#NEVA

  Рет қаралды 7,139

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

Пікірлер: 18
@ودادعبدالله-ز4ر
@ودادعبدالله-ز4ر Ай бұрын
Mungu mbere
@SamuelMpawenimana
@SamuelMpawenimana Ай бұрын
❤u mugisha
@RogerNinziza-lq9ys
@RogerNinziza-lq9ys Ай бұрын
Nabareka sha kudusamaza noe yibaza yuko turibijuju kwl noe DJ yofata ingingo ikomeye nkiyo yokuduza igiciro mugihugu cose Umukuru wigihugu atabizi kwl.Ivy nibihendwa Abana
@NkeshimanaDésiré-s5l
@NkeshimanaDésiré-s5l Ай бұрын
Komera munyamakuru wacu bandany uz uratubwira
@AghHh-v3f
@AghHh-v3f Ай бұрын
Mugisha ivyovyisukari ninkinamico Umukuruwigihugu Nareke kudusamaza Isukari ikaduga igihugu cotse Atabizi 😮😮😮kwitegeko rivahejuru 🎉🎉🎉🎉🎉
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Reka Basha iyo ni mucezo wandani aha ashaka kubihishamwo ngo aravyiyamirije nimureke ahume amaso abanyagihugu
@ElvisNshimirimana-y9n
@ElvisNshimirimana-y9n Ай бұрын
Turavye abantu bakoze rusansuma la plus part sont des jeunes chômeurs none kugeza iyi saha igikorwa caraheze ariko avance bababwiyeko bazobaha nubu ntiraboneka duca twibaza ni gt wokora neza ushonje
@BaidreesBaidrees
@BaidreesBaidrees Ай бұрын
Nukuri igihugu c'Uburundi ntikizopfa gisuye gutotahara kuko kiriko cicwa nababo bategetsi baco .kandi bakabikorana inzigo kbona isukari igigwa 8000f 😢bobo buzuza iamasukari amazu yabo abantu batoya bamere bapfe ,nane bazotwara ivu nimva zabishwe ninzara?.😢
@ElvisNshimirimana-y9n
@ElvisNshimirimana-y9n Ай бұрын
Rusansuma ntakuntu yari kugenda neza kuko aba jeunes ubazanyeko amanyanga nabo bakuzanako ayandi manyanga arenze ayo we wazanye
@LoïcAkimana
@LoïcAkimana Ай бұрын
Tuzokira ayamagorwa ryari
@PascalBaricako-b3s
@PascalBaricako-b3s Ай бұрын
Rekakuza,urabesha antuwamu tuwenahobatokwitabangaho,kumusiwamatoratuzoyitora tu
@LoïcAkimana
@LoïcAkimana Ай бұрын
Nta mugambwe uzotworohereza bose baronderera indaba zabo
@NtahondiRhode
@NtahondiRhode Ай бұрын
😷😷😷😷
@ButoyiThierry-j8e
@ButoyiThierry-j8e Ай бұрын
Vyakomeye rero
@CrispinMwishogwa
@CrispinMwishogwa Ай бұрын
Mbega umuntaziko cndd fdd kotwayisezereye yobande?nukobahawe nakaboko nayahandi twarabasezeye
@CharlseChima-tj7tu
@CharlseChima-tj7tu Ай бұрын
Abo bobo barapfungwa ariko abanyuruza amatungo yigihugu ababuza kwigitoro kiza bobo ntibafatwa abarusasuma bobo barafatwa kubera ariboto Atari aba General
@LoïcAkimana
@LoïcAkimana Ай бұрын
Name mwihashika mwoducuranguza ukunyene
@danymka-q5g
@danymka-q5g Ай бұрын
Ivyisukari barabiyaze ko baravuganingene president azocahinyanyura abanyagihugu kugirango ntibabone ko nawe barikumwe aboneke we neza kakunda abenegihugu.Uzorabe kenshi ibintu bikozwe nubutegetsi bwiwe arabikomantako gusa ariko ntahinduka rihaba biguma uko babababipangiye Hamwe nyene.Namwe muzoraba ko isukari itazoguma izimvye kuryanyene babiteguye
PRANK😂 rate Mark’s kick 1-10 🤕
00:14
Diana Belitskay
Рет қаралды 4,9 МЛН
Mia Boyka х Карен Акопян | ЧТО БЫЛО ДАЛЬШЕ?
1:21:14
Что было дальше?
Рет қаралды 11 МЛН
БУ, ИСПУГАЛСЯ?? #shorts
00:22
Паша Осадчий
Рет қаралды 1,3 МЛН
amazing#devil #lilith #funny #shorts
00:15
Devil Lilith
Рет қаралды 18 МЛН
AMAKURU YO KUWA 10/11/2024
TV RTNB
Рет қаралды 98
PRANK😂 rate Mark’s kick 1-10 🤕
00:14
Diana Belitskay
Рет қаралды 4,9 МЛН