#NEVA

  Рет қаралды 14,779

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Пікірлер: 29
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 3 ай бұрын
Kuzomera no kujugujuguza, kujugumira bakabaho bajugumira 😂 dammn, that heavy😂, the pressure cooker is on, Pamela AKA Ikigatanya kazi need protection 👍
@NiyongereEmery-io5lk
@NiyongereEmery-io5lk 3 ай бұрын
15:10 imana idutabare ibintu vyarabuze.incuro zeke 4 kukintu icaricocose kandi mumezi5gusa nukuri nakamaramaza😢😢
@kumuyabury3188
@kumuyabury3188 3 ай бұрын
Iki kiganiro kiri bo harimwo ubyenge burenze murahanuye nuko mubarira abatumva
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 3 ай бұрын
Wew rero niwe dukeneye ko Uzi sport cane tuzobatere amabuye nka kenya
@johnphiri-vf3ih
@johnphiri-vf3ih 3 ай бұрын
Aba DD ningoran kbx
@ERICKSHIANYULA
@ERICKSHIANYULA 3 ай бұрын
Reka mbasabe mwese mwateguye iki kiganiro muraza mutuje imbere mutubwire Aho tuzohurira kugira twikureko aba bagabo
@JeromeBigirimana-wb4lz
@JeromeBigirimana-wb4lz 3 ай бұрын
Ariko kweli, ugusara si uguta impuzu ngo yiruke!!! Ubu murahendana basi!!! Uhuuu; aha rero ngo harico mwiteze kweli? KIRAGAZWE n'izina ry'ikirundi!!!😊😊😊
@MaranathaInteyiteka-nh9cz
@MaranathaInteyiteka-nh9cz 3 ай бұрын
Nugusenga cane umuntu wese nimana Yiwe gusa
@SOBANUKIGWA-IVYUTARUZI
@SOBANUKIGWA-IVYUTARUZI 3 ай бұрын
Icokiganiro mukiduhe Ari audio mumagroup
@WozaMan-eo7wg
@WozaMan-eo7wg 3 ай бұрын
aba dd bisaba kubakolelako baja balakulamwo kamwekamwe munzego
@AdonisNestor
@AdonisNestor 3 ай бұрын
None twebwe abene gihugu bizogenda igihe bituhinduka
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 3 ай бұрын
Harahiye nukuri😂😂
@oswaldbaranyedetse9297
@oswaldbaranyedetse9297 3 ай бұрын
Non Ivy k babivugir hanz kand bifatw nkibitabah ,mu Burund haririmbw ibind
@desirenkurunziza3296
@desirenkurunziza3296 3 ай бұрын
Mbega KO muvugisha umunwa gusa tanga ico twofashanya kugira dushike kunyishu iramz
@RizikyPoro
@RizikyPoro 3 ай бұрын
Ewe birvye nabo,bararubonye urazi,,kuvumwa nabose
@binancerwanda
@binancerwanda 3 ай бұрын
Ese ko wagira ngo Leta ya Burundi yanda abayituye, twe mu Rwanda ibibazo birahari ariko turafatanya tukabyikuramo
@OsamaJjagwe
@OsamaJjagwe 2 ай бұрын
😂uwohagushira wikoriki ivyigihugu biragoy nimwicir amaher@ urataha ubikigatanya tukurab
@patricebigirimana4748
@patricebigirimana4748 3 ай бұрын
Aba diaspora nibo bahanga Neva?ubwo wewe urafise ubwenge?
@NdayambajeMoise-ep3bz
@NdayambajeMoise-ep3bz 3 ай бұрын
Igihugu cacu nuwiteka wenyne azodutabara gusa
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 3 ай бұрын
We ndagufanye imana niyizobona ikibereye Kuko hariho inzirakarengane😊
@NSEnGIYUMVAPhilbertGisigamutwe
@NSEnGIYUMVAPhilbertGisigamutwe 3 ай бұрын
Nuze Paméla uze kujuguguza uri Bujumbura ureke kugomatira muri Canada iyo wagiye gukinira prono 😅😅😅😢
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 3 ай бұрын
@@NSEnGIYUMVAPhilbertGisigamutwe porno ya Pamela irazivye ntayo woronka bandanya wikinisha uraba imwe ya mama wawe, 😂😂😂 Pamela arakujugumiza for real.
