Pastor Lopez - NTIBESHA(Live recording Video)

  Рет қаралды 725,708

Pastor Lopez NININAHAZWE

Pastor Lopez NININAHAZWE

9 ай бұрын

#burundi #gospel #musicvideo #pastorlopez #music #pastorlopez #rwanda
Directed by Josh Eelsi
Lighting & Sound System: Evin Sound Group
Video Production: Igicaniro Creative Studios
Dop: Landry-guez, Andy Sp, Noah Ansi, Fleury
Drone Operator: Sanny Pictures
Color Grading: Josh Eelsi
Audio Producer: Samuelson
Sound Engineer: Herve
Music Band: Keytoh Band
Verse 1:
Numvise ijambo ry'abakomeye
Rivuga ko bitagishoboka
Hama numva ijwi ry'Uwuruta bose
Ambwira ngo nitwa Ndi uwo ndi we
Nitwa ndiho
Nije mfise Ijambo ryanyuma.
Pre chorus:
Niwe yimika agakura abami
Ijambo avuze ntiryijana
Ntahindurwa nibihe
Chorus:
Ewe Mana nasanze utabesha
Ushigikira ico wavuze
Ukagishitsa
Verse 2:
Numvise ijambo rya baganga
Rivuga ko iyo nrwara itokira
Hama numva ijwi ry' Uwaremye vyose
Ambwira ngo nitwa Jehovah Rapha
Imana ikiza
nije nkora ivyananiranye
Bridge:
Genda ubaze Aburahamu Ntibesha
Genda ubaze na Anna
Ntibesha
Ngwino nanje umbaze
Ntibesha...
Mukeneye gushigikira iki gikorwa mwokwakura kuri 61 852 694 canke mukatwandikira biciye kuri mail ya lopeznininahazwe943@gmail.com

Пікірлер: 1 000
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 6 ай бұрын
Thank you for your support 🙏
@NizigiyimanaNepo-ep9gv
@NizigiyimanaNepo-ep9gv 5 ай бұрын
Thx so much
@ndayitazirehonorine857
@ndayitazirehonorine857 4 ай бұрын
😅😅😅​@@NizigiyimanaNepo-ep9gv
@user-hk9vt5tr3y
@user-hk9vt5tr3y 4 ай бұрын
Are u Burundian ?
@user-bg4ee6sn8s
@user-bg4ee6sn8s 4 ай бұрын
Yes I do I m burundi
@CLAIREKANKINDI
@CLAIREKANKINDI 4 ай бұрын
ο#des
@NiyonkuruArnaud
@NiyonkuruArnaud 24 күн бұрын
Iyo Mana Koko ntibesha.Abumva kwiyindirimbo ingene iruhura kumutima mumpe like
@user-dn5ke9ug3i
@user-dn5ke9ug3i 7 ай бұрын
Iyo Mana ntibesha abavyemeza tumuhe ama j'aime
@marinamugisha8134
@marinamugisha8134 21 күн бұрын
Nsllalll
@jeandedieubikorimana8836
@jeandedieubikorimana8836 5 күн бұрын
Iy'indirimbo ni nziza cane...! Imana ntibesha si umwana w'umuntu.
