MUTIMA LE COMEDIEN na KIGINGI birakomeye//narahatswe gupfa kubera//Ubugeni bwiwe//CONTRAT nasinye

  Рет қаралды 16,859

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 60
@baptistebasumingera9410
@baptistebasumingera9410 2 жыл бұрын
Avuze nezaaa canee tambwe surya tambwe nabamureka akaj harya hantu !! Kabisa nakubali musaza
@ndikumanaclaver955
@ndikumanaclaver955 2 жыл бұрын
Mutima ivyakora sugutwenza ahubwo nukwigisha interview yiwe irafise ICO isumvya aba comediens
@lazzR1935
@lazzR1935 2 жыл бұрын
Avuze ukuri Mutima Umuntu agirwa na bamusahiriza nanje ndamushimiye kurwego agezeko songa mbele kirazira gusubira inyuma kandi atarimforo
@bizimanachristophe2852
@bizimanachristophe2852 2 жыл бұрын
courage turabakunda ariko nukuraba muzogure za micro kabisa
@pamelaf4951
@pamelaf4951 2 жыл бұрын
urishura neza canee ibibazo👌🏼👌🏼
@nachilon6529
@nachilon6529 2 жыл бұрын
Love from NA chiløn 🔥🔥🔥
@lazzR1935
@lazzR1935 2 жыл бұрын
But every body has to get his research for getting capacite needed
@africansound2456
@africansound2456 2 жыл бұрын
Très intelligent Mutima Keep It Up 💪🏽
@thierryrwagasore
@thierryrwagasore 2 жыл бұрын
Mutima n wubahwe caaaane nimuhushure umuhushuro na Mr Umukubito , saaaawa
@gikonabigdogaliasdududu4144
@gikonabigdogaliasdududu4144 2 жыл бұрын
Songambele bro, and keep searching uzokimenya
@Balalacanasi_
@Balalacanasi_ 2 жыл бұрын
Mutima afise une spiritualité en lui iri différent... amajambo usohora arakomeye
@alicenice1711
@alicenice1711 2 жыл бұрын
Gaga unatakiwa microphone fanya ununuwe
@patiencethenatureofficial3950
@patiencethenatureofficial3950 2 жыл бұрын
Gaël oya vrt ukoreshe micro fone irasarisha
@jimmycarteur
@jimmycarteur 2 жыл бұрын
Mutima aratagase kbsa. Go ahead bro
@cizaedmond6212
@cizaedmond6212 2 жыл бұрын
Mutima n'umushingantahe avuga ijambo ryiza ry'incabwenge
@manirunvadieudonne3158
@manirunvadieudonne3158 2 жыл бұрын
Makamba ntikorwa mujisho mutima,,uzosubire shaa
@arakazashabani3295
@arakazashabani3295 2 жыл бұрын
Mutima hejuru cane
@imvangetv9425
@imvangetv9425 2 жыл бұрын
Mutima uvuzikintu nkunzeko wipfuza guhindura industry Ariko ntiguhindure vyukuri guma muri Yesu vyose bigenda neza Imana Iranezerwa cane numuntu adahindurwa nibihe Ukomere cane Imana Igushoboze cane
@tresorsmith854
@tresorsmith854 2 жыл бұрын
Gaël big up
@jizya671
@jizya671 2 жыл бұрын
Ndakunda team mutima
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Mutima ndagukunda ukuntu uvuga ufise indero uratuj
@ndayijeanclaude5094
@ndayijeanclaude5094 2 жыл бұрын
Le journaliste avuga nabi kweli
@ibucooperative2979
@ibucooperative2979 2 жыл бұрын
Good work brother
@ndayizeyesosoky4436
@ndayizeyesosoky4436 2 жыл бұрын
Nice bro
@nsengiyumvajeanmarie
@nsengiyumvajeanmarie 2 жыл бұрын
Amajambo meza cane
@tresorsmith854
@tresorsmith854 2 жыл бұрын
Mutima ndakwemera
@habonimanajeanine9403
@habonimanajeanine9403 2 жыл бұрын
Mutim urangagaje Kbx 😂😂😂
@NinaNina-xr8jj
@NinaNina-xr8jj 2 жыл бұрын
Bahungu buburundi muribezacane Ariko vyobavyiza cane twisuzumye ahobitagendaneza mungeso twihane bigishoboka kuko igiheturimwo sicokwinezereza ahubwo nimuze twiyeze tunyakure ubugingo budashira nayahandi umuriro winkazi uraje kubantu bose bansekwihana ivyahavyabo yezu arabahamagara niminyaruke amarembo atarugarwa
@kayg624
@kayg624 2 жыл бұрын
2:29 Ikirundi kiraryoshe peee:"ngo uwutwenze aba yongew imisi yo kubaho." 😂😂😂 abakobwa nibasubiremwo iryo jambo twumve🙈🙈🙈
