Gael uguma ushira ibintu kuyindi point bidasanzwe caaane 👌🏾👌🏾👌🏾
@papajonathanpapalaude8158 Жыл бұрын
Motivation nziza caaane❤
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
Iyo niyo Burundian Spirit nyakuri🎩👍🏽 my Sincere congratulations kuri uyu mu Petit. Ni vyiza kubandi ko bishoboka.kuko vyerekana ko uBurundi atari the Poorest Country in the world. Yamara: *iyo modok niyo kwiruka(Sport) *Amabarabara icamwo yagutse speed limit y'Igihugu ntibijanye. *Ama pieces yayo ntari hafi *Itanki y,'Igitoro ni nini kandi Igitoro iwacu ni Ico guhiga! Aba ba petits ntabahanuzi beza bafise #Yoba nomubonye na bagenziwe nari kubaha Idea ya Investment muri Busness y'Machine Engineering za Made in Burundi.bakinjira muri Industrialisation.
@armandirakiza1443 Жыл бұрын
Ugire umwigishe ingene azoyitunga? Yayiguze abizi
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
@@armandirakiza1443 You don't get it!do you?bwabundi hari Abarundi hakaba n'Ababono🤔 Mbe kwihangana ngo uhishe ko uri Bono navyo birakugora?
@armandirakiza1443 Жыл бұрын
@@burundishallsmile1day109 bwabundi ubishizemwo inzigo😅😅ntahuza cane ntavyonzi. Ariko wumvirije uko yavuze arafise experience mubintu nkivyo kk yabitanguye akiri muto. Erega arafise na moto ya sport boss☺
@burundishallsmile1day109 Жыл бұрын
@@armandirakiza1443 Muvyo nashikirije vyooose.Imodoka na Moto gusa nivyo ubona dukwiye kugira Debat!? Je ndakuze nsinta Umwanya mvuga Imiduga n' Moto . Mvuga ama Machines yungura uBurundi. Ibiri hanze yivyo shira abantu bo hasi kurwego uriko. mwebwe mugitangarira Isi ko ariho mukiyinjiramwo!
Reka kumubeshera siwe afise iyizimvye kurusha izindi I burundi, eka Da. Izo Toyota prado nshasha 1 igura mustang 2 canke 3, but congratulations kuko n'akaduga keza, kagenda neza kandi gakomeye
@nibitangaremy6960 Жыл бұрын
Wawoooo intaheee nziza
@fildeniragira3029 Жыл бұрын
Vyizaaa Can Yesu agira neza yarahezagiwe
@bestofworldwide2482 Жыл бұрын
part 2 kbx
@fikiriniabdallah3372 Жыл бұрын
Abarundi turi nubweng bwinshi boduh izira uburund bwob nkiburaya
@ibrahimrwasa6345 Жыл бұрын
Juste, Muyinga Oyeeeee!!!!
@didiergatabazi4382 Жыл бұрын
Cakoze frank aciye bugufi Imana ikomeze iguhezagira
@habonajeanwillon3336 Жыл бұрын
Frank. Wewe turikumwe cane nanje. ndabakurikirana Ndi Kenya. Nanje. Nifuza kugura bus yambere Izivye yokwunguruza Abanyagihugu. Nukuri ndabikunda
@mjlk450 Жыл бұрын
Mu mateka y'Uburundi iyo n ya kabiri kera les années 1990 hariho umu petit wurya muhiindi wa caméo yarayifise uyo mu type w'umurundi niyubahwe nukuri🙏👋 love MUSTANG ❤️😍
@rodinmugsha4494 Жыл бұрын
Reka reka harumujama afise Chevrolet camaro aba kinanira, nuwundi afise escallade kumutanga
@mjlk450 Жыл бұрын
Izo naho zihuriye na Mustang
@Soso-iv8yq Жыл бұрын
Waoooh
@rodinmugsha4494 Жыл бұрын
@@mjlk450 biravana muta n'a Chevrolet uvuga kuko ntibisigurako mustang zose zisumba Chevrolet nyib utzi Chevrolet camaro ZRT1 ntiwoyishira hamw niyo ,knd vyongey uwo ndamufana nuwiwacu munzahabu
@nzayisengabonavanture945311 ай бұрын
Merci beaucoup gaeil
@bijojotejean1231 Жыл бұрын
Muze mukora ibiganiro biteza imbere i gihugu. Iyo modoka izimvye ku barundi, ikanga abarundi bi Burundi. Muri USA canke Canada nahandi Mustang nimodoka zaba jeunes bashaka gukangana. Prix yayo ni nka $35k-$45k. ukariha nka $250 ku kwezi(lease) Akange abarundi bi Muyinga rero.
@habimanajluc9455 Жыл бұрын
ngowasunika amakinga mugasenyi rero
@ireneeniyokwizera1477 Жыл бұрын
Irambire kbx
@kabosskdn2202 Жыл бұрын
uyomu pti araciy bugufi amez neza congrats bro
@prosperbibonimana2497 Жыл бұрын
Giteranyi kuyindi mpwemu idasanzwe
@ngirabezaaimeherve8092 Жыл бұрын
ikiganiro kiraryoshe kbx 😎😎
@jamilamanariyojamila1487 Жыл бұрын
Mansha Allah 👌
@nshimirimanamike1591 Жыл бұрын
Merci cnee kutuzanira uyumutipe kweri
@munezeroingrid Жыл бұрын
Muyinga✅
@eddy.promoterblessing2789 Жыл бұрын
Full Respect 👍👍
@joachimtuyubahe Жыл бұрын
Mbe ubu ubutare buracimbwa nabantu kigiti cabo?matieres 1eres nitunga ryigihugu Etat nishireho amashirahamwe abwimba nayo ahe akazi abana bigihugu proud to be burudian guy 💪
injoy my Bro MUSTANG 🐎 FODY numuduga wamateka caaane gose vrt Knd irazimye kbx ndanayikunda caaane gose Ino muri Oman Muscat 🇧🇾 zigiramwo abarabu
@christainc.5217 Жыл бұрын
Felicitations
@nkeshimanajustin1406 Жыл бұрын
CEO Juste Gael mwakoze cane kutuzanira uwo mutumire Fanck , ikindi naco Yesu ashimwe uyivuga neza umenga wasengeye kuri Eglise Vivante de Jabe Blessed we are
@Cherissa_ Жыл бұрын
ngo isoni aransekej🤣
@jospinhavyarimana2222 Жыл бұрын
Ntawe azi neza 🤣🤣
@brucegift935 Жыл бұрын
I love this guy💖🥹
@PrincEloge Жыл бұрын
👊👊👊
@niyorugiraigordonnacoeli5924 Жыл бұрын
Ariko siyo yambere izimvy buja knd ni mustang igira 2 hari iyind yinjiye kera ya rouge
@beniramubona315 Жыл бұрын
Mein Bruder Franck, ich wünsche dir viel Kontinuität im Leben. Aber vergiss nicht, dass die Version nicht auf dem guten Auto stehen bleibt
@exclusivetop10videos Жыл бұрын
Gut gesagt, aber er ist noch jung und er muss seine Jugend genießen