Pastor Lopez Nininahazwe - KU BIRENGE VYAWE (Official Video)

  Рет қаралды 139,166

Pastor Lopez NININAHAZWE

Pastor Lopez NININAHAZWE

Күн бұрын

Written by Pastor Lopez NININAHAZWE
Produced by Bruce Higiro
Directed by John Elarts
Psalms 27:4 I'm asking God for one thing, only one thing: To live with him in his house my whole life long. I'll contemplate his beauty; I'll study at his feet.
---------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------
Lyrics
Umunsi umwe imbere yawe
Undutira myinshi hanze
Ico nsaba Uhoraho ni kimwe
Nico nzohora nitwararika
Ngomba kuba ku birenge vyawe
Numve ico umbwira
Nuzure amarira y'urukundo rwawe
Nyuzuze umunezero w'agakiza
Suka umuriro wa Mpwemu
Kugeza aho turengerwa
N'ubwiza bwawe
-------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------------
Follow me on:
Instagram : / pastor_lopeznininahazwe
Facebook Page : / pasteur-lopez-nininaha...

Пікірлер: 138
@Titi-uu3kz
@Titi-uu3kz 3 жыл бұрын
Imana ibandanye ibagirira neza kandi ibugururire imiryango minini mushikane kure uwomutima woguhimbaza Imana
@innocentniyibizi8695
@innocentniyibizi8695 Жыл бұрын
Muri ino ndirimbo Hari AMAVUTA Adasanzwe Ava AHERA H'IMANA Aseseka m'umutima Unyotewe caane maze ugahembuka ukagira ivyizigiro. Keep it up Big Brother
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 2 жыл бұрын
What kind of song😭😭😭😭😭😭 Am crying bcs of Joy ,thank you Pasta Lopez for this song
@parfaiteineza4813
@parfaiteineza4813 3 жыл бұрын
Ndakunda iyuvuze unganiriza🙌Ngomba Kuba kubirenge vyawe more of his anointing pastor
@pamellabikorimana8594
@pamellabikorimana8594 2 жыл бұрын
Kubirenge vyawe niho nshaka......nyuzuza umunezero w'agakiza.
@NimenyaPatrick
@NimenyaPatrick 6 күн бұрын
Uraduhezagira Yesu agukomeze
@nishimwegaddofficial6225
@nishimwegaddofficial6225 3 жыл бұрын
God bless you Pastor Nakozweko niyi ndirimbo
@berthi_m9
@berthi_m9 3 жыл бұрын
Umunsi umwe imbere yawe undutira myinshi hanze 🙇 Ngomba kuba Ku birenge Vyawe numv ijwi ryawe🙌.....Merciiiiiiii pr l chanson
@amamvicent466
@amamvicent466 3 жыл бұрын
Hey
@sergeshimirimana8363
@sergeshimirimana8363 2 жыл бұрын
Sukumuriro wampwemu yera Amen Amen
@mazimpaka
@mazimpaka 3 жыл бұрын
Kubirenge Vyawe Mana niho honyene ho kuba inyota n'inzara bigahera ( Mu Rwanda turagukunda Pasteur Lopez niyo groupe yose mukorana) be blessed
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Thank youuuu
@nahayorene6249
@nahayorene6249 Жыл бұрын
Mbega indirimbo y'isengesho!!!hezagirwa mukozi w'imana.❤️❤️❤️❤️🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@VioletteKaneza-l4n
@VioletteKaneza-l4n Ай бұрын
❤❤❤❤ ngomba kubakubirengevyaw mwami 😢
@AlainkissTresor
@AlainkissTresor Ай бұрын
Ngombakuba kubirengevyawe mwami🧎‍♀️🤲
@juventdas167
@juventdas167 3 жыл бұрын
Courage Pasteur Lopez
@anouchkaakineza3356
@anouchkaakineza3356 Ай бұрын
