#Reverien_Ndikuriyo

  Рет қаралды 35,971

URUGENDO NEWS

URUGENDO NEWS

Күн бұрын

𝗔𝗺𝗮𝗴𝗮𝗿𝗮 𝘆'𝘂𝗺𝘂𝗻𝘆𝗮𝗺𝗮𝗯𝗮𝗻𝗴𝗮 𝗺𝘂𝗸𝘂𝗿𝘂 𝘄'𝘂𝗺𝘂𝗴𝗮𝗺𝗯𝘄𝗲 𝘂𝗿𝗶 𝗸𝘂 𝗯𝘂𝘁𝗲𝗴𝗲𝘁𝘀𝗶 𝗻𝘁𝗶𝘆𝗶𝗳𝗮𝘀𝗵𝗲 𝗻𝗲𝘇𝗮.
Reverien NDIKURIYO yaraye aramanukanwa ijoro na rusehabaniha i Bujumbura inyuma yo gufatwa giturumbuka n'indwara aho yari mu ntara ya Ngozi. Vyavuye kuki none?
Tubanze twibutse ko ejo hahise 23/01/2025 ari ho hatangura igikorane c'amasengesho catunganijwe n'umugambwe
@CnddFdd
kiriko kibera kuri stade Kugasaka, mu ntara ya ngozi. Ico gikorane kizomara imisi 3(23_25/01/2025). Igikorane co gushimira Imana imyaka yose uwo mugambwe umaze ku butegetsi no kuyiragiza umwaka twaraye dutanguye wa 2025.
Umukuru w'igihugu
@GeneralNeva
yahashitse igihe c'isaha umunani z'umuhingamo (14h), igikorana gica kiratangura.
Ejo nyene, umunyamabanga mukuru w'uwo mugambwe ku rwego rw'igihugu,
@R_Ndikuriyo
yari yashitse aho i Ngozi, ariko ntivyakunze ko ahonyoza ukuguru mu gikorane kuko akiri muri Hôtel yaciye afatwa giturumbuka n'indwara ituma atakaza inguvu, akumva ibizunguzungu.
Mu nyuma, abaganga bo mu biro vy'umukuru w'igihugu baciye batangura kumukwirikirana, batanguye kumutera iserumu( perfusions), bageze ku ya 3 ni ho babona ko bitoroshe, baca bafata ingingo yo kumumanuka i Bujumbura na rusehabaniha yo mu biro vy'umukuru w'igihugu. Bavuye i Ngozi mw'ijoro ryakeye, isaha zitanu, (23h ).
Gushika ubu bivugwa ko boba bariko bategura kumutwara mu gihugu ca Kenya kuvurigwayo naho bitaremezwa.
#amakuru_atarikwivumbi
#urugendo_news
#daniel_mugisha
#news_updats_interview
Amakuru 🅱🅱C Gahuzamiryango
Amakuru ya Haguruka yihuta
Amakuru yinzamba yihuta
Amakuru ya Peace FM yihuta
Amakuru n'ibiganiro bicukumbuye

Пікірлер: 151
@joselyneniteka6851
@joselyneniteka6851 12 күн бұрын
Imana izabadukurako abo bagesera, bishe uburundi😂
@pascalndayizeye4253
@pascalndayizeye4253 12 күн бұрын
Imanimukize imudutabarire cn
@NduwimanaJean-k6x
@NduwimanaJean-k6x 12 күн бұрын
Imana itugwanirire
@BernardMinani-u9m
@BernardMinani-u9m 12 күн бұрын
Imana imuhe akire kuko hariho vyishi twoba duhomvye kubijanye nivyo uwo mwamye mutinya kuvuga yoba azi uvyurupfu rwa nyakwigendera Sokuru Peter Nkurunziza be nico boba bapfa Na Ndikuriyo bigatuma ayo makuru atandukanye aguma avurwa.Imana imube hafi arokoke kuko ntaco dupfa .jewe ndi umuntu adaharanira ivya Polotique
@InspirationalMp3Player-jx8ql
@InspirationalMp3Player-jx8ql 12 күн бұрын
Turagukwirikirana 100/100
@Jospindusabe
@Jospindusabe 12 күн бұрын
Ntawipfuriza umuntu gupfa mugabo uyo apfuye be na neva n'umugore na prime n'uwujejwe iperereza igihugu co kwiruhutsa.nuko iminuko idapfa gupfa
@g_familytv2081
@g_familytv2081 12 күн бұрын
@@Jospindusabe Umva nukuri Imana yomwijruru iguhezagire… Umva mwiza wanje PAUL yaravuze ngo uhereye ubungubu umuntu wese adakunda yesu AVUMWE… nukuri uravuze ijambo ryiza.. twese twatahura irijamvo icarimwe.. uburundi bwa KIZE… ariko ndaririra abarundi muri 2025 mu kwezi kwa 6…IMANA IBARENGERE…gusa uwubwenge yamanza agatera intambwe 2 gatoya..
