Ndumunyarwanda ariko nkunda iterambere rya Africa murirusange bikarushaho noneho iyo ari Uburundi ❤
@christella5092 Жыл бұрын
Urakize cane natwe turakundu urwanda sana
@pamelaf4951 Жыл бұрын
☺️☺️
@KC-wj7yh Жыл бұрын
Urukoze cane.natwe turabakunda
@adelphinebayubahe9088 Жыл бұрын
Vyiza cn murakoze
@Mugishaviolette Жыл бұрын
😄😄😳😳
@jaheverest8754 Жыл бұрын
Fabrice good work 💯 4 our country Burundi, yes I believe you we really need more developments all over in our new Burundi, we real need also shopping mall centre in burundi
@ngolivier4016 Жыл бұрын
Burundi you're doing great job, one love big love from Rwanda
@deobiho Жыл бұрын
Thanks bro.
@Lionelni257 Жыл бұрын
Justin komra caaan wow usigay utandukany nabandi ba youtubeur ur umu journaliste professionnel apana bamw bazan ab bez gsa courage bro ukomez kutwerek vyinsh bishash mugihug cacu.Love My country.Burundi My country 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@KC-wj7yh Жыл бұрын
Gael turagukunda cane .watching you from Canada. Aho wavuze Toronto. Turaje kubaka uburundi ku mpwemu zidasazwe
@erica9758 Жыл бұрын
burundi shan. nzaza muri vacance muri juillet nibyiza k o muri gutera imbere nabonye na ma stade murikuyubaka.byiza cyne from KGL
@bikorasysteme88526 ай бұрын
Wooooo namazu meza love from 🇷🇼
@ondedonaldebagondoze9180 Жыл бұрын
We're proud to have u Fabrice as Burundian,bless you Ziri amajah sasa
@albertmusafi2551 Жыл бұрын
Quartier Mirroir, près du Quartier diplomatique route aéroport.
How nice job is ! Merci pour le reveil des mentalités des jeunes sans oublier de remercier les autorités en particulier le président qui a bien tranché les différends. Allez les jeunes !!! Baselly it is good to sustain the people who are able to reach on his dream as well as you have done. Thanks!
@ndayikezajuvenal9115 Жыл бұрын
Wow fabric umu patriot yuzuye🇧🇮 hama Gael uri umu journalist yuzuye apana babandi, courage guys we are proud of you as a country ☺️
@bujabestonlinetv Жыл бұрын
This Burundi beauty #BujaBest Iwacu Muhira ndahakunda; Congratulations Fabrice💪🏾🙏🏾
@demetrebareke125 Жыл бұрын
My hat goes off to this Man 🫡
@jeremiejay5194 Жыл бұрын
Y’all working to hard keep it up 💪🏾💪🏾💪🏾🌍🌍🇧🇮
@edouardnshimirimana391 Жыл бұрын
Gaëlle vyiza cane kuba wahinduye umukenyuro wo kuturonderera bishasha.nabonye na ruguru usigaye ugendayo burundi to the Moon.
Ini byiza kabisa i burindi turahakunda mukomeze mutere imbere turafite abavandimwe dusabe amahoro k bayobozi.mbe zigura angahe?
@loverylovery45145 ай бұрын
Nice love at from usa
@doctorjuves3304 Жыл бұрын
Sha ,nuwokwanka URUKWAVU yokwemera ko rwiruka,uyu musaza ati big up Sana,Imana imutereke pe,NAWe akomeze iyo projet apres 5 ans ,Buja izoba ari Paradizo pe
Umugambi niwo kabsa coup de chapeau à Fabrice. Uwomurondera contact mwoyimuronsa?nari nifuje kuzironka
@ericmanirakiza8349 Жыл бұрын
Leta nibagirire icizere ibahe imigambi yokwubaka inzu zigihugu murabishoboye! On ne peut plus appeler des ingénieurs étrangers dufise abantu bashoboye nkukwo!
@elianeishimwe2679 Жыл бұрын
Wow nice congratulations brother 👏 👍
@niweakimanaachille Жыл бұрын
This is Fabulous congratulations to Mr Fabrice and a quick question can I have your contact plz
@juniorharmonieiteriteka8354 Жыл бұрын
Great kbsaa👍🇧🇮🇧🇮Uhoraho abajimbere👏
@bigirimanairad288316 күн бұрын
Mwoshobora kudufasha ibiciro vyamazu? Pls
@ismailamugisha Жыл бұрын
Ku yindi Mpwemuuu kbx 🇧🇮🇧🇮💕
@joselyneniteka6851 Жыл бұрын
Watubarije ko ufise parcelle ko bamwubakira?
@princessbigirimana6337 Жыл бұрын
Ko bitesa none,😍😍ikimbabaj nuko ntafis ayo kuyigura😭😭😭😭