This song 😭😭😭 Ngomba kuba kubirenge vyawe Mwami 😭Thank u Pastor Lopez 🙏🙏🙏🙏🙏
@grettanduwamahoro8626
@grettanduwamahoro8626 3 жыл бұрын
Another powerful song ooh God 🤭🤭ngomba kuba ku birenge vyawe imisi yose yubuzima bwanje🙌🙌numvicubwira nuzure amarira yurukundo rwawe nyuzuza umunezero wagakiza kawe ooh maze usukumuriro wa mpwemu kugezaho turengerwa nubwiza bwawe🙌🙌Aaameen iryo niryo sengesho dukeneye Kino gihe stay blessed Pastor 🙌🙌
@NdikumasaboAlexis
@NdikumasaboAlexis Жыл бұрын
Bigoy kuvuga cank gusobanura. Imana ihabwe icubahiro yoyo ikomeza kuvomera imbuto nziza yashize muri wewe. May God bless u my Paster
@sergeshimirimana8177
@sergeshimirimana8177 2 жыл бұрын
Ubwiza bwaw Mana Amen
@jonathanirambona2712
@jonathanirambona2712 8 ай бұрын
Your song is very very important to my life NGOMBA KUBA KUBIRENGA VYAWE MWAMI WAMJE
@cynthiairabaruta4600
@cynthiairabaruta4600 2 жыл бұрын
Imana iguhezagire cane Pasteur 🙌
@chrisskekekelly7796
@chrisskekekelly7796 2 жыл бұрын
M'y pastor
@yvonnemanisha9267
@yvonnemanisha9267 2 ай бұрын
Amen kubirenge vyawe niho nshaka kuba Mwami . Mbega indirimbo 🙏🙏🙏😭😭😭 it is more of a prayer 🙌🏻🙌🏻 More anointing upon you Pst Lopez . Your songs uplifts my soul
@venustevnst5704
@venustevnst5704 Жыл бұрын
Iyi ndirimbo ni nziza iranezera cn mukomer mu mirimo yanyu
@sergeshimilimana1740
@sergeshimilimana1740 Жыл бұрын
Ngomba kuba kubirenge vyawe
@ecoletechniquevocale4794
@ecoletechniquevocale4794 2 жыл бұрын
Turemeranya n'umutima wo guhimbaza n'Ikanguro
@floxellamunezero7945
@floxellamunezero7945 3 жыл бұрын
kub kubireng vy Yesu merci bcp pr la chanson Uhoraho agum abasig amavuta tugum duhezagirwa
@rizauwimana
@rizauwimana 3 жыл бұрын
Another Powerful song!! God bless you, Pastor! Blessings from America 🇺🇸❤️
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik
@DorotheeNdayihimbaze-eg4ik 29 күн бұрын
Uwiteka abankomerez
@godelieveakimanizanye5770
@godelieveakimanizanye5770 3 жыл бұрын
Pasta u are so blessed thx u more kundirimbo nsha nziza inyegereza kubirenge by Uhoraho
@inesirambona1929
@inesirambona1929 3 жыл бұрын
Amen ngomba kuba kubirenge vyaw.... Amavuta menshi my Pastor
@arsenejambo9422
@arsenejambo9422 3 жыл бұрын
Ngomba kuba ku birenge vyawe mwami🙌god bless u pasta🙏
@patrickntwari5151
@patrickntwari5151 2 жыл бұрын
Mvuge iki ndeke iki??? Yesu nabongerereze kandi muranyubaka cane kuko mukora aho ngwaye ngaheza nkahumurizwa.
@raissan.1079
@raissan.1079 2 жыл бұрын
Ameeeeeeeeeeen amen I love this song and you do you like this song I love this song.
@johnymusicQ
@johnymusicQ 3 жыл бұрын
Hallelujah thank paster , 🙏 We love you from Kigali Rwanda 🇬🇦 God bless u❤️
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Ameeen👐
@raissan.1079
@raissan.1079 2 жыл бұрын
I love this song and you do you think I like this song I love this song.
