MyJourney:Maman yakubitwa na basazawe ari gusa mbona😰/habuze gato ngo Nsare/Yesu yankuye kure cane

  Рет қаралды 8,299

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 63
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Mwaramutse na mwiriwe ku bakunzi bacu na cane cane abakunzi b’ikiganiro my Journey. Uyu musi twumva intahe y’uyu musore BERTRAND NIYONKURU. Inkuru Y’ubuzima bwiwe arababaje cane gose😭ariko ni vyinshi twayigiyemwo. Muyikurikirane ariko kandi munadufashe kuyihanahana 🙌🏽
@lydiandayishimiye5855
@lydiandayishimiye5855 Жыл бұрын
Mpore
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Hosy ndashobora kuronka tel yuwo mutumire?
@laurinedushime
@laurinedushime 9 ай бұрын
Imana niyo ihoza amarira yo ngaha kw'isi !! Ababikoze bazohanwa n'Uhoraho Imana yoyo niyo ibazi ,niyo ibafiseko ububasha!Imana ibakomeze numuvyeyi wawe!!! Intahe impaye icirwa! Go up Siren Vibes'team!!
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
😭😭😭iyi nkuru irababaje… kandi mama wiwe ni mwiza peee
@beatriceniragira9209
@beatriceniragira9209 Жыл бұрын
Oooh .mon Dieu. Igihe c'Imana kigeze,iratabara.yarakoze kuzigama uwo mwana numuvyeyi wiwe malgré le calvaire vécu.
@kikikiki579
@kikikiki579 Жыл бұрын
Mumajambo make Nta kure Imana itokurawumuntu….am sorry kuvyakubayeko birakomeye vrmn ariko harimigambi igufitiye❤️🙏🏽
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Hewe uzi ko nkumenyeee urumwuzukuru wa Nusuuu😢😢 shaa birababaje ndabazi kweri chantal numugenzi wanjee ariko biragaragara kwafise troma arko komera cane muzobahoo kndi imbere nihezaa
@lolollololi1050
@lolollololi1050 Жыл бұрын
Unyibukije umuhererezi wa mama ivyamubayeko 😭ariko nawe imana yaramuzigamye agomba aheze amashure ubu😢kandi ndabona imbere hiwe niheza bivanye nintambwe ariko ubu
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Жыл бұрын
Basha harigihe uba uri mubibazo akibazako ariwenyene ugowe ariko wumvise ivyabandi bigutera kugira ivyizigiro.ndizeyejo nanjye agahinda ni bikonere fite bizahera
@NellyBigira-ex4ec
@NellyBigira-ex4ec Жыл бұрын
Courage Bertrand, les garçons batera inda bakazihakana voilà les conséquences kurabo bana naba mamans babo😭😭😭😭,mwihanur kko imitima yabo bana naba mamans babo Imana Izoyibabaza...Bertrand na mama wiw nuko bameny Imana cubona abari kwa legenti uko bangana😭😭😭
@Igr-official
@Igr-official Жыл бұрын
😢😢😢 abahungu bamwe naho tutari bose bameze nkuko igihe kimwe Imana izohorera toutes les familles bateje ibibazo et je dis bien aux filles ni mwige kuvuga oya k umuhungu uwari we wese agusaba ko muryamana ata mariage muragira sinon ivyo bizokwama vyababayeko😢
@nebajizzo1968
@nebajizzo1968 Жыл бұрын
The guy is sooooo smart Ayaga neza atuje sana
@pascalndagijimana8272
@pascalndagijimana8272 Жыл бұрын
Ibikomer nkivyo iyo bibaye ,Imana iba iriko igutegurira ivyiza,
@alineniyonzima9867
