NAWE URASHOBOYE Program #1/Ikiganiro c’ukumenya n’impanuro zo ku jijuka na Fablice MAMIRAKIZA.

  Рет қаралды 9,915

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#comeandseeburundi #sirenvibestv

Пікірлер: 33
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌,ikiganiro ciza cane ku kazoza k’Igihugu cacu ,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@user-nk3ue2cs4k
@user-nk3ue2cs4k Жыл бұрын
This kind of mentorship is needed in Africa . Thank you for sharing with the youth.
@FaustinBikorimana-ij1bz
@FaustinBikorimana-ij1bz 14 күн бұрын
You are awesome
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
Mubarundi bake nzi bafise mumutwe hameze nezaa babona kure niwew nipfuza kuzohura nawe one day Kandi bizokunda ufise impanura zinyeteresa cane so powerful thanks you hosy irakoze
@Steph_Marley
@Steph_Marley Жыл бұрын
Thnk u so much ku nyigisho uduhaye
@hakizimanaclaude8907
@hakizimanaclaude8907 Жыл бұрын
Mutama fabric God bless you kuvyiza uriko wipfuriza Abarundi Jew ndababazwa nAbarundi bankana bapfa ivyabahutu nabatutsi Kandi ubaravye nkabarundi Bose nubwoko bumwe kuko ntarurimu rwigitutsi nururimi rwugihutu cane ururimi rwgirwa ruhari tuvuga ururimi rumwe intara zose gusa ndagaya Aba president babisasiye ivyabahutu nabatutsi Ivyo vyarasubije igihugu inyuma kuko Abarundi beshi baciye batangura kunenana nkabose gusa nizere kobiriko bigabanuka
@makinimoses9041
@makinimoses9041 Жыл бұрын
My favourite Young Burundian ❤
@bonyvine4088
@bonyvine4088 Жыл бұрын
Thanks hosy,ndagufana
@orlanirambona9416
@orlanirambona9416 Жыл бұрын
Train buja- Kayanzaaa Ndagushigikiy cane Tuzobishoboraaa Turashoboyeeeeee Knd vyose birakundaaaaaaa Education first Smart mind Ibindi bizokurikiraaaa
@raoulake
@raoulake Жыл бұрын
Birahimbaye cane❤
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
🎩 The Future is Bright ✊🏾🇧🇮
@iradesimpaofficial6153
@iradesimpaofficial6153 Жыл бұрын
Thank You Hosy! Wow what an amazing Content 😃😃😃
@kabuturachupi1389
@kabuturachupi1389 Жыл бұрын
Infiniment merci de nous informer
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 Жыл бұрын
Hejuru 🇧🇮🇧🇮
@vickynkuba4965
@vickynkuba4965 Жыл бұрын
Mbaye hanze imyaka myinshi kumurusha ariko arisigura nkakorora iryosozi, bravo Hosy
@DidaceNIZIGIYIMANA
@DidaceNIZIGIYIMANA Жыл бұрын
C'est très bon...Tworonka abantu 100 mu Burundi bameze nka Fabrice, igihugu coba gihejeje ku décollant... IMANA idufashe...
@Floribert21622
@Floribert21622 Жыл бұрын
Nothing is impossible
@janinensabimana4842
@janinensabimana4842 Жыл бұрын
Ikiganiro cinza cane gose
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
Siren Vibes Tv na Hosy wacu mwakoze cane kutuzanira umuntu akiri muto (umujeune) atanga ubuhamya bwiza nk'ubu.
@evelynenkurunziza287
@evelynenkurunziza287 Жыл бұрын
Komera cane Fabrice wacu imana ikutuzigamire niwe twari dukeneye kora plan utwubakire Ndadaye internation maze
@akimanaelvis1738
@akimanaelvis1738 Жыл бұрын
