Рет қаралды 4
🎙️"sinipfuza kandi kugira amafaranga, sinipfuza kandi gukina umupira. Ndashaka gusa kuba umuntu asanzwe kugira bankunde kubwanje, atari kubera y’uko ndi rurangiranwa, atari no kubw' amafaranga"
🎥Reka tugaruke kumagorwa umukinyi #PaulPogba ariko aracamwo mu murwi wa Juventus.