@alineniyonzima9867 Жыл бұрын
Yesu numuhanga,arakiza ninkovu zigashira,arazura akazura nabagihagaze🙌
@burundiwomenforpeace686
@burundiwomenforpeace686 Жыл бұрын
Imana ibandanye ikuvura ako gahinda gushika aho uzohora ubivuga nkumugani. Courage a Bertrand nawe animatrice wa my journey
@philippehumuza5457
@philippehumuza5457 Жыл бұрын
Mon Dieu quel témoignage émouvant vraiment uyu Bertrand Imana ikuzigame et Hosy soit abondamment bénie 🤗💕🙏
@francoisengendakuriyo7010
@francoisengendakuriyo7010 Жыл бұрын
Hariho ibintu uhura navyo mubuzima hamwe wibaza k n'Imana yaraguhevye.Ariko Dieu est toujours Dieu nyen irafise iko ibigenza hama nawe ukabona kuri umuntu
@clarissendikumwenayo1255
@clarissendikumwenayo1255 Жыл бұрын
Mporempore Imana izoguhe kuvamwo uwukomeye muzogire umunezero numuvyeyi wawe
@user-gp5yg9kw8b
@user-gp5yg9kw8b Жыл бұрын
mpore Bertrand IMANA ikumenye gusumba😢
@adobenigneirakoze5821
@adobenigneirakoze5821 Жыл бұрын
Umwami Yesu akomeze kwirura umutima wawe musore weeee nta bikomere atomora ntan'agahinda atamara
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Yooooo dis Bertrand mpore ubuzim ni hatar nciy nibuk imyak uraho ubuzim nabayemwo😢😢😢😢😢
@princedavidndikumana6406
@princedavidndikumana6406 Жыл бұрын
Keep up bro,Imana irashoboye!Ejo ni heza cane!
@user-mp4gd7ms1d
@user-mp4gd7ms1d Ай бұрын
Imana ninziza nukuri ikiza Imitima yuzuye agahinda 😢😢😢
@joselynejose2951
@joselynejose2951 Жыл бұрын
Bertrand imana imukomeze kabisa kandi iguhe umugisha kuba warashoboy kwakira ibikomere bingana uko so nukuri iyi ntahe ikore ku mitima yabahungu hagera inda bakazihakana 😢😢😢😢😢
@nsabimanaesperance600
@nsabimanaesperance600 Жыл бұрын
Hossy burya abantu twavyariye muhira duhura na vyinshi kandi n'abana bavuka murubwo buryo bahura na vyinshi Ariko Imana irabarengera Courage kukiganiro ciza
@florianebunganimana9440
@florianebunganimana9440 Жыл бұрын
Hosy vraiment ,Imana ibandanye yuhira warahezagiwe❤
@judithnduwimana2639
@judithnduwimana2639 Жыл бұрын
IMANA igumirize ahigejeje ikugumirize mubuntu bwayo🙏🏿🙏🏿🙏🏿
@estellaakimana4223
@estellaakimana4223 Жыл бұрын
❤❤Merci bcp kurino ntahe
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Oh my God,c est vraiement domage Ikintu abantu bibagira nuko umwana arakura(nabi canke neza)
@munezerozion7580
@munezerozion7580 Жыл бұрын
God done so much for u brother
@florianebunganimana9440
@florianebunganimana9440 Жыл бұрын
N'Imana gusa itabara umuntu basha numvis vyinshi tubihurijeko ariko muri yesu niho turonkera amahoro
@ndabihawethierry1948
@ndabihawethierry1948 9 ай бұрын
Hosy la suite yuwo muvugizi wa beshi bababaye nabakiriko barababara turayikeneye kugira abafisee ibikomere baruhuke
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
😢😢😢nukuri.gikizwabirafise.akamaro ❤❤❤
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Waiting .. for part 2.
