No video

NAKOREYE ABA FREEMACON MURI OMANI BAGOMBA KUNYICA EP1//UBUZIMA BUBI BWATUMYE NJA MURI OMANI

  Рет қаралды 22,644

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

Күн бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#Celestin_79969452 #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 74
@kanezasoso3221
@kanezasoso3221 2 жыл бұрын
Hallelujah ugusenga nikiwiza guhaguruts Imana kunteb ikaz gutabara😢😢😢Imana ningabo iragahor kungoma🙌
@pascalinenimbona9362
@pascalinenimbona9362 2 жыл бұрын
Muhezagirwe abankurikiye Imana ibabe hafi muhezagirwe
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 Жыл бұрын
Amen Amen Amen !!! UHORAHO ahabw'ICUBAHIRO
@GodelieveIrankunda-fo9ly
@GodelieveIrankunda-fo9ly 6 ай бұрын
ndafashijwe nukur niyintahe yesu agukomeze
@TTWM
@TTWM 2 жыл бұрын
Yoooooo Imana ihabwe icubahiro kuba yarabatabaye nukuli yesu arahari kandi azohoraho ibihe bidashira 🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@thakianezerwa5187
@thakianezerwa5187 2 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha kubiganiro kwibwira abantu kuwatumiwe nivyiza ariko nuwuyoboye ikiganiro kwivuga nivyiza ninabwo bunyamwuga bwiza murakoze
@stitore2388
@stitore2388 2 жыл бұрын
Yesu warakoze kutabara umukozi wawe nuhabwe icubahiro ndakushimiye kutemeyeko apfa manawe shirwahejuru💃💃💃💃
@hfhfvdhc3880
@hfhfvdhc3880 2 жыл бұрын
Manawe Uringabo urengeye Vyose🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♀️
@jeanclaudengendakuriyo8820
@jeanclaudengendakuriyo8820 2 жыл бұрын
Imana Ni nziza ibihe vyose .Hahirwa abahishuriwe inkomezi ziri mw'izina rya Yesu.Yesu agukomeze mwene Data Kandi agukoreshe ivyubutwari. Umuco wera Yesu abahe umugisha
@estellaniyonzima9377
@estellaniyonzima9377 2 жыл бұрын
Numva nokorora amosozi gusa Imana ishimwe KO yahabaye
@imvangetv9425
@imvangetv9425 2 жыл бұрын
Wihangane vyukuri Iconkundira Imana Ikurakure ncut kandivuze Ihindura amateka
@mamacheiilla72
@mamacheiilla72 2 жыл бұрын
Mbeg intahe ikomeye we!!!nukur ndarengew mutunyarukiriz ikindigic ciyontah. bury Imana murek yitw Imana muturons nimr yuwomumama
@violettemyongere7769
@violettemyongere7769 2 жыл бұрын
Imana ishimwe ko itabara
@nadineninani9014
@nadineninani9014 2 жыл бұрын
Uwiteka niwowe Mana nushimwe
@rosarahliliane100
@rosarahliliane100 2 жыл бұрын
Mucowera Muhabwumugisha nuhoraho.
@Noameurice157
@Noameurice157 2 жыл бұрын
Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya Haleluya intahe nziza cane iranyubatse ugira neza Mana.
@cardinalendikumagenge7972
@cardinalendikumagenge7972 2 жыл бұрын
Imana yacu ni Yaaaaaaaa,n'Imana ikomeyeeeeeee,amen.nzokuvuga neza Mana
@elinbronda401
@elinbronda401 2 жыл бұрын
Ohhh manaw intambarazikigohugu twazirwanye turikumw mananuncurinzira nanj nshik nkukowashitse ahotwacany nihesh
@kuradusengejeansothere6130
@kuradusengejeansothere6130 2 жыл бұрын
Imana ishimwe cyane
@user-ww2pe8qc5m
@user-ww2pe8qc5m 2 жыл бұрын
Imana yacu niyaaaaaaaa
@aliceirakoze1782
@aliceirakoze1782 2 жыл бұрын
Muzotunyarukiriz igice cakabiri
@gerardineakima1766
@gerardineakima1766 2 жыл бұрын
Yesu ugiraneza hallelujah intahe yiwe iranyuze pe ariko Mana urahari nanje ndabihamya
@user-vy6yo3mi7w
@user-vy6yo3mi7w 3 ай бұрын
😢lmana ishimwe yo yabazigamye
@HB-vj5zo
@HB-vj5zo 2 жыл бұрын
Ha, dusenge cane, turushirizeho kwegera Imana ubundi numva ariyo agwana igatsinda muntambara zacu zose. Nukuri Imana iratangaje cane, ivyo bintu vyari guhava bibahitana iyo itaba yo.