@clementirakoze2835
@clementirakoze2835 3 жыл бұрын
Egoooo nezaa👏🏾👏🏾👏🏾mutera mujimbere goseeee Mn Pasteur wubahweee ndab❤❤❤❤kubiiii sukumu🔥🔥🔥🔥wa Mpwemuuu iraryosh gusengeramwoo mukoze umuti kabisaaaa😍😍😍😍
@ezereben1675
@ezereben1675 3 жыл бұрын
Ameeeeeen.this is my prayer and my desir''to be in your feet'' until i enter in paradise
@oryntwari8799
@oryntwari8799 3 жыл бұрын
C'est pas juste une chanson mais une prière de tous les jours, de tous les temps 🙏🙏merci Pasteur que Dieu te bénisse abondamment
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Ameeeen
@ericrumbete7382
@ericrumbete7382 2 жыл бұрын
@@pastorlopeznininahazwe9548 ĺl
@kakunzegerard5214
@kakunzegerard5214 3 жыл бұрын
This song is a revelation from the secret place. Thank you Pastor Lopez for this wonderful job
@sergenshimirimana-wf2uk
@sergenshimirimana-wf2uk 2 ай бұрын
Amen Amen🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@rwamazalambert3515
@rwamazalambert3515 2 жыл бұрын
Amen amen
@chrisskekekelly7796
@chrisskekekelly7796 2 жыл бұрын
You are bless lov you so much ❤
@UwaseOlive-h5d
@UwaseOlive-h5d 14 күн бұрын
amena❤❤❤❤
@jamesmanirandaba9896
@jamesmanirandaba9896 3 жыл бұрын
Hallelujah 🙏 Suka umuriro kugeza aho turemgerwa
@mathildendayisenga9661
@mathildendayisenga9661 3 жыл бұрын
Ngomba kuba ku birenge vyaweee numva icumbwira nuzure amarira yurukundo rwawe unyuzuze umunezero wagakiza...sukaa umuriro wa Mpwemu kugeza aho turengerwa...thank u so much God for this anoiting song ...Goahead pasteur Lopez
@habimporegustave3479
@habimporegustave3479 3 жыл бұрын
The song of my mornings and evenings!!!
@nijimberebijoux8725
@nijimberebijoux8725 3 жыл бұрын
Pasteur Lopez may God bless u for this nice song .kubirenge vyaw nih honyen bironkeka Yesu .Ameeen
@raissan.1079
@raissan.1079 2 жыл бұрын
Ameeeeeeen I love this song you too.
@lewisishimwe3769
@lewisishimwe3769 3 жыл бұрын
Nyuzuza amarira y'urukundo rwawe thank u pastor
@lydiauwimana9453
@lydiauwimana9453 Жыл бұрын
good que Dieu vous bénisse
@butoyibenjaminegrace6504
@butoyibenjaminegrace6504 3 жыл бұрын
I want to always be at your feet Jesus 🙌😌
@FloretteNdihokubwayo-x5u
@FloretteNdihokubwayo-x5u 8 ай бұрын
Umusumw imbere yawe uruta kumara imyaka ibihumbi ahandi
@arlenekaneza8630
@arlenekaneza8630 3 жыл бұрын
My favourite song, my prayer❤️ Blessings from Canada 🇨🇦
@SamuelPraise
@SamuelPraise 3 жыл бұрын
Nice song, more anointing to you!
@user-jq7yn2fv2m
@user-jq7yn2fv2m 5 ай бұрын
Amen Amen🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@iteritekaaudrey7253
@iteritekaaudrey7253 2 жыл бұрын
Amennnn
@yagatwubake5765
@yagatwubake5765 3 жыл бұрын
Alléluia, Vous êtes oints. Nous sommes arrosées et transportées en adorant le Sgr avec vous.