@irambonageorges5280
@irambonageorges5280 3 ай бұрын
Philibe genda wibrosse 😊
@oswaldbaranyedetse9297
@oswaldbaranyedetse9297 3 ай бұрын
Nay abashingamateka bi Burundi nabacanger ,ni bantirumvek,bicir agaher gusa ibisigay Barindir fin du mandat
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 3 ай бұрын
Bana bacu nimusubize inkota murwubati, muhumure, mushire imitima munda, muvuge ivyo mwiyumviriye, mutohoje neza. Cane cane ico nobasaba, mwirinde gutyoza igihugu, mwirinde gutyoza abatwara, ahubwo ubwo bwenge mufise, canke muriko muraronka iyo muri, mubukoreshe muguhanura abo bariko baratwara igihugu ariko mukaba mubona yuko badashoboye. None nimwashikigwa namwe mugatwara iki gihugu ko muriko urabiharanira, ntimuzosanga na mwebwe kibagora gutwara? Gezaho rero, jewe nguma ndabasabira kugira mureke gukoreshwa na satani ahubwo mube positifs, mutange inyishu kubibazo vyugarije isi yose, nu Burundi bwanyu, bwacu burimwo. Mbega ko mwirigwa muvuga ko Nyenicubahiro Neva adashoboye, none mu burundi hari uwuritoza ku rwego urwarigwo rwose hanyuma bakamwankira? Nimwihe amahoro lero, kwamarembo yuguruye, amatora buca aba, nimwikazanure namwe muze mwitoze mumwaka uza no muri 2027. Erega muribuka yuko isi idahagarara, yoyo iguma izunguruka. Ehe raba muriko muravuga 3e mandat yo muri 2015 kandi tugeze muri 2024, muriko muravuga Neva muri 2020 kandi tugira tuje muri 2025, bientôt muri 2027, none mubona hari ubwenge muriko murakoresha? Mwirigwa muririmba Rwasa, mbega Rwasa aguma ahari, ntasaza? Bientôt azoba asigaye ameze nka kurya mubona Biden muri america kandi atarigera atwara, iyaba yarazi ubwenge, aba yaragiye hamwe na benewabo, akaja mubutegetsi hanyuma akerekana kwashoboye, hanyuma abarundi bo batanga ubutegetsi bakazotinda nawe bakamushirimbere. None ugira Neva yatanguye ari prezida? Oya, yarabaye iki, araba kiriya, hanyuma arahava araba prezida. Bunyoni, ugira yatanguye ari premier ministre? Oya yarakoreye igihugu, arakora bimwe birashimwa, aragera aho akora ibindi ntivyashimwa, baramuhagarika. Igihugu sikintu kimara umwaka umwe, canke siecle imwe, nimujemwo namwe, mukore, mukorere igihugu, nicanyu, harubwo namwe muzoshikigwa, nimutashikigwa hazoshikigwa abana banyu, canke abuzukuru banyu, singomwa yuko mwebwe mushikigwa, igikuru nuko uburundi bubaho. Subiza lero inkota murwubati bane ba mama, ico nobabwira gusa, nuko imbere ari heza. Mambo bado. Nimureke kuduza tension arterielle yanyu pour rien.
@Pascale-hd3ec
@Pascale-hd3ec 3 ай бұрын
Ibyo murabivuga tukabyumva nnn ABA DDD ibyo ntubabwire kuvuga kuribo ntoco bibabwiye
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 3 ай бұрын
Murambabarira hariho umugani nakuze numva wikirundi basokuru barayamaze bati zisenzwa zimoka. Sindawusobanura kuko abarundi barategera ico usigura. Jewe hariho abantu bantangaza. None ko muguma mukominduru ngo aba Dd, aba DD, none aho mwavugiye,aba DD ntibamaze imyaka 20 batwara uburundi? None iyo mwemera mukajana nabo, nkumbure uburundi ntibuba bwarateyimbere kurusha? Ahubwo jewe musigaye muntera ikigongwe.vibuzimu muje ibuntu.jewe ico nobahanura, jana nibihe, bipfe mupfe, bikire mukire,ahandi hoho muzokwisanga mwese mwarakukurutse ataco mwimariye kandi nkumbure iyo mucubwenge mwari gusaza neza. Mumenye yuko uburundi nubu buguma bubarindiriye. Burya abo bose muriko mura critiqua, muba critiqua kuko bariko barakora, ariko mwebwe ntaco muriko murakora, benshi muri mwebwe muriko murasabiriza iyo muherereye kandi ndababwiye yuko uburundi bubarindiriye.mbega ndabibarize, burya hariho aho umuntu ashobora kuba abantu badapfa? Bagaza niwe yabwiye aba Frodebu bahungiye muri club des vacances aho bagandagura Nyenicubahiro ndadaye Melchior, yababwiye ati " TIMBA," mwari muzi yuko gutwara ari gute. None nanje ndababwire nkuko nimu TIMBE muze muhangane na Cndd fdd, canke mutabishoboye mutekereze ivyo gutwara mubivemwo. Jewe sindababesha, ndiko ndaraba cndd fdd irazi ubutegetsi icarico, kandi ntiyiteguye kubuvako, kuko iriko irategura ibiswi vyinkona vyitegurira kuzohangana nuwo wese azoshaka kuyinyiganyiza aho azozanana, haba mukirere, mumazi canke kwisi, eka naho yoca mumatora. Murambabarira jewe ndiko ndabacira agace, sindumuvugizi wa cndd fdd, gusa ndi umurorerezi karuhariwe muri politique yuburundi, kandi akunda cane uburundi, ndetse atazopfa abuhemukiye. Namwe ndabippfuriza kuba nkanje, mureke kwidoga gusa.
@Celestine-Ca
@Celestine-Ca 3 ай бұрын
Abashingamateka b'uburundi, havuyemwo bake cane, ni abacangero b''inda zabo gusa, ukuntu bakora ni ugukingira inyungu zabo bwite, umwe wese ku rugero ariko. Jewe ndavye nka Gelase NDABIRABE na Sabine Ntakarutimana ivyo bikoza, n'amosozi aca ankorokana. MAna dutabare uduhe abarongozi beza, inzira yose uzobicishamwo ni bon, please. Turarushe avec cette bande de cons a la tête de notre pays.
@nsavyinganji
@nsavyinganji 3 ай бұрын
Jewe nibaza ko abashingamateka batabishoye kuko nta bukerebutsi n'ubumenyi vyo gushobora gusoma no kuzirikana ico bashinzwe
NATO 24 orë në Veri! Von der Leyen alarmon Vuçiç! Gjithçka nën monitorim
2:11:37
Não sabe esconder Comida
00:20
DUDU e CAROL
Рет қаралды 50 МЛН
CAN YOU DO THIS ?
00:23
STORROR
Рет қаралды 39 МЛН