Pastor Desire H. i Burundi ati Dore ibintu 15 abantu batumbiriye kandi bidashobora kubahuza n'Imana

  Рет қаралды 17,544

Agakiza TV

Agakiza TV

Күн бұрын

#WhatsApp_0788422984​
Nshuti mukunzi w'AGAKIZA TV ikaze muri iki kiganiro. Tukwifurije guhembuka byuzuye.
Ganira natwe kuri WhatsApp yacu +250 788 422 984
Turagukunda kandi turahari kubwawe!
Ndizera ko ubugingo bwawe bukomeje guhemburwa n'ubutumwa bwiza tunyuza kuri uru rubuga. Birashoboka ko wiyumvamo gushyigikira uyu murimo mwiza dukora, wakoresha:
BANK ACCOUNT : 1302 040 455 61 (COGEBANQUE)
MTN Mobile Money : +250 788 422 984
Airtel Money : +250 728 422 984
Umunezero wacu wibanze ni ukubona umuntu mushya yakiriye Yesu Kristo, Uwacitse intege agasubizwamo imbaraga, uwihebye akongera kumva Imana bundi bushya.
Habwa umugisha, Turagukunda!

Пікірлер: 31
@pierrebigirimana3609
@pierrebigirimana3609 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire caaaane
@NtiranyibagiraInnocent
@NtiranyibagiraInnocent Жыл бұрын
Ikigeragezo twahuye canke ububabare ndiko ncamwo birashobora kangana numugisha undindiriye tureme abahuye nibigeragezo dukomeze kwihangana abumvise inyigisho ya pastor Desire mwese Imana ibahe umugisha
@NtiranyibagiraInnocent
@NtiranyibagiraInnocent Жыл бұрын
Murakoze cane kunyigisho irambuye Imana ibakomeze cane amen inyigisho zica hano ziramfaasha cane nkaba ndi mwene so aba south African ndi umurundi nkaba nagize isanganya ryimodoka 2019 nkaba naramugaye bivuye Kuri spinal cord injury
@irakozegift910
@irakozegift910 Жыл бұрын
Amen pastor Imana ibahezagiree cane Imana idufashe guhuza ubuzima N'Ijambo dyayo
@shimwaigabe
@shimwaigabe 2 жыл бұрын
Turabakunda cyane Muhabwe Umugisha w'Imana batambyi nawe Eliyse tuguhaye Ibyiyunviro
@umuhozajojo5758
@umuhozajojo5758 2 жыл бұрын
Imana ndayumvise
@irakozegift910
@irakozegift910 Жыл бұрын
Amen Imana ibahezagiree cane
@AncillaMBONIHANKUYE-gz6sx
@AncillaMBONIHANKUYE-gz6sx Жыл бұрын
Yesu abahumugisha wigishu ukuri
@munezerostella8669
@munezerostella8669 2 жыл бұрын
Nukuri bibwigwa benshi bikumva benevyo yesu adufashe kumutumbera
@sambarinaba7194
@sambarinaba7194 2 жыл бұрын
Amen paster desire havyarimana uwiteka akuduhere umugisha
@mariantakarutimana8548
@mariantakarutimana8548 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire .mwuka w'imana.abane nawe
@dativamusaniwabo4562
@dativamusaniwabo4562 2 жыл бұрын
Amen icyubahiro nicyi Imana yacu 🙏🙏 amen
@AMAHITAMOMEZATV
@AMAHITAMOMEZATV 2 жыл бұрын
Imana uguhe umugisha cyane Mushumba Ndagukunda
@NahabandiJoselyne
@NahabandiJoselyne Жыл бұрын
Mbega , mbega impano za paster Imana iguhe imigisha
@bettyndayishimiye5406
@bettyndayishimiye5406 2 жыл бұрын
Mukomeze guhezagirwa muradufasha gos kandi muri mumpano zanyu
@izibyosejeannette1903
@izibyosejeannette1903 Жыл бұрын
Amen Amen Amen Amen 🙏🙏🙏
@kaburaolia8701
@kaburaolia8701 2 жыл бұрын
Murabavukanyi beza mudushikiriza ibiganiro biryoshe
@bettyndayishimiye5406
@bettyndayishimiye5406 2 жыл бұрын
Iryo jambon rirankebuy rintey courage yo kumutumbera zab2:
@chantale3117
@chantale3117 Жыл бұрын
Amen
@leandreiyikirenga5507
@leandreiyikirenga5507 2 жыл бұрын
Yego, duhitemo Yesu kristo
@kaburaolia8701
@kaburaolia8701 2 жыл бұрын
Turabakunda
@leandreiyikirenga5507
@leandreiyikirenga5507 2 жыл бұрын
Yesu kristo aduhe kumutumbira
@DieudonneVyizigiro
@DieudonneVyizigiro 10 ай бұрын
🎉🎉
@jeanneuwihaye155
@jeanneuwihaye155 2 жыл бұрын
God bless you Pastor
@suzannebucyanayandi630
@suzannebucyanayandi630 2 жыл бұрын
Ubunini bw’ikigeragezo n’ibwo ubunini bw’umugisha 🙏🙏🙏
@izibyosealoys2969
@izibyosealoys2969 2 жыл бұрын
Be blessed our pastor
@harerimanalaetitia8341
@harerimanalaetitia8341 2 жыл бұрын
Amen amen mwarahezagiw
@wimanazamukunda9435
@wimanazamukunda9435 2 жыл бұрын
Amen 🙏 amen 🙏
@mbabazijane934
@mbabazijane934 2 жыл бұрын
♥️🙏
@NahabandiJoselyne
@NahabandiJoselyne Жыл бұрын
Mbega , mbega impano za paster Imana iguhe imigisha
FOREVER BUNNY
00:14
Natan por Aí
Рет қаралды 15 МЛН
БУ, ИСПУГАЛСЯ?? #shorts
00:22
Паша Осадчий
Рет қаралды 2,7 МЛН
Каха и лужа  #непосредственнокаха
00:15
UMWANYA W'IBIBAZO N'INYISHU - Inkingi 10 zukubakirwako urugo runezereye
49:56
UKURI KOSE ARAKUVUZE ,IKIVYINVYE KIMENEKE
38:44
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 69 М.
Yesu ukuraho Ibyaha by'abari mu isi by Pastor Desire Habyarimana
1:03:18
Ibiganiro bikwiriye hagati y'Abubakanye - Pastor Désiré HABYARIMANA
1:09:26