Yeriko/Ni Yesu/Ahagutse by Fortran Bigirimana (Official Video)

  Рет қаралды 73,963

Fortran Bigirimana

Fortran Bigirimana

2 ай бұрын

Thank you for subscribing to our KZbin channel:
kzbin.info/door/SyX...
Follow us on:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
FacebookPage: / fortran-bigiri. .
Twitter: / fortranbig. .
Website:fortranbigirimana.com/
Murakoze kudushigikira mugufyonda kuri "Abonner" kuri uru rubuga rwacu rwa KZbin:
kzbin.info/door/SyX...
Murakoze kandi kudukurikirana ku mbuga ngurukana bumenyi zikurikira:
Instagram: / fortranbigi. .
Facebook: / fortran.bigi. .
Page Facebook: / fortran-bigiri. .
Twiter: / fortranbig. .
Site internet:fortranbigirimana.com/
Ndashimiye cane abantu bose Imana yakoresheje kugire iki gikorwa kije ahabona.
Uhoraho abahezagire kandi anezereze imitima yanyu 🙌🏾
A/C :Fortran Bigirimana
Amajambo :
Yeriko
Yeriko :
R) Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yeriko
Yeriko yanje iriburwe hasi
Ntega amatwi nkwibgirire
Nje ngufitiye inkuru nziza
Yeriko, Yeriko
Yeriko yawe iriburwe hasi
R)…
Naba nyesirayeri nabo
Bibaza aho itsinzi yari buve
Yamara Yericko Yericko
Yeriko yaraguye hasi
R)..
Yamarira warize
Aje kuyahindura amariba
Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
R)…
Yamyaka yariwe n’inzige
Nayo ashoboye kuyigushumbusha
Tuza ncuti
Yeriko, Yeriko, Yeriko yanje iri burwe hasi
R)…
Inrwara yawe s’amananiza
Hariho Imana mw’ijuru
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
R)..
Urugo rwanyu rurahagatiwe
Ntihunyiza kandi ntisinzira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
R)…
R)…
Hari urutoki rutananirwa
Hariho ijwi vyose vyumvira
Yeriko, Yeriko, Yeriko yawe iri burwe hasi
Ninde anturura iyo mitwaro
Ninde aca Inzira ahatari inzira
Ninde akiza inrwara zose
Ni Yesu wanje
Ni Yesu wenyene
Ni yesu umukunzi wanje
Niwe bendera ryanje
Ijuru riruguruye
Ngendera ahagutse
Imigisha n’injira nsohoka
Imigisha yahantu ho mwijuru
Umugisha wa burahamu
Umugisha utagira umubabaro
Cakira (Amen)
Akira (Amen )
Cakira (Amen)
#Burundiworship #Rwandaworship #burundi #rwanda #fortranbigirimana#jamesdaniellatv #israelmbonyi #christianhymns #Gentilmisigaro #Adrienmisigaro #Dudutniyukuri #Appolinairehabonimana

Пікірлер: 472
@Dickson..
@Dickson.. 5 күн бұрын
Yewe yeriko we riduka nikomereze ubuzima bwo kubahisha kristo, Imana iguhe umugisha mwenedata @Bigirimana respect from Rwanda❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 5 күн бұрын
Ameeeen 🙌🏽🙏🏽 Ndasenga ngo Yesu asange ukwizera kwawe, Yeriko yawe irarwa hasi 🙌🏽🙏🏽 🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙
@NibitangaJosianenoella
@NibitangaJosianenoella 2 ай бұрын
Yeriko yeriko yanje irahenutse mw'Izina rya Yesu christo.Ndiho akomeze akwagure
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@RedasMfitimana-ep9dt
@RedasMfitimana-ep9dt 2 ай бұрын
Yeriko yanje igwe hasi vyihusee kubwa Christ yesuu !