@SaraSara-m3z5d
@SaraSara-m3z5d 12 күн бұрын
Haha urucira mukaso tugatwara nyoko
@Jospindusabe
@Jospindusabe 12 күн бұрын
@SaraSara-m3z5d ruzodutwara twese ntawuzoba ikiraka c'isi sha nawe urimwo
@ndihorashid
@ndihorashid 12 күн бұрын
shauriyake.na kaburimbo yavukiye amezicenda nkabandi barundi
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 12 күн бұрын
None mumbarize bose aba cnfd nakizwa ivyobikorane nidini nyabaki Imana yaragowe nukuri😊
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 12 күн бұрын
Daniel is very polite,ngo tumubuze ngo twoba,duhomvye😂😂😂😂
@Enock.Manirakiza-e7s
@Enock.Manirakiza-e7s 12 күн бұрын
Mbega uwogushira imbere y'intahe wotanga icemeza ko neva yivye amajwi ya cnl
@g_familytv2081
@g_familytv2081 12 күн бұрын
EKA arokotse nibyiza…..Kandi apfuye… nashima Imana.. kuko abo yishe bararuta umusenyi watanganyika… yishe benshi,,, yicya aroha muri tanganyika abandi mumiferege yamazi. Rero apfuye uburundi nabarundi.. Bose bashima… rero Mugisha apfuye uze ubitangaze kuko nzaja mwibarabara nshima. Kuko umwanzi wabarundi azaba agiye..
@emmanuel-o2x
@emmanuel-o2x 12 күн бұрын
Nkawe wumunyagwanda uhuriye he nuburundi?ipfurize kagame gupfa Kongo ironke amahoro.
@g_familytv2081
@g_familytv2081 12 күн бұрын
@ Umva Emmanuel jewe navukiye murwanda ariko papa na mama bataye uruzogi muburundi,,,rero naba umunyarwanda nivyiza kuko niho navukiye ariko muburundi niho gakondo yanje iri… reka kuvuga KAGAME urya numuyobozi… ese uzi neza ko buri umurundi wese ko yifuza ko KAGAME ko yayobora umurundi na mezi 3 gusa mukaraba ukuntu uburundi buhinduka EDEN nyakuri…papa jewe ndi umurundi 100/100 gusa niba unezeregwa nukuntu CNDD irimo iyobora ndakurahiye, Niba nawe utari imbonerakure wicunge kuko ejo bokunyuruza ukisanga munda ya Tanganyika kumusenyi… nifuza ko basi bazana igitoro tukabanza tukagikorerako kwanza…. Niba agatoro twari dufite twagakuye muri Tanzania.. none Tanzania ikaba yafunze Kuberako Burundi 🇧🇮 iheranye imilliaridi 4 Tanzania 🇹🇿 ubu se muraja heheee… ntabwo gushora inyama zudukwavu arivyo bizazana igitoro, ubwo nububeshi kandi bwambaye ubusa…. Uburundi bwa basogokuruza bacu.ninuze dukureho izi ntwaro mbi mbi mbi murakoze…
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 12 күн бұрын
muze ngwagiye twoba duhomvye asha ntasumba nyokuru yamvyariye mama. hoba hahomvye imbonerakure zimuzeye kurukiza
@FatumaNtirampeba-pk3yq
@FatumaNtirampeba-pk3yq 12 күн бұрын
Gisuma.camatora ndayimiye
@SamuelBukeyeneza-u9s
@SamuelBukeyeneza-u9s 12 күн бұрын
Turagukurikirana 100/100
@NtirampebaÉzéchiel-v2m
@NtirampebaÉzéchiel-v2m 7 күн бұрын
Azokira niyafa hazob hageze rekurusaku
@IssaNiyongabo-k5r
@IssaNiyongabo-k5r 12 күн бұрын
❤yaaaaaaaaa
@karangafabien5764
@karangafabien5764 12 күн бұрын
Uyu siwe wavuzeko uburundi bukoranye na fdlr interahamwe ngo bitwaye iki Urwanda ? sha amaraso ya batutsi mwishe ngaha mu Rwanda no mu Burundi izabamara ariko igihango!
