MyJourney:bambwira ngo nta mukobwa wo kugira amafarang🤨/impamvu MUYUBIRA ataragira Mariage/ntucikwe

  Рет қаралды 13,555

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 87
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Bonjour et bonsoir mwese mukunda “My Journey” Uyu musi twatumiye umugwizatunga w’umwigeme ANGE MUYUBIRA. Ni umwe mu bigeme biteje imbere bishimishije kuva akiri muto cane. Intambwe agezeko uyu musi yahuye n’intambamyi nyinshi nk’umukobwa ariko aho ageze inkuru yiwe ifasha benshi. Ntucikwe niki kiganiro cose uraza kuhamenyera vyinshi kuriwe Canke muri business.
@fatirakumutimadominique4970
@fatirakumutimadominique4970 Жыл бұрын
Hosy ndashaka numero yuyu muntu
@orlanirambona9416
@orlanirambona9416 Жыл бұрын
Vyinshiii babivuzee ni bn Mgb je nabonye Hosy abereweee asaaa nezaaaa😍😍
@rebeccantanyungu6314
@rebeccantanyungu6314 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caane. Ange ndagukunze cacane. About bagifise mentalite yuko umukobwa atotwara imodoka nziza,nabamenyereyeko abakobwa umenga baremewe kudependa kurt bahungu,vyararangiye. Ange ndagukunzeko ukunda igihugu cawe. Imana iguhezagire. Ahubwo uzogure Jet prive
@emmanuellairambona3749
@emmanuellairambona3749 Жыл бұрын
Ange que les idées négatives zitoguhindurira mood, ba uwuri Jewe nanditse iyi msg ndakuzi amie d enfance,voisine Wamye uri umukozi comme ton cher papa , abantu benshi ntibazi ko ivyo ukora wabitanguye kera (à 8 ans jw nawe twakora utudede twokwambara mwizosi no kumaboko) Terimbere .
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Vraiment histoire ya @Ange Muyubira iratesa kandi irigisha ku point Zose,ubwa mbere kuba patriote ,ubwa kabiri si amahera yubaka ahubwo hubaka urukundo nyarwo ruvuye kumana hama ubwa nyuma kwiga kubindi bihugu vyateye imbere hanyuma tukazana ubwo bumenyi mu gihugu cacu ciza kugira gitere imbere ,Komera @Hosy Irakoze 🫶🫶🙌🙌🙌we wazanye iyi tv online @Siren vibes tv ,yaje hageze kabisa,ukora akazi keza @Hosy ✊,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Cadeau wewe urumujama wa Siren kabx,💪💪
@kettycarenekaze3471
@kettycarenekaze3471 Жыл бұрын
Mbay’uwambereeee bashaaaa abasigayeee mumpe like 🙌🥰🥰🥰
@chefBlackbeauty03
@chefBlackbeauty03 Жыл бұрын
Like ndayiguhay umuchou👍👍
@christagateka9844
@christagateka9844 Жыл бұрын
Mercii bcp
@dieudonnensabimana3295
@dieudonnensabimana3295 Жыл бұрын
Waooh mbega inkumi yitahuye Komerazaho mukobwa mwiza Imana ibandanye guhezagira imigambi yawe
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Жыл бұрын
Give this young lady a rest. IMANA izomuha umugisha. Izomwihere urugo gwumugisha. Abarundi tumeze gute tuzoterimbere mubwenge ryari? Female population niyo nini. Abapfasoni badateye imbere igihugu coterimbere gute? We have to start thinking out of our boxes. ANGE mwana wacu sagamba terimbere wigishe barumunawe gukora noguterimbere.
