“Nahatswe kwiyahura kuko umugore yampemukiye”

  Рет қаралды 3,399

Yaga Burundi

Yaga Burundi

Күн бұрын

Пікірлер: 7
@gerardbujanahandi2663
@gerardbujanahandi2663 11 күн бұрын
Ivy'abubakanye vyo biragoye nkubu uwohijambo umugore nawe wosanga yosigura igohushane.
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 10 күн бұрын
None nkuwo yar'umugore kweli??
@MechackNinziza
@MechackNinziza 12 күн бұрын
Iman ikworoherez ncuti waciye mubikomey,gusa Yaga nayo iciy iheza atari bwaheze kuvuga uko vyagenze ko bagabuy amatungo
@Cirore257
@Cirore257 13 күн бұрын
None kugira umugore akwanke nkuko vyari vyagenze GT??? Inzu aradandaza uraheba nihatari
@citegetseepitas6140
@citegetseepitas6140 11 күн бұрын
Nuko bikaba birarangiye?? 😢
@jeanpaulkevinininahazwe3388
@jeanpaulkevinininahazwe3388 12 күн бұрын
None nkaho twumvise iki?kuki umugore yashaka kumwica,kuki yagurishije inzu agahora. Kuvyo mbona uno mugabo abifisemwo uruhara atabizi kuko uwigize "igitebo ayozwa umwavu" ico mbona n’imbere yuko afugwa ntibari babanye neza nuko ndabibona.
@chimamandamosesoffice8109
@chimamandamosesoffice8109 13 күн бұрын
MURI ABANTU BABI KWERI. NONE NGAHA MUGIZIKI? INTAHE IDAHEZE MUKABA MURABICIYE???? TUTAMENYE NGENE VYAGENZE?? I HATE BURUNDI MEDIA
“Nari ndamwizeye, ariko vyarangiye ampemukiye”
9:36
Yaga Burundi
Рет қаралды 4,6 М.
😀 Turye noweli nayo
4:32
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,4 М.
Enceinte et en Bazard: Les Chroniques du Nettoyage ! 🚽✨
00:21
Two More French
Рет қаралды 42 МЛН
Amakuru yo ku wa 26 Kigarama 2024
45:40
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 10 М.
#TakeMeBack Rose Marie:''iyi ndirimbo nayandikiye uwo twakundana’'
27:43
Kuvukana umugera wa Sida vyatumye ngira ubuto bubabaje
8:08
Yaga Burundi
Рет қаралды 1 М.
Tora igikoko woba
3:57
Yaga Burundi
Рет қаралды 3,3 М.
Burundi : 2024 mu butunzi
8:39
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,8 М.
Imfashanyo Ubushinwa butanga : akaryo canke umutego ?
5:23
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,5 М.
Gupagasa mu bumanuko bwa Afrika si yororo
4:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,3 М.
Burundi : gushinga umugambwe, bisaba...
4:35
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,2 М.
S3, Ep 3: ingeso za Pasta zirabandanya
12:14
Yaga Burundi
Рет қаралды 11 М.