@ignacetwagirayezu7961
@ignacetwagirayezu7961 12 күн бұрын
Nogupfa azopha kubera numugome umuntu atinyuka akavuga ngo ibya genocide yabanyarwanda ntibimuraba Sha byarambabaje hejuru yabantu barenga ijana nabuze Basha Imana ihora ihoze
@mugiranezapablon9801
@mugiranezapablon9801 12 күн бұрын
Reka kuriyo nterahamwe ubundi se koyayikoze ikindi cyamuvamo nikihe? Muratsetsa
@SalahArphaileca
@SalahArphaileca 12 күн бұрын
Umunyakibi Imana ntizomwihanganira Mugisha
@Isa3th
@Isa3th 12 күн бұрын
Wewe yagukoreye ikibi kimeze gt ?? Wew uri umumarayika wew gucira abandi imanza muze muvyitondera
@BernardMinani-u9m
@BernardMinani-u9m 12 күн бұрын
Kubera iki i Ngozi bashaka kuhacafuza? Mbega i Ngozi hoba haruwoba ashaka ikibanza ca Ndikuriyo narirya nikiringo ciwe bavuga ko voba giheze? Amatohoza abandanye barabe batarya umunwa barabe ababipfa kandi ari nabo babisangiye amatohoza akore . Yesu abibemwo.
@AdidjaMussa
@AdidjaMussa 12 күн бұрын
Imana imukize
@mandaribede8603
@mandaribede8603 12 күн бұрын
Nimureke IMANA yitwe IMANA.Kandi muyireke yikorere.
@Kasongoyihwa
@Kasongoyihwa 12 күн бұрын
Imana yaragowe 😂
@AbbyKirabira
@AbbyKirabira 12 күн бұрын
Tenda baba mungu nimungu tu
@Celestin-s2o
@Celestin-s2o 12 күн бұрын
Commentaires zihaciye.zirerekana neeeza ko abarundi bagendana ibikomere mumitima.babuze aho babiserurira gusa. Kazoza kigihugu kagoranye kakiriko.
@BIZIMANAVIANNE
@BIZIMANAVIANNE 12 күн бұрын
Uburndi bwari ubwa Bagaza.abubu ngo zirye zose niziri mumagi
@NdindiriyimanaEtienne
@NdindiriyimanaEtienne 12 күн бұрын
Imana Imuzigame!!
@yvesBigirimana-c9k
@yvesBigirimana-c9k 12 күн бұрын
Abo ba DD barakinisha imana cane,bazobona vyinshi.Ngo bashitse imana imbere,bakaguma bica,bicisha abantu inzara.nibindi nibindi.