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Ameeen
@ndikumasabomiscapascaline1707
@ndikumasabomiscapascaline1707 3 жыл бұрын
Ego Mana kubirenge vyawe nico kibanza conyene cizewe.Thanks alot all the team
@raissan.1079
@raissan.1079 2 жыл бұрын
I am in love
@angelovyumvuhoreofficial2498
@angelovyumvuhoreofficial2498 3 жыл бұрын
Lopez 🔥🔥🔥🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@pacintahetv-didyouknowit956
@pacintahetv-didyouknowit956 3 жыл бұрын
Thank youuuu!!!!sooo blessed
@edouardmugisha4559
@edouardmugisha4559 2 жыл бұрын
Merci Hallelujah 🙌🙌😭😭
@pinpajo1155
@pinpajo1155 3 жыл бұрын
Nice song grand
@manirambonadeo2850
@manirambonadeo2850 3 жыл бұрын
God bless you Our Pastor
@user-sq4pr6nq1v
@user-sq4pr6nq1v Ай бұрын
Amen
@colombeakimana2855
@colombeakimana2855 Жыл бұрын
AMEN 🙏 🙏 🙏 🙏
@ndayikundasadock1020
@ndayikundasadock1020 3 жыл бұрын
🙌
@InamahoroGrace
@InamahoroGrace 2 ай бұрын
🙏🙏🙏🙏
@didiniyonzima3206
@didiniyonzima3206 3 жыл бұрын
Iyindirimbo ndayumviriza nka 3 kumusi kubera irimwo amavuta adasazwe uhoraho azoduhe iherezo ryiza amen thx Lopez
@edwigejinama5282
@edwigejinama5282 3 жыл бұрын
Isengesho rya misi yose...Imana ihabwe Icubahiro kubwanyu Pasteur Lopez
@sheillairakoze9917
@sheillairakoze9917 3 жыл бұрын
Woooow what an anointed song! May the Lord bless you all❤️
@user-cw1zw2oi7x
@user-cw1zw2oi7x 6 ай бұрын
❤️‍🔥🙇
@fernandniyubahwe5982
@fernandniyubahwe5982 2 жыл бұрын
Iyi ndirimbo irakoze ku mutima wanje; inteye iyindi nyota😭🙌🙌🙌
@remynimubona4156
@remynimubona4156 3 жыл бұрын
Indirimbo ni nziza cane mn Pasteur, Je béni le nom de l'Eternel notre Dieu kubwaw no kubw'igikorwa uriko urakora kizan imitima myinshi mu Bwami bwa Data. #Ku birenge vyaw is the best#
@audacenduwayo9426
@audacenduwayo9426 2 жыл бұрын
Powerful song Lopez keep up,go high with the work of Lord be blessedly
@hakizaines1514
@hakizaines1514 3 жыл бұрын
Uhoraho akomeze kuguha ihishurirwa rishasha pastor Lopez
@amazinggrace6518
@amazinggrace6518 3 жыл бұрын
Waaaouh kandi urasubiriye kuduhezagira, ndakwifurije kubandanya uja i bwina hama utuzanira ivyo ukurayo, n,indirimbo nziza pe !!
@benjotravisndyikengurukiy5852
@benjotravisndyikengurukiy5852 3 жыл бұрын
Nukurii kubireng vyiw nawahatebey ubuzim bwiw nibuhinduk noe God ngomb kub kubireng vyaw p
@mugishachristian2372
@mugishachristian2372 3 жыл бұрын
Indirimbo zubusabane ni Mana
@divineniyonsaba3587
@divineniyonsaba3587 3 жыл бұрын
Imana iguhe umugisha mukozi w'Imana, ikwongere amavuta menshi
@FloretteNdihokubwayo-x5u
@FloretteNdihokubwayo-x5u 8 ай бұрын
@Ausaba
@Ausaba 3 жыл бұрын
AMEN NIHO TURONKERA IVYO TWIFUZA
@fleurydushime806
@fleurydushime806 3 жыл бұрын
Merci Pastor Lopez.Iyi ndirimbo numva ari n'isengesho ryanje ry'uwu mwaka
@mireilleiragaba1754
@mireilleiragaba1754 3 жыл бұрын
Imana yongere kugusukira izindi nyinshi canee.
