Ikibizo si ururimi. Ikibazo gikuru ni uko abivuga mu ndimi zi tari Ikirundi. Bose ayo ni amakosa. Yari kuvuga mu Kirundi kuko aserukira Abarundi. Hama hakabaho uwusigura mu ri ico kirimi bashaka. Kuko urumva ko Bose bavuga amakosa gusa. Ivyo vyose vyerekana ukutiyemera no kutemera Igihugu cawe. Ntubona ko yahevye akikubita agashi akavuga mu KIRUNDI. Uwusigura agaca asigara avuga amakosa nawe yi he Kenya. Mbega ntimubona ko nka Putin avuga mu rurimi rwiwe canke uwurongoye ubushinwa eka n'a abandi.
@JohnwarkerBonjour-lj3iw4 ай бұрын
Uburundi bugowe hose bwarabuze numuntu abuserukira aracangiranya.ikirundi english français habuze igiswahili
@LameckNgabo4 ай бұрын
Ugomba gupima ubwenge bwabarundi raba muri coments ingene barakaye ngo bavuze igifaransa nabi imbhrakimazi gusa mbega icogifaransa nico congereza nivyiwanyu mwamihimbirimwe jew narikugirikibazo iyaba ananiwe kuvugikirundi abarundi mwese mwatukanye ngo bavuzigifaransa nabi muragaswerabanyoko mwamishinomwe
@willynduwimana43804 ай бұрын
ntambwenge ugira ahubwo wewe. noe baba bagiye kukorayo iki kandi baziko muriyo nama atakirundi bavuga
@CesarBizirindashi-ip5dj4 ай бұрын
Mbega mukama ubwo bwenge twumva urusha abandi barundi ni ivyo bitutsi, ko umenga indero y'ikirundi no mu mashure y'i Burundi batavyigisha. Ahubwo abarundi bataye indero gutyo ntibakwiye kwitwa abarundi
En dépit du fait qu'il n'arrive même pas à lire correctement un discours déjà préparé à l'avance, ont-ils vraiment été incapables de trouver quelqu'un apte à rédiger un discours cohérent ? À l'écouter aucune idée maîtresse ne jaillit de son propos.. Il mélange tout n'importe comment.. Même en essayant de répondre aux journalistes il esquive souvent la question ne comprenant pas surtout de quoi il s'agit.. Très dommage pour le Burundi d'avoir ces soi disant leaders.. Pure médiocrité point barre..
@peaceloveisrael39924 ай бұрын
Ukuntu kiguma canikiy ivyinyo kitanatahuye nakimwe rero ha ha uko rusa nka shetani hi hi hi
@chaniaBanzi4 ай бұрын
urumuntu mubi,🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@peaceloveisrael39924 ай бұрын
Je ndimfura itavanze kandi itavangika reka ntamubi. Gusa ubwoko bubi butoke kule shetani kwa Jina la Yesu