@herseyirambona5362
@herseyirambona5362 9 күн бұрын
Imana ikomeze kukwagura,ntibesha nukuriiiiiii ishigikira ico yavuze ikagishitsa💃🏼💃🏼
@philberttuyishime
@philberttuyishime 9 ай бұрын
Wow...icogisirimbaa rroo birajanye nukuntu Imana itabeshaa😍🥰
@LaurentNtuntu
@LaurentNtuntu 4 ай бұрын
Mukozi w'imana imana ikongere amavuta iyo ndirimbo ihezagira banshiiiio
@PaPiCleverOfficial
@PaPiCleverOfficial 9 ай бұрын
God bless you Pastor Lopez
@Enock-irakoze
@Enock-irakoze 9 ай бұрын
God Bless you Papi!ndabakunda birenz bdanabasengera! Iyo mbonye rro nuriko murashigkirana n abarundi biranyubaka👏🇧🇮🇷🇼
@annickkaneza311
@annickkaneza311 8 ай бұрын
@@Enock-irakoze hyyyyyyygf
@noellaniyonizeye1646
@noellaniyonizeye1646 7 ай бұрын
Hallelujah nikwokuri ntibesha
@marinamugisha8134
@marinamugisha8134 21 күн бұрын
​@@Enock-irakozeknñklmmmmmmmmmmm
@marinamugisha8134
@marinamugisha8134 21 күн бұрын
​@@annickkaneza311nnmm
@raniakaneza2903
@raniakaneza2903 3 ай бұрын
My heart is at peace when I listen to this song. literally on repeat🙌🏾 thank you Pasteur Lopez the song made my last days of my pregnancy so smooth 🙏🏾🙏🏾🙏🏾💯
@claudinendayishimiye3322
@claudinendayishimiye3322 3 ай бұрын
Ntaho nigeze mbona ibesha kndi ntizigera ibesha.Thank you pastor
@isaacnduwimana8957
@isaacnduwimana8957 6 ай бұрын
Amen Hallelujah abantu bahinduka ariko imana yacu ntihinduka❤
@user-cu3tx5os8k
@user-cu3tx5os8k 5 ай бұрын
Imana Ibongere amavuta Mukozi w'Imana ntibeshaaaaa nanje barambaza ndashingira intahe Imana KO Itabesha .iyondirimbo ikomeje abantu beeeenshi .Sohora iyindi please
@clavergiftbigirimana697
@clavergiftbigirimana697 5 ай бұрын
Ni ukweli ntibesha lmana ikwongere imbaraga❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-vt7ky8cx4p
@user-vt7ky8cx4p 4 ай бұрын
N'ukuri nivyo ntibesha mwa bantu❤❤❤❤❤
@balthazarndikumagenge9268
@balthazarndikumagenge9268 3 ай бұрын
Nukuri ntibesha kbsa
@KwizeraKurarema
@KwizeraKurarema 2 күн бұрын
Ntibesha, ntitererana, ntihemuka ni NDIHO NDI UWO NDIWE. Hallelujah!
@ornikeza4146
@ornikeza4146 2 ай бұрын
Ntibeshaaa
@user-ji5xv9ch8h
@user-ji5xv9ch8h 3 ай бұрын
Ntibesha vrt.oooooh Ntibesha
@melancesahinguvu
@melancesahinguvu 9 ай бұрын
Uko nukuri kuzuye Imana ntimeze nkabantu ntibesha
@akimanachrista8816
@akimanachrista8816 4 ай бұрын
Nukuri Ntibecha Sacha Amavutamechikabis
@larealitetv
@larealitetv 8 күн бұрын
J'arrête pas de demander que Dieu lui accorde tout le don dont il a besoin
@shingsantonio3595
@shingsantonio3595 9 ай бұрын
In Jesus only we can find this type of vibe😭🙌🏽😂💯lov it!
@kwizeraemmanuel5319
@kwizeraemmanuel5319 7 ай бұрын
Amena
@user-sc8ek1qu6z
@user-sc8ek1qu6z 2 ай бұрын
Murakoz cane 🎉🎉🎉🎉🎉 muhezagigwe
@jeanmariehabonimana3212
@jeanmariehabonimana3212 8 күн бұрын
Imana ibahezagire ibagurire
@AnacletNuru-vl2bz
@AnacletNuru-vl2bz 2 күн бұрын
Wow ❤❤❤
@GustaveArakaza-db6qh
@GustaveArakaza-db6qh 9 ай бұрын
hezagirwa mon paster imana ikomez kukuyobor munzir zayo warasizw n,Imana
@kezalarose-ga5ck
@kezalarose-ga5ck 5 ай бұрын
NDIHO yarakoze kudukunda kurusha abisi❤Ewe Mana nasanze utabesha ushigikira icowavuze ukagishitsa🎉🎉🎉🎉
@gakwayajanet4117
@gakwayajanet4117 2 күн бұрын
Amen Amen Imana yacu ntibeshya yitwa ndiho
@ElogeIrakoze-q9n
@ElogeIrakoze-q9n 13 күн бұрын
Niyokwizera pee!!! And God bless this man of God
@divinnduwumwami15
@divinnduwumwami15 8 ай бұрын
Thank you pastor this song blessed me ..Jesus Christ is our Lord forever..