@mimeme8802
@mimeme8802 2 жыл бұрын
Yesu ahibwicubahiro mwaraciye muntambara zikomeye nanjimaninkomeze nkamwebwe
@bigirimanapapy5253
@bigirimanapapy5253 2 жыл бұрын
Amen Amen Amen!!!UHORAHO ahabw'Icubahiro
@jeaninekamikazi8751
@jeaninekamikazi8751 2 жыл бұрын
Yesu Uhabwe Icubahiro ko wigaragaje nk’Imana warakoze Data warahabaye.Data Urinkuru.
@pkpl4477
@pkpl4477 2 жыл бұрын
Ooooo aleluya aleluya aleluya yesu arakora twibuka gushima
@divineirakoze7343
@divineirakoze7343 2 жыл бұрын
Yesu urahambaye cane ndagushimiye caaaane iyi ntahe irakomeye Yesu mugirere neza uyu muntu uzomugeze kurugero rutuma abantu balubonye bose Baca bugufi
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 2 жыл бұрын
Haleluyaaa Ameeeen Imana iratavara vyuri ,nukwama tuyishima muri vyose ,ntaho yigeea itereeana uwayo intahe nziza cane parte pls muriko muradukomeza xane ,madame Imana igukomeze cane mumurimo wato.
@wecando4925
@wecando4925 2 жыл бұрын
Ntaco warufise gifatik ariko icowarufise waragitanze, wabaye nkababakozi bagenda kurusengero bahasanga ikimuga kirabasanganira cibaza ko harico bagira bagihe, ariko bamubwira ko ntacobafise ariko ico bafise barakimuha mwizina rya Yesu. Barakibwira kirahaguruka gishima Imana. Nguko uko nawe wabaye uhezagigwe
@nizigiyimana3sayidati80
@nizigiyimana3sayidati80 2 жыл бұрын
Mana weee, Imana ihabwe icubahiro kuba yandinze ivyo bintu pe,jwe numva ntosubira kuva mumasengesho pe.
@nizigiyimana3sayidati80
@nizigiyimana3sayidati80 2 жыл бұрын
Mana weee,emwe ntaco tuzireguza weee,uzi ko twafyinye,ngo twabayeho nabi kumbe ntitumenye ko hariho abantu bakurusha ubuzima bubi nukuri.🤔🤔🤔😱😱😱🙏🙏🙏🙏
@niyogusenganegeance2861
@niyogusenganegeance2861 2 жыл бұрын
Iman ninyembabazi kand izokwama ikora ibihe vyose.
@nizigiyimana3sayidati80
@nizigiyimana3sayidati80 2 жыл бұрын
Noca ndamubwira uti genda ubwire Imana uti komeza umurinde nkuko wamurinze weeeee
@jesusking7529
@jesusking7529 2 жыл бұрын
Imana ishimwe ikora ibikomeye intahe iranyigishije cane, imana ntiheba uwayo kandi ntaho idakura umuntu, muduhe ep2
@bikundaelsieparfaite4517
@bikundaelsieparfaite4517 2 жыл бұрын
Ndakunda Imana ku bwizigirwa bwayo!!!! Igice ca 2 ????
@hoohoo1653
@hoohoo1653 2 жыл бұрын
Nuko ncuti twese twabivuyemwo uko iyo bagusuzuguye uri mu Mana irabatangaza
@aliceirakoze1782
@aliceirakoze1782 2 жыл бұрын
Imana ishimwe kukuntu mwagize umutima wokwihangan
@habarugirachadrack4719
@habarugirachadrack4719 2 жыл бұрын
Imana nihimbazwe
@christopherbuyonga
@christopherbuyonga 2 жыл бұрын
Imana ibakomeze nukuri murafise ubuhamya p Ko mbona ari episode 1 izobandanya?
