Yoooooh mwari mwazimiye pe nta mwanza mwocamwo muvuye iburundi
@boashamah36423 ай бұрын
Gusa uwo muduga warushaje kabisa Ibaze kuba umuduga wagize isanganya yambere mukiri mugihugu canyu kweli ariko mugakomeza mugenda. Ico cari ikimenyetso urugenda gwari guhagarara POLE SANA KO MWESE MUKOMEYE
@balancedlifetv3 ай бұрын
Uvuze ukuri mukundwa ❤❤
@كزمانفاستبن3 ай бұрын
Pore.san
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤
@MamadembeleLadouce3 ай бұрын
Nukur pol San kwr kwr
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤
@hollanddutch-day3 ай бұрын
Mwari gukoreshs GPS
@blankoblanko15503 ай бұрын
Pol nukur mwarahatw kwer
@balancedlifetv3 ай бұрын
Yego rwose ❤❤
@MIGAMBIOscar-kf7rp3 ай бұрын
Pore petiyangu
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤
@mdoman52293 ай бұрын
😢😢😢🤷🤷🤷
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤
@yuui18783 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙆🙆🙆🙆🙆🙆
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤
@habimanaignace72353 ай бұрын
Ubundi se urajyahe wa mbwa we Uzi kubwejagura gusa
@stansiyomana12393 ай бұрын
@habimana. None sivyiza abarundi tumenya ingene iyo SAba Saba ya Dar es salaam izogenda? Biraboneka kowanka uyu muntu. Mugabo ubu ahejeje gusimbuka urupfu, wari kwihangana ukazotuma umutuka uwundi musi. Tugerageze kugira ubuntu, ntituze turazanamwo urwanko mugihe abandi bantu bari mungorane. Wewe n'iyo mvugo yawe siniyumvira ko uwo Isaac umuciyeko harya bari womusigira n'agacupa k'amazi (mugihe woba ugafise). Kugirira isanganya mugihugu c'abandi ntabwo ari ikintu coroshe. Narabaye Tanzania mumyaka ya 1970/1980, aho Singida narahaciye kenshi, ntihoroshe namba.
@balancedlifetv3 ай бұрын
🤭🤭🤭🤭🤭🤭🤭
@balancedlifetv3 ай бұрын
@@stansiyomana1239Uvuze ukuri rwose❤❤
@arnaudntakirutimana3183 ай бұрын
𝐘𝐨𝐨𝐨𝐨𝐨𝐨😢
@balancedlifetv3 ай бұрын
❤❤
@MaggieNderega3 ай бұрын
Burya umuntu wese afise umunsi WIWE wanditse...
@hollanddutch-day3 ай бұрын
Uyo Mushoferi yubahwe kabisa ayo namafire yacitse aca avyitwaramwo neza