Рет қаралды 1,109,519
Akanyuma" Is Out Now:
• Natacha Ft Jaivah - AK...
• Digital Platforms
bfan.link/aka-...
Video Director: Msafiri Travels
The song was produced by S2Kizzy.
Music video by Natacha Javiah performing YOTE.
#natacha #jaivah #akanyuma
© 2024 Natacha
Lyrics
AKANYUMA By NATACHA Ft JAIVAH
Verse: Natacha
Nawe, kundaba cane
Ukibagira ibibazo vyawe
Nawe kutovye none
Urasohoka ugakavya cane
Nawe kugara cane
Kwiparatura, nivyo vyawe
Nawe, Kutesa none
Ingorane nimwe Wishima cane
Pre chorus:
Ntaco murabona
Mbuze amababa noguruka
Mukabona mpita
Akayaga kagahita
Ndabasororera
Tugatagata tugaryoherwa
Mwagera i muhira
Udusaku ngo ndasesagura
Chorus:
Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje
Ako kanyuma niko kabi (x4)
Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2)
Verse: Jaivah
Sasa ukinisema vibaya
Utapata nini
Halafu ukiniona ugwaya
Unagwaya nini
Esikhundleni sokuba umelane nami
Lalela vele uhlanganyele nami (x2)
Hebu niondolee cap
Nitolee cap
Acha kufukua fukua mambo yangu
Hebu Niondolee cap
Hebu niondolee cap
Nitolee cap
Watu kama nyinyi Cuba mnabanduka
Hebu niondolee cap
Pre chorus :
Ntaco murabona
Mbuze amababa noguruka
Mukabona mpita
Akayaga kagahita
Ndabasororera
Tugatagata tugaryoherwa
Mwagera i muhira
Udusaku ngo ndasesagura
Chorus:
Ako kanyuma niko kabi umuntu wanje
Ako kanyuma niko kabi (x4)
Ako kanyuma Akanyuma Akanyuma niko kabi (x2)
#natacha #akanyuma #queen