REKA KUBATAK'UMWUNYA NTIBAKUNEZWE

  Рет қаралды 80,662

HUNGA ICAHA MINISTRY

HUNGA ICAHA MINISTRY

Күн бұрын

Пікірлер: 43
@dieudonnemugirangabo8174
@dieudonnemugirangabo8174 Жыл бұрын
Isirakeneye abavugabutumwa nkawe mugihe nkiki kweli 🙏🙏urumuvugabutumwa w'Imana utagiruburyarya namanyanga muvyuvuga ukorana nubwenge nububasha vyijuru kweli 🙏🙏🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 Жыл бұрын
Amen muhezagigwe. Nitureke kubara niduhange amaso Yesu niwe wenyen aruhura abantu
@saraumugwaneza2030
@saraumugwaneza2030 Жыл бұрын
Uwite yagushyizemo amagambo y, Ubugingo.Ubalikiwe Sana🙏🙏🙏
@egideegideology3196
@egideegideology3196 Жыл бұрын
Urakoze Cane 🙏 Mukozi w'Imana, Reka irusheho kukwitaho no kugusiga amavuta Kugira imitima yacu imaze kugerera kure ishishikare ikira... Aaaameenn 🙏 Muhezagirwe Cane
@berniceniyokwizera3192
@berniceniyokwizera3192 Жыл бұрын
Ameeen .urubaka imitima yacu🙏🙏🙏iyagushizeho ikongere Amavuta
@belleamieigiraneza2291
@belleamieigiraneza2291 Жыл бұрын
IMANA y mw'Ijuru ikumpere umugisha utagabanije
@nkunzimana4214
@nkunzimana4214 Жыл бұрын
Uhezagirwe cane uranyibukije gushima IMANA
@innocentniyongabo9397
@innocentniyongabo9397 Жыл бұрын
Uravuga nukuri
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 Жыл бұрын
Imana.iguhezagire.cane
@girukwishakaclaudine5374
@girukwishakaclaudine5374 Жыл бұрын
Amen Amen Amen Mana yancu yomw'ijuru habwicubahiro nukuri Amen
@ndarufatiyevictor1969
@ndarufatiyevictor1969 Жыл бұрын
Apôtre urafise ingabirano idasanzwe birenze! Jewe ndi umu catholique ariko ndemera inyigisho zawe kuko nizukuri kuzuye atagasembwa!
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 8 ай бұрын
Ameen muhezagirwe
@emiliennempekerimana5908
@emiliennempekerimana5908 Жыл бұрын
Ugize neza mutumwa w'lmana iyi nyigisho irubaka imitima ngusabira kuzogira iherezo ryiza
@thierrynshimirimana9243
@thierrynshimirimana9243 Жыл бұрын
Inyigisho zawe ziratwubaka
@Wolf-Junior205
@Wolf-Junior205 Жыл бұрын
Abari n'amatwi yo kwumva ni bumve, ntaco utakora mukwigisha
@cesariehakizimana429
@cesariehakizimana429 Жыл бұрын
Wewe ufise n'ingabire yo gutwenza abantu mu kubabwira ubutumwa bw'inkuru nziza ya yezu christu . Komera mukozi W'IMANA,
@besanaalbert5796
@besanaalbert5796 Жыл бұрын
Muhezagigwe Amen!
@Kv1n
@Kv1n Жыл бұрын
Imana ikwongere inkomezi Apotre
@ev.diogenetuyishimiretd2965
@ev.diogenetuyishimiretd2965 Жыл бұрын
Amahoro mutama
@gabrielrukeba9375
@gabrielrukeba9375 Жыл бұрын
Ubatikiwe sana
@ManirayagwaChristian
@ManirayagwaChristian Жыл бұрын
Amen
@نادينمدري
@نادينمدري Жыл бұрын
Amena
@wivetv7867
@wivetv7867 Жыл бұрын
Amen love from wive tv
@patrickniyonsaba3820
@patrickniyonsaba3820 Жыл бұрын
Apotre urigisha pe,uwumva yumve
@claudemanirambona5865
@claudemanirambona5865 Жыл бұрын
bwira mugenzawe ati ayamajambo arakomeye 🤣🤣🤣🤣Imana ikwongere amavuta apôtre
@wivetv7867
@wivetv7867 Жыл бұрын
Good pasta
@ريمالريم-ح2خ
@ريمالريم-ح2خ Жыл бұрын
Haleluy haleluya haleluya amene amen
@aimechrisbrezzysouhaite5512
@aimechrisbrezzysouhaite5512 Жыл бұрын
Amen courage
@devidjumahuseni8907
@devidjumahuseni8907 Жыл бұрын
God is good
@melodynjp1284
@melodynjp1284 Жыл бұрын
Ces paroles de Jésus sont édifiantes.Merci
@bukuruniyomwungere9641
@bukuruniyomwungere9641 Жыл бұрын
Amen Amen. Amen
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 Жыл бұрын
Amen. Amen. Amen.
@lionelirakoze6691
@lionelirakoze6691 Жыл бұрын
Amen amen apôtre 🙏
@prosperbutorano8722
@prosperbutorano8722 Жыл бұрын
ok
@prosperbutorano8722
@prosperbutorano8722 Жыл бұрын
tuzobikora
@aniniz4784
@aniniz4784 Жыл бұрын
Amen amen ❤ ❤
@B-Y-N
@B-Y-N Жыл бұрын
👏👏👏💒💒💒💒
@angejeanboscohakizimana2402
@angejeanboscohakizimana2402 Жыл бұрын
Hahaha
@ndayishimiyedonavine6969
@ndayishimiyedonavine6969 Жыл бұрын
Amen
@melodynjp1284
@melodynjp1284 Жыл бұрын
Amen
@ndagijimanafloris767
@ndagijimanafloris767 Жыл бұрын
Amen
@bertrandirakoze8854
@bertrandirakoze8854 Жыл бұрын
Amen
@claudineniyonsenga8939
@claudineniyonsenga8939 Жыл бұрын
Amen amen
mbayahaga avuze kubakozi n'Imana bibinyoma.umviriza namwe
1:06:04
Ernest Pablo Tv show
Рет қаралды 538
UBWOKO BUBIRI BW'AMOSOZI
1:06:14
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 33 М.
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 57 МЛН
11 - 1 IMPARATI - Vechiul Testament - Biblia Audio Romana
2:20:13
BibliaAudioRomana
Рет қаралды 194 М.
IFB 22092024_Dhambi za Hila, Husuda na Fitina (Part 5)
58:42
Baptist IFB Mbezi
Рет қаралды 12
BOOSE BARUMIWE UKURI NKUNKU NTAKO BARIBWUMVE
1:00:22
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 19 М.
BISHWE N'UBWENGE BUKE, N'IMANA IRABIZI
1:17:27
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 40 М.
NIMUHUMURE ABANTU SIBOMANA
40:39
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 48 М.
NDABIZI NAWEWE AMAKURU Y'IY'IMPONGO NTAYO WARIBWUMVE. IMANA N'UMUHANGA
1:31:17
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 43 М.
Who’s the Real Dad Doll Squid? Can You Guess in 60 Seconds? | Roblox 3D
00:34