No video

PROPHETE MODESTE:😳😳Le 20/10/ Ntamuntu Numwe Azopfa Mu BURUNDI bwose|Bavuga Ko Nkoresha Uburozi

  Рет қаралды 3,025

HIT TOP TV

HIT TOP TV

Күн бұрын

‪@hittoptv‬ #hittoptv1 ‪@LandryPromoter‬ #landrypromoter #bujumbura #burundi #congo #film #modestersautomotive #prophetemodeste

Пікірлер: 42
@hittoptv
@hittoptv Ай бұрын
Hittoptv Turabakunda🙏🏻
@user-fs6gr6rb7k
@user-fs6gr6rb7k Ай бұрын
Vive prophète Modeste.you are blessing to the nation
@kingrabi5118
@kingrabi5118 Ай бұрын
Number one 🇧🇮🇺🇸❤
@user-kt5ly8qt3s
@user-kt5ly8qt3s Ай бұрын
Azorongora Umwana wa siyonii 😂😂😂Yubahwe nintwarii 🔥🔥🔥🔥
@bookngando
@bookngando Ай бұрын
you're the best Randry
@egidentakarutimana9006
@egidentakarutimana9006 Ай бұрын
Aha ntaco mvuze, gusa muturirimbiye neza
@activist-ivanthierrynahimana
@activist-ivanthierrynahimana Ай бұрын
Ewe shaa Landry ATI Papapayayayaya😂😂😂😂
@vvestinedushimirimana
@vvestinedushimirimana Ай бұрын
Icara mwige mwab prophète ba Shetani mwe mwoy kuyovya abantu😢😢😢 ng ntamukoziwimana arwara😢😢soma abafirip 2:25;27
@user-ge9dv6pz7t
@user-ge9dv6pz7t Ай бұрын
Landry nitwa Dieudonné so ndamuzi neza Modeste nawe arashobora kubara Anzi ariko nagire mbwire abandika cnk abavuga nabi cnk abamwagiriza amangetengete,nuko batamuzi neza.gusa ashobora kuba adatondeka amajambo neza uko wewe ushaka,ariko ndakubwiza ukuri Modeste n'ukozi w'Imana 100/100.nubwo umuntu yagutse ariko uyu WE ndamuzi neza
@barakamfitiyecelestin8617
@barakamfitiyecelestin8617 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 ewe Mukama
@miracletv2574
@miracletv2574 Ай бұрын
Abatubuzi beshi bishimikiza Imana nibo batuma uburundi budatera Imbere none niyu yazananye he ngo igihugu cose ntamuntu azopfa? randry be nabo bantu ba mubima micro kuko baracafuza cane Izina ry'Imana
@GuillaumeMusonerwa-it9sw
@GuillaumeMusonerwa-it9sw Ай бұрын
Gusara ntujanwe kwa Muganga kukutamenya birababaje kbs
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 Ай бұрын
Wachawi hao
@LilyLamela-gm6hp
@LilyLamela-gm6hp Ай бұрын
Uhoraho abakomez abonger amavuta🙏🙏🙏
@remynibitanga2714
@remynibitanga2714 Ай бұрын
🎉🎉🎉
@KikichrisOmaryamu-v6m
@KikichrisOmaryamu-v6m Ай бұрын
Landry kuva ryari uvuga mundimi?
@NishimweNadia-kt8pe
@NishimweNadia-kt8pe Ай бұрын
Reka nisomere comantair 😌😌
@mugishabadensteve8849
@mugishabadensteve8849 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 mpise nseka
@justinpeace3182
@justinpeace3182 Ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂 landri waza washika pe
@nduwimana669
@nduwimana669 Ай бұрын
Siyoni😮😮😮
@user-cs6jr8yg6l
@user-cs6jr8yg6l Ай бұрын
Ntanikofe wabahaye Landry
@Burundistartv
@Burundistartv Ай бұрын
@elvisniyongabo856
@elvisniyongabo856 Ай бұрын
Ibigugu birarwira nkuyombonarumusazi
@Innocentciza
@Innocentciza Ай бұрын
uyo ashaka bamwirukane kandi
@cyubahiroyvestulele-if3vu
@cyubahiroyvestulele-if3vu Ай бұрын
Sinovugira hejuru 😅
@user-jz2hw8nf1k
@user-jz2hw8nf1k Ай бұрын
Kubita iyo mihimbiri irasara😀😀😀😀
@JombaWay
@JombaWay Ай бұрын
Uwo mugabo jewe nibaza ko adakomeye
@niyibiziviane3396
@niyibiziviane3396 Ай бұрын
😂😢😢nisomera comment
@Bazi1973
@Bazi1973 Ай бұрын
😂😂😂 reka twinumire 😅
@Akagumyebagumako25
@Akagumyebagumako25 Ай бұрын
Modeste yagarutse ryari mu Burundi!
@user-gg9cv3wq4t
@user-gg9cv3wq4t Ай бұрын
Kimw baririmba neza, ibisigaye sivyo. Gt udatahura ko umukozi w'Imana arwara? Yobu umuvugako iki ww nka Modeste ?
@user-dl1dv6ns5h
@user-dl1dv6ns5h Ай бұрын
Kumupinga iyotariki itarahera si vyiza reka turindire iyo le 20/10 igere
@user-gg9cv3wq4t
@user-gg9cv3wq4t Ай бұрын
@@user-dl1dv6ns5h bazopfa kabisa
@TaylorKing-ye7hu
@TaylorKing-ye7hu Ай бұрын
Abantu kamwe nimwe mutukisha Christianisme 😢😢😢😢 Bigatuma ukwizera guhera mubantu😢
@ngabonzizadeo6445
@ngabonzizadeo6445 Ай бұрын
Ubu butubuzi bwaba bagabo hemwe😁😁😁😁😁 Uttar nawewe kl ubu wafash ububeshi 😁😁
@user-ms5lk8ck7f
@user-ms5lk8ck7f Ай бұрын
Iconzi nuko uri umuhanuzi wukuri bogutuka bokwanka ndemeza ko wahamagawe nuhoraho
@JohnBertrandIrakoze-pw6oz
@JohnBertrandIrakoze-pw6oz Ай бұрын
Amenyo n,amabati😂🤣
@aimeking7056
@aimeking7056 Ай бұрын
Abo babitwa ibwa🐕 zinyana😂
@EricNgendakumana-lj7rw
@EricNgendakumana-lj7rw Ай бұрын
Mpamagarira cimamanda arabe vyabindi bimoka
@user-xn1ji2yk6w
@user-xn1ji2yk6w Ай бұрын
Gabanya itabi munywa
@user-io8zd9xo7g
@user-io8zd9xo7g Ай бұрын
Escroquerie kubwz
Please Help Barry Choose His Real Son
00:23
Garri Creative
Рет қаралды 23 МЛН
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 12 МЛН
مسبح السرير #قصير
00:19
سكتشات وحركات
Рет қаралды 2,1 МЛН
Schoolboy Runaway в реальной жизни🤣@onLI_gAmeS
00:31
МишАня
Рет қаралды 4,1 МЛН
Série - Yewende  - EPISODE 26- Saison 2
28:01
HOODERE PULAAGU MEDIA
Рет қаралды 7 М.
Între Thalia şi Caliope. În rolul principal, Tudor Chirilă
3:35:38
Vorbitorincii
Рет қаралды 102 М.
Please Help Barry Choose His Real Son
00:23
Garri Creative
Рет қаралды 23 МЛН