@AugustinMugisha-lx8uw
@AugustinMugisha-lx8uw 12 күн бұрын
Reka Imana ibatre amabuy
@ProsperManirakza
@ProsperManirakza 12 күн бұрын
Bandanya uduga amakuru mugenzi
@necksongiricutinya349
@necksongiricutinya349 12 күн бұрын
Suma murenga , CNDD-FDD ni umuvyeyi kandi ubamwo aba vrais patriotes, imihirimbiri nkamwe, abashenzi muzokwicwa nakarimi. Umenye gusa yuko uzopfa uboroga nka mujeri ataco ushitseko. Igihugu kirapanze Sonza mwigumye mwa mbunuza mwe
@RichardNkeshimana-hz6ob
@RichardNkeshimana-hz6ob 12 күн бұрын
Hew uvuze uti ariguseg ww utariguseg umurushijiki bamufpa nkabant mumenyeko atamvura idahita icotubib nicotuzokwimbura naw rero umengo igihug nicaw wenyen ibipanz nivyobipanguruk mugenz iciza ñuko wovg neza birafash iyoman museng izoz iriyerekan komuseng iyumva wait and see
@IrakozebelyseKarikimuryangodam
@IrakozebelyseKarikimuryangodam 12 күн бұрын
Ndarenganye ntacomvuze
@AkimanaJeannette-tz1to
@AkimanaJeannette-tz1to 12 күн бұрын
nirupfe abagabo bacu ntibabishe bakabanyuruza tutazi iyo babashize ahubwo imana ntimwakire mubwami bwayo 🤣🤣🤣🤣🤣
@Enock.Manirakiza-e7s
@Enock.Manirakiza-e7s 12 күн бұрын
Nyama dovise niwe uyakora?
@ThierryNdayizeye-p9y
@ThierryNdayizeye-p9y 12 күн бұрын
Umuzimu WA kaburimbi urabamara
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 күн бұрын
😂😂😂😂😂
@IssaNiyongabo-k5r
@IssaNiyongabo-k5r 12 күн бұрын
Harumuvugishwa ahejeje kwerekwako uyomuhungu reveriyano coba caciyemwo
@CecileNtakirutimana-p5p
@CecileNtakirutimana-p5p 12 күн бұрын
Azicamwo nyokowawe wagugu w
@Celestin-s2o
@Celestin-s2o 12 күн бұрын
😂😂 niwamubona?
@modestehakizimana4769
@modestehakizimana4769 12 күн бұрын
Tumwipfurij gukira❤
@AugustinMugisha-lx8uw
@AugustinMugisha-lx8uw 12 күн бұрын
Naho atokira Imana ivyishska nivyo vyiza
@ElissaNduwimana-v3u
@ElissaNduwimana-v3u 12 күн бұрын
Wamutwe wakaburimbo arawukurikir amusangeyo ??
@NiyonkuruEmile-r8y
@NiyonkuruEmile-r8y 12 күн бұрын
Ntaco mvunze✋
@حسنعلي-ث6ظ5خ
@حسنعلي-ث6ظ5خ 12 күн бұрын
😂😂😂😂😂 Twuguruy twamugina😂😂😂
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 12 күн бұрын
Amaraso ya Kaburimbo azomwirukako mpaka. Kuki batibuka ko umuntu wese yambaye umubiri?
@ZepherinNtiharirizwa-v3q
@ZepherinNtiharirizwa-v3q 12 күн бұрын
Yaragakoz uwo mutama NGO ntamuntu bahiga Niko yivugira
@NduwimanaBosco-o5p
@NduwimanaBosco-o5p 12 күн бұрын
Nubwatarimwo ntacahaze kandivyagenze neza ntacoyari kongerako, gusa biragoye yababara natwe turi mumudiho, Niyataha yihangane kuko urubanza gwabandanije atarimwo
@Barca788
@Barca788 12 күн бұрын
Hatari
@LEWISSI-KMN-KMN
@LEWISSI-KMN-KMN 12 күн бұрын
Ndasavye mushigikire mukore subscriber kuri Lewissi kmn 🇧🇮💪🎆🎇🎉🎉
@jeanbucumi581
@jeanbucumi581 12 күн бұрын
Vyobarivyo nyene?