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@KwizeraCredia
@KwizeraCredia 13 күн бұрын
Ndanyuzwe pe IMANA iguhezagir cyan❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 13 күн бұрын
🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙
@GustaveNdacayisaba-le6on
@GustaveNdacayisaba-le6on 2 ай бұрын
Ndabaye uwambere kubona indirimbo yincuti yanj ndagukunda mon cousin Imana ishishikare kubagirira neza nanj ndabakumbuy Can gos Burundi
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen🙇🏽🙌🏽💙💙
@DestineIRAKOZE-jz8ft
@DestineIRAKOZE-jz8ft 2 ай бұрын
Ok
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 2 ай бұрын
Man Of God tugusabe uzohore uzidushirira nokuri Audiomack mwob mudufashije
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Noted 🙏🏽
@shukranintakirutimana5953
@shukranintakirutimana5953 18 күн бұрын
Kira jambo na wakati
@elsienibaruta-2094
@elsienibaruta-2094 Ай бұрын
Yeriko yanje irasenyutse🙌🙌ijuru riruguruye ngendera ahagutse🥳🥳🥳Ameeeeeen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Ameeen ☺️🙌🏽🙏🏽
@sibomanaemmanuel1831
@sibomanaemmanuel1831 Ай бұрын
Amen God bless you Man Of God ❤️🇷🇼
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Amen 🙇🏽🙌🏽 Bless you too brother 💙
@arthemonwoshiper
@arthemonwoshiper Ай бұрын
My yeriko ngo hasiiiii😅😅😅
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽😇🙌🏽🙏🏽
@IrutingaboAelon-kt1nr
@IrutingaboAelon-kt1nr Ай бұрын
Iriburwe hasi kuko ihanganye n'isumba vyose UHORAHO DATA WA TWESE ntabwoba mfise. hezagirwa cane Fortran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Ameeen !!!
@user-ex2pe7ii1p
@user-ex2pe7ii1p Ай бұрын
Mbonyi w'uBurundi dc
@ElyseeBivakumana
@ElyseeBivakumana Ай бұрын
Yesu aguhezagire canee wiwacu🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Amen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙
@fleurynkezimana8670
@fleurynkezimana8670 2 ай бұрын
Yeriko Wigira Akagabo Urasenyutse Mw'Izina Rya Yesu Ndafashijwe❤ Amavuta Menshi Our fortra💪❤️💪❤️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽❤️
@KwizeraCredia
@KwizeraCredia 13 күн бұрын
Yeriko yanje iguye hasi mwizina rya YESU CHRISTO!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 13 күн бұрын
Amen !!!
@ClovisNiyongabo-uu4ye
@ClovisNiyongabo-uu4ye 2 ай бұрын
@Fortran kuyindi Mpwemu idasanzwe 😅😅😅, nkunda ukuntu usigaye utamba 😀😀, we love u brother ♥️♥️♥️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
😅🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙💙
@MunezeroParfait-hx4ch
@MunezeroParfait-hx4ch 2 ай бұрын
Amena🙏🙏🙏🙏🙏 hezagirwa cane mtumishi yeriko yanje ikuweho
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@steveirankunda5297
@steveirankunda5297 Ай бұрын
Waaauuu 🎉🎉🎉 amazing songs ❤❤❤keep up the good work brother❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Praise God🙌🏽🙏🏽 Thank you 🙏🏽💙💙
@teddytunezerwe1599
@teddytunezerwe1599 2 ай бұрын
👌👌👌nice song🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Praise God 🙌🏽🙏🏽
@dianehitimana9331
@dianehitimana9331 2 ай бұрын
Imana iguhe umugisha kabisa
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽Ameeen 🙌🏽 Namwe✨
@gatoremukristo7492
@gatoremukristo7492 Ай бұрын
Yeriko yarasenyutse,ndafashijwe vrmt.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Amen !!! Imana ishimwe 🙌🏽🙏🏽
@erichatungimana6535
@erichatungimana6535 Ай бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥 NI YESSUUUU WAAAANJEEEEEEEEEEEEHH (aka ka-dance sasa 😁😁😁😁) 🔥🔥🔥🔥👏👏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
😅😁☺️🙌🏽🙌🏽
@israelibless
@israelibless 2 ай бұрын
Waaaaoooh what a prophetic song. Glory to almighty more blessing to you big brother.🎉🎉🎉🎉🎉❤ From BURUNDI 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽Ameeen !!!
@AnnickmikyNkurunziza
@AnnickmikyNkurunziza 2 ай бұрын
Ndafashijwe yeriko henuka mwizina rya yesu allelujah
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@francisniyokindi6737
@francisniyokindi6737 Ай бұрын
Cakira imigisha
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
☺️😁🙏🏽
@NicoleIradukunda
@NicoleIradukunda Ай бұрын
Much Love from Rwanda 🇷🇼❤️❤️ you have no idea how much we love you ❤️🙏🏽
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙💙
@BoscoNdayisenga-wg5ur
@BoscoNdayisenga-wg5ur 2 ай бұрын
Hallelujah ❤❤❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen 💙💙
@HakizimanaEuphraim-lt3ir
@HakizimanaEuphraim-lt3ir 2 ай бұрын
Yeriko yeriko irahenutse mwiza ryuwusumba vyose ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@philippenicentaconzoba9853
@philippenicentaconzoba9853 2 ай бұрын
Hallelujah🙌🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽
@richyhope7780
@richyhope7780 9 күн бұрын
En tout cas, rien à ajouter. Que Dieu te bénisse abondament Mr Fortran. Yeriko irasenyuka ntakabuza. Amen❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 9 күн бұрын
🙇🏽🙌🏽Ameeen 🙏🏽💙💙
@dj_clover257
@dj_clover257 2 ай бұрын
Vitamin Music❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
💙
@stellandayishimiye5047
@stellandayishimiye5047 2 ай бұрын
Keep shining Man of God you✨💫those songs bless me weee I receive ngendera ahagutse
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!! 🙇🏽🙌🏽🙏🏽
@chancelineizibikwiye2665
@chancelineizibikwiye2665 2 ай бұрын
Amen ew yeriko iriburwe hasi😂😂yesu abahezagire
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🥰😁🙌🏽🙏🏽
@ArthurNgendakumana
@ArthurNgendakumana Ай бұрын
Shaaaa uramezagiye
@nshimirimanadeogracias8654
@nshimirimanadeogracias8654 Ай бұрын
Amen Amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽
@user-cc7jz5ev3l
@user-cc7jz5ev3l 2 ай бұрын
Ndavyizeye ko Yeriko yanje yasenyutse mw'izina ry'Umukiza wacu YESU KRISTO, Amen !!! Uhoraho aguhe Umugisha wiwe, wagize neza cane muvukanyi wacu Fortran B. ❤ By Jeremiah Burundian man
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@divinedinah3848
@divinedinah3848 2 ай бұрын
😢😢😢😢hari igihe kigera ukumva worira kubera umunezero,MANA NDASENZE YERIKO ZANJE ZOSE ZISENYUKE AMEN🙏🙏🙏🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeeen !!!
@elianemushiranzigo
@elianemushiranzigo Ай бұрын
Fortran Bigirimana warahezagiwe. Ur'umugisha udasanzwe ku Burundi na East Africa n'ishengero muri rusangi. Imana ukorera izigame itara ryawe gushika kw'iherezo.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽
@yvetteirankunda520
@yvetteirankunda520 2 ай бұрын
Amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽
@erastendaboroheye9150
@erastendaboroheye9150 2 ай бұрын
Yeriko yanje iri bugwe hasi mw'izina rya Yesu Kristo 🎉❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 2 ай бұрын
Ameeeen ❤❤❤❤uwiwacu 🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
💙💙💙
@impemburotv
@impemburotv 2 ай бұрын
Wooooow God bless You Man of God...... Imana Iduhe Umugisha utagira Umubabaro
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@user-fs6gr6rb7k
@user-fs6gr6rb7k 2 ай бұрын
Ndafashijwe vrema
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽🙏🏽
@user-jq7yn2fv2m
@user-jq7yn2fv2m Ай бұрын
Amen amen ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽💙
@user-im4jn6nn4p
@user-im4jn6nn4p 2 ай бұрын
Nkunda ukuntu ubikora neza💕 wari waratubaniye twebwe abarundi😂 erega wari wahengamiye muri France gusa😀 Warahezagiwe cane❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙏🏽💙💙
@tonny_Zap
@tonny_Zap 2 ай бұрын
Amen 🙌🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽🙌🏽
@didierColin-xi4ye
@didierColin-xi4ye 2 ай бұрын
Brother,IMANA yonyene ikunzigamire,,,from Malawi,muzaze mudusure malawi pe,,❤❤❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@didierColin-xi4ye
@didierColin-xi4ye 2 ай бұрын
Nukuri pe,,,,ndagukunda pe ,indirimbo nziza cane
@user-yl1xc5qx9p
@user-yl1xc5qx9p Ай бұрын
Amen yeriko yanje igwe hasi lmana ishumbushe amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Ameeen !!!