@kanyangeassumpta5832
@kanyangeassumpta5832 Жыл бұрын
Vyansitse hehe ko atamukobwa wo kugira amafranga !!! Ni bagende shaa!!! Bandanya mukobwa mwiza ❤️
@Micha_Igi
@Micha_Igi Жыл бұрын
Ndakunda ton ya Hosy ariko aragirisha iki kiganiro👏🏾👏🏾👏🏾belle évolution dans le journalisme burundais 😍😍🔥
@jean-claudeminani6156
@jean-claudeminani6156 Жыл бұрын
Role model! Keep it up!! I wish our country should have more and more like you. Continue to teach the country to overcome the myth of saying that a woman cannot prosper.
@nnk8709
@nnk8709 Жыл бұрын
Uwo Imana iba yarateguriye umuntu hageze kandi uyibisavye uwawe uramuronka. Toute bonne chose arrive en son temps
@mireillemizero1377
@mireillemizero1377 Жыл бұрын
Terimbere bigeme beza kandi muciye ubwenge
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
😍😍😍 ikiganiro ca ryoshe… courage Hosy
@kanyangeassumpta5832
@kanyangeassumpta5832 Жыл бұрын
Keep it up beautiful lady your work is amazing deh👌😘
@claudeniyomwungere8707
@claudeniyomwungere8707 Жыл бұрын
👏👏👏 Congratulations Angel, I'm ur fan, keep the fire burning! U are blessed!!!
@kiki_official2577
@kiki_official2577 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caane urakoze gose hosy harimwo isomo koko umuntu ahakura 🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@Mpayinkandayisnga
@Mpayinkandayisnga Жыл бұрын
Hosy Ur work is Amazing ❤️
@nancy-gaellefasoni4001
@nancy-gaellefasoni4001 Жыл бұрын
Proud of you ladies! Je découvre l’émission, ndashimye murabafasoni beza, baciye ubwenge, icitegerezo ciza cane cane muribino bihe aba kobwa, aba maman badacinyijwe babwigwa ko ataco bashoboye. Ange, arahari uwawe, uwuzoza mugashigikirana kandi atazoba intimidé numuhamagaro wawe wokuba umugwizatunga noguteza imbere igihugu! Que Dieu vous soutienne, vous garde! Vous êtes des femmes de grande Valeur, des perles!❤ «Une femme courageuse, qui la trouvera? Elle a plus de valeur que des bijoux. Son mari a totalement confiance en elle, elle ne gaspille pas sa richesse. Elle lui fait du bien tous les jours de sa vie et jamais du mal. Elle réfléchit puis elle achète un champ. Elle fait une plantation avec l’argent qu’elle a gagné. Elle se met au travail avec courage, elle ne reste jamais sans rien faire. Son mari est un notable qu’on respecte. Il participe aux réunions des anciens de la ville.» ‭‭Proverbes‬ ‭31‬:‭10‬-‭12‬, ‭16‬-‭17‬, ‭23‬ ‭
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Amen 🙏🏽 Que Dieu vous bénisse
@iamKamanzi
@iamKamanzi Жыл бұрын
Great interview ! Super proud of you Ange !
@neemairadukunda2113
@neemairadukunda2113 Жыл бұрын
Uwuga ko nta mukobwa akwiye kugira amahera canke agire icoyifashije ndabagaye namwe muzongaye ejo.
@anne-mariekazoviyo2568
@anne-mariekazoviyo2568 Жыл бұрын
Soit toi-meme ma chere ! Que le Seigneur vous benisse toutes les deux🙏
@user-mg9ym3jo8r
@user-mg9ym3jo8r 6 ай бұрын
Aze aragabanya ibiciro mugabo arazimba caane,Hama Kampala, Ntinda,Ministrie,s village turamutasha,twarakunda ibintu vyiwe caane naho Lock down itamworohereje
@irakozeliliane7548
@irakozeliliane7548 Жыл бұрын
Ter'imbere kandi unezereregwe umwete wawe. Umukenyezi arashoboye
@copdancy1529
@copdancy1529 Жыл бұрын
MERCI BEAUCOUP kukiganiro ciza cane muduhaye
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
If Patriotism was a person.. 🔥
@desireekantore9642
@desireekantore9642 Жыл бұрын
Proud of you Ange uricitegererezo hm merci Hosy
@Maza1509
@Maza1509 Жыл бұрын
Imana ibahezagire mubandanye mutwigisha duhindure ivyiyumviro❤
@anesiesindayigaya6223
@anesiesindayigaya6223 Жыл бұрын
Waaaaaaaaoh! merciiii nanje ndafashijwe kandi ndabakumze cane
@astonadolphenicayenzi7833
@astonadolphenicayenzi7833 Жыл бұрын
Elle est super. Yarezwe neza iwabo
@igiranezalala8196
@igiranezalala8196 Жыл бұрын
Courage Ange !Muri umuco kuri benshi!