@mugiranezapablon9801
@mugiranezapablon9801 12 күн бұрын
Ubuse ndikuriyo haricyo yaba reka
@AugustinMugisha-lx8uw
@AugustinMugisha-lx8uw 12 күн бұрын
Sha Imana irabafise
@freddynshimirimana
@freddynshimirimana 12 күн бұрын
Yayivye arihe
@WillyAkimana-g8x
@WillyAkimana-g8x 12 күн бұрын
😊 1:06
@NtakarutimanaIriho
@NtakarutimanaIriho 12 күн бұрын
Azokira Shaaaa Inkona harico ziba reka reka
@eliusbizimana7646
@eliusbizimana7646 12 күн бұрын
Muvuga nabi Imana ibabarire
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi
@MokgaetsiRoseSibanyoni-se6xi 12 күн бұрын
None kurwara sibisanzwe
@LambertNduwayo-z7j
@LambertNduwayo-z7j 12 күн бұрын
CDD numugamwe wugaye subudumbidumbi ufise abagabo bindyaminyu😊
@Enock.Manirakiza-e7s
@Enock.Manirakiza-e7s 12 күн бұрын
Non nkawewe uzova mwiki icambere ntuzopfa ushikiriwe mukibanza cumukuru w'igihugu urinkure nkukwezi none wewe urumurundi wahe
@LambertNduwayo-z7j
@LambertNduwayo-z7j 12 күн бұрын
Murababay
@KennoKanse
@KennoKanse 12 күн бұрын
Ni hatari kweli😵‍💫.
@ElissaNduwimana-v3u
@ElissaNduwimana-v3u 12 күн бұрын
Ngonzi simbi abantu nibobabi
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 12 күн бұрын
Evariste arabamara nta mpuhwe ya mwikemye kahava amusubirira nibabaze umupfakazi Denise yahekuwe nka yamasaha
@dieudonnendabaneze3761
@dieudonnendabaneze3761 12 күн бұрын
uyu umumenja abana babatutsi yanyoye amaraso 2015 yarazi ko bizokwijana.....Imana idufash idukurir iyo mbunuza mu nzira nukuntu ab ayigiz ikintazi....
@CalinieKanehure-yy2vd
@CalinieKanehure-yy2vd 12 күн бұрын
Azokira!
@BigirimanaJules-q5h
@BigirimanaJules-q5h 12 күн бұрын
Irambire mutama daniel
@jeanniyonkuru7545
@jeanniyonkuru7545 12 күн бұрын
Daniel. Urabazi kabisa. Bakubariye ngo Komera ntiwishure ngo ramba uba ubaye igipinga. Ariko barabesha igiti kirakurira mubabaji.ikindi naco, uvuz'ukuri kuko tubarindiriyeko vyinshi. Ntantwaro idatwarura.
@MoiseIgirimbabazi
@MoiseIgirimbabazi 12 күн бұрын
Nukuri uyo ntazopfa kweri kuko wumvise amajambo yiwe ararenze kwemer
@Kasongoyihwa
@Kasongoyihwa 12 күн бұрын
Yapfuye kareeee. Kereka nazuka
@JeandeDieuHakizimana-nq9iy
@JeandeDieuHakizimana-nq9iy 12 күн бұрын
@@Kasongoyihwa yapfuye?
@napoleonndayishimiye
@napoleonndayishimiye 12 күн бұрын
Kobitey ubwob
@nkunzimanavianney7352
@nkunzimanavianney7352 12 күн бұрын
Uwo yapfuye byarangiye Neva arabamara
@ErickBaraka-rc4zx
@ErickBaraka-rc4zx 12 күн бұрын
reka uzone iyonkuru yadlshengeye
@mweneniyonkuru-os2hj
@mweneniyonkuru-os2hj 12 күн бұрын
Cndd-fdd nuburundi sumuntu président yavuze ukuri ivyo muvuga kuk tur bensh mumugambw wacu nih mwotenyeny iyo ibint. Nkivy bishits mungoran turaz muranezerwa ariko ivyipfuzo bibi vyanyu ntanyungu bizobaha cndd fdd Ivy muvug vyos nuburundi
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 12 күн бұрын
Haburiki ngwaceho😂😂😂
@Kasongoyihwa
@Kasongoyihwa 12 күн бұрын
Yaciyeho ubu ari kwa shitani. Uwitwa Kagame yaravuze ngo “ntawanga u Rwanda ashake kurugirira nabi ngo bimugwe amahoro”
@CecileNtakirutimana-p5p
@CecileNtakirutimana-p5p 12 күн бұрын
Urikigugu ngoyivye amajwi nyoko wawe wmushenzi we wakilofawe umukoshi
@NshirimanaClova
@NshirimanaClova 12 күн бұрын
Bitwerek
@AsumanMugisha
@AsumanMugisha 12 күн бұрын
Kuvuzek atarya none turya iwanyu
@MonkeyLover-u4z
@MonkeyLover-u4z 12 күн бұрын
REVERIANO yapfuye
@AlexisNsanze
@AlexisNsanze 12 күн бұрын
Ico kirofa ntiyoja harya yasize Kaburimbi wacu.yamara imbwa ntah ija.
