe n'impwemu, n'umuyaga ... Abamwishe batugiriye nabi kugira tuzosubire kuronka umugabo ameze nkawe bizogorana cane ... Uwo mbona agerageza ni Rwasa n'ayo abandi ntakigenda ...
@EddyPeter-ez5kt
@EddyPeter-ez5kt 2 ай бұрын
Uburundi boshobora kuba aribwo bufise president wikijuju kwisi sinzi impamvu utinya kubivuga
@ManirakizaVianney-x2p
@ManirakizaVianney-x2p Ай бұрын
Murazoza mubivugire mugihugu kuko mwe mwarataye igihugu canyu muvugira mukinyegero muraza muvugire hano tubabona
@MunzeroShaban
@MunzeroShaban 2 ай бұрын
Iyo mbona kazoza mbona ariw wenyene ayirimwo😂
@artificial_creative
@artificial_creative 3 ай бұрын
Invugo yo mwibarabara Twifitiye ibisuma ,comedian, clown 🤡, avyicanyi, unaccountable , incompetent, ibintu atacobimariye uburundi ngo na leaders Sha uburundi bwariboneyeko kwl
@NKURIKIYIMANAJACKSON-x4t
@NKURIKIYIMANAJACKSON-x4t 2 ай бұрын
😂😂😂Umu perezida nkuyu ahombya Igihugu rwose 🤔. Yishyirira mugifu cye gusa kuruta uko yateza imbere abarundi
@JeanKazungu-c8z
@JeanKazungu-c8z 2 ай бұрын
Diane nukuri jewe ndakunda RPA ariko niba imana iriho yomfasha ikakwereka urukundo ngukunda
@Ineza-n3r
@Ineza-n3r 2 ай бұрын
Léonidas na Pita hari abobita MUJERI, nawe nabisigure!!!!
@PeterNajaribu
@PeterNajaribu 3 ай бұрын
Abasirikare bigihugu barubakwiye guca ubwenge bakagarukira igihugu nabarundi kuko abarundi ubu dusa nabagurishijwe kuko ibintu biba mugihugu cacu ntaho ndavyumva isi yose ndi peter from kenya
@HavyarimanaDesire-nv9ie
@HavyarimanaDesire-nv9ie 3 ай бұрын
Urabesha neva aha uri hari abandi
@binancerwanda
@binancerwanda 3 ай бұрын
So funny 🤣🤣🤣🤣
@adijaamur962
@adijaamur962 3 ай бұрын
Turagowe pe mana dutabare
@davidndayisenga-zf2uy
@davidndayisenga-zf2uy 2 ай бұрын
UGUTSINDWA KUBAHO NIMUSEZERE URWANKO NTA KIBANZA MU BURUNDI
@RUSHIGAJIKIHaruna
@RUSHIGAJIKIHaruna 2 ай бұрын
Ubundi uyu ntiyakagobye kuba Prezida
@ntakarutimanashaban1447
@ntakarutimanashaban1447 2 ай бұрын
Hello Inesi Gakiza nakurikiye kino kiganiro kuri KZbin . None ko bavuga Neva ntabushobozi afise bwukurongora igihugu. None iryo pete rya general yarironse gute?