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Hamadukeneye umutumire prophet Joshua
@excellezirikunama8930
@excellezirikunama8930 Жыл бұрын
Ikiganiro ni ciza cane👌kdi Hosy uraberewe cane kdi no mumutwe usa neza🥰iyo usokoje uko birakubera cane👌courage cane mukazi kawe ubikora neza💪
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Nanj imana ize impezagire cane ndimwe saba idoto zanj zishike 🎉
@hortenseiradukunda6226
@hortenseiradukunda6226 Жыл бұрын
Love her..she seems to be a very nice lady, maze kuraba ibiganiro vyinshi vyiwe
@elianekwizera5834
@elianekwizera5834 Жыл бұрын
Imana iguhe ayo mahasa wipfuza
@user-mg9ym3jo8r
@user-mg9ym3jo8r 6 ай бұрын
Femme role model
@LydieKouyate
@LydieKouyate Жыл бұрын
Ako gakoko kitwa "ikinyogoto". Émission nziza can. Thank you les amies kunyigisho muduhaye.
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 Жыл бұрын
Ange courage peu importe amajambo yabantu!!!!! Hosy merci infiniment kuriyo émission kuko nanje iyindoto ndayifise !!!!kandi IRAKOZE ndakumbwire ndakunda émissions zawe vrt!!!!ningirakamaro zidufasha mubuzima
@Uvigigigjijjji
@Uvigigigjijjji Жыл бұрын
Imana ibandanye ibahezagira. Ange bandanya uterimberere. Abashaka kugucereza, ubandanye ubazapa
@queenevekwizera6013
@queenevekwizera6013 Жыл бұрын
My jorney irarenz👌
@NinA12587
@NinA12587 Жыл бұрын
Umugore agomba kwiyubahisha iyo ashaka kugera Kure. Nabagabo bageze Kure nta blague zijamwo. Of course uko wokarira umuntu kwose hagomba kubamwo respect. Ntumubwira nkumwana wavyaye niyo mpamvu ari vyiza kugira amategeko mukazi umuntu akanenya ko Akoze iki bijana nigihano runaka. Ushatse kuvanga umutima nakazi birakubloka gutera imbere. Discipline nikintu cambere. Umenye ko waba nice wareka abantu baragoye gusatisfaisa. N Imana yabaremye bayidogera imisiyose. Rero nukwiha intumbero ukarekana nabagusubiza inyuma. Hosy urarondera agaharawe umubaze nawe uko yabigenje.
@The.norgewian.goalkeeper
@The.norgewian.goalkeeper Жыл бұрын
Vraiment je me reconnais muri personalité yawe❤️ ugume uko benshi berekana ko twebwe abakobwa tudakwiy kurondera ubuzima .Nabagabo bakwegera birangira bavuga ngo urya afise amanyama kubera yibeshejeho. Ariko burya abantu bibeshejeho nabantu mwokwubaka mukagerakure
@bsninja3889
@bsninja3889 Жыл бұрын
Ndaryohewe cane kubona nabaravye. Ni grande sœur ayirungitse ambaza niba nibuka Ange. Ndamwibuka cane. Yemwe ndayiravye yose kandi murakoozzeee cane. Nciye ni abonnée kuri chaine. Sandra de la Suisse ❤
@elianekwizera5834
@elianekwizera5834 Жыл бұрын
MUYUBIRA ga mana! Yama arumutumire 🤣 au top vrema.
