No video

Ntawundi atari Yesu yombumba, ntarindi zina nokwemera -CANTIQue

  Рет қаралды 284,563

Ir Arn

Ir Arn

4 жыл бұрын

1. Yesu, ni wewe naronkeyemwo
Amahoro mu mutima;
Nahora ndayaronder' ahandi,
Ariko nta handi hariho.
Nta wund' atari Yesu yombumba,
Nta rindi zina nokwemera,
Kuk'ubugingo n'umunezero
Bibonekera muri we.
2. Kera naronder' umunezero
Nits' umutima mpebuye;
Nariko ndarengan' Umukiza,
Antegesh' urukundo rwiwe
3. Nagejeje kunywa ku migezi
Y'umunezero w'iyi si,
Irakama, ndihebura rwose,
Njigirijwe ndarira cane.
4. Sinarizwa n'uko ntagufise,
Gushits' ah' umpumuriye:
Unkoze ku maso ndakwihweza,
Nkubonye ndizwa n'igishika.
Burundi

Пікірлер: 70
RWA RUKUNDO RWIWE (CANTIQUE 89) (COVER) - LAURETTE TETERO
8:11
Laurette Tetero
Рет қаралды 84 М.
Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)
18:55
Fortran Bigirimana
Рет қаралды 96 М.
7 Days Stranded In A Cave
17:59
MrBeast
Рет қаралды 56 МЛН
I'm Excited To see If Kelly Can Meet This Challenge!
00:16
Mini Katana
Рет қаралды 35 МЛН
The Joker saves Harley Quinn from drowning!#joker  #shorts
00:34
Untitled Joker
Рет қаралды 59 МЛН
Nzizigira Yesu gusa. Nzizigira nkiriho,
5:35
Ir Arn
Рет қаралды 304 М.
Indirimbo zo mugitabo with Lyrics|Non stop worship songs
52:56
Rwanda Worship Tv
Рет қаралды 97 М.
Mukiza numvise ijwi 127 Gushimisha - Papi Clever & Dorcas - Video lyrics (2021)
7:03
PaPi Clever & Dorcas Official
Рет қаралды 431 М.
Gitandara c' Imana, Reka nguhungireko,-Cantique91
4:44
Ir Arn
Рет қаралды 187 М.
Mbeg’urukundo rw’Imana yacu Rwogereranywa n’iki?
5:31
Playlists Cantiques Kirundi/Indirimbo zo Gimbaza Imana
22:34
Bright Brain
Рет қаралды 12 М.
Ndaje Yesu, kuri wewe Uko ndi kos' unyakire;
4:45
Ir Arn
Рет қаралды 143 М.
Imigambi yawe lyrics by Nice ndatabaye
8:34
wababu
Рет қаралды 178 М.
7 Days Stranded In A Cave
17:59
MrBeast
Рет қаралды 56 МЛН