@ferdinandmbonicura9628
@ferdinandmbonicura9628 12 күн бұрын
Murimwese muvuguko ninde atazopfa sonza mwigumye Mutama agware akira natakira naho lmana imuhe kuruhuka neza
@mugiranezapablon9801
@mugiranezapablon9801 12 күн бұрын
Ntaruhuko Ahubwo azakirwa nasekibi
@CecileNtakirutimana-p5p
@CecileNtakirutimana-p5p 12 күн бұрын
Urugugu ngo ni Daniel ww ngira ntabwenge ufise mbega nkubaze ww uzoguma kwisi
@NshirimanaClova
@NshirimanaClova 12 күн бұрын
Ntandero ufise
@Enock.Manirakiza-e7s
@Enock.Manirakiza-e7s 12 күн бұрын
Bamureka gutyoza abarongozi wewe wohaja nyama dovise yoca aboneka? Evariste ndayishimiye nubwo mumwanka azobatwara kuk arashoboye nawe uriba nya majwi turabe kubishora ureke gutyoza indongozi
@angenkurikiye7703
@angenkurikiye7703 12 күн бұрын
Daniel ntibamuzane iyondi ndagusavye
@jacquesntabagara2702
@jacquesntabagara2702 12 күн бұрын
RIP kABURIBO
@suavisndihokubwayo-cc3id
@suavisndihokubwayo-cc3id 12 күн бұрын
mbe mugisha ivyuvuze urazico bivuga?
@NshirimanaClova
@NshirimanaClova 12 күн бұрын
Ari muzima
@Isa3th
@Isa3th 12 күн бұрын
Mbega abantu bibi bihe mwabaye gt uuuuuuu🤦🤦🤦 kuki mucira imanza abandi nimba ari umunyakibi azobazwa kugatwe kiwe bamumenyako mwese muri abantu. Muri mwebwe mwese mbona mumuciriye ugo gupfa mwebwe muri aberanda ngaha kwisi???
@ndayisabatheophile2555
@ndayisabatheophile2555 12 күн бұрын
Amaraso ya Kaburimbo azamuhame kweli😂😂😂😂
@ElissaNduwimana-v3u
@ElissaNduwimana-v3u 12 күн бұрын
Bampfik nakaburimbo??
@AbbyKirabira
@AbbyKirabira 12 күн бұрын
Nigikorane cogutanga ibimazi vya cndd rero ntibitangaje
@EduigeNizigiyimana-c1z
@EduigeNizigiyimana-c1z 12 күн бұрын
Hewe mugisha murakwiye kugabanya amajambo kuko abahutu umengo ibiriko biba aho kongo n iburundi umengo murishimye muga murindire nzogira ico mvuze kagame nashikira intumbero ziwe
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 12 күн бұрын
Kagame azi icarico ubumuntu ntabwo ari inyamaswa nkamwe
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 күн бұрын
@@GiseleUwera-m6g voilà
@MichelineNIHORIMBERE
@MichelineNIHORIMBERE 12 күн бұрын
Agwariye hé??