@premiumchoiceuniversalcare6445
@premiumchoiceuniversalcare6445 Жыл бұрын
I would to suggest if you could interview the guy who started with a bike when starting developing real estate. Now he has more than 5 million usd in revenue per annually
@LifeGoesOn481
@LifeGoesOn481 Жыл бұрын
I love you Hosy❤
@uwinezajohara8362
@uwinezajohara8362 Жыл бұрын
Nukuri iy'ufise amafranga ukiri nkumi kandi akaba ukaze ni gake uronka umugabo kuko baragutinya.
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
😆😆😆 Iyo logic wayibwiwe band!?? No Dear, sico Gituma!
@florisdusabe7238
@florisdusabe7238 Жыл бұрын
Duhiyo mont de passe yiwe nn💓💓🤦‍♂️🤦‍♂️🤦‍♂️
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 Жыл бұрын
Ange muyubira lmana iguhezagir canee intahe yawe iranyubaka nukuri pee umukombwa aciy ubwenge akora canee
@nduwimanajanvier1274
@nduwimanajanvier1274 Жыл бұрын
Ndacari inkumii wapi kwelii ntibijany na appearance yiwe toutes les femmes ne sont pas forcement mariees mais elle est intelligente quand meme
@raissafabien4285
@raissafabien4285 Жыл бұрын
Iki kiganiro ndacigiyemwo vyinshi. Mwakoze gutumira umuntu nka Ange
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 Жыл бұрын
✅👌courage osy
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
❤️❤️❤️
@tuyisengedelicia3530
@tuyisengedelicia3530 Жыл бұрын
🤩🤩🤩
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Ange Muyubira c’est une femme vraiment très inspirante
@Mkel890
@Mkel890 Жыл бұрын
abakobwa batunze kenshi ntibarongorwa baba bashaka abagabo batunze kubasumvya abo nabo baca baraba ubwiza n'ubuto.
@nnk8709
@nnk8709 Жыл бұрын
Mon Dieu... Ngo afise amahera menshi😅la fille de Biden s'est mariée récemment...
@ndayizeyenadine6413
@ndayizeyenadine6413 Жыл бұрын
Ange wagerageje ariko harimwo amakosa abiri ni : horana ,ufatanije ishaka
@inesgatoni9613
@inesgatoni9613 Жыл бұрын
Osy uracakeneye expérience yo kuvugisha abantu baciye ubwenge kubera uca uba dépayiser ntunaraba umuntu mumaso surtout nukureka umutumigwa wawe agaheza ico ariko aravuga uguma umuciramwo Aho bidakenewe ok i m sorry ni feed back nziza ntubifate nabi
@renildengendakumana7426
@renildengendakumana7426 Жыл бұрын
Ico nico wabitoye gira effort rero Osy..