@nadinnmugisha5168
@nadinnmugisha5168 2 жыл бұрын
Yooo nukur bitey isoni kumbe mwongerwa imisi
@danielmanirambona4279
@danielmanirambona4279 2 жыл бұрын
Mwarasaz urumva ivyobintu muriko murasubiramwo
@jeanolieriradukunda9259
@jeanolieriradukunda9259 2 жыл бұрын
Umukubitoo umushishurooo🔥🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@Emmand1995
@Emmand1995 2 жыл бұрын
Love from #icirore_journal
@jacquesntabagara3682
@jacquesntabagara3682 2 жыл бұрын
This is deep
@vivinenibitanga8529
@vivinenibitanga8529 2 жыл бұрын
Mutima 💪♥️ ugira na discipline vrtm
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 10 ай бұрын
Alooo urimawe?? Jew ntamahera ndaronka ndacamwa ubwanwa nubunyakwaha? Turagakubuy muzomusabe agasubiremwo
@nachilon6529
@nachilon6529 2 жыл бұрын
Gaël Monfils 💞💞💞
@ffr7137
@ffr7137 2 жыл бұрын
Mutima you will know how to speak lnglish if god wishese
@esthermanirambona3666
@esthermanirambona3666 2 жыл бұрын
Niwe yakozecane uyumwaka ibikogwa birivugira nahumuntu yobayababay gut ategerezwa gutwenga😂😂😂
@dddiii2330
@dddiii2330 2 жыл бұрын
Kimwe gusa nagusaba wakire yesu wukuri .
@jmarievianneyaakaza6101
@jmarievianneyaakaza6101 2 жыл бұрын
Ngwiki?ngo afis ama tromphe angah😀😀
@alanthereal1365
@alanthereal1365 2 жыл бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@theodorbisoro1341
@theodorbisoro1341 2 жыл бұрын
Mutima le comédie wubahwee cane
@methoucellairankunda3164
@methoucellairankunda3164 2 жыл бұрын
Mutima number one🙏🙏😁😁😁😁😁😁
@roseaa5342
@roseaa5342 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣 ngogusoba wicaye urumugabo 🤣🤣🤣🤣🤣🤗
@tharcissegirukwishaka2502
@tharcissegirukwishaka2502 2 жыл бұрын
Mutima afise discipline mukwishura!!
@yvesndayizeye4976
@yvesndayizeye4976 2 жыл бұрын
Vuga ikirundi mugenzi.
@elieciza2560
@elieciza2560 2 жыл бұрын
🔥🔥🔥 Gaël ubikora bien
@miracleange1588
@miracleange1588 Жыл бұрын
Mutimawe Jew ndagukunda kubikogwa vyawe kabisa
@eliasmpanga3747
@eliasmpanga3747 2 жыл бұрын
Nivyo ntibasuma
@khlaifaali245
@khlaifaali245 2 жыл бұрын
Mutima et Gayle 💝💝💝💝
@iroriagency595
@iroriagency595 2 жыл бұрын
Mutima oyee
@biralibakali4922
@biralibakali4922 2 жыл бұрын
Uzikwamamaza pe bagebaguha wamamaze pe
@emmanueldotto9535
@emmanueldotto9535 2 жыл бұрын
Hahahaha pambaneni wa jomba
@boazhayizuru721
@boazhayizuru721 2 жыл бұрын
Mutima 👊
@hgcbj635
@hgcbj635 2 жыл бұрын
Gael uranyica wwe
@christnkurunziza688
@christnkurunziza688 2 жыл бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾😂😂😂
@ndayizeyekevin8714
@ndayizeyekevin8714 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣mbe English
@imvangetv9425
@imvangetv9425 2 жыл бұрын
Mutima uvuzikintu nkunzeko wipfuza guhindura industry Ariko ntiguhindure vyukuri guma muri Yesu vyose bigenda neza Imana Iranezerwa cane numuntu adahindurwa nibihe Ukomere cane Imana Igushoboze cane
@esthermanirambona3666
@esthermanirambona3666 2 жыл бұрын
Niwe yakozecane uyumwaka ibikogwa birivugira nahumuntu yobayababay gut ategerezwa gutwenga😂😂😂
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34
🕊️Valera🕊️
00:34
DO$HIK
Рет қаралды 7 МЛН
didn't manage to catch the ball #tiktok
00:19
Анастасия Тарасова
Рет қаралды 33 МЛН
ТИПИЧНОЕ ПОВЕДЕНИЕ МАМЫ
00:21
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 1,8 МЛН
Vlog🇧🇮: Birthday party 🎉 With Girls 🎂🥂🍾
10:01
Délicia Akimana
Рет қаралды 9 М.
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34