@gaelkwizera9681
@gaelkwizera9681 2 ай бұрын
❤❤God Bless u MOG🙏🏾
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽 Ameeen !!! Bless you too 🙏🏽
@dianekanyamuneza7149
@dianekanyamuneza7149 2 ай бұрын
Tuguma ducakira,twakira imigisha ya Abraham, turara ntibuca,umwanya wose kuriyo migisha ,biraryoshe pe👌👌👌,
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
😇🥰Ameeen 🙏🏽
@dariuskwizera-oy7mk
@dariuskwizera-oy7mk Ай бұрын
Good fortrand
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽
@MBNEWS777
@MBNEWS777 2 ай бұрын
Nice one kabisa 👍🏾❤ from 🇷🇼✊🏾🇧🇮🙏🏾🙏🏾
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@nowcreative2526
@nowcreative2526 2 ай бұрын
Igikorwa ciza broda 👏🏽👏🏽👏🏽
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
@nowcreative 🙇🏽🙌🏽🙌🏽🙏🏽
@mgentertainment257
@mgentertainment257 2 ай бұрын
Iki nigihe co kwumviriza ico Imana yashize muri wewe knd uraduhezagira Canée🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽💙
@collinsbryan9963
@collinsbryan9963 2 ай бұрын
Yeriko yanjye iri bugwe hasi mw'izina rya Yesu Kristo AMEN 🙏 Blessings to you #Fortrand
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!! Bless you too brother !!!
@simonndikuyera-sy3un
@simonndikuyera-sy3un 2 ай бұрын
Niwe vyose ☑️☑️☑️☑️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨
@ChristaLysa718
@ChristaLysa718 2 ай бұрын
Ndahezagiwe uwu mugoroba niyi ndirimbo yeriko yanje iribugwe hasiii🙏mwizina rya Yesu kristo 🙌
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽🙏🏽
@nadiellanshimirimana9133
@nadiellanshimirimana9133 2 ай бұрын
Amen ngendera ahagutse ijuru vyugurutse Amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen !!!
@BienvenueBigirimana-cn4qv
@BienvenueBigirimana-cn4qv 2 ай бұрын
This song blessed me ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah !!! 💙💙
@AnnickmikyNkurunziza
@AnnickmikyNkurunziza 2 ай бұрын
Nukur imana irankijije kubwa yeriko yarimbere yanj irahenutse amen amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeeen !!!
@Eliasndagijimana-eo6cu
@Eliasndagijimana-eo6cu 2 ай бұрын
Be blessed Fofo with your band
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽 You too brother ✨
@user-wm7zy3zu2d
@user-wm7zy3zu2d Ай бұрын
Amen muhezagirwe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
🙌🏽
@paternesonofgod
@paternesonofgod 2 ай бұрын
Amazing Gospel for praise God's faithfulness and his grace ❤🙏❤🙏❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽🙏🏽💙
@joachiimndayishimiye4987
@joachiimndayishimiye4987 2 ай бұрын
Respect to you our artist Fortrand🇧🇮
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@user-cw1zw2oi7x
@user-cw1zw2oi7x 2 ай бұрын
Be blessed MOG 🥳🔥🔥🔥🔥
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽🙏🏽 Bless you too !!!
@saleontrillioner9069
@saleontrillioner9069 2 ай бұрын
#Impano Idasanzwe ....Yeriko🙌 ....Ni Yesu Wenyene❤️ ....Ahagutse💯
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah✨ 🙇🏽🙌🏽
@marieclaireuwase6687
@marieclaireuwase6687 2 ай бұрын
Yesu haguruka! Hallellua. Yeriko yajye iraguye.Yesu akomeze akwishimire
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙌🏽🙏🏽
@kevindushime115
@kevindushime115 2 ай бұрын
Ni Yesu wenyene ashoboye ❤️✨🙏🏼
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨
@kevindushime115
@kevindushime115 2 ай бұрын
Turagukunda cyane 🇧🇾
@christianniyoncutikikig5051
@christianniyoncutikikig5051 2 ай бұрын
Yeriko yanje iribugwe hasi mw'izina rya Yesu.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@ayinkamiyelysemartine865
@ayinkamiyelysemartine865 2 ай бұрын
💃🏻💃🏻💃🏻💃🏻🤗🤗🤗ngendera ahagutse🙌j navyakiriyeee n'ukuri...God bless youuu mukozi w'Imana🤗
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!! Bless you too !!!