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Жыл бұрын
Abahungu murihe babarwiza Tunga kugira mufashanye nuyomuntu kuko abantu biwacu barisusugura Kandi bafise kwihagararako batinya kuronka ipoto basha ntimumutinye numuntu nkamwe vyanke mwabajije
@kanyangeassumpta5832
@kanyangeassumpta5832 Жыл бұрын
Her no please ndayishaka🙏
@salehalghedaid730
@salehalghedaid730 Жыл бұрын
Nzoz nanj ndabacir kumayang uratang nime zaw hosy
@irakozediane6455
@irakozediane6455 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane turasavye uzomugarukane twese turashaka kuba nkawe uburundi bwacu bwoterimbere habaye abantu bafisivyo vyiyumviro
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Jew nakunze ako gatenge kiwe
@guy-arseneniragira1850
@guy-arseneniragira1850 Жыл бұрын
🤣🤣 nimuz muraturangir abo nyen bafis inoti
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 Жыл бұрын
Nahezagigwe
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Uyumukobwa ndashak nguhura nawe ndasavye yooo ndamukunda kwel
@alicedorianetuyishemeze2938
@alicedorianetuyishemeze2938 Жыл бұрын
Uyu mukobwa ndamukunze kuko tumeze kumwe!mugabo ikibazo abakobwa nkatwebw biragoye kuronka umugabo muhuza! Abagabo ntibakunda umukobwa aciye ubwenge
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Abagabo bakunda ABA depandant ntibakunda abagore turi indépendante nanje umugabo twarabipfuye kuko yashaka KO nguma nicaye muhira akanezezwa n'a rapport yivyabuze kndi atari bubizane😀😀😀 umusumwe nishingira bisness tuca turabipfa ngonukumumaramaza sinokora akazi nkakaraho gasuzuguritse ngonukumaramaza🤔
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Aho nibaza ko vous généralisez. Hari abagabo bakunda abagore indépendantes et de plus en plus d'ailleurs. Vyose nibaza ko bitangurira muri relation mufitaniye na vision mufise pour votre couple.
@krc0607
@krc0607 Жыл бұрын
Oya ntimufate abagabo bose kumwe. Kuvuga ngo abagabo ntibakunda umukobwa aciye ubwenge sivyo nagato. Nukuraba ahubwo quel genre d’hommes muhura.
@mussaphone2740
@mussaphone2740 Жыл бұрын
Nanj nuko Mèze nkaw
@nkuzimanajojo7871
@nkuzimanajojo7871 Жыл бұрын
Inkumi ifise akanoti baramutinya kko naho hoza umuhungu ucawibazako aje mubintu vyaw
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Oya problem si abagabo, ni abagore batazi Ico umugabo akunda k'umugore! Niho bipfira! Abagore n Abagabo ntidusa,ntitwipfuza bimwe kuwo dushaka kuzbana!
@elpadrino7872
@elpadrino7872 Жыл бұрын
Oprah vit avec un partenaire depuis 1986 ntibari mariés à l'état civil mais ni union libre yitwa Stedman Graham
@willermemukeshimana1682
@willermemukeshimana1682 Жыл бұрын
#muyubira, you such an amzing girl! iki kibano caco caratwononye mumutwe.jew personnellement abagore tumaze guhurira muma affaires nasanze basatira kurugero nanj ntinya! ariko rero #muyubira nasanze mubintu ari kugira amayeri amwamwe kugira utege agakende(saisir l'opportunite) haba kwivyo vyukuronka uwo mwubakana canke ibindi...hama turakwiy guhindura uko tubona ibintu dufatiy kuvyo batubwiy gusa atari ivyo tubamwo_une fille independante afatwa nabasore nkuwutazoba soumise au mari alors que bishoboka aho iyo independance financière yiw ishobora kuba nyabuna iyikomeza son mari iyo atabaye gito! merci #hosy
@Ubuntu81
@Ubuntu81 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza caane, vyatumye ndacumviriza cose ndagiheza. Uyu Ange arajijutse caane kandi muzobandanye kumutumira kenshi kuko ashobora kubera icitegererezo abandi bakobwa bakunda kwitinya kandi bafise imigambi n'ivyiyumviro bizima mu mitwe yabo. Ahasigaye tumwipfurije guterimbere naho intambamyi zitabura, buriya n'ikigenze nabi kirakwigisha.
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 116 МЛН
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.
Imboneza TalkShow Avec Ange Muyubira ( Directrice  de Kazozah Art )
35:02
Dieudonné Nahimana
Рет қаралды 18 М.
A clash of kindness and indifference #shorts
00:17
Fabiosa Best Lifehacks
Рет қаралды 116 МЛН