@CharlesMPAWENIMANA-wv1zl
@CharlesMPAWENIMANA-wv1zl 2 ай бұрын
Vyerkana k yagamburuka ivyo bamutumye ntiyashishoza yabkora uko. Bivuze ngo uwukugmburukira uramuhemba. Naho ipete ryavuye. Simple exécutant😂
@ishararamazani1
@ishararamazani1 2 ай бұрын
Bazita impehe nsaa
@francisenock9477
@francisenock9477 3 ай бұрын
It's giving DICTATORSHIP 😢😭😭😭😭
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 3 ай бұрын
Nta Ntare ziri mu Burundi muri iki gihe mu batwara n'abatwagwa. Hari intama batwara k'umacuniro zigatega imitwe bagaca zidakakaje. Hanyuma hari uwashikirije ko Never yohava akugwa n'inzego nk'inama nshingamateka na nkenguzamateka. Ivyo ntibishoboka muri iyi systeme institutionel ya DD. Nta bantu bahari hagati mu Burundi no hanze boshobora gusenyura systeme DD muri iyi myaka. Intare ntiziraboneka, ngira ziracari nto zizokura, hanyuma imbwa zihungu k'ubutegetsi. Nukubandanya kwigisha n'ugusemerera, abandi bagerageze kwisuganya ukundi.🙂🙂🙂
@VioletteManirakiza-jf2rk
@VioletteManirakiza-jf2rk 2 ай бұрын
Nkibiyibaza kotuzobyibagira
@ManuelMinani
@ManuelMinani 2 ай бұрын
Mwe murabicanyi mugurisha iburindi
@spesirakiza7063
@spesirakiza7063 3 ай бұрын
Big UP
@TrustInGod1331
@TrustInGod1331 3 ай бұрын
Nashaka nsabe RPA gushira ico kiganiro mu gifaransa kugira n'abanyamahanga bumve akamuna abarundi tubayemwo kubera abategetsi b'imburakimazi
@NZIRIKANACEDRICK
@NZIRIKANACEDRICK 2 ай бұрын
Niryari gasha ko ariwew nanje nuku yaragasa
@GedeonNzisabira
@GedeonNzisabira 2 ай бұрын
Turashima ivyiyumviro vyanyu
@christavicbellanovic7676
@christavicbellanovic7676 2 ай бұрын
Kirogorogo aba yamenetse 😅
@HacimanaJeanmarie-z5f
@HacimanaJeanmarie-z5f 2 ай бұрын
Baraguhenz ivyabananiy 2015 kizobagora
@NZIRIKANACEDRICK
@NZIRIKANACEDRICK 2 ай бұрын
Abasirikari ni bande niwew nanje kuki ??
@adijaamur962
@adijaamur962 3 ай бұрын
Ndakunda ikiganiro ijambongwawe
@MasaboMasaboAlphonse
@MasaboMasaboAlphonse 2 ай бұрын
IMANA ISHIMWE CAN
@Nomad20246
@Nomad20246 Ай бұрын
Yewe burundi waragowe
@nestorsinzotuma6824
@nestorsinzotuma6824 3 ай бұрын
Iyo cours bayita analyse du discours. Jewe nshigikiye ivyabuzwe numuhinga. Ni nkuko wobwira umwana wawe uti iyo modoka nziza ngenderamwo ndayihawe nukwiga. Ntuba umusuzuguye. Uba ushaka nawe yige. Gusa Ako karorero yagatanze nabi.
@BizozabishakaNathan
@BizozabishakaNathan 2 ай бұрын
Nikijuju nabamukurikira nabo nyene nibijuju
@juvenalndayikeje969
@juvenalndayikeje969 2 ай бұрын
None wewe Leonidas ufise ibara irihe?
@RUSHIGAJIKIHaruna
@RUSHIGAJIKIHaruna 2 ай бұрын
Uyu niwe wambere ubaye Prezida wikigoryi kwisi
@kevinrukundo556
@kevinrukundo556 3 ай бұрын
Namwe uwokibaha nuko mwomera.
@Khalidniya380
@Khalidniya380 2 ай бұрын
Ba uvuga ivyo uzi
JANGÀT ak Daouda MINE | Reddition des comptes : la crainte d´une justice "ciblée" ?
20:46
Amakuru yo ku wa 29 Nyakanga 2024
15:23
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 9 М.
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 92 МЛН
iPhone or Chocolate??
00:16
Hungry FAM
Рет қаралды 40 МЛН
''Isumu yahawe Prezida Petero Nkurunziza yakuwe i Mwanza mu gihugu ca Tanzania.''
2:07:37
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 157 М.
Grand entretien avec Dominique de Villepin
1:03:33
Journal l'Humanité
Рет қаралды 841 М.