@nadegegahimbare274
@nadegegahimbare274 2 ай бұрын
Amen!yeriko irasenyutse!amavuta akomeze kuba menshi indirimbo zanyu zubaka benshi
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙇🏽🙌🏽 Praise God !!!
@mathiasciza2244
@mathiasciza2244 2 ай бұрын
Mutama ukuboko kw Imana kuri kuri weee!!!kbs urashoboye
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
#Yesu✨☝🏾1️⃣
@ChoralPARAPANDA
@ChoralPARAPANDA 2 ай бұрын
Be blessed brother
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽bless you too !!!
@user-dd3pn7kh7q
@user-dd3pn7kh7q 2 ай бұрын
Yeriko ibomoke mwizina rya yesu dukeneye gucakira umugisha w'imana turabakunda cane
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙌🏽 💙💙
@christopherchanceofficial
@christopherchanceofficial 2 ай бұрын
Courage mutama
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽
@JohnwilliamSong-ev7mf
@JohnwilliamSong-ev7mf 2 ай бұрын
My favorite Gospel artist❤❤❤🎉🎉
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽❤️❤️
@JohnwilliamSong-ev7mf
@JohnwilliamSong-ev7mf 2 ай бұрын
You are my only one inspiration since in my youth,i make sure that I see all your notifications 😢
@kennieishimwe7729
@kennieishimwe7729 2 ай бұрын
Amen❤️
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙌🏽💙
@ildephonsemugisha5051
@ildephonsemugisha5051 2 ай бұрын
❤❤ blessed 🙏
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽💙
@HopeshineelissaIrakoze
@HopeshineelissaIrakoze Ай бұрын
Ubu ngendera ahagutse muri KRISTO YESU
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
Amen !!!
@mugabeheritier5365
@mugabeheritier5365 2 ай бұрын
Yeah this is good song
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Praise God🙌🏽🙏🏽💙
@mugishasam1948
@mugishasam1948 2 ай бұрын
Ameeen yeriko yanjye iraguye hasi mw'izina rya Yesu,, more anointing my brother,,,,,
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@user-nk7wf2mp8z
@user-nk7wf2mp8z 2 ай бұрын
Wow ❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
💙
@ZainaCiza-fl4vf
@ZainaCiza-fl4vf 21 күн бұрын
Twaraguhezagijwe murunganwe rwacu.Waratuvukiye.Igikorwa ukora co kubiba indirimbo zirimwo ubushobozi bw'Imana kuri twebwe kikugarukeko cuzuye gitsindagiye gisesekaye.Abagukomokako bose baze babiryeko
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 21 күн бұрын
WoW🥹 Ameeenn 🙇🏽🙌🏽🙌🏽💙
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 17 күн бұрын
❤❤❤ Faurtran
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 16 күн бұрын
💙💙
@protegenemisigaroofficial9993
@protegenemisigaroofficial9993 2 ай бұрын
Wowuuuuu Bigirimana ndakwikundira gusa doreko duhuje ni Mpano❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
💙💙💙💙
@user-sj3xk8fr4g
@user-sj3xk8fr4g 2 ай бұрын
Ameeen ndafashijwe
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah 🙌🏽
@ernestciza4315
@ernestciza4315 2 ай бұрын
Imana igukomeze muvukanyi kukugira numugisha ,unkora ku mutima .Much love
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen 🙇🏽🙌🏽💙
@umutoniwaseflora4445
@umutoniwaseflora4445 2 ай бұрын
Cakira(Amen) Akira(Amen) ☺️🙌🏾🙌🏾🙌🏾🙌🏾
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
😁😇🙌🏽
@rashchrisirakoze469
@rashchrisirakoze469 2 ай бұрын
Mamammama!!!😂😂😂Iyi vibe kwirenzee kabisa izi ndirimbo ziri anointed pe! Fortran God bless you much!Ur umuntu wanje kuva kera❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🥰🙇🏽🙌🏽 bless you too brother !!!