@nakinteje7172
@nakinteje7172 11 ай бұрын
😭😭😭 twes vyatu bayeko gusa shima yesu koyakurinz
@zabibuzabibu2120
@zabibuzabibu2120 Жыл бұрын
Bertrand,imana igukomeze kbs ariko umusi wagize ubugeni uzokwibuke amagorwa mwaciyemwo nu muvyeyi wawe
@hervealba8643
@hervealba8643 Жыл бұрын
Bertrand Yesu yagize neza
@irakoze3762
@irakoze3762 Жыл бұрын
Ndasavy umuryang waw niwabona iki kiganiro bazogusabe imbabaz nukur 🙏
@annonciatteahishakiy3693
@annonciatteahishakiy3693 Жыл бұрын
Bertrand histoire yaw n mère wawe imeze nkiyiwanj ariko haraho bitandukanye.jew ndabivuze ndazi benshii borira ah kwisi biragoye ubuzima ducamwo ningorane gusa
@belyseibuteyiteka4257
@belyseibuteyiteka4257 Жыл бұрын
Bertrand mpore Imana izakwomora ibikomere
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq Жыл бұрын
Iman igira neza cne iyo ntahe irababaj
@ingabireamandine4519
@ingabireamandine4519 Жыл бұрын
Courage Bertrand
@Ubumwe485
@Ubumwe485 Жыл бұрын
Mpore mpore BERTRAND, IMANA igucisha munzira y'amahwa kuko ugufiseko umugambi.
@dianensanimfura580
@dianensanimfura580 Жыл бұрын
Waoooo Merciiii Hosy Felicitatiooooo Bertrand yesu Arakiza ibikomere ibikomeretsa bikihari ukomere ushikame uzofasha benshiii hafi na Kure ufate akanya kuguharira umuryango yesu azogushoboza
@ngendakumanawilly2159
@ngendakumanawilly2159 Жыл бұрын
Intersting story
@angelonahimana4007
@angelonahimana4007 Жыл бұрын
Dushaka deuxième partie
@itkbeni364
@itkbeni364 Жыл бұрын
Yesu arabohora 🤗
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 Жыл бұрын
Intahe irababaje cane
@ancillacicy8981
@ancillacicy8981 Жыл бұрын
Inkur yuwu muntu irababaj arik Imana ni ziz ndashak 2
@janinensabimana4842
@janinensabimana4842 Жыл бұрын
Birashika najew ifura yanje ndamuvyaye fise imyaka 15
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 Жыл бұрын
Mana ndababaye 😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
😢😢
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
😢😢❤❤❤
@irakoze3762
@irakoze3762 Жыл бұрын
Birababaje maskin 😢
@alicenordin3575
@alicenordin3575 Жыл бұрын
Birabaho umukobwa akaronda avyara atanumwe nabizi hariho iyindi cas nkiyo nzi.
@fedragateka5334
@fedragateka5334 Жыл бұрын
😭😭😭
@annickniteka7682
@annickniteka7682 Жыл бұрын
Intah ibabaj canee😢
@rehemaoman7777
@rehemaoman7777 Жыл бұрын
Kuvuka mwubwo buryo twese nigikomere twakuranye ntamuntu a twenga ubufise igikomere pore
@ancillacicy8981
@ancillacicy8981 Жыл бұрын
😢😢😢 sanutse narik
@christellairakoze532
@christellairakoze532 Жыл бұрын
Shirako numero yiwe sha Hosy
@ndikumasabozabulon478
@ndikumasabozabulon478 Жыл бұрын
Ikiganiro niciza cane
@_Oman-gk5co
@_Oman-gk5co Жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭😭
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 8 МЛН
New model rc bird unboxing and testing
00:10
Ruhul Shorts
Рет қаралды 24 МЛН
DEFINITELY NOT HAPPENING ON MY WATCH! 😒
00:12
Laro Benz
Рет қаралды 58 МЛН
Why I quit teaching to venture into tech (Robotics)
38:55
BEYOND THE SCHOOL BELL
Рет қаралды 951
Madiba Umusore w'Icyangugu waremye isoko rirema Abagabo gusa
38:08
Burundi : ivyo twomenya ku bwicanyi bwo mu 1988
9:25
Yaga Burundi
Рет қаралды 16 М.
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 8 МЛН