@mugishahalima3666
@mugishahalima3666 2 жыл бұрын
Ameen Ameen Ameen Ameen Ameen Ameen Ameen Ameen
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 2 жыл бұрын
Courage mukobwa wacu . Imana ibandanye ikwitaho
@tuyisabeyvette7558
@tuyisabeyvette7558 2 жыл бұрын
Amen muduhe igice 2
@nsengiyumvsjulienne2629
@nsengiyumvsjulienne2629 2 жыл бұрын
Yooo Imana yacu irahambaye
@Sdfggg3243
@Sdfggg3243 2 жыл бұрын
imanigiraneza iyintahe iranyigishije
@niyonkuru3294
@niyonkuru3294 2 жыл бұрын
Yooo warihangany maman Yesu yarahabay
@gordinelight995
@gordinelight995 2 жыл бұрын
Amen amen❤🙇‍♀️
@dididivineofficho6080
@dididivineofficho6080 2 жыл бұрын
Yoooondagukunzekubwintahezawe.imaniguhezagire
@tecquistenina2378
@tecquistenina2378 2 жыл бұрын
😥😭uguseng nigukuru😭Mana mpinkomez zugusenga😭
@joserinhatungimana1456
@joserinhatungimana1456 2 жыл бұрын
Amen🤲
@Freench20204
@Freench20204 2 жыл бұрын
Imaniguhumugisha madame
@prenciaiqram9382
@prenciaiqram9382 2 жыл бұрын
Yesu urigikomangoma
@ntakarutimanafrancois1651
@ntakarutimanafrancois1651 2 жыл бұрын
Amahoro
@AURIN.OFFICIAL
@AURIN.OFFICIAL 2 жыл бұрын
Merci seigneur.
@bukurufridoline7750
@bukurufridoline7750 2 жыл бұрын
Turakeney numer ya pascaline
@zowa2008
@zowa2008 Жыл бұрын
Hello, umuntu yabona numero ya Pascaline gute?
@kazefloride9992
@kazefloride9992 2 жыл бұрын
❤❤❤🤝👋
@christiannsengiyumva9034
@christiannsengiyumva9034 2 жыл бұрын
Ni muduhe numéro yiwe mwoba mukoze
@jaceswiftlovelmsp3370
@jaceswiftlovelmsp3370 2 жыл бұрын
amen
@arakazaarcade7846
@arakazaarcade7846 2 жыл бұрын
Muduhe igice ça 6
@floribertniyikigongwe1182
@floribertniyikigongwe1182 2 жыл бұрын
Intahe nziza cane duhe igice cakabiri
@amalarrgod8588
@amalarrgod8588 2 жыл бұрын
Imana ishimwe ariko Omani ko ntahumvisemwo? None namwe murabesha title mukijijwe?
@HB-vj5zo
@HB-vj5zo 2 жыл бұрын
Muduhe n'igice ca 2 tubandanirizeko.
@jeannettehabonimana2825
@jeannettehabonimana2825 2 жыл бұрын
Ndakwumva caneee
@igiranezaflorent337
@igiranezaflorent337 2 жыл бұрын
Warihanganye ,ubikiwe impera nini,binyibukije vyinshi
@user-ww2pe8qc5m
@user-ww2pe8qc5m 2 жыл бұрын
Ntanguy kwumv norira nkibonye titre nukur twebwe turimubihugu vyabarab muzemuradusengera muhezagirw
@TTWM
@TTWM 2 жыл бұрын
Yoooo pole sana nigusenga gusa Imana izobatabara
@tttttt879
@tttttt879 2 жыл бұрын
Imana ntaho idakura umuntu nukur
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН
Вы чего бл….🤣🤣🙏🏽🙏🏽🙏🏽
00:18
Matching Picture Challenge with Alfredo Larin's family! 👍
00:37
BigSchool
Рет қаралды 36 МЛН
Abisilayeli by Choral 1 Eglise de pentecote de cibitoke
5:23
IREMBO INFO
Рет қаралды 51 М.
Inyishu by Chantal DUSABIMANA
10:57
Chantal DUSABIMANA
Рет қаралды 245 М.
Чёрная ДЫРА 🕳️ | WICSUR #shorts
00:49
Бискас
Рет қаралды 6 МЛН