@nshimirimanaalain3041
@nshimirimanaalain3041 16 күн бұрын
Yeriko yeriko rwahasi mwizina rya yesu kristo umugisha wanje ubandanye
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 16 күн бұрын
Ameeen 🙌🏽🙏🏽
@thierryngenda100
@thierryngenda100 2 ай бұрын
Imana iguhezagire Fortran vyukuri abarundi namw ubu muriko mukora neza
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
🙇🏽🙌🏽🙌🏽
@Dj.H-Promoter
@Dj.H-Promoter 2 ай бұрын
Amen amen
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah !!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Hallelujah !!!
@burikukiyethierry5011
@burikukiyethierry5011 2 ай бұрын
Fortrand ndakumbuye concert yawe i Bujumbura 😊
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Imana izoca inzira ikorwe, n’ukubisengera gusa ibindi Yesu n’umwizigirwa azobikora 🙇🏽🙌🏽🙏🏽
@leonardbigali1352
@leonardbigali1352 2 ай бұрын
I'm blessed with the praising accent.
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Praise God !!! Psalm 150✨🙌🏽🙏🏽
@ricardomusoro8530
@ricardomusoro8530 2 ай бұрын
Respect 🙌..Ngendera ahagutse ✨🕺
@leandrehavugiyaremye2688
@leandrehavugiyaremye2688 2 ай бұрын
Yeriko yanje niyikubite hasi mw Izina Risumba ayandi rya Yesu
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeeeeeen !!!
@celestinshema5622
@celestinshema5622 2 ай бұрын
Spiritual Warfare kind of worship , this is it! Hallelujah!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Amen !!!
@ChristianEmmanuel-rr8xf
@ChristianEmmanuel-rr8xf 2 ай бұрын
Yeriko yeriko yanje irahenutse mw'izina rya yesu Amen!!!!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen !!!
@AxelIgiraneza-ds8nr
@AxelIgiraneza-ds8nr Ай бұрын
Ni Yesu wenyene❤❤❤
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana Ай бұрын
#Yesu☝🏾1️⃣✨💙
@gikundiroesperance4873
@gikundiroesperance4873 2 ай бұрын
Hallelujah
@FortranBigirimana
@FortranBigirimana 2 ай бұрын
Ameeen 🙌🏽🙏🏽
IBYIRINGIRO || James&Daniella
13:25
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 825 М.
СНЕЖКИ ЛЕТОМ?? #shorts
00:30
Паша Осадчий
Рет қаралды 1,3 МЛН
Make me the happiest man on earth... 🎁🥹
00:34
A4
Рет қаралды 8 МЛН
Cute Barbie Gadget 🥰 #gadgets
01:00
FLIP FLOP Hacks
Рет қаралды 39 МЛН
Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)
9:50
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 508 М.
AMATERANIRO YO KUCUMWERU
Elim International Ministries Germany
Рет қаралды 14
Ni wewe by Fortran Bigirimana
3:55
Fortran Bigirimana
Рет қаралды 46 М.
Mana Uhambaye-Aniella Amaryllis ft Dudu T. Niyukuri (Official Video)
6:00
Aniella Amaryllis Official
Рет қаралды 27 М.
TWARAMUGABIWE - Ben & Chance (Official Live Video)
12:09
Ben & Chance
Рет қаралды 279 М.
Israel Mbonyi - Oasis Medley (Icyambu2023)
20:49
Israel Mbonyi
Рет қаралды 342 М.
IL’HAN - Eski suret (official video) 2024
4:00
Ilhan Ihsanov
Рет қаралды 69 М.
Akimmmich - TÚSINBEDIŃ (Lyric Video)
3:10
akimmmich
Рет қаралды 268 М.
ҮЗДІКСІЗ КҮТКЕНІМ
2:58
Sanzhar - Topic
Рет қаралды 410 М.
Қайрат Нұртас - Қоймайсың бей 2024
2:20
Kairat Nurtas
Рет қаралды 1,3 МЛН
ИРИНА КАЙРАТОВНА - АЙДАХАР (БЕКА) [MV]
2:51
ГОСТ ENTERTAINMENT
Рет қаралды 283 М.
Ariana Grande - the boy is mine (Official Music Video)
6:17
ArianaGrandeVevo
Рет қаралды 7 МЛН