@EricNkeshimana-cu1qn
@EricNkeshimana-cu1qn 3 ай бұрын
Vyiza cane
@driceornellakaneza5962
@driceornellakaneza5962 4 күн бұрын
Iyi ndirimbo irankoreye ...Mana ushimwe nukuri ko mbony igitangaza canje
@Hbiyambere
@Hbiyambere Күн бұрын
Abarundi murashoboye courage
@jeanclaudemidogoro2746
@jeanclaudemidogoro2746 9 ай бұрын
Gloire à Dieu pour ce don merveilleux pasteur Lopez, clairement Dieu ne ment et ne mentira jamais, il est la vérité !! Que Dieu te bénisse abondement
@plumbrandyniyonsaba
@plumbrandyniyonsaba 9 ай бұрын
My HEART is ready to receive a message from papa GOD🎉
@Nickmumu2
@Nickmumu2 12 күн бұрын
Ntibesha nanje ndi igishintahe Kizima 🇧🇮🇧🇮🇨🇦🇨🇦🇨🇦 Haragezagirwa Umwami Yesu kristo
@user-zo1sz4qi4n
@user-zo1sz4qi4n Ай бұрын
Iman ntibesha kuk ivyo yavuze kumuntu irabishitsa bikaba! All praise to u God
@elzabaditeriteka8009
@elzabaditeriteka8009 9 ай бұрын
Y're anointed and w're glad to have you . Ur'igikoresho c'Imana Pastor❤ brille brille brille briiiiilleeeee
@graaaaciiie
@graaaaciiie 8 ай бұрын
***Can't stop playing it over and over again...😭*** Be blessed abundantly🙌
@privatndayishimiye729
@privatndayishimiye729 6 ай бұрын
Ewe Mana ugiraneza ibihe vyose Amen
@user-ne9qm5ru5v
@user-ne9qm5ru5v 5 ай бұрын
Halleluyaaaaaaaa,Imana ntibesha nanje ndabihamya
@MercineIRADUKUNDA
@MercineIRADUKUNDA 4 ай бұрын
Amen 🙏 Amen 🙏 lopez 🙏
@florianekaneza2252
@florianekaneza2252 9 ай бұрын
Our God doesn’t lie…they can ask me too💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾💃🏾🎊🎊🎊be blessed man of God for this touching song…our God is faithful🎉
@alexisndayikeza2767
@alexisndayikeza2767 4 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳🥳💫💫💖💖💖💖💖Ntibesh kbs
@FostineNinezeza
@FostineNinezeza Ай бұрын
Yitwa ndiho🤚🤚🤚kandi ntibesha👏👏👏
@jeandedieundayizeye2996
@jeandedieundayizeye2996 9 ай бұрын
Ntibeshaaa!Imana iguhe umugisha Pastor Lopes❤
@elladoucineineza581
@elladoucineineza581 9 ай бұрын
I'm blessed Kuba uwo mu gihe ca Pastor Lopez Nininahazwe... May God bless you Pastor kwitaba umuhamagaro 🙏.
@kabosigospel597
@kabosigospel597 26 күн бұрын
Amen amen imana yacu ntibesha imana iguhezagire muvyeyi wanje ni kabosi gospel kuva ingozi
@esperancekayi6704
@esperancekayi6704 6 күн бұрын
Amen ntibesha n'ukuri 🙌🙌🙌👏👏👏
@irambonaclairy6724
@irambonaclairy6724 9 ай бұрын
pastor nanje ngwino umbaze nukuri ndabizi ntibesha
@bimenyimanadav
@bimenyimanadav 7 ай бұрын
"Yewe MANA nasanze Utabesha, Ushigikira icho Wavuze Ukagishitsa" Et puis "genda ubaze Ana, ugende ubaze na Aburahamu, ngwino nanjye umbaze" Ntibesha! Je vous aime tant depuis la 🇨🇩 🇨🇩 🇨🇩 🇨🇩 🎉
@valentinniyonkuru9512
@valentinniyonkuru9512 3 ай бұрын
Hallelujah, ntibesha nukuri
@GrettaNduwamahoro
@GrettaNduwamahoro 9 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳Iyo Mana Ntibeshaaa pee 🙌🙌Indirimbo yo kongera kwizera kandi ko Imana itabesha izoteba igashitsa ivyo yagusezeraniye
@imicotvmagazine7757
@imicotvmagazine7757 9 ай бұрын
Continue de puiser à cette source is not a song but a praise! Que Dieu t'utilise more and more pastor🙏
@robinsonkizaba
@robinsonkizaba 9 ай бұрын
Oooo Wowww What a Song 🤗🤗🎧 Be Blessed Pastor
@user-tx8nt7ry5y
@user-tx8nt7ry5y 6 ай бұрын
Ntbesha muzambaze nanje Iyo MANA Ntibesha peeeeee❤🎉
@paulinembarushimana2154
@paulinembarushimana2154 9 ай бұрын
Indirimbo yuzuy intahe nubukuru bw'Imana! Very good song 🎉🎉🎉
@user-er5tt3hg2n
@user-er5tt3hg2n 8 ай бұрын
You're the blessing to this nation and more generations
@joellairumva3567
@joellairumva3567 9 ай бұрын
Just waouuuu😢🤩🤩God bless you abundantly
@nadiandahigeze
@nadiandahigeze 7 күн бұрын
Ntibisha kabisa nivyo
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r 12 күн бұрын
Ameeeeen Imana twizigiue ntibesha nagato🎉🎉🎉🎉❤❤❤
@KessyIgiraneza-vz2qm
@KessyIgiraneza-vz2qm 8 ай бұрын
God bless you pastor lopez🙏🏽🙏🏽
@keillamirire
@keillamirire 9 ай бұрын
He's faithfull😍😍😍🔥🔥🔥God bless you pastor
@manofgodtresoriteriteka
@manofgodtresoriteriteka Ай бұрын
Iyo MANA ntibesha❤❤❤
@nadiashurweryima9453
@nadiashurweryima9453 8 ай бұрын
Nanj nimumbaze ,Imana yanje Ntibesha,Merci pasteur lopez kundirimbo nziza Uhoraho akomeze akwagurire ingabire
@niyonzimaephrasie4386
@niyonzimaephrasie4386 8 ай бұрын
I love it ❤❤. We love this kind of music from Burundi 🇧🇮. Need more! Thanks for blessing us. ❤❤
@user-nm3ct8cz8g
@user-nm3ct8cz8g 6 ай бұрын
Oyahaaa ntibesha
@HabonimanaLyliane-vz3ij
@HabonimanaLyliane-vz3ij 8 ай бұрын
Nukuri hezagirwa mukozi w' Imana indirimbo nziza cane
@IrankundaJerca-gj5yh
@IrankundaJerca-gj5yh 3 ай бұрын
Nukuri iyo Mana ntibesha Amen 🙏
@mutabarukajoshua396
@mutabarukajoshua396 15 күн бұрын
Very beautiful song with anointed words 🙏
@AlineNiyokwizera
@AlineNiyokwizera 14 күн бұрын
Amen egooo iyo Mana ntibesha k b x mukomere
@yolo._96
@yolo._96 9 ай бұрын
God bless you pastor et bon travail à tous les personnes qui ont contribué à la réalisation de ce travail😊🎉🎉🎉
@NinzizaAndychanice
@NinzizaAndychanice 16 күн бұрын
Imana iguhezahire pastor wacuu ❤️❤️🙏🙏
@FidiaNiyomwungere
@FidiaNiyomwungere 19 күн бұрын
🎉🎉ntahindugwa nibiheee🎉🎉
@israellaninziza4467
@israellaninziza4467 9 ай бұрын
Cadeau du ciel🎉 be blessed pastor
@ClaudeHatungimana-sc7su
@ClaudeHatungimana-sc7su 5 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@francoisnikwibimpaye1631
@francoisnikwibimpaye1631 2 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@francoisnikwibimpaye1631
@francoisnikwibimpaye1631 12 күн бұрын
N
@francoisnikwibimpaye1631
@francoisnikwibimpaye1631 12 күн бұрын
Mais dans le Burundi il y a Des meilleur chanteur ❤❤ pastor Lopez
@marinamugisha8134
@marinamugisha8134 6 күн бұрын
​@@francoisnikwibimpaye1631klkkdsszlll😂
@KazokuraEvelyn
@KazokuraEvelyn 5 күн бұрын
Yaaaa
@LarissaMugisha
@LarissaMugisha 10 күн бұрын
Ntibesha iyimana yacu ooh haleluya 💃💃
@bernardnsabiyaremye2904
@bernardnsabiyaremye2904 9 ай бұрын
Uyu Mukozi w Imana imuhezagire!ndakunda indirimbo ziwe zirampezagira
@user-kp3kz5eg4x
@user-kp3kz5eg4x 7 ай бұрын
Ntacyibazo ,ariko ikikivunge ntabwo kizambuka yorodani,mukosore rwose!
@user-ex1yk2cg8v
@user-ex1yk2cg8v 6 ай бұрын
UJURATERANIRA MURUGO IWAWE UREKE IKIVUNGE.MURAVUG IBIDAKENEWE
@user-fk3pl1jj4p
@user-fk3pl1jj4p Ай бұрын
🙌🙌🙌🙌🙌🙌
@ChanellaUwimbabazi
@ChanellaUwimbabazi Ай бұрын
Ntibesha ew mana urerenze
@dushimedestiny1259
@dushimedestiny1259 8 ай бұрын
Blessed blessed blessed blessed 🙌 😇 nukuri ntibesha .... iyi Mana twakurikiye ntibeshaaaaa. C est tout iyi ndirimbo n'ijambo ry'Imana rero le reste nikugasirimba neza .... amavuta menshi for you mukozi w'Imana.
@user-so6mk1hj8h
@user-so6mk1hj8h 7 күн бұрын
🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@mimeme8802
@mimeme8802 Ай бұрын
Ameeeeena Indirombo nziza cane itanga ihumure Yesu abashe kubahumugisha
@ChantalMutesi-tw3kw
@ChantalMutesi-tw3kw 2 ай бұрын
Imana ntimez nkabantu ngo ibeshe nanj ndabihamya❤❤❤🎉🎉
@TuyChris-dq5rn
@TuyChris-dq5rn 5 ай бұрын
Imana yongereze amavuta ivyo ukora
@user-sz6ry5tk4o
@user-sz6ry5tk4o 18 күн бұрын
Nukur ntibesha iyivuze biraba🙏🙏🙏
@annygodlyofficial232
@annygodlyofficial232 8 ай бұрын
Oyaaaa...... Ntibeshaaaaaaaa weeeeee. Mbega Indirimbo weeee
@EstellaNizigiyimana-ix7ut
@EstellaNizigiyimana-ix7ut 15 күн бұрын
Ewe Mana nasanze utabesha koko 🎉🎉🎉🎉🎉
@ndayishimiyendayishimiye-g5h
@ndayishimiyendayishimiye-g5h 5 күн бұрын
Nukuri imana ntibeshaaaaa
@rivuzumwamiaudry7627
@rivuzumwamiaudry7627 9 ай бұрын
Halleluiaaaaa ntibesha nukuri iyo ivuze biraba yategeka bigakomera🙏🙌🙌
@cadeaunininahazwe1392
@cadeaunininahazwe1392 8 ай бұрын
Oooooh mbega indirimbo nzizaaaa Urakoze cne kumajambo meza iyindirimbo iraruhura
@chouellandayishimiye1420
@chouellandayishimiye1420 8 ай бұрын
Amen ntibeshaa nukuri Imana ikomeze kugukoresha pasta
@ruzoviyomatirida4004
@ruzoviyomatirida4004 9 күн бұрын
Amen Amen. GOD BLESS YOU
@bisharizaeric442
@bisharizaeric442 Ай бұрын
Ntibesha vraiment nanje nibaze bambaze👌🙌love from 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@NiyonsabaEmelyne-qv4yw
@NiyonsabaEmelyne-qv4yw 2 ай бұрын
Nukuri ntibesha
@mimeme8802
@mimeme8802 Ай бұрын
Ameeeeena cane Yesu niwe Ndiho niwe akomeye niwe afise ijambo ryanyuma❤❤❤❤❤❤❤❤
@delphinekigeme8099
@delphinekigeme8099 8 ай бұрын
Ooh ntiibesha nukuri yamberey umwizigirwa ntiyambesh kuv nemey k amber umugenzi data wo mw,ijuru
@AlineButoyi-ur3lm
@AlineButoyi-ur3lm 8 ай бұрын
Ooooh nukuri Imana yacu ntibesha ndafashijwe👌👌👌
@steveahishakiye3438
@steveahishakiye3438 9 ай бұрын
Twaravyiboney,twaravyiyumviy ntibesha nukuri 🙏
@user-up8kf1cw3o
@user-up8kf1cw3o 6 ай бұрын
Imana yacu ntibesha ukwo nukuri
@akimanamaiakovisky
@akimanamaiakovisky 8 ай бұрын
Nduwo Ndiwe pe🎉🎉❤❤❤
Pastor Lopez - Imana y'akandi karyo (Official Music Video)
7:22
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 269 М.
ВОДА В СОЛО
00:20
⚡️КАН АНДРЕЙ⚡️
Рет қаралды 26 МЛН
Beautiful gymnastics 😍☺️
00:15
Lexa_Merin
Рет қаралды 15 МЛН
Самый Молодой Актёр Без Оскара 😂
00:13
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 10 МЛН
Yitwa Imana -REDEMPTION VOICE ( Live Recording)
8:58
Redemption Voice
Рет қаралды 353 М.
Pastor Lopez Nininahazwe - NTABURA UKO ABIGENZA
4:29
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 246 М.
Pastor Lopez - Birampagije(Official music video)
5:16
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 177 М.
INTAHE Y'UMUVYEYI YABUZE ABANA BANE ARIKO MU NYUMA IMANA IKAMUSHUMBUSHA
37:35
LISA - ROCKSTAR (Official Music Video)
2:48
LLOUD Official
Рет қаралды 127 МЛН
Zattybek & ESKARA ЖАҢА ХИТ 2024
2:03
Ескара Бейбітов
Рет қаралды 551 М.
Doston Ergashev - Kambag'alga (Official Music Video)
5:32
Doston Ergashev
Рет қаралды 4,8 МЛН
BABYMONSTER - ‘FOREVER’ M/V
3:54
BABYMONSTER
Рет қаралды 94 МЛН
Erkesh Khasen -  Bir qyz bar M|V
2:43
Еркеш Хасен
Рет қаралды 766 М.