@MichelineNIHORIMBERE
@MichelineNIHORIMBERE 12 күн бұрын
Reka kubesha
@CecileNtakirutimana-p5p
@CecileNtakirutimana-p5p 12 күн бұрын
Ivyo bigugu vyawe sinovyumviriza tok
@NshirimanaClova
@NshirimanaClova 12 күн бұрын
Zina ziba
@martinniyonizigiye
@martinniyonizigiye 12 күн бұрын
wavuze koyapfuye ukareka kubesha Ko vyarangiye tubizi
@PascalNdiwenumuryango
@PascalNdiwenumuryango 12 күн бұрын
Nimwebwe mubikora kandi muzopfa nabi
@RizikyPoro
@RizikyPoro 12 күн бұрын
Rekareka indyambi ntiva kunkoko mwibagiye koyasavye umutwe,wakaburimbo nn kaburimbo ubu ntiyaboze uwo,yaratanze igiturire kurupfu,ntaco,rwomugira😢
@Rahima-z5h
@Rahima-z5h 12 күн бұрын
Haha ikibi ntikibora
@ElissaNduwimana-v3u
@ElissaNduwimana-v3u 12 күн бұрын
Nihatar manaw
@Ptres-o1w2w
@Ptres-o1w2w 12 күн бұрын
Gusa ufise ikirundi kabix
@Slime-s5p
@Slime-s5p 12 күн бұрын
😀
@ComeNDAYIZEYE-tc1np
@ComeNDAYIZEYE-tc1np 12 күн бұрын
Ubwo ntiyoba yihay'ubuki?
@HumairahHasnaty
@HumairahHasnaty 12 күн бұрын
Kaburimbo arihe ww gute
@NahishakiyeVincent
@NahishakiyeVincent 12 күн бұрын
Iyo nintare ntaho ariko araja maihumireee🎉🎉🎉🎉. CNDD FDD to the moon🎉🎉🎉❤😂😂
@LambertNduwayo-z7j
@LambertNduwayo-z7j 12 күн бұрын
Nubu mukorane miyunge nabanyarwanda sddntimukorako
@GadMugumya-uy9dg
@GadMugumya-uy9dg 12 күн бұрын
Gumya nturekure Gusa ibihe biha ibindi.
@CecileNtakirutimana-p5p
@CecileNtakirutimana-p5p 12 күн бұрын
Wibazako atazokil wakigugu w wamunuko w
@kubwigilbert6412
@kubwigilbert6412 12 күн бұрын
Hamwe yorokoka nibazeko bizomuha icigwa nukumenya abansi biwe.
@LatifaaNitunga
@LatifaaNitunga 12 күн бұрын
Ndabona ntivyoroshe kweri babuze kumusengera bakaraba koyogira mitende ingwara zubu zirakaze nagumye ndabibona bizunguruka kumbuga nguma nibaza ngo nibihuha
@mweneniyonkuru-os2hj
@mweneniyonkuru-os2hj 12 күн бұрын
Wambwaw ibi nciye numva igitumye ubivuga
@SalvatorNtahimpereye
@SalvatorNtahimpereye 12 күн бұрын
Birakomeye baramarana
@Celestin-s2o
@Celestin-s2o 12 күн бұрын
Bazoza barakuranamwo kamwe kamwe. Babane bazinanye ko ari abakeba,bazimaranire.
@ngendakumanaclovis9399
@ngendakumanaclovis9399 12 күн бұрын
Man buvuga unyarutsa urarandira cane Kandi wewe ntiwumva
@Alexissindayihebura-re6oy
@Alexissindayihebura-re6oy 12 күн бұрын
Mbega apfuye twoba duhomvye iki? Ikuzimu nyabuna bariko baritegura kumwakira shetani amwambike ibitsibo yakoreye
@chrisoneilniyungeko839
@chrisoneilniyungeko839 12 күн бұрын
J nanj ndibaza
@SprieNiyonkuru-y2u
@SprieNiyonkuru-y2u 12 күн бұрын
Nihatari
@SantaNiteka
@SantaNiteka 12 күн бұрын
Ko babiche amajwi mugahora,none ubuho uyo Rwasa ntariko aratangara umwanya ?
СИНИЙ ИНЕЙ УЖЕ ВЫШЕЛ!❄️
01:01
DO$HIK
Рет қаралды 3,3 МЛН
Mom Hack for Cooking Solo with a Little One! 🍳👶
00:15
5-Minute Crafts HOUSE
Рет қаралды 23 МЛН
黑天使只对C罗有感觉#short #angel #clown
00:39
Super Beauty team
Рет қаралды 36 МЛН