Ndashimye iciyunviro ça Audrey ininahazwe
@orlanirambona9416
@orlanirambona9416 Жыл бұрын
Abantu dufise icuyunviro co guteza imbere igihugu turi benshii mu mpande z'isi zitandukanyaaaa Fablice turamwemera turamushigiye kndi tri inyumaa natweeeee
@gworce6620
@gworce6620 Жыл бұрын
Nikintu ciza mwakoze ,,ariko ikimbabaje nuko abari ngaho Munama kivuyemwo Hosy ,ntanumwe yabajije ikibazo gifitiye akamaro nabatari ngaho ,,dufise ibibazo vyinshi ikibabaje nuko tutahabonetse, tutanatumiwe .,birababaje twebwe dukwiye guseruka tutaronka nakaryo kogushika Munama nkiyo ,,i believe tuzohura na fabrice
@irakozefatma9920
@irakozefatma9920 Жыл бұрын
Murahawe ikaze mwiyandikishe événement iracabandanya ya NAWE URASHOBOYE kugire uze ubaze ivyo bibazo wipfuza kubaariza abatazoshobora gushika uwo munsi ubishoboye uturondere
@gworce6620
@gworce6620 Жыл бұрын
@@irakozefatma9920 twobaronka gute?
@tekanezaviocheftv1949
@tekanezaviocheftv1949 Жыл бұрын
Guhemuka namakosa
@umojatunzwetv
@umojatunzwetv Жыл бұрын
Muduhe isango natwe tuze , tuhakure ubumenyi
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Nontworonka.nkabantu.nkawe.cumi.gusa.tuzobakurahehe.biyumvirankuko.kbs
@orlanirambona9416
@orlanirambona9416 Жыл бұрын
- 200 ans 😂😂😂 Ntibizorohaaaa kbs
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Natweturabikeneye.non.twobaronkagute.??!!
@beliermugisha2895
@beliermugisha2895 Жыл бұрын
Duhe numero zuwomu type wobukoze
@Bikorokoro123
@Bikorokoro123 Жыл бұрын
Ahubwo Fabrice, wewe rwiza inama nk'izo mu gihugu cacu ciza c.Uburundi, inama mubarwizatunga dufise mu Burundi, wongere kandi uzirwize no muba diasporas nka wewe hanze!!!Aba diasporas hamwe n'abarwizatunga b'abarundi biroroshe kugira des macroprojets kuko bafise amahera y'agaciro .Aba jeunes nabo bazokwiyungunganya mu tu microprojets tuzobabera ikiraro co gushikira les macros. muri vyose , twame twibuka ko L'UNION FAIT LA FORCE.Hosy, aka ka message uzokampere Fabrice uzoba ukoze
@dynapharmRwanda.69
@dynapharmRwanda.69 Жыл бұрын
❤️❤️❤️RYOHEREZA UMUKUNZI )❤️❤️❤️💓 *1⃣ Ese uri umudamu cg umukobwa ariko ntamazi (amavangingo)ugira cg ufite make?_* *2️⃣_Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?_* *_3️⃣ Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?_* *_4️⃣ Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?_* *_5⃣ Ese waba ufite ikibazo cya infection cg kubura urubyaro* *_6⃣Ese wabaswe no kwikinisha cg ufite zimwe mungaruka zabyo?_* Ese waba ukeneye ko tukuvura kimwe muri ibi Reba hejuru ahanditse *ubuvuzi gakondo* kuri profile hari nimero ya muganga mukuru.
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 7 МЛН
Blue Food VS Red Food Emoji Mukbang
00:33
MOOMOO STUDIO [무무 스튜디오]
Рет қаралды 37 МЛН
Apple peeling hack @scottsreality
00:37
_vector_
Рет қаралды 125 МЛН
Entretien exclusif CGTN avec Fablice MANIRAKIZA
4:16
FABSVISION TV
Рет қаралды 1 М.
SCHOOLBOY. Мама флексит 🫣👩🏻
00:41
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 7 МЛН