@benbebeto1946
@benbebeto1946 3 жыл бұрын
OMG
@carmenkanyambo7263
@carmenkanyambo7263 3 жыл бұрын
Sukumuriro wa Mpwemu, kugezaho turengerwa n ubwiza bwawe
@ArnaudNiyonzima-qb7bu
@ArnaudNiyonzima-qb7bu 6 ай бұрын
amen
@nimbonaaime386
@nimbonaaime386 3 жыл бұрын
Halleluya, ngomba kuba kubirenge vyawe
@aiel5040
@aiel5040 3 жыл бұрын
Amén.. Ngomba kuba kubirenge vyawe Mwami🙏🙏🙏
@josuemanimpa7431
@josuemanimpa7431 3 жыл бұрын
Ngomba kuba munsi yibirenge byawe🙇🙇🙇🙇
@elieselnsengiyumva3645
@elieselnsengiyumva3645 3 жыл бұрын
Mon pasteur je VS felicite vrt ndahimbawe sana
@billyzavdiel1871
@billyzavdiel1871 3 жыл бұрын
Amen I praise the lord kubw'iy'indirimbo
@liliane867
@liliane867 3 жыл бұрын
Amen.hezagirwa
@marienduwimana665
@marienduwimana665 3 жыл бұрын
Ngomba Kuba ku birenge vyawe🙏🙏🙏
@ndayisabajedidja9455
@ndayisabajedidja9455 3 жыл бұрын
Halleluyaaa murakoze cane
@uwitonzeeric4944
@uwitonzeeric4944 3 жыл бұрын
waaah anointing song!God bless you
@FloribertNdayishimiye
@FloribertNdayishimiye 8 ай бұрын
Good
@ericajessica1129
@ericajessica1129 3 жыл бұрын
Imana ibahezagire gusa ndarengewe!you can feel the presence of God!!
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Ameeen!!! Thank youuu
@moniaingabire1376
@moniaingabire1376 3 жыл бұрын
👏👏
@fannyayinkamiye7551
@fannyayinkamiye7551 3 жыл бұрын
Nuzure amarira y'urukundo rwawe,nuzure umunezero w'Agakiza🙌🏽Imana irushirize kubasiga my Pastor Kugeza aho Urengerwa🙌🏽
@pastorlopeznininahazwe9548
@pastorlopeznininahazwe9548 3 жыл бұрын
Ameeeeen
@yveswizere7367
@yveswizere7367 3 жыл бұрын
Very very nice song.
PASTOR LOPEZ NININAHAZWE - URANDENGERA (Live recording)
15:27
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 136 М.
ПРИКОЛЫ НАД БРАТОМ #shorts
00:23
Паша Осадчий
Рет қаралды 5 МЛН
大家都拉出了什么#小丑 #shorts
00:35
好人小丑
Рет қаралды 90 МЛН
Bike vs Super Bike Fast Challenge
00:30
Russo
Рет қаралды 23 МЛН
Intahe y'ubuzima bwa Pasteur Lopez NININAHAZWE
13:26
Voix Locale TV
Рет қаралды 9 М.
Niseme Nini (Baba Ninakushukuru) LYRICS - Dr. Ipyana
15:42
Dj Marita
Рет қаралды 2,2 МЛН
Pastor Lopez Nininahazwe - ndakwihaye
6:00
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 106 М.
Rutuma ndirimba || James&Daniella
9:10
JamesDaniellaTv
Рет қаралды 374 М.
Aranzigama -Yanick Uttar ft Prophète Modeste
7:43
Yanick Uttar
Рет қаралды 72 М.
Pastor Lopez - Imana y'akandi karyo (Official Music Video)
7:22
Pastor Lopez NININAHAZWE
Рет қаралды 768 М.
Frank Gashumba Live; Mukambwe Muzibu Bigwerawa
35:31
Inside Story Uganda
Рет қаралды 3,3 М.
Elayone Music- Muri Njye | Live from Ubuhamya Bushya 4
11:17
Elayone Music
Рет қаралды 127 М.
ПРИКОЛЫ НАД БРАТОМ #shorts
00:23
Паша Осадчий